Aba Comando bakorotse mu ndege bafashe umugozi mu birori kuri Stade Ingoma

  Рет қаралды 296,824

Indundi TV

Indundi TV

Жыл бұрын

Gusimba gukoroka mu ndege kumigozi hamwe no mumitaka uku niko bavuerekanye imbere ua #Evariste_Ndayishimiye
Uko aba Para Commando bakoroste mu ndenge no mumuduga mu birori kuri Stade Ingoma.

Пікірлер: 96
@sylvestremanirambona-bd6fp
@sylvestremanirambona-bd6fp 4 күн бұрын
WAOUH!FELICITATIONS AUX MILITAIRES DE MA PATRIE BURUNDI.
@JohnNdagaswi
@JohnNdagaswi 10 сағат бұрын
Sha reka sinshaka kubaca courage ariko RDF y’urwanda aba yabarangiza mu isaha 1 gusa!!
@user-ho2gt1yx2b
@user-ho2gt1yx2b 2 ай бұрын
Ese mwagiye Muna kopera uko abandi babingenza
@willyclufniyonzima
@willyclufniyonzima Ай бұрын
2q00
@mazimpakapatrick8944
@mazimpakapatrick8944 2 ай бұрын
M23 ibamereye nabi 😂
@user-on2yb6kn7q
@user-on2yb6kn7q 4 күн бұрын
Abarundi mbambona bararushye peeee
@user-si2fy7hx8z
@user-si2fy7hx8z 3 күн бұрын
Abo bose bazoshirira muri Congo
@TMCC-iq2xv
@TMCC-iq2xv 2 күн бұрын
How ara u everry ladies and gentlemen.iyi no video yacu yambere.mubona ntari umupapa gito kabisa?
@innocentsegahinga107
@innocentsegahinga107 3 күн бұрын
Militaires zerooo
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere 3 күн бұрын
Abavuze igisirikare cacu nanbi n'abanyarwa'da,nabo niberekane uko abanyarwanda bakoroka mundege ,bareke inzigo.abarundi barashoboye
@gitoridaniel6753
@gitoridaniel6753 2 күн бұрын
Sinabonye bagwa mubiti
@OdileMuhozawimana
@OdileMuhozawimana 4 күн бұрын
Mukomez twireber ❤❤❤❤
@Vieny-g4n
@Vieny-g4n Күн бұрын
Igizambo nyicyo kibagikwiriye gufa
@shemaisaac5358
@shemaisaac5358 Ай бұрын
sha abarundi barindwa nimana kabisa
@user-cq8qs2mb3s
@user-cq8qs2mb3s 9 күн бұрын
🇺🇬🇺🇿
@user-cq8qs2mb3s
@user-cq8qs2mb3s 9 күн бұрын
🎉💙🌹
@macumipascal1268
@macumipascal1268 5 күн бұрын
Vyari vyaryosh cane sinz ejo naho uko bizoba bimeze
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere 3 күн бұрын
Kombona abanyarwanda aribo bandika batuka igisirikare c'uburundi bisigura KO abanyarwanda arabansi b'ubutundo.nibahumure terrain icongo irahari
@CharlotteBigizimbere
@CharlotteBigizimbere 2 күн бұрын
Ew Burundi uri mwiz
@YvesNgabonziza
@YvesNgabonziza 2 күн бұрын
Kobatatweretse wawundi wamanukiye mubiti😂😂😂😂😂
@ThierryBiziyaremye
@ThierryBiziyaremye Күн бұрын
Niwiywengere ngobomutwereka😂😂😂😂
@adolphenimbona4285
@adolphenimbona4285 3 күн бұрын
Ko ivyo babereka batabikora muri RDCongo kuri M23 😂
@user-si2fy7hx8z
@user-si2fy7hx8z 3 күн бұрын
Ese aba M23 ko ibahondagura kd bakomeye?
@CharlotteBigizimbere
@CharlotteBigizimbere 2 күн бұрын
@AbuKebu-i4e
@AbuKebu-i4e 4 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌
@kuzakwizaeliane7232
@kuzakwizaeliane7232 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤mon pays
@user-jc3du4pd8u
@user-jc3du4pd8u 4 ай бұрын
Abarundi weeeeee I love 😂😂😂
@JeanBaptiste-cm8wp
@JeanBaptiste-cm8wp 3 ай бұрын
Vip
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
❤❤hejuru ❤🇧🇮
@KevinIvyizigiro
@KevinIvyizigiro Ай бұрын
Nice
@MpawenimanaJeannette
@MpawenimanaJeannette 4 күн бұрын
Respect
@LeverieNgendakumana
@LeverieNgendakumana 3 ай бұрын
BURUNDI HEJURU❤❤❤❤❤
@samuelnkurunziza774
@samuelnkurunziza774 3 күн бұрын
Aba parachutistes puuuu ntaba commando bakoroka be muvuga ivyo muzi
@franciskarangwa6554
@franciskarangwa6554 4 ай бұрын
KWIKIRIGITA UGASEKA!!!
@user-uy9vw3ig4o
@user-uy9vw3ig4o 2 ай бұрын
wabishobora wewe?
@user-vb8zu2fi5s
@user-vb8zu2fi5s 2 ай бұрын
Mbega uburundi bubabaje wee!! Ndebera izimbwa kbsa
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 күн бұрын
Imvugo yawe igaragaza uko unuka mumutima no mukanwa😊😊😊
@maryamarya4161
@maryamarya4161 Ай бұрын
Ndakunduburundi
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 3 күн бұрын
Nibabandi ntibahinduka?
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 4 күн бұрын
Turi kukivi❤❤
@riziki7968
@riziki7968 11 ай бұрын
Yesuwe eka muriganbo zigihugu kabisa mura nyemeje❤❤❤
@AloysNduwimana-jo2zm
@AloysNduwimana-jo2zm 5 ай бұрын
Komer
@OoookkkKkkm-oz8bt
@OoookkkKkkm-oz8bt 24 күн бұрын
Uburundihejuru
@user-mb5jj2ns6h
@user-mb5jj2ns6h 27 күн бұрын
🎉🎉
@user-sw6ub6dj3d
@user-sw6ub6dj3d 4 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@NiyukuriGisele
@NiyukuriGisele 3 күн бұрын
Terimbere burundi
@NiyomugaboAudrick
@NiyomugaboAudrick 3 ай бұрын
Tubari inyuma busore bacu
@Astanna17
@Astanna17 4 ай бұрын
𝑴𝒖𝒈𝒖𝒓𝒆 𝒖𝒏 𝒇𝒓𝒐𝒎
@LukwagoElias
@LukwagoElias 11 ай бұрын
Mwrambire mukomer kurugamb by Elias ngoz
@RwaburutakeuMusaabubakar-mt9vn
@RwaburutakeuMusaabubakar-mt9vn 4 күн бұрын
Vyiza
@user-ig6pe5gn5l
@user-ig6pe5gn5l 4 күн бұрын
Mwabobinye kumitaka
@user-nv3tw3vl3n
@user-nv3tw3vl3n 8 ай бұрын
Uyosn 4:42
@BayikezeArisene-fu5oq
@BayikezeArisene-fu5oq Ай бұрын
Bayikeze
@user-wy3go4kj6r
@user-wy3go4kj6r Ай бұрын
Ntivyoroshe
@IsaacNzoyikorera
@IsaacNzoyikorera Ай бұрын
Good vro
@user-fu6bt7md5n
@user-fu6bt7md5n Ай бұрын
Mwubahwe
@NyandwiCyrille-cr8jo
@NyandwiCyrille-cr8jo Ай бұрын
Igisamagwe
@KikiInege-zq4vy
@KikiInege-zq4vy 3 ай бұрын
Ubutumwa bwumwungere wapentegote bujumvura ewe wagihuguwe
@user-oi8ed3pz8c
@user-oi8ed3pz8c 4 ай бұрын
komushiriyemurikongo kandi mufise imyimenyerezo buribicucu presinti wa DR GONG arabashuka mugatanga ingabo zanyu
@DianeBizimana
@DianeBizimana 4 күн бұрын
Kubarungika muri Congo,utabahamagarira kuza murwanda???nuko mwabonye namwe atakigenda.
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 5 күн бұрын
😢ejo tuzororera🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✔️
@NDAYIKEZAVianney-jy7km
@NDAYIKEZAVianney-jy7km 11 ай бұрын
Abarundi turashoboye ahananje narindimwo
@user-vj1kk6kn8r
@user-vj1kk6kn8r 2 ай бұрын
Nzoz najew birzryosh
@EdimondGaterasyjshjshshd
@EdimondGaterasyjshjshshd 2 ай бұрын
Erike.rukundo
@BigirimanaEmmanuelEmmanuel
@BigirimanaEmmanuelEmmanuel 19 сағат бұрын
Neza cane
@user-jg9nw5ou5e
@user-jg9nw5ou5e 4 ай бұрын
Nibyiza chane
@franciskarangwa6554
@franciskarangwa6554 4 ай бұрын
Hahaaaaa Hahaaaaa Hahaaaaa Ivyo nivyo bita Ubukpmando >>yemye >> komufise Acom >> what??
@NiyonkuruGeorge-io6wp
@NiyonkuruGeorge-io6wp 3 ай бұрын
Gooood
@user-lh3dh3pl1t
@user-lh3dh3pl1t Ай бұрын
Dore turn about. 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-nk6tc2kt8e
@user-nk6tc2kt8e Ай бұрын
Ababaturahe nibomwohereje muri Kongo basha🤣🤣🤣mwihangane hogato abazasaguka kumasomo barimoguhabwa murikongo bazababwira kohariho abakomando banyabo kuko baberetsekobo Atari n'amakurutu imberey'abakomando banyabo sha🤣🤣🤣
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 күн бұрын
🙄🙄
@StèvéIrakoze-i6c
@StèvéIrakoze-i6c 4 күн бұрын
😅
@thebluespatrick3487
@thebluespatrick3487 3 ай бұрын
yewe tagisirikare mugira
@TwahirwaMammwel
@TwahirwaMammwel 2 ай бұрын
Comerd
@SAMUELPASCHAL-qp2wq
@SAMUELPASCHAL-qp2wq 11 күн бұрын
KAmikazi
@nshimiyimanavincent-ui7vc
@nshimiyimanavincent-ui7vc Ай бұрын
Dad's 0:37
@HabiyaremyeDamascene-hs2dj
@HabiyaremyeDamascene-hs2dj 19 сағат бұрын
Biriya bipantaro ntibibaremerera
@diomedemujojoma
@diomedemujojoma 10 ай бұрын
😂😂😂😂
@world_News14
@world_News14 11 ай бұрын
😂😂
@Mugishaviolette
@Mugishaviolette 8 ай бұрын
😂😂😂😂😂❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@LeverieNgendakumana
@LeverieNgendakumana 3 ай бұрын
Tubarinyuma
@ElieNshimirimana-gs7qw
@ElieNshimirimana-gs7qw 22 күн бұрын
Hhhhh 😂😂😂
@StanyNtirabampa
@StanyNtirabampa Ай бұрын
Abarundimbere abobadusevy tubafash arko dufite imana
@leonpierrerusanganwa
@leonpierrerusanganwa 3 ай бұрын
Mubarungike muri kongo nibwo muzobona ko bakora nedza
@GustaveNiyorukundo-tc4fm
@GustaveNiyorukundo-tc4fm Ай бұрын
Curaje
@user-on3ur9wn5v
@user-on3ur9wn5v 3 ай бұрын
Merod
@MarieMBINDIGIRI
@MarieMBINDIGIRI Ай бұрын
Iprono
@bayubahejames7536
@bayubahejames7536 Жыл бұрын
Kwata karate tubona canke abakwega imodoka
@larissaakimana3384
@larissaakimana3384 Жыл бұрын
Bakubwiye ko bari bagiye kurwana 🤔🤔
@hosewebtv77
@hosewebtv77 Жыл бұрын
Ikarate zirakora kurusoro?
@user-gm5sv5cc2j
@user-gm5sv5cc2j Ай бұрын
Abarunfi bamezr nka gisecrdi nibihorame iyo niyo myitozo umwana yirirea akora ambamba
@user-we7hc6yj7u
@user-we7hc6yj7u 4 ай бұрын
Mwubahwe
@DOREVIBES_TV
@DOREVIBES_TV 3 ай бұрын
Jyenda burundi mwarwgosweee
Vivaan  Tanya once again pranked Papa 🤣😇🤣
00:10
seema lamba
Рет қаралды 30 МЛН
My little bro is funny😁  @artur-boy
00:18
Andrey Grechka
Рет қаралды 13 МЛН
Amakuru yo ku wa 05 Mukakaro 2024
31:29
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 7 М.
59 ans d'indépendance: Les Parachutistes  Burundais
1:53
Ntare Rushatsi House TV
Рет қаралды 97 М.
NDARO ALIVOMTONGOZA SHEMEJI YAKE KISA STEVE UTACHEKA
18:43
Ndaro Tz
Рет қаралды 45 М.
PAPA SAVA EP813:AMASENGESHO ADASHIRA!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
17:55
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 1,6 МЛН
Добейти 100000 подписчиков | Тгк- @Rom4ik539
0:28
Magician turns his Hair into Animal 😳
0:37
Xavier Mortimer
Рет қаралды 14 МЛН
ДЕДУШКА ВЫ ГДЕ? 🤣🤣
0:59
РЕАЛЬНЫЙ ВОВАН
Рет қаралды 2,7 МЛН
WHO LAUGHS LAST LAUGHS BEST 😎 #comedy
0:18
HaHaWhat
Рет қаралды 12 МЛН
Парень со странностями помог мальчику 🥺 #фильмы #сериалы
1:00
DixyFilms - Фильмы и сериалы
Рет қаралды 3,2 МЛН
When You Get Ran Over By A Car...
0:15
Jojo Sim
Рет қаралды 13 МЛН