No video

Amagambo y'Ubwenge ntigeze numva ahandi || Ubwenge bwuzuye, bukura uruhumyi kumaso

  Рет қаралды 350

Iwacu Kumuhana Tv

Iwacu Kumuhana Tv

Күн бұрын

Ntiwibagire gukora SUBSCRIBE nimba utarabikora.
Inkuru yanditse:
Iyo ushoboye gutsinda ivyipfuzo vya buri kanya,
ubona ibitangaza.
ariko iyo wigumiye muvyipfuzo vyawe, wicwa n'agahinda.
niwiyumvira, uzokwiyumvire ibisazwe ugarukire hafi,
niwagirana ikibazo n umuntu,
uzobe umunyakuri kandi utere intamwe umwegere, musubize hamwe
niwashaka kugira ivyo ukora,
uzokore ivyo ukunda.
Niwagira umuryango wawe,
uzokwitange cane ube uhari igihe cose ukenewe.
niwagira abo utwara ukabayobora,
ntuzogerageze gutwaza igitugu.
bandanya gukarisha imbugita yawe,
nayo izokariha ibage ata kubabarira.
ronderana ishaka amafaranga n'umutekano,
ntizigera narimwe wicuza canke ngo usabirize.
iyo ivyo ukora vyose, uba bugendere kukuntu abandi bobibona,
wisanga wabaye imbohe, infungwa yabo.
mbega wumva ufise ukwihangana guhagije kwo kurindira ico kiziba,
ng'ivyo vyondo birimwo, bibanze vyume, n'ayo mazi asubire gusa neza
nk'amazi y'umusarara?
mbega urindiriye ko umuco wo kukumurikira wiyatsa ubwawo wonyene
utigeze ugira ico ukora?
Uwuzi kugenda, ntagenda avuga ngo ngiye aha.
kandi ntiyigera yumva ko yageze iyo aja.
abanyatugenegene nyabo,
barareka uko biyumva kukabayobora, kukabajana aho gushaka.
abazi ivyo bakora, bakora akazi kabo,
gaheze bagahagarika bakaja mubindi.
kuko bababazi neza ko isi udashobora kuyingenga uko ushaka,
kandi ko kubigerageza bisa nko guta umwanya.
Kuberako yiyemera,
ntiyigera narimwe agerageza kwemeza abandi.
kuberako anezerejwe n'uko ameze,
ntakeneye uko abandi bamubona.
kuberako yigirira icizere,
n isi yose imugirira icizere.
kumenya abandi nivyiza,
ariko kwimenya vyo ni ubundi bwenge.
gutegeka abandi bikugira igihangange,
ariko kwitegeka wewe ubwawe, ni urundi rwego.
abafise ivyo bazi, ntibavugaguzwa.
abo ubona bavugaguzwa, burya ntakintu bazi.
umugabo nyamugabo yironderera amahoro akoresheje ubwenge bwiwe
Imana yamuhaye.
Iyisi yuzuyemwo ibintu vyinshi cane,
abamaze kwitahura bamenye gutandukanya bakamenya
ivyo bashobora kugira ico babihindurako
no kwakira ivyo badafise ikintu nakimwe bobikorako.
Aha ni iwacu kumuhana tv,
jewe Nitwa gusenga Derrick.
kora subscribe nimba utarabikora.
Imana Ibazigame, nah'ubutaha.

Пікірлер: 1
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith Жыл бұрын
Big up my Gee
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 26 МЛН
How I Did The SELF BENDING Spoon 😱🥄 #shorts
00:19
Wian
Рет қаралды 36 МЛН
The Giant sleep in the town 👹🛏️🏡
00:24
Construction Site
Рет қаралды 20 МЛН
Fortunately, Ultraman protects me  #shorts #ultraman #ultramantiga #liveaction
00:10
Muniba Mazari - IJAMBO RYAHINDURA UBUZIMA EP119
14:53
DASH DASH TV
Рет қаралды 34 М.
Ibintu 5 wakora ukaba ukemuye 99% byibibazo ufite uwo waba uriwe wese
40:48
ROCKY ENTERTAINMENT
Рет қаралды 319 М.
IGIHANO  WAHANISHA  UMUKUNZI
38:23
ISIMBI RYA YESU tv
Рет қаралды 60 М.
Uko wasoma mu mitwe ya bantu by ISMAEL Mwanafunzi
31:50
RedBlue JD
Рет қаралды 119 М.
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 26 МЛН