ABAGORE bibana abagabo basaze i BUJUMBURA//SLAY QUEEN zasambuye INGO//Agateka k'UMUKENYEZI kwicwa

  Рет қаралды 19,294

UMUKUBITO

UMUKUBITO

4 ай бұрын

ABAGORE bibana abagabo basaze i BUJUMBURA//SLAY QUEEN zasambuye INGO//Agateka k'UMUKENYEZI kwicwa
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#urukundo #femme

Пікірлер: 77
@mpingakayove9072
@mpingakayove9072 4 ай бұрын
👍👍👍👏👏👏Benny uhabwe icubahiro kandi Imana iguhezagire cane muri ico gikorwa ciza co guhanura no kwubaka la société burundaise.
@giftnananaomi7092
@giftnananaomi7092 4 ай бұрын
Béni.hezagirwa ndakunda impanuro zawe,Gaël wakoze kuzana B. Love from 🇷🇼✌
@user-fd3oh4qh9i
@user-fd3oh4qh9i 4 ай бұрын
Urandondera ngufashe kuvyigisha!! Tuvyumva kumwe ❤
@GaelNgabire
@GaelNgabire 4 ай бұрын
Gaël ndakeneye kumenya amajambo uvuga muri introduction 😂😂😂 Mwit'umusazaaa
@christainc.5217
@christainc.5217 4 ай бұрын
😂😂Oya namwe none haruwo bafata kunguvu😂😂abagabo nibo babarondera😂😂😂ntawobumugabo😂😂😂jeho umugenzi niwe yamutwaye😂😂ariko sikosa ryiwe nikosa ryumugabo wanje
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 ай бұрын
Weho uravyibuka ko yijanye nubwenge bwiwe bwose. Abandi baba barigushikira ibinyoma ngo babivye 😂😂😂😂
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 4 ай бұрын
Nukumenya kwiyakira hari abagabo bamw bamw bagoy
@AlainBlaiseMasango-ub5gn
@AlainBlaiseMasango-ub5gn 4 ай бұрын
Gaël ibibintu ukora bizotuma Channel yubahwa kuko hari izivuga ubugugu.
@nalaesi7389
@nalaesi7389 4 ай бұрын
Ahatagira ubukuru nyabwo ntihagera iteka n'itekane. Murakoze kurizo nyigisho muduhaye
@user-el6zl9ot1h
@user-el6zl9ot1h 4 ай бұрын
Courage vraiment c,est la verite
@dianekamariza2523
@dianekamariza2523 4 ай бұрын
Gaël nawe Imana iguhezagire kubantu bazima utuzanira
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 4 ай бұрын
Gaël mrcii j nkibona béni ntera mpagarara nta kubandanya ahando❤umukubito kuyindi mpwemu
@user-gm1zb1sx7h
@user-gm1zb1sx7h 4 ай бұрын
Merci bku Beny tumenye guhindura mentalité twige kongereza kuvyo tuzi kdi dufise...
@ndikjo_el9981
@ndikjo_el9981 4 ай бұрын
En résumé Abagore bazi ko abagabo babo bafise abahabara ne célébrer pas Abagore bafashwe kunguvu kandi batatunganyirije ne célébrer pas Abagore badafise ico gufungura ne celebrer pas Abagore bose bazi ko batotejwe kandi bamerewe nabi kubera ari abagore ne célébrer pas Abagore ba celebra nibarya bafise ubuzima bwiza mumategeko y'igihugu n'Imana!! Célèbrer Abandi twese nimuze tuje kuri stade turire
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 3 ай бұрын
Nivyo kabisa
@user-zz1lj4mx8c
@user-zz1lj4mx8c 4 ай бұрын
Ooh la laaaaa
@user-tw5rv5ip6b
@user-tw5rv5ip6b 4 ай бұрын
Bonne conseil vrmnt👍
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 ай бұрын
Umugabo baramwiba ibaye impene intama inka?
@dianekamariza2523
@dianekamariza2523 4 ай бұрын
Ukomeze guhezagigwa cane Béni . Nukuri wigisha neza .
@KimanaSanta
@KimanaSanta 4 ай бұрын
Ndagushimiye uvuze neza aho kwegeranya akantu bakaja kuraba abamerewe nabi abakenyezi bene wabo bamerewe nabi birababaje uvuga ukuri umuhabara abatonye gusumba wew
@umurisadudu7514
@umurisadudu7514 2 ай бұрын
Najyaga nibaza umuntu usa na Benny kumbi ni BEN RUTABANA .
@innocentesimbare6742
@innocentesimbare6742 4 ай бұрын
@BakanibonaJosephine
@BakanibonaJosephine 4 ай бұрын
Ivyeze Ubu n,abakobwa n,abagore bahabwa ama promotion kubera kuryamana n,aba chefs babo
@sereine-marienkuyehasi3009
@sereine-marienkuyehasi3009 4 ай бұрын
On veut une mission de 2 ici SVP!
@aristidendayubaha6114
@aristidendayubaha6114 4 ай бұрын
Buryaaa je nama ndabuvuga
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 4 ай бұрын
Gusa ukoresha igifaransa cinshi ; kwiga rero ikirundi.
@chelseaingabire2802
@chelseaingabire2802 4 ай бұрын
11min 45sec-12h05sec nta kintu nakimwe ki justifia violence physique et c'est dommage ko namw muvyumva uko
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 4 ай бұрын
Bambwire kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤❤
@dieumercibizimana-zw7tx
@dieumercibizimana-zw7tx 4 ай бұрын
Biriko biraja kuyindi point idasanzwe 😂😂
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 4 ай бұрын
Kosora : ingeso mbi ubu bafise..!
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 4 ай бұрын
Beni komer
@LilianeNirere
@LilianeNirere 4 ай бұрын
Reka tube tunezegwa kuko nabapfa barapfa.kandi ntitwokwama muri deuil yimyaka yose bivuna umutima.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 4 ай бұрын
Abagore babarundikazi muteyisoni cane ,kubona mwitora mukaja mukabare mukarya mukaborerwa mutatweretse nabagore bakenye mwagiye kuramutsa,abari basi yanyu nabonye abagore bahetse abana muri ville basabiriza biteyisoni birababaje.
@m.j.s305
@m.j.s305 4 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane gusa izo strategie zose ziragoye kuko abatanga amahera nibo bari suposed kwiga ayo ma strategie.
@guybertrandnishimwe6528
@guybertrandnishimwe6528 4 ай бұрын
Intare juste turakwemera ukora ibiganiro mu bice vyose
@Capy-xo1
@Capy-xo1 4 ай бұрын
Munyihere LIKE ubundi bwo ivyo bavuga ngo agateka kumugore muvyitondere kuko ntanivyo mbona.🤲🏾🤲🏾🤲🏾🤲🏾🥰
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 4 ай бұрын
Sh nagir nryamy Me mbony béni kumukubito ndabuz ic mfat nic ndek.gael mfash ic nokor🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@user-cq1dx6qu2j
@user-cq1dx6qu2j 4 ай бұрын
Rondera témoignage y'ababihevye bavyigeze: uwigeze kwiba umu(aba)gore b'abandi bagabo, kwiba (umu)abagabo b'abandi bagore, abakobwa/imisore bivye aba ''chérie/héries"" b'abandi batubwire ico bavyungukamwo n'ivyo bahabwa
@bikorimanadieudonne7026
@bikorimanadieudonne7026 4 ай бұрын
Ww ntaruhara ubifisemwo ?
@user-zz8wf7nv3w
@user-zz8wf7nv3w 4 ай бұрын
Gaël vrent ari kukazi
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 4 ай бұрын
Mu bagore n'abakobwa abafatwa ku nguvu ni 2/10;8/10 nibo batanga igitsina cabo kubushake bwabo.
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 4 ай бұрын
Ibintu vyinshi i burundi vyarenze ihaniro inyota y’ifaranga igiye kutwicira ubuzima n’indero runtu. Ahari abagabo ntihagwa ibara. Kura hasi duharanire iteka uko twamye mu Burundi.
@Ornellaakaneza
@Ornellaakaneza 4 ай бұрын
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@niyonsengaprimitive
@niyonsengaprimitive 4 ай бұрын
Abagore bihagurukira bakaja mubarabu abagabo bagaca batangura gutanga amahera ukobishakiye,birababaje
@UmwizeroTV27
@UmwizeroTV27 4 ай бұрын
bonjour bonjour nukuri urakoze kubivuga abagore ntidukunda kuko nitwe dusamburanira ama droits yacu
@UmwizeroTV27
@UmwizeroTV27 4 ай бұрын
sukwibana abagabo gusa nubutunzi bwumuryango burahahonera MARAYA akagendera mumodoka yawe nawe ugenda namaguru akarya inkoko abawe baburaye c'est regrettable.
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 4 ай бұрын
Uri intwari.
@niyonsengaprimitive
@niyonsengaprimitive 4 ай бұрын
Abagore bose baribakwiye kumva ibibintu kbsa kk ninkoramutima
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 ай бұрын
Za murata abagore mubeshera aho ba slay queen ngo babivye, nimba mumitwe yanyu muri vide mubivuge tubimeye
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 4 ай бұрын
Beni ndakuda impanuro zawe
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 4 ай бұрын
Mu Burundi abakobwa n'abagore batari bake uburenganzira bwabo nibo babwiyicira mugushaka kubaho bitesheje agaciro mu ba diaspora.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 4 ай бұрын
Mugize ikiganiro ciza.
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 4 ай бұрын
😂😂😂
@beatricenkurunziza3136
@beatricenkurunziza3136 4 ай бұрын
Oya ivya boite vyojamwo kubesha
@alphonsinenionhoro4065
@alphonsinenionhoro4065 4 ай бұрын
Abagore nabo bacinyumabagabo mubahanuyiki nabo?
@user-zb3ym4pe5h
@user-zb3ym4pe5h 4 ай бұрын
ndaramukije amahoro , abagore ngo baribana abagabo?umugabo asigaye arikintu coroshe kwiba?baragiterura ya cerveau yubwenge,kagatima bwenge,bwabuntu,ryabanga kwakwiyuha vyaroyehe?turondere kugarura Ubuntu ahandiho numva numugabo asigaye arikintu ntakiruwagaciro nimbageze ho ahendwa akibwa Ubuntu bwiwe!
@jocelyneharerimana3395
@jocelyneharerimana3395 4 ай бұрын
None umugabo bamwiba gute? Reka reka
@user-ee3je6dv2f
@user-ee3je6dv2f 4 ай бұрын
Ivyovyose nubu Escro bwabanyaburayi nabanyamerika ngwimisi mikuru atariyo. Imisi mikuru yose mwashingiwe mutaziyo yazananye siyo.
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 4 ай бұрын
Bazita AAA zitatu
@nduwimanajaphet7286
@nduwimanajaphet7286 4 ай бұрын
Irijambo ribagereho cancan abanyafrika iyomuntu aguhaye ikintu udashobora kwigurira utanashobora nokigitekereza ngo ucihe bro ubufuzwe mubwonko
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 4 ай бұрын
Neza cane brother
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 4 ай бұрын
Ça se fait en Europe les travailleurs de sexe barariha ikori (impôts) i burundi n’akajagsri gusa
@JacquelineKwizera-sw7sd
@JacquelineKwizera-sw7sd 4 ай бұрын
Mbe none abagabo babiba gute? Nimpene canke inka bazitura ahiri? Ubwabo ntibashobora kwirwirwayo uwomuntu agomba kumutirimutsa?
@grettamukezamfura408
@grettamukezamfura408 4 ай бұрын
Beny uzi ibintu vyinshi mais t un menteur kuma réseaux sociaux cane.dis la vérité nimba ushak ko ibintu bihinduka.
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 4 ай бұрын
Abo bakobwa n' abagore, n'abagabo n' ikibazo gikomeye!? Abagore n' abakobwa babeshwa ba kanuye ma ni ni!? Mbega, ubwenge bubi buhitiye canke n' ubujuju!? Aba koloni, nti bagishoboye gu koloniza abagabo, ubu bakoloniza abagore n' abana!? Uyo musi w'abagore ni mwiza mugusaba ko abagore bo fatwa neza gusumba!? Mugabo abo bakobwa n' abagore ni bo bonyene biyononera aha nini ubuzima!? Raba neza abakobwa canke abagore ingezo mbi abu bu bafise!? N' iki bazo!? Mwebwe ni mugerageze, je we nsa n' uwunaniwe gutegera neza ico abagore bashaka!?
@YvetteNdorimana-ly9ml
@YvetteNdorimana-ly9ml 4 ай бұрын
Wubahwe Sexiologue
@DauphineAxelleMizero
@DauphineAxelleMizero 4 ай бұрын
None umugabo baramwiba tutabeshanye?nikijuju batwara kitagira ubwenge?
@JacquelineKwizera-sw7sd
@JacquelineKwizera-sw7sd 4 ай бұрын
Nicokibazo nanje mfise
@MichelineBucuti-pu7mu
@MichelineBucuti-pu7mu 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 ай бұрын
Iyo ariwewe wamwitereteye baramukwiba. Iyo nyamugabo ariwe yaguterese agenda yijanye ntibamwiba
@bellamiemugisha6325
@bellamiemugisha6325 4 ай бұрын
Hmmm barabiba Caneee ninkuko nabagore babibaa ... Iyu fise umukunzi menya ko hariho abandi bamwipfuza bogira vyose kugira bamuronk
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 ай бұрын
@@bellamiemugisha6325 umugabo niwe aresha hama ngo baramwiba reka sha kuza muratubesha
@horimberepeace7376
@horimberepeace7376 4 ай бұрын
HAHAHA HIHIHIHI HIHIHIHI 😅😅😆😆😆😆🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😆😆😆😆😆😅😅😅
@orie-grettamunezero9320
@orie-grettamunezero9320 4 ай бұрын
Nta mugabo batwara,batwara inzererezi!!
@Sirila18
@Sirila18 4 ай бұрын
Fenéantisme? UBUNEBWE TEGURA IBIGANIRO, MUKORESHE IKIRUNDI BOSE BUMVA.
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 4 ай бұрын
😂😂😂
Wassim Nasr le propagandiste un complot contre Ali Dangote
28:40
PATRIOTE MEDIA
Рет қаралды 2,5 М.
ЧУТЬ НЕ УТОНУЛ #shorts
00:27
Паша Осадчий
Рет қаралды 9 МЛН
Батя в общественных местах 😇
0:46
Время горячей озвучки
Рет қаралды 1,5 МЛН
Пранк над Махачевым🥶
0:19
FERMACHI
Рет қаралды 8 МЛН