Beny sexologue : ibimenyetso 3 vyokwereka ko umuntu murikumwe ashobora kuba wa projet.....

  Рет қаралды 14,925

Magic Channel TV

Magic Channel TV

2 жыл бұрын

Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media

Пікірлер: 102
@irakozemarina8881
@irakozemarina8881 2 жыл бұрын
Basha uwubona ko ben yabyibushe agonge like❤️kurongora nivyambere hm di merci pr votr conseil
@oseendayi5046
@oseendayi5046 2 жыл бұрын
Mimi niko single nainjoy 🤣🤣🤣😄😄😄 guys I love you all Mukomeze ibiganiro nkivyo kuko birafasha ❤️🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
@Balalacanasi_
@Balalacanasi_ 2 жыл бұрын
Erega NatwebwE abagabo turafise utubazo😀😀😀....et surtout merci pour l'enseignement...kandi harico nakuyemwo parce ke y avait des choses que j'ignorais
@niyibizijeandedieu1743
@niyibizijeandedieu1743 2 жыл бұрын
Kombakunda mwazambabarira nkabasura a'ho muri Magic Ndabakunda cyane 🤘🇷🇼
@theglobalreform
@theglobalreform 2 жыл бұрын
Hmm ako kantu yavuze kuva kuri 19è min 10" ni hatari. Hama uwabonye ko Bella yari yamaze kwinjira muri mpwemu agire thumb up👍 😄. Uno mugabo adukora mu bwonko neza neza, ndamukunda!
@faustinntamatungiro5145
@faustinntamatungiro5145 2 жыл бұрын
Umugore umweretse ubutunzi ubu wikwegeye agusaba amananiza kuguharurira ivyo ukora
@fortuneemugisha4178
@fortuneemugisha4178 2 жыл бұрын
Merci bcp murakoze ku twungura ubwenge harivyo mu twunguye pe Minouche Bravo mu komeze ikiganiro umutumire nkuwo arakenew🎉📢
@saleontrillioner9069
@saleontrillioner9069 2 жыл бұрын
@Beni @tataBella😍 @Minouche😍@Gretta Merciii...vos paroles est une armée lourde pour la destruction de toutes fausses imaginations. Keep on
@nanaeric7928
@nanaeric7928 2 жыл бұрын
Ngibi rro ibiganiro nyavyo.by the way uyo mutyp nincabwenge.caane.
@niterekawillywilson324
@niterekawillywilson324 2 жыл бұрын
Yooooo ikiganiro ndagikunze pe.mubikunz buri yinga mwoza muratuzanir uwo mutumire.mwabajij ibibaz bikor kuri beshi kand bihanur beshi bivany ninyishu zantanzwe.
@jeanclaudeharerimana8228
@jeanclaudeharerimana8228 2 жыл бұрын
Mr Benny wubahwe, tu es tres intergent, arik hariho ahantu wavuze atari sawa cane, icokintu wavuze, ko woca umwerek compte si sawa cane, kuk abakobwa ck aba mama benshi, ndibaz Benny urazik benshi, babona ubuzima bwubunyene, ubwejo no tandisque abahungu(gabo) babona ejo haza, ndabeshe???
@fidelesinzo3697
@fidelesinzo3697 2 жыл бұрын
Uyumugabo ndamukunze.arazi ivyavuga
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndapfuy nu gutwenga😂😂😂muzorab beni muze murazana rimw mwi semaine atang izo mpanuro vmt ikiganiro cari kiri interessant
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 2 жыл бұрын
mbe Minouch ntiwokura utwo dupapuro kumaguru ukiyambara ntiwabonako itagukwiye ? murabona ukuntu ama mega azimvye ariko tukigora tukayagura tukabakurikirana nawe ukazana ibintu vyokuza uraduhenera
@divinekezakimana4820
@divinekezakimana4820 2 жыл бұрын
😂😂😂😂
@hakizimanafrancois2179
@hakizimanafrancois2179 2 жыл бұрын
Bella uyumunsi nagukunze nabonye wihanuye utavugira mw'ijambo rya bagenzi bawe. That is great 👍
@irakozemarina8881
@irakozemarina8881 2 жыл бұрын
😂😂😂nae burya byamukozeho kk yariko ariga
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
Ahubwo si BELLA wenyene, hari abandi mpora mbona muri *SIREN Vibes TV*, ikiganiro kirahera atawumviriza uwundi, umengo ni inyoni za sakumi nazibiri zo kumugoroba.
@simeonniyukuri3077
@simeonniyukuri3077 2 жыл бұрын
Nikubera namubuze😂
@user-vz5si7ux4w
@user-vz5si7ux4w 2 жыл бұрын
Umuhonji ntagura, izo voyage sexuel zihagarare kabisa👏👏👏merci.
@claraflorineayinkamiye1618
@claraflorineayinkamiye1618 2 жыл бұрын
Merci Benny ndakunda kuntu utaryumunwa 😘😘😘😘
@reinemah1826
@reinemah1826 2 жыл бұрын
Beny jew arankuraho😂😂😂😂ngo bon nashitse de toute façon😂😂😂
@tresorarmelndayumuhutu8705
@tresorarmelndayumuhutu8705 2 жыл бұрын
Noé béni ntanamazi yanyoye kwel mgb vrt ikiganiro car kiryoshe
@fundi_feli6299
@fundi_feli6299 2 жыл бұрын
Bellaa ntakibazo yifitiye disi😅 mwakarenganije ntavyo azii😅😅😅😅😂
@onfleek_vania7122
@onfleek_vania7122 2 жыл бұрын
Beny arakoze canee👏👏 bakumpere kamwe vrt👏🍻
@seifira6673
@seifira6673 2 жыл бұрын
Bariko banywa bonyene jiwaz beny nawe ijwi rya saraye bamumpere nanj vrt. Belle intervention de sa part knd yatanze n'impanuro nziza cane!!!
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 2 жыл бұрын
Ahohantu mwakoreye ikiganiro haratuje muzokwame muhakorera
@leonardniyungeko8130
@leonardniyungeko8130 2 жыл бұрын
Bnjr!ndasavye minouche muhanure abakobwa bahebe umugenzo wamaze kubicira umutima nawo nuko abakobwa benshi mukundanye bishiramwoko bizoherera muri mariage kd atajambo rya mariage murigera mucisha mukanwa,Du reste suzuma ivyo bintu 3 beny avuze Hama uboneko muzobana,sinon abenshi bishiramwoko muryamanye ari mariage ikurikira
@philbertnkunzimana9322
@philbertnkunzimana9322 2 жыл бұрын
Toujours de l’avant 💪🏻👌🏻✌️🔥
@williamruto3103
@williamruto3103 2 жыл бұрын
Iyo criteria yakabiri minushi vyaramunaniye
@nivyimanacharlene9482
@nivyimanacharlene9482 2 жыл бұрын
Kura izo mpuzu Zabandi Mwabantu mweee
@deobiho
@deobiho 2 жыл бұрын
BELLA, *ibibazo* biri au féminin, intéressants# intéressantes
@zah8qwert921
@zah8qwert921 2 жыл бұрын
Mr Beni ndamwemera canee nukuri.j'aime toujours l'écouter ce gar.il es meilleur..ikiganiro ciza caneee
@ockieoctober5308
@ockieoctober5308 2 жыл бұрын
Inyishu wishuye kubibazo wabajijwe uvyishuye nkuwubizi koko ndabashimiye kukiganiro mudushikirije
@fabricenzunogera9167
@fabricenzunogera9167 2 жыл бұрын
Minouche ivyo bibazo bagutumye huum😂😂😂 uriko uribariza Sha!!
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Nubundi bariko baribariza🤣🤣🤣
@simeonniyukuri3077
@simeonniyukuri3077 2 жыл бұрын
Hariho akantu mumvuze ndake.nciye ntaha nukuri🤗
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 2 жыл бұрын
hhhhhhhh beny ubakozehooo kbx
@cizaedmond6212
@cizaedmond6212 2 жыл бұрын
Twararyohewe cane gusubira gutumira Bénit
@micheleminem2032
@micheleminem2032 2 жыл бұрын
Hoooo hooooo 🇿🇦
@leenapatma2957
@leenapatma2957 2 жыл бұрын
habari zenu ndakunda ibiganiro mukora
@nininahazwefefe6067
@nininahazwefefe6067 2 жыл бұрын
Beny courage pe urazigutanga impanuro
@dignedelicia6640
@dignedelicia6640 2 жыл бұрын
Murakoze kumvuga ni sawa hhhhhhhhh arasubiyemwo mwese mutari fiancé saint Valantin sirwanyu hhhhhh
@nazeyimanacontesse3517
@nazeyimanacontesse3517 2 жыл бұрын
👌👌✌😍🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@ndayizeyeganza2259
@ndayizeyeganza2259 2 жыл бұрын
Ivyiyumviro vyiza
@mairymairy1851
@mairymairy1851 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏Kumpanur muduhaye
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 2 жыл бұрын
Abakobwa bacu ngo baranyuzwe 🤣🤣 so ikiganiro cari kiryoshe nimwirambire
@aneelaa3486
@aneelaa3486 2 жыл бұрын
Murakoze can ndanyunzwe kwel
@munezeroingrid3890
@munezeroingrid3890 2 жыл бұрын
Wiii ben ,merci pr votre conseil
@oseendayi5046
@oseendayi5046 2 жыл бұрын
This is really nice Ninyigisho nziza cane ndazikunze pee 🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇺🇸🇺🇸🇺🇸
@gicapoofficial8625
@gicapoofficial8625 2 жыл бұрын
Yewee🔥🔥
@stephanemarleybigirimana1916
@stephanemarleybigirimana1916 2 жыл бұрын
Benis mr6 pr tous et vs o6 vyiza vy'uburundi
@nealin5358
@nealin5358 2 жыл бұрын
👌
@adiellejoellesimbizi3566
@adiellejoellesimbizi3566 2 жыл бұрын
Bien répondu Mr Béni
@jilu1095
@jilu1095 2 жыл бұрын
Nukuri umutumire ndamukunda
@PierresPerfect
@PierresPerfect 2 жыл бұрын
Merci beaucoup Beny...
@keyorryarakaza5954
@keyorryarakaza5954 2 жыл бұрын
Beny arashoboy arik ndashak ikiganiro nawe kuko haribintu vyinshi naw az arik at experience afitiye ndagomb échange des idées gus bref ukoyavyiz bitandukany n expérience pratique
@collarthollymankatihabwa7674
@collarthollymankatihabwa7674 2 жыл бұрын
🙌🏿🤝🏿
@inesnduwimana5884
@inesnduwimana5884 2 жыл бұрын
Respect beny
@phanuelofficial
@phanuelofficial 2 жыл бұрын
Kino kiganiro cari gitose caneee ♥️
@ibucooperative2979
@ibucooperative2979 2 жыл бұрын
It's really
@mbonimpayves5493
@mbonimpayves5493 2 жыл бұрын
merci Beny
@munezeroingrid3890
@munezeroingrid3890 2 жыл бұрын
Wow
@furahatv2578
@furahatv2578 2 жыл бұрын
Minouche 🇧🇮👏👏👏
@greva-joellamuhimpundu3723
@greva-joellamuhimpundu3723 2 жыл бұрын
Ivyo vy’uko Saint Valentin ari iyabari fiancé cank couple marié vyanditse hehe ? Ninde abitegeka nimureke basha abantu bibereho. Jewe mbona uwushaka kuyi feta yo yi feta point.
@emeryniyugusenga8320
@emeryniyugusenga8320 2 жыл бұрын
Umutumir niw...ham azotuzanir umufasha wiw naw atuganirir
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 2 жыл бұрын
Kbs uvuzevyo ben
@hahs3822
@hahs3822 2 жыл бұрын
Merec beaucoup 🙏🙏🙏
@ali-rogermusengo2477
@ali-rogermusengo2477 2 жыл бұрын
Eeeeh ok
@fabricenzunogera9167
@fabricenzunogera9167 2 жыл бұрын
Uwo muzobana ntimubikora, Uwo mutazobana murabikora
@amandinearakaza3363
@amandinearakaza3363 2 жыл бұрын
💞😍👌
@Tanganyika__Plus257
@Tanganyika__Plus257 2 жыл бұрын
💞
@audreyirakoze8315
@audreyirakoze8315 2 жыл бұрын
@Beni vrmt today sindabishigikiye st Valentin niyabose sauf le mineur, même tutaba turi fiancé cnk marié ,on a Le droit d'être aimé ,knd tous Les amoureux sibose bategerezwa kubana Mon cher
@armelng6072
@armelng6072 Жыл бұрын
None Beni kwavuze ko umukobwa aba signataire kuri compte zacu kuberiki l'inverse idakunda kuba?
@HiHi-wh6ig
@HiHi-wh6ig 2 жыл бұрын
Bella I love you to much
@fidelesinzo3697
@fidelesinzo3697 2 жыл бұрын
Like
@alineingabire3033
@alineingabire3033 2 жыл бұрын
Ikiganir kiryosh🤣🤣
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Ibintu vyo gusinya kur compte tutaraban ico ntigikunda muzogikosore
@keyorryarakaza5954
@keyorryarakaza5954 2 жыл бұрын
Ikind kintu relation ifatiy kur sex nukuri ntahija projet sugutumwanya
@renensengiyumva6769
@renensengiyumva6769 2 жыл бұрын
Beny bifata umwanya ungana gute kugira w implique muvyukora umukobwa ou bien umuntu apfa gufata umuntu akamushiramwo ukonyene?
@keyorryarakaza5954
@keyorryarakaza5954 2 жыл бұрын
Hama ikintu cuko umuhung w projet aruguh am droit kubint vyiw ah ntiwohateba harababikoze ariko umukobw ntusubir nokumubona knd abakobw nigake bakwerek cnk bagushira mubuzima bwiwe
@munozimimibahati2716
@munozimimibahati2716 2 жыл бұрын
😃
@cirondereyeaslam1293
@cirondereyeaslam1293 2 жыл бұрын
Aho gusangira compte oyah kweli
@munozimimibahati2716
@munozimimibahati2716 2 жыл бұрын
🤣
@hakizimanafrancois2179
@hakizimanafrancois2179 2 жыл бұрын
Umushize kuri account yawe kumbe ariyo yarondera?(muvyibazeho ntimudute mu rudubi)
@alexismona8242
@alexismona8242 2 жыл бұрын
guys sitwebwe niso yahindutse tujana nigihe
@akimanajoselyine8319
@akimanajoselyine8319 2 жыл бұрын
Emwe ndabakinda vrma .lmana ibahe umugisha kuko muragerageza nukwana bikigihe batumva vrma.nukuvugako umukobwa aryamana numuhungu kuberako umutima wiwe umukunda ariko umuhungu wewe akeneye iyo sexe nyene kugiragukunde .none icotwemezako amaze kuyironka ariho azocaguha urwo rukundo nikihe ?????? Ahahantu nukuhashira ubwenge bwibanze vrma.
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
👌👌👌👌👌👌👌
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
👌👌👌👌👌👌
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
😘😘😘😘😘😘
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
👌👌👌👌👌👌
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
😘😘😘😘😘😘
@gerdairutingabo9954
@gerdairutingabo9954 2 жыл бұрын
👌👌👌👌👌👌👌
@irakozejeanclaude7062
@irakozejeanclaude7062 2 жыл бұрын
Minouche i like u nshak whatsap yawe
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 2 жыл бұрын
Ako kantu ka tourism sexual 🤣🤣
@munozimimibahati2716
@munozimimibahati2716 2 жыл бұрын
😃
@roddyfawaz8167
@roddyfawaz8167 2 жыл бұрын
😂😂😂😂 uyumunsi mfyutse neza kabixa ndatwenze sna 😂😂
@hopeschrist5305
@hopeschrist5305 2 жыл бұрын
mumpe numr ya whatsup ya beny ndafis ikibaz
@alineingabire3033
@alineingabire3033 2 жыл бұрын
🤣🤣
@s3bitv426
@s3bitv426 2 жыл бұрын
Gateranya arakoze ibara 😭 kzfaq.info/get/bejne/bLWFeK57ypamm2g.html
@faustinntamatungiro5145
@faustinntamatungiro5145 2 жыл бұрын
Mbe ko mutavuga ko abakobwa ko bafata abahungu kunguvu
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 жыл бұрын
mukundana aka gufata ku nguvu 😂😂
Umugirwa wu gukwa mu BURUNDI
5:09
BOBO Photography official
Рет қаралды 10 М.
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 38 МЛН
아이스크림으로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 60 МЛН
Эффект Карбонаро и нестандартная коробка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 9 МЛН
NILIPELEKWA KUZIMU NA MBINGUNI EPISODE 1
39:11
Apostle Daniel Njagi
Рет қаралды 34
Maison de passage nziza cane mu gisagara ca Bujumbura
2:27
The Story Room TV
Рет қаралды 894
ژاپن چطور پیشرفته شد
28:56
Bplus Podcast
Рет қаралды 291 М.
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 38 МЛН