Ahishuye amabanga akomeye menshi ya Satani n'abakozi biwe! Intahe ya IRAKOZE Ericane

  Рет қаралды 5,419

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

6 ай бұрын

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 11
@NiyokwizeraBlaise
@NiyokwizeraBlaise 6 ай бұрын
Aameen IMANA idutabare cane murikigih c'iherezo
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@chadrackIrakoze-rh3br
@chadrackIrakoze-rh3br 6 ай бұрын
Muramutumira kuri caméra niho yobisigura neza murakoze
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Murakoze kur'ico iciyumviro 🙏💖
@lisndikuman6470
@lisndikuman6470 5 ай бұрын
Ego muzomutuzanire murakoz
@KadhafiNsavyimana
@KadhafiNsavyimana Ай бұрын
Imana idutabare kandi murakoze komeza iyo nzira
@meirratv
@meirratv Ай бұрын
Amen 🙏❤️
@user-ol9je6lk6n
@user-ol9je6lk6n 6 ай бұрын
Amen imanimpegukizwa neza ihezagire numukoz wayo
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Amen 🙏💖
@user-dp5el2ys7n
@user-dp5el2ys7n 6 ай бұрын
Ariko.ntivyunvikananezaa
@meirratv
@meirratv 6 ай бұрын
Ni vyo ntivyumvikana neza. Ni ikibazo ca sonorisation y'Urusengero!
Urupfu intumwa za Yesu zagiye zipfa imwe ku yindi
7:45
Murwanashyaka Cyriaque MENYE KO T.V
Рет қаралды 8 М.
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 77 МЛН
Looks realistic #tiktok
00:22
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 105 МЛН
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 10 МЛН
MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA
32:01
Intahe ya Felise  :Imana irakora ibitangaza bikomeye igice ca  kabiri
29:13
Impamvu yaririmbye AKAMANYU K' UMUTSIMA - Ntibyoroshye !
15:29
ZABURI NSHYA
Рет қаралды 4,3 М.
Jakone, Kiliana - Асфальт (Mood Video)
2:51
GOLDEN SOUND
Рет қаралды 9 МЛН
IL’HAN - Pai-pai (lyric video) 2024
3:24
Ilhan Ihsanov
Рет қаралды 503 М.
akimmmich (feat. Turar) - UMYTTYŃ BA?| official lyric video
2:54
akimmmich
Рет қаралды 3,4 МЛН