Aba DIASPORA twararushe//Bibaza ko turi mwi paradizo//Turiyima kugira tubeho//Ubuzima tubayemwo

  Рет қаралды 12,500

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Жыл бұрын

Aba DIASPORA twararushe//Bibaza ko turi mwi paradizo//Turiyima kugira tubeho//Ubuzima tubayemwo
#karim #diaspora #ubuzima

Пікірлер: 90
@hoppyjerry
@hoppyjerry Жыл бұрын
Uyu mutype tuvyumva kumwe kabisa, Nzogutemberera when I come home next time and probably to stay for good.
@joachimtuyubahe
@joachimtuyubahe Жыл бұрын
Isi nishure,umwarimu nubuzima ico bitandukaniyeko numwarimu wo kwishure nuko ww aguha examen kugira asuzume ko ivyo yakwigishij wabitahuy then isi yoyo igucisha mu bibazo kugira ngo wige so respect to u m big brother karim and yur advices and to burudians hutlers,stay hungry on your dreams 💪🔥
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Iyi ni histoire personnelle. Nkumuntu yakuriye muri privillèges nyinshi, ndumva langage yuwo muntu. Ariko hari abantu kuva mu Burundi vyatabaye. Harigihe nivyo turuha hanze ariko ukamenya uti utwo nakoreye ndaturonka nkashobora no gutunga abiwacu.
@jospinhavyarimana2222
@jospinhavyarimana2222 Жыл бұрын
Umaze kuba hanze Urabitahura cane ivyo ariko avuga nukuri kabisa Aba Diaspora turaruha sana!
@shabajims2966
@shabajims2966 Жыл бұрын
Yeah avuzukuri abadataha soite nuko bagifise abana bakiri bato canke ukaba utaripanga imuhira. Ibibihugu turimwo kwaza biruhisha mumutwe kubera stress zaha. Kandi iyumaze gukura ntawokwipfuza gusazira muribi bihugu
@mosescharles1921
@mosescharles1921 Жыл бұрын
Kweli
@remesha
@remesha Жыл бұрын
Erega gutaha atacutahanye navyo nikibazo, kiretse ngirango abava mumiryango yifashe neza. Urazi gutaha ushikira gupanga atanakazi ufise
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Жыл бұрын
Mu Burundi uhuzima buriho nuko gusa abantu bakora umwanya muto kandi blaryoherwa cane kandi badakora cane
@habonajeanwillon3336
@habonajeanwillon3336 Жыл бұрын
Kabisa ukwo ni Ukuri brother
@kg7285
@kg7285 10 ай бұрын
Jewe nzogaruka i Burundi hameze nkuko nahasize before 93 sha i burundi hariharyoshe ntawifuza kuja hanze à l’époque abantu barakundana cane ntanivyamoko twarituzi. Ariko nkuko Karim abivuze Home is always home
@joleal7941
@joleal7941 Жыл бұрын
Gaël utuzanira ibiganiro vyakamaro✌✌
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 Жыл бұрын
Uyumuntu ndakunze ikiyago adusangije kubera kirimwo ukuri 99%
@WIZPOPMUSIC
@WIZPOPMUSIC Жыл бұрын
Boss From Kinanira 3 ..Kina Gaden 💪🏽💯🔥🔥🔥🔥
@aikkiza32
@aikkiza32 Жыл бұрын
Courage Gaël be respected
@abdoulsenga2033
@abdoulsenga2033 Жыл бұрын
J'ai entendu "tu fais basketteur?" 😂😂😂😂😂
@arakazaarsene8109
@arakazaarsene8109 Жыл бұрын
😅
@mulengegeneration3260
@mulengegeneration3260 Жыл бұрын
Mwenewacuuu🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩❤️❤️
@lostboy2608
@lostboy2608 Жыл бұрын
Ico noterera nuko umukozi wa leta canke umuntu wese ahebwa kukwezi, haba Bdi canke Europe bose nico kimwe. Ntamuntu aba umutunzi kubera salaire yukwezi. Umutunzi ni umurwizatunga. Mubari hanze abarwizatunga nibake.
@tijorico7906
@tijorico7906 Жыл бұрын
ego uvuze ukuri kweli
@fabriceirandinze1495
@fabriceirandinze1495 Жыл бұрын
Muramumbariza ko Pascale one hakizimana ko amuzi ampe amakuru yiwe
@nteziryayosamuel9630
@nteziryayosamuel9630 Жыл бұрын
Nivyo abari mumahanga ntiborohewe bose hari abo bimeze neza nabandi bameze nabi
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 Жыл бұрын
Gaël muhira ni muhira sha ino tuza gupangasa hampa dutahe
@mbonicuraastere7352
@mbonicuraastere7352 10 ай бұрын
Ivyavuga nukuri❤
@mrsheriff4118
@mrsheriff4118 Жыл бұрын
Ariko rero aba diaspora namwe murihenda, none mwibazako ibibihugu impamvu biteye imbere nuko bakora cane, ahubwo mwari mukwiye kuza mubahanura bagakora cane nkuko mubibona hanze yogihugu, kuko twebwe muri africa dukunda gushaka kwicara tudakora
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Жыл бұрын
Uvuze ukuri africa umwanya wo gukorwa Ni muto cane. Mu burundi ubuzima kumuntu akora cane. buriho
@agrippinendabagiriye1476
@agrippinendabagiriye1476 Жыл бұрын
Avuze ukuri.
@thierryhabonayo2110
@thierryhabonayo2110 Жыл бұрын
Vrt avuzukuru ikiyagi ciw ndagukunze 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Жыл бұрын
Hanze igituma umuntu aronka amahera ariyima gusa ntakindi
@amosimanirampa4257
@amosimanirampa4257 Жыл бұрын
Uraryoheye ku kiganiro cawe aba nyagiheta tumenyane twibera mumahanga
@fabricebukuru321
@fabricebukuru321 Жыл бұрын
Bivana ni gihugu ubamwo kuko i buraya i bihugu tubayemeo biratandukanye
@remesha
@remesha Жыл бұрын
Ntibivana nigihugu utuyemwo gusa, nakazi ukora nako kuko uhowoba urihose ukorera amushahara wohasi ntabakwiye kuriha facture zawe utavuze kuyarungika muhira
@jospinhavyarimana2222
@jospinhavyarimana2222 Жыл бұрын
Ntitubeshanye Mugenzi jwe ndamaze kuba hanze uno musi nzi ibihugu 10 ariko ntaheza hasumba motherland! Nivyo urahembwa 3000€ ariko ama bills nayo turiha nam impôt niho amafaranga aherera Rega! Gusa Ingorane la Diaspora Burundaise dufse. Turi hanze nti du créa am Connexion pour mieux investir dans notre patrie
@willyfreddyirakoze8486
@willyfreddyirakoze8486 9 ай бұрын
Uvuzukuri
@youngrachel6013
@youngrachel6013 Жыл бұрын
Oya 95% ntibifuza gutaha, kuko uravye abataha définitivement si benshi ugereranije n'ababa hanze bose.
@imperfectflower5609
@imperfectflower5609 Жыл бұрын
Uyu mutumire avuga ibintu vyiza cane. Avuga ukuri gusa! ndakunda ibiganiro vyiwe
@boris-evrardmucowintore5744
@boris-evrardmucowintore5744 Жыл бұрын
👌😍🙌🏻👏🏻
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Amahanga aragoye kimwe nukwikaza gusa
@dafxclass
@dafxclass Жыл бұрын
Akantu kaba Influenceur niko gakoze heza ntimukazimire impanuro nizo kora ivyawe ninguvu zawe hama wibereho ubuzima bwukuri
@Visionstv-f5v
@Visionstv-f5v 11 ай бұрын
Ubulaya haragoye imana itagufashije wakwisanga homeless nanga warwaye depression🫥 future yawe ikaba irangiye
@emekaikee3676
@emekaikee3676 Жыл бұрын
💕💕
@didokhadafindayizeye9682
@didokhadafindayizeye9682 Жыл бұрын
Uyu mujama yubahwee😁
@user-gn8xz8pb5z
@user-gn8xz8pb5z 10 ай бұрын
@FB-df6bp
@FB-df6bp Жыл бұрын
💯
@mr_tubane_neza
@mr_tubane_neza Жыл бұрын
Ntaco nzoja kuvyirabira 🤣🤣🤣
@lolollololi1050
@lolollololi1050 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@hoppyjerry
@hoppyjerry Жыл бұрын
Karibu
@zubeaslay6566
@zubeaslay6566 Жыл бұрын
#Gael ebn na jw vmt nzokurondera nje dukorane interview ninagaruka #Buja.Abantu benshi bibaza ko mumahanga cane cane ino muri Etas Units ko ama $ tuyayora ariko suko
@mosescharles1921
@mosescharles1921 Жыл бұрын
Biri gute
@salumsalum5712
@salumsalum5712 Жыл бұрын
😲😲😲
@bsc4177
@bsc4177 Жыл бұрын
Uko nukuri kbs
@bonvoyagetaxi7730
@bonvoyagetaxi7730 Жыл бұрын
Muze murivugira apana kuvuga en general
@hoppyjerry
@hoppyjerry Жыл бұрын
Non, examples nyishi yazitanzeko ubwiwe, il n'a pas generalisé.
@user-nn8fb9em6d
@user-nn8fb9em6d 9 ай бұрын
Urumuntu mwizape ! Babwire
@tijorico7906
@tijorico7906 Жыл бұрын
muduhe contact za Karim pls
@samweljoel6128
@samweljoel6128 Жыл бұрын
Big up sana komera mutama karim lmana ikuzigame sana
@fleuryniyimfasha2351
@fleuryniyimfasha2351 Жыл бұрын
Uyo sumwe yacintege abaciy serbie noe ubu abana baratagase🤪 50 euro asigarana bangahe après ttes les depenses harya wavuz nabi warigutuma uvuga ko hoho vyotuma apana kudecouragea abantu
@jospinhavyarimana2222
@jospinhavyarimana2222 Жыл бұрын
Yavuz ukuri wewe uvuga uko nturaja hanze c sur ! Muri 50€ uramubwira akurungikire na 100mille urabe basi
@tijorico7906
@tijorico7906 Жыл бұрын
vyoba vyiza dukoze film yubuzima muri Europe ,,na Nord Amerique,,abenshi botahura uko bimeze ...akenshi ntivyoroshe bagenzi,,aliko ugiye urabika duke duke biroroha,,
@mosescharles1921
@mosescharles1921 Жыл бұрын
Nukuri
@leonardnduwayo238
@leonardnduwayo238 Жыл бұрын
Sha avugishije ukuri. Ndi America ubuzima ntibworoshe
@kevinmugisha1293
@kevinmugisha1293 Жыл бұрын
Taha none ba mureka kutuhenda twe nukudya nubufindo
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 Жыл бұрын
uyu mu type yubahwe nukuri jojo iyo ubibwiye abantu ntibabitahura baca bavunga ngo uriko uraba sha abamaze kuba hanze nibo bavyuva pe 🙏🏾🙏🏾👌🏿
@nduwimanaestella4395
@nduwimanaestella4395 Жыл бұрын
Can gos
@user-nd8ff4bg8h
@user-nd8ff4bg8h 7 ай бұрын
Man nukonyene imanimbere
@kg7285
@kg7285 10 ай бұрын
L’important est d’investir naho woba ufise 100$
@wakandatyganelsonofficiall6395
@wakandatyganelsonofficiall6395 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@tijorico7906
@tijorico7906 Жыл бұрын
vyoba vyiza bene wacu babarundi bigiriyeyo bakaraba,,,uko ubuzima bumeze,,,
@alainfleurymugisha7798
@alainfleurymugisha7798 Жыл бұрын
C est la vérité mais nukuza uraraba vyinshi uvuga ugabanye bimwe bimwe gusa big up brother
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Жыл бұрын
Aravugisha imvugo ndezarugro, uwo mugabo arabesha pe, najw mbaye nkakorera mur Kenya, ndarya nkabiter'inyoni naronka resources ntaribwakoreko mu Burundi 🇧🇮 iwacu
@tijorico7906
@tijorico7906 Жыл бұрын
@@aimabiz8393 hewe muri Kenya ,,yes ,,aliko Europe ,,aravuga ukuri man,,,
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh Жыл бұрын
Muri kenya yes .hewe Europe nuko tubayeho pe.
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Жыл бұрын
I get you dear friend, and am so sorry for that
@hoppyjerry
@hoppyjerry Жыл бұрын
Thank God you're lucky! Not everybody in Kenya bro.
@ndayishimiyebernardin5616
@ndayishimiyebernardin5616 Жыл бұрын
De vu les
@lostboy2608
@lostboy2608 Жыл бұрын
Urabeshe. Ngo 90% yabari hanze bashaka gutaha?🤔
@tantineirakoze1961
@tantineirakoze1961 Жыл бұрын
Nabeshe mwebwe nyene.🇺🇸🇧🇮
@kevinmugisha1293
@kevinmugisha1293 Жыл бұрын
@@tantineirakoze1961 Aho sha nibakomeze baduhende
@ernestndayizeye3116
@ernestndayizeye3116 Жыл бұрын
Wewe nimba wagiye uriye itongo canke wagiye wivye bank wokwifuza gutaha gute? Ariko ubimenye ko 90%zabari buraya bashaka gutaha
@aimonslavolonte7660
@aimonslavolonte7660 11 ай бұрын
Hari uwufata iwe igihugu banka abirabure, racisme n'ibindi. Gutaha iyo igihugu kimeze neza...
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Жыл бұрын
Ivyo vyana vyabategetsi bibabirekereza amavya nk'inkende, bishika ibirori basumbanya abazungu abametis ng barakora! Ico gifyinate cokuryamasaki nubugali gusa! Uwo numucongomani birumvikana bashoboy kurya gusa! Raba Abacongomani ingene diamonds na ors zabo zigurishwa n'URwanda zigatazimber URwanda, abo nukurya gusa ntakundi bashoboy! Urwo rugabo ntuzosubir kurutumako kumukubito TV! I vote fuck off for him!
@pacifiqueakimana
@pacifiqueakimana Жыл бұрын
Man uy mujama n' umurundi kandi buhisha ingeso , ahubw vyiz urakwiy guheb kuz uravuganabi
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Жыл бұрын
@@pacifiqueakimana Ukaba naw urumwana wumutegetsj wihangan, ako nagashavu navugany kuber ivyo avuga sivyo nagato! Jw ndazi Abana benshi bavuga mu Ngagara abndi muKinanira mu Kinindo:bagiy USA abndi Canada kwigayo no gukora Bari baziko bagiy kunyonga ama Rolls Royce batayabiriy akuya! Non nkumuntu iwabo yakuz avyurwa kurya saa Sita mw'ijoro nukwo ntazi n'ingen boza isahani, non wumva ASHOBOR GUKOR mur Restaurant cnk mur Hotel mur Domaine yoguteka mur Canada cnk 🇺🇸 cnk mu bwongereza, ivyo bitip uzawumvango jw NJ kwogerezamasahani abazungu ariko bakibagir K Bari kukazi! Abntu bo mur francophonie abafransa nababirigi baratwish ng akazi ni lazima ub mur Bureau ukoresha computer gusa? Niyompamvu nubu I vote fuck off for him! He's lazy motherfucker, idiot and stupid man!
@pacifiqueakimana
@pacifiqueakimana Жыл бұрын
@@aimabiz8393 oy ntabw nduwo umutegets gus nukuz urashiramw discipline mu majambo uvuga
@kashogikarim3004
@kashogikarim3004 Жыл бұрын
Wewe wigira umurundi gusumba abandi mbwira umu congolais gouvernement burundais imaze kurungika kuja kuba ambassadeur aserukira igihugu wewe uzi?si t’as rien n’a dire vaut mieux te taire niyo mpanuro noguha
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Жыл бұрын
You guess or not but u must notice this :the half-cast people always like that man, I mean who has 2 nationalities. They're often lazy in different fields. In addition;many children of African authorities are so lazy bcz they think they have all, they don't work but I mean African authorities not Americans either Europeans children authorities
@richardnibaruta5092
@richardnibaruta5092 Жыл бұрын
ibi biganiro birakenewe ariko ntibica inguvu umurondezi kuko aba diaspora nibo bari kubaka za miroir rero uwushoboye kugenda azobarizeyo .
@kg7285
@kg7285 10 ай бұрын
Absolutely, kuja hanze erega sibibi uwubishoboye wese vraiment naze
ZARI KAWEDDEMU MULAMU WE ALEESE BWIINO OMUKAMBWE
36:57
Gossip Live
Рет қаралды 25 М.
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 13 МЛН
ABAKOBWA BAKENEYE ABA DIASPORA
24:39
Germaine B
Рет қаралды 2,1 М.
Kunzes Dolma elected as LBA Women wing  President
9:20
Reach Ladakh
Рет қаралды 2,1 М.
Noneho umva ko aba diasporah bavuga uyu munsi byose mbitaye hanze.
9:28
Good job hero. #shorts #fyp
0:20
Gbeckett12
Рет қаралды 40 МЛН
He understood the assignment 💯 slide with caution x2
0:20
Carlwinz_Official
Рет қаралды 25 МЛН
БАБУШКИН КОМПОТ В СОЛО
0:19
PAVLOV
Рет қаралды 5 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
0:42
Аришнев
Рет қаралды 1,9 МЛН