No video

MVUYE I BURUNDI NSHAVUYE |SABIN IYO NKUBURA nari kubabara CYANE|MFASHA MENYE INKOMOKO YANJYE|Eliane

  Рет қаралды 252,794

ISIMBI TV

ISIMBI TV

Күн бұрын

Niba wifuza kuvugana na ISIMBI TV, kuduha ubuhamya bw'ubuzima bwawe cyangwa inkuru idasanzwe, duhamagare kuri +250784838126
#IsimbiTV_0784838126

Пікірлер: 1 000
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 2 жыл бұрын
Abarundi tumenyane mbaye uwambere ❤️💞🇧🇮🇧🇮🇷🇼mumpe like ndabinginze
@jajandayizeye8541
@jajandayizeye8541 2 жыл бұрын
Yoooo
@yahyadasean
@yahyadasean 2 жыл бұрын
🧐🧐
@joyinthekitchenjoyce5704
@joyinthekitchenjoyce5704 2 жыл бұрын
Ndumunyarwanda ariko ndayiguhaye
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Twahageze🥰🥰🇧🇮
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 2 жыл бұрын
Mwakoze cane
@birungizuru6895
@birungizuru6895 2 жыл бұрын
Niba ukunda ukuntu abarundi bavuga mpa 👍🏼like twimanukire!?🤓
@inkurutv8668
@inkurutv8668 2 жыл бұрын
Urakoze kudukunda ncuti natwe turabakunda abanyarwanda💕
@joselynenikuze5701
@joselynenikuze5701 2 жыл бұрын
Natwe dukunda ukuntu muvuga ncuti zacu!erega ni rwanda_urundi
@birungizuru6895
@birungizuru6895 2 жыл бұрын
@@joselynenikuze5701 ❤️
@birungizuru6895
@birungizuru6895 2 жыл бұрын
@@inkurutv8668 ❤️
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 жыл бұрын
🤗💕
@clementinekaranga3416
@clementinekaranga3416 2 жыл бұрын
Sabin Komera humura, a abakunda Mr. Sabin mwese dukomeze kumusabira imbaraga nohukomera ❤❤❤🙌🙌🙌🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️
@irakozetresor8080
@irakozetresor8080 2 жыл бұрын
Mushiki wacu gira ukwihangana , papa wawe azaza apfukamye kugusaba imbabazi nkuko wagiye kumureba akakwanga gusa. Naza ntuzamugirire ikibi nkicyo yamugiriye, Amen!
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
Isi ibitse meshi nibeshi bameze nkaw niyihangane
@chellachella1181
@chellachella1181 2 жыл бұрын
Sabin turagukunda,abagusebya ubime Amatwi,bizabagaruka aribo. Uri imfura kdi Imana ijye iguha umugisha mubikorwa byawe.❤️❤️
@gikeritheoneste6654
@gikeritheoneste6654 2 жыл бұрын
Umugisha yari kubona Imana iwuhe Ndimbati yafungishije Sabin we Ntamugisha akwiye yaricishije Ndimbati
@inkurutv8668
@inkurutv8668 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 iciza niko Imana itiyumvira nkawe
@ukuri2523
@ukuri2523 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 Imana ntabwo igira Fanatisme
@davinamuhozi566
@davinamuhozi566 2 жыл бұрын
Ndimbatintiyarigufungwa iyamugambanira adafite amakosa ahubwo uhishira umurozi akakumara kurubyaro
@estherizabayo4485
@estherizabayo4485 2 жыл бұрын
@@davinamuhozi566 cyaane
@sandysshanny224
@sandysshanny224 2 жыл бұрын
Much love from burundi tubana quartier imwe mucarama 😘😘🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@cuculilylevett7188
@cuculilylevett7188 2 жыл бұрын
Sandy uramusabira numero?
@cynthiairakoze7003
@cynthiairakoze7003 2 жыл бұрын
Abo mu carama tumenyane🙋‍♀️
@ntirenganyachristella6252
@ntirenganyachristella6252 2 жыл бұрын
None yaronse papa wiwe???
@user-dl6ft9fy9b
@user-dl6ft9fy9b 2 жыл бұрын
Tumenyan abarundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹
@egideniyonsaba7048
@egideniyonsaba7048 2 жыл бұрын
Sabin, wakoze kutwakirira Umurundikazi wacu! Nawe muvukanyi wacu ukomere ntaco Uzoba Imana irakuragiye. Wagize umuvyeyi w'igipfamutima, yihakana amaraso yiwe. Imana izoyamubaza. Ukomere kuko raba n'ubu uracariho, KUBERA IMANA.
@ngarambedavid1774
@ngarambedavid1774 2 жыл бұрын
Abagabo!!!!!!mwagizumutima wakibyeyi basi!!!
@SkeshaImc
@SkeshaImc 2 жыл бұрын
Komera Eriane igikomere ufite ndacyumva gusa Disi umfite umutima mwiza .wageze aho uvuga ko usezerana mu murenge bakavuga amazina ya mama wawe bagera kuri papa wawe uti nta se agira ,mpise nekereza k, umwana wanjye nawe uko bizamugendekera kuko arinjye yanditseho.ariko natangiye urugendo rwo kumubwira se wo mwijuru udukunda ,se w,imfubyi zose .ijambo ryayo ribivuga neza riti Mwisi tugira Umubabaro ariko muhumure nanesheje isi.nakunze ko usenga cyane Imana idushoboze kuyizera ko ishobora byose .Amen
@louisedusabe825
@louisedusabe825 2 жыл бұрын
Ihangane ma cherie uzabaho Kandi imana yarabikoze yaguhay abazaguhoza amarira, imana ntitererana imphubyi. Nanj nzi ufite story nkiyawe kandi ari hereuse iyo akwihakamye imana icisha muyindi nzira bikaba byiza.🙏🏼🙏🏼🙏🏼♥️♥️
@mukundecynthia2856
@mukundecynthia2856 2 жыл бұрын
Be strong nukuri 🙏 Sabin uyu mutumirwa afite igikomere cyaneee, ubu wamufashije kuruhukaho gato merci vraiment 🙏
@PrayerMountain2023
@PrayerMountain2023 2 жыл бұрын
Impore mubyeyi mwiza! Imana iragukunda kandi yakubereye umutabazi mu buzima bwawe. Agahinda ufite karumvikana kutamenya inkomoko birababaza cyane, Uwiteka akomeze kukugirira neza kandi azaguhuze na Papa wawe.
@tontonginolla1234
@tontonginolla1234 2 жыл бұрын
Sabin uyo mukozi wimana ndamukunda caaaaane afise Ijambo Imana Imubitsemwo ndamukunda ndamuheruka kwa pastor Félix 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 &🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼one love
@uweraasha2509
@uweraasha2509 2 жыл бұрын
Komera Deborah ,nubwo papa yakwihakanye ariko imana ntiyakuretse ntanubwo yakwihakanye ,imana yaguhaye umusimbura iguha umugabo iguha nabana beza nawe uri mwiza kandi humura imana yo mw'ijuru irakuzi kandi mpore mpore cyane
@nkunzimana4214
@nkunzimana4214 2 жыл бұрын
Umva Eliane nguhanure nku mu maman nkawe nukure mumutwe uyo mugabo atashatse kukubera papa rekana nawe ushire mumutwe ur'impfuvyi 100/100 hama ibisigaye wirerere abana ukunde umugabo wawe niwe papa wawe ufise kur'iyisi, hama ntazokubera papa kunguvu hanagura mumutwe.
@munsabiregrace5421
@munsabiregrace5421 2 жыл бұрын
Igihe yaramukeye ntiyamubo igihe byari bimukomereye narekane nawe ntamukunda! Ahubwo nabijyamo azobabara nanone.
@chellaniyinshoboza9146
@chellaniyinshoboza9146 2 жыл бұрын
Emw naj Imana nibinkundira nzoza kukuraba❤️❤️abarundi mukunda Sabin nkanj tumenyane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@happyrwanda1557
@happyrwanda1557 2 жыл бұрын
Twaramukunda none yafungiahije NDIMBATI
@niniarutek7257
@niniarutek7257 2 жыл бұрын
@@happyrwanda1557 yooo pole nonese kotumukunda none urabigenza ute ahubwose ko utamukunda why are you here
@inkurutv8668
@inkurutv8668 2 жыл бұрын
@@happyrwanda1557 wewe urumuvugizi wacu?? Vuga uti naramukunda je ndacamukunda kandi caaaaaaane gooooose
@happyrwanda1557
@happyrwanda1557 2 жыл бұрын
Muragwaye nonese muzeja mugwanda mwagiye muje kuTV yiwanyu ahubwo. Mbese konziko Hari tv mwabanje mugakunda benewanyu.
@joselynenikuze5701
@joselynenikuze5701 2 жыл бұрын
@@happyrwanda1557 uziduhatirako nka nde wewe izo Cano zi bja!wewe kutakunze ivyiwanyu ukaza kuraba Sabin!reka sha Sabin womugereranya n'a nde?umuntu atarya ruswa!utamukangisha nguri zaba stars!arengera umuntu muto!!
@venantiemukantabana1358
@venantiemukantabana1358 2 жыл бұрын
Mana we uyu mukobwa Eliane uyu niwe papa we nubwo atamwemera kuko harakantu yavuze ATI mama wawe yarakubeshye kandi uyumwana atanamwemereyeko abimubwira Eliane uwo niwe papa wawe nubwo atakwemera yesu abane nawe akomore icyogikomere
@MPUNGANEWS
@MPUNGANEWS 2 жыл бұрын
Umuntu wihakana umwana we aba ari imbwa, umwana icyo aba akeneye, ni urukundo,uzi kutagira icyo ufasha umwana wawe,ntunamwemere knd ubizi neza ko ari uwawe?
@kezaaimeemorline8103
@kezaaimeemorline8103 2 жыл бұрын
Iyi ni platform umuntu ashobora kuruhukiraho, wakoze guha umwanya Deborah Imana iguhe umugisha. Inama kuri Deborah: Iya 1. Genda urebe uriya mugabo nataguha umwanya, umurege Local govment igufashe ubone ubutabera ( ADN) ikorwe wemere uyishyure. 2. Ubu rero ufite family , humura ufite So wo mwijuru original, azakomeza kukubaka kdi uzaba wubakitse kuruta uriya wo mwisi. 3. Senga cyane satani adasubiza inyuma ibyiringiro byawe God bless u Emma
@clovisgirumugisha6625
@clovisgirumugisha6625 2 жыл бұрын
Senga cane satani ntakunyage izamu ngo wiyanke umuvyeyi usange wamuhaye ikibanza kinini ukarutisha Imana ngo bikubuze ijuru igihe kigeze ntuzomenya uko vyagenze ntiwigwanirire ni surprise ica mbere kuki yamuhaye kuramba? Harimpavu arashobora kwakira agakiza kubera wewe ariwe uzokamuha
@IgiranezaEve
@IgiranezaEve 6 ай бұрын
Nivyo nugupimisha amaraso kandi ndabivuze nshavuye ntufyine
@IgiranezaEve
@IgiranezaEve 6 ай бұрын
Erega atabikurikirany sewiw bizokwam bimukomantaz umutim ahubwo abikurikirany harah yokwigaya bikamutera kwihana kuk nivyanditswe nivyobitwereka KO twakoze icaha ham tukihana kubikurikirana RER sikosa kand sicaha imbere y'Imana
@belindabg963skull
@belindabg963skull 2 жыл бұрын
Love from Burundii .Sabin wubahwe.❤️❤️❤️👋 I am so touched dear Papa wawe ahari nizere ko ahari itinukogweho nikikiganiro in Jesus is Name 🙏🏿💃🏿🙏🏿
@alicesafari8998
@alicesafari8998 2 жыл бұрын
Ihorere ncuti. Ico gikomere ufise Imana izogihanagura. Imana ifashe uwo Papa wawe azokwicishe bugufi akumenye. Sabin keep it up ukomeza kuduha ibiganiro vyiza.
@arletten4190
@arletten4190 2 жыл бұрын
Uyu niwe Sabin n'ibikorwa akora tuzi. Keep going, Imana ikomeze ibirenge vyawe. Eliane nkwifurije kubona umuvyeyi. Identité y'umuntu ntakiyisimbura.
@nshimirimanajimmy2765
@nshimirimanajimmy2765 2 жыл бұрын
Nahora nkunda Isimbi TV ubuho birarushirije, Sabin Imana iguhezagire cane urumuco wamahanga Kandi Imana igukomeze nabo mukorana Bose hama uwomu Maman yihangane Imana iruta ingabo, hanyuma ndamusaba guharira Papa wiwe kuko ashobora kuba yagize isoni ko uwo bubakanye abimenya ariko nawenyene ndazi araja gukogwa kumutima nibi ndabifurije guhura mukazokwiyunga, hama ndasaba abanyamakuru babarundi bavunire urugendo abantu batunganye ibikogwa nkibi Sabin akora kuko no muburundi harabafise ibikomere kumutima bagomba kubisohora ngo bakire
@belysezidona172
@belysezidona172 2 жыл бұрын
Isimbi tv ni internationale. Courage Sabin
@kwizeraraissa1395
@kwizeraraissa1395 2 жыл бұрын
Eliane we ihangane .Twarabanye tukir abana sinari nzi ko ivyo vyose vyabaye , Gusa Yesu aragukunda kandi imbere hakomeze hakubere heza
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 2 жыл бұрын
Ndamuzi, I know this face from Kinanira, Imana izo kugirira neza watching from Canada 🇨🇦 🇧🇮
@djlevyofficial8103
@djlevyofficial8103 2 жыл бұрын
Njye sinzi impamvu ibiganiro bya isimbi rinwe narinwe bindiza knd ndi umugabo.niba arukubera ubuzima umuntu aba yaranyuzemo.sinzi ark Mana ujye utuba hafi😭
@lolitaimena9782
@lolitaimena9782 2 жыл бұрын
Sabin harya ngo views zawe zizagabanuka baribeshya 🤩🤩⛏️mbonye Maman Sava avuga NGO ntiyakuvugaho haracyari igihe ariko twasetsr can u imagine yewe cyskoze iyapfuyr ntawutayiryaho komera ihangane iyo urugamba rukomeye ruba rugiye kurangira
@Mila-vu1yr
@Mila-vu1yr 2 жыл бұрын
Nibavuga bazaruha. Sabin nakomeze yicecekere yibuke ibyo Past Mutesi ahora avuga ngo usanze abantu 9 bakuvuga ukaja kwisobanura uba ubaye uwa 10 kwivuga nabi.
@solangen1560
@solangen1560 2 жыл бұрын
Najye nabonye avuga ngo ntashaka kuvuga kuri Sabin mbona ni ukwisumbukuruza
@lolitaimena9782
@lolitaimena9782 2 жыл бұрын
@@Mila-vu1yr exactly
@simoncussonet9981
@simoncussonet9981 2 жыл бұрын
Nibyo Sabin.turamukunda ariko papa sava nawe ntimumuhoreko atavuze! Hari igihe cyo kuvuga no guceceka . Ubwo yahisemo guceceka
@lolitaimena9782
@lolitaimena9782 2 жыл бұрын
@@solangen1560 yishongorana iki c kiriya kintu 😀😀😀numwe na ndimbati ntagitangaje gikondo aba yahatwitse
@mimibe4206
@mimibe4206 2 жыл бұрын
Sabin courage Dieu donne ses plus durs combats à ses plus fort 💪🏽 soldats ,…🙏🏾 Wafashije imitima yabenshi,Natwe numwanya wokukwereka kotukurinyuma !
@mireilledusabe7992
@mireilledusabe7992 2 жыл бұрын
Imana yo mw'ijuru dusenga ..uyo mu papa ndamushize mu biganza vyayo,ico izokora niyo ikizi🥺🥺
@alinemugisha4852
@alinemugisha4852 2 жыл бұрын
Wa mu papa we aho winyegeje hose umenye ko kurino isi atariwanyu!umenyeko uyifiseko akanya gato kuba wihishije amaraso yawe umenye arataka nkamwe ya Abeli avuga ati Mana uzamporere!nje numva nkugiriye nukigongwe!va mubwoba uzopfe nkumugabo kandi wemegwe ni imbere yi Mana!ubikore mubugwaneza uhure nimfura yawe Eliane!uramenyako ako gahinda uwo mwana wamuteye ntiwibaze ngo bizohera uko dufise umucamanza Kristu uturengera nawe nutabikora vuba ngo uhamagaze imiryango usabe imbabazi wemere ugawe ariko imbere yi Imana ubabarigwe!icago kirakuziye nuruvyaro gwawe!ariko haracari ivyizigiro!iyo ni nama nkugiriye!
@basumingerajeanbaptiste6535
@basumingerajeanbaptiste6535 2 жыл бұрын
Sha ni hatari kabisa birababaje
@suzanendayisaba8353
@suzanendayisaba8353 Жыл бұрын
Iturize Éliane uragize neza guha impanuro Abo agenda barihakana amaraso yabo si niwe yihombeje kutemera intwari nkawe harya araramaramara
@nziramaiam8297
@nziramaiam8297 2 жыл бұрын
Ni ukuri ndashavuye ku bwawe muvandimwe. Gusa ntiwihebe koko ufite umutima urimo Imana. Numubonana uzatubwire duhore nii ukuri. .....Mzee aho uri hose ndagusabye ngo ugire impuhwe za kibyeyi pour une fois... Imana ibigufashemo
@muhozachance2689
@muhozachance2689 2 жыл бұрын
Abarundi muri gwarukundo nyene tumenyane hakenewe ama drapo yanyu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@chellaniyinshoboza9146
@chellaniyinshoboza9146 2 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️
@NNn-mj2pb
@NNn-mj2pb 2 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mpawenayochantalofficial1051
@mpawenayochantalofficial1051 2 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 nihotwibere kwa isimbi tv sabin
@bedosbed6908
@bedosbed6908 2 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@benignenishimwe8051
@benignenishimwe8051 2 жыл бұрын
turahari abarundikazi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌✌
@jammyjounia2113
@jammyjounia2113 2 жыл бұрын
Sha Eliane wihangane, uyo mu papa ndumva ashobora kugukomeretsa gusumba kuko ntiyakubay hafi mugih wari umukeneye! Eliane, ugerageze ugire méditation kur’iri jambo nguhay! Papa wawe wa nyawe azi maman wawe! Cet homme qui t’a rejetée mubih bokomey birashika akazokurondera dans des circonstances zitandukanye, on ne sait jamais! Uwutazi agakura aniga umutavu kandi ibihe bisobanura ukuri!
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 жыл бұрын
Nukwihangana, kuko aba papa bari gito nkabo baruzuye nanje mukobwa vyarambayeko, ariko imana yarangiye hafi, Kandi uyo mupapa naramumenye, ariko sinigeze nitaho Kuja kumurondera kuko ntabuvyeyi yarafise. Nokigeretseko, nabo nokwita ko tuvukana, gushika uyu musi sindaronka umutima wukubarundera. Ivuo nkaba nagize kugira siniteranye nabo, kuvyerekeye amatongo. Ubu je suis bien et a l'aise
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 жыл бұрын
Elia cherie wanje, nukuri ndagusavye umureke kuko uyo sumuvyeyi akwiye gukurikiranwa. Uyo ni igikoko cumuvyeyi
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 жыл бұрын
Erega nubundi utegerezwa kubaho.weho numva ukimukunda ariko jewe nsinshobora gukunda umunti wigikoko nkuyo.
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 2 жыл бұрын
Abantu turi kubiri, eliane. Jewe narumvise ngo papa nuyu, niyumvira ukuntu antigène aza kundondera nkiri muto, nca mbona ko ataco noba nkimuronderera.twivukanire eliana weee
@dianengirumptsekangabe646
@dianengirumptsekangabe646 2 жыл бұрын
Eliane nda sha ka gu twerera a sosiasion Yawe
@muryangoeric67
@muryangoeric67 2 жыл бұрын
Elianne wacu ukomere cane Mungu yupo tuzobaho kwa nguvu na uwezo wa Mungu
@jeanpierreaimeh
@jeanpierreaimeh 2 жыл бұрын
Ngo abana tuvukana bazondondere twivukanire. Ryooooo! Bazokurondere mwivukanire sha Eliane. Papa wawe nagufashe yemere muganire kandi Imana izobikora.
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Sabin ndakunda ukuntu witaho abantu bagutura ibibazo ukabafasha nahombona harabariko bakugwanya imana iguhe imigisha🙌🙌mpole muvyeyi imana igufashe ,nimba papa wawe ahari azabona ikikiganiro azagarure agatima nkumuvyeyi 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮❤
@mariya6617
@mariya6617 2 жыл бұрын
Sabin courage, keep it up. Komeza ufashe abababaye Imana idakiranirwa ngo yibagirwe imirimo izakugororera. Naho abagutera imijugujugu nibashaka bihorere.keep the silence ukomeze utwihere ibiganiro.
@Iriho
@Iriho 2 жыл бұрын
Umurundi wacu hora komera caaane lmana irahari
@claudenduwayo1577
@claudenduwayo1577 2 жыл бұрын
Mpole Eliane, nkunze amajambo wafatiye icemezo co gukora kubavutse nkawe. Ariko gikuru gisumba vyose nukubigisha kuba kumwe n'Imana. Ubwo buzima ndabuzi 100/100
@ndayishimiyeosward9447
@ndayishimiyeosward9447 2 жыл бұрын
Egome Kandi Kandi mushiki wacu Eliane azabigishe kuba intwari nkoko nawe yabaye intwari.
@ndayishimiyeosward9447
@ndayishimiyeosward9447 2 жыл бұрын
Eliane Yesu agukomeza kuko niyo imiryango yotwanke we ntazoduta azotwitorera umufise ntaba impfuvyi.Aguha umuryango🙏🙏🙏🙏
@kazatsaghislaine432
@kazatsaghislaine432 2 жыл бұрын
Mpore mpore Eliane iyinkuru udusangije irababaje nizeye ko yigishije benshi muri twebwe cane cane abakora ibibi nkibi vyokwihakana abana!!! Mu Burundi vyabaye vyinshi kubera kudahana ivyaha nkivyo.
@jeanmariechryisanthemimubo7523
@jeanmariechryisanthemimubo7523 2 жыл бұрын
Cette conversation est très émouvante. Irakwiye gutanga icigwa gikomeye ku bavyeyi bihakana abana babo
@VisitBurundi
@VisitBurundi 2 жыл бұрын
Mushiki wacu pole sana, Imana ikwegere igukize inkovu zose. Sabin nawe ugire umutima ukomeye wo kwihanganira abakuvuga nabi. Bandanya umurimo wawe wo gutega amatwi abababaye. God bless you
@benitheisingizwe
@benitheisingizwe 2 жыл бұрын
Yewe nuko Wenda bigukomereye ariko rwose mureke ,wigumanire ababyeyi ufite Iyo Umuntu atashaka ikintu niyo wamuha inzovu ntacyo wakora ,uwo wita so naho wahamiriza kuri presidence ntaco bimubwiye Njye mfite papa ndamuzi rwose ariko yatandukanye na Mama tukiri bato ntanakimwe yigeze atumarira na kimwe ariko njye mba numva ntanamutekereza muheruka keeeeeraaaa ,mpangayikishwa na Mama gusa Iyo Umuntu adafite umutima ntacyo wakora nta nakimwe Hanyuma nanjye umuhungu yanteye inda Sha arabyanga it's been 5yrs I'm not okay but it's okay to not be okay . Imana irabizi ,njya nibwira ko yanteguraga kubyakira igihe nakuraga nta Papa kd ahari . Mba mbona n'akana kanjye karabyakiriye Komera Deborah
@mimibe4206
@mimibe4206 2 жыл бұрын
Mme Déborah, Nubonana numubyeyiwawe kukubwira gusa kutari uwe ntibihagije ,kuko webyamworohera kubikubwira kugirango ,akwikize ,ariko wajyana ikindi gikomere cyuko Maman yakubeshye !!kandi atagihari ngumubaze ibyobibazo byose udafitiye igisubizo ! Mais uzamusabe ADN niyo yaguha igisubizo nyacyo.Bon courage à toi 🙏🏾
@igifaru7756
@igifaru7756 2 жыл бұрын
Uyu mudamu niyo naba ntaramubyaye akansaba kuba papa we nabyemera,ameze neza rwose
@mukundwajeanine7269
@mukundwajeanine7269 2 жыл бұрын
Sabin hari amakuru mba maze iminsi numva harubwo antera impungenge nkavuga nti none nazaza kuri cano simbone ibiganiro ariko umugabo ahora ari umugabo komeza utubereho,abanzi ufite ni bacye kuri twe abafana❤️❤️
@clementinemukeshimana5973
@clementinemukeshimana5973 2 жыл бұрын
Komeza ukomere ntacyo ucyibaye Imana yarabikoze ubaho urakura urashaka urabyara byose n, Imana ibikora na papa nawe uzamubona komera umutima mama💗💗💗💗💗💪
@elithekamariza4515
@elithekamariza4515 2 жыл бұрын
Disi sabin ndababaye nkurikiye iyi nkuru nziko arumwana wa musaza wajye disi twaburiye ibujumbura
@seraphinekanye6093
@seraphinekanye6093 2 жыл бұрын
Papa ndareste kumushaka ,atazankomeresta kurusha ubu ntamuzi
@umumararungumarieirene7541
@umumararungumarieirene7541 2 жыл бұрын
Umva ubona bene wanyu ugifite nyoko iyo agiye ntawe wongera kubona rwose ibyo nanjye byambayeho
@Bianca-vo6yg
@Bianca-vo6yg 2 жыл бұрын
Incuiii uri mwiza mamaa👌
@alinekaneza2960
@alinekaneza2960 2 жыл бұрын
Imana iguhe kuvyihanganira Eliane... nturi wenyene muriyo nzira... uyo wita papa wawe mwihoze muruyu mwanya umusabire cane ku Mana ... niyabishaka (Imana) muzohura... kandi ne t'en fais pas harriho nabo bubatse ariko umuvyeyi umwe agata abana bakarerwa numwe.... shimira Imana yaguhaye urugo nabana ... Dieu t'aime
@elianemushiranzigo
@elianemushiranzigo 6 ай бұрын
Mpore mpore Eliane. Imana igukize kino gikomere, igukomeze yongere ikuzigamire urugo rwawe.
@amidusalumu8839
@amidusalumu8839 2 жыл бұрын
Saben ukomer kandi wihangan ubutumwa. Bwosi bubamwo ibibazo)🇧🇮
@nadineninani9014
@nadineninani9014 2 жыл бұрын
Uwo utagira umutima w abantu niwe papa wawe, mureke Yesu azakubera byose, ninko kubyarwa n umurozi , uraheba ukabaho umuhunga ahubwo. Yesu arihagije kugufasha kandi yaraguhojeje aguha abana n umuryango
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 2 жыл бұрын
Urimwiza cane Eliane komera mwiza Yesu yakurinze kugerubu nibindi azobikora iyiniyo sango ngusabiye amahoro yomumutima Ndiho azokuremeshe akube hafi agukomeze
@thine9667
@thine9667 2 жыл бұрын
Turihano twamwumvise Sabin numwakire kandi turagukunda cane
@lyduinestrandberg2444
@lyduinestrandberg2444 2 жыл бұрын
Imana igukize ibikomere Eliane waciyemwo, Sabin soit béni d être une voix des sans voix.
@joanbig331
@joanbig331 2 жыл бұрын
Hanyuma njye nunvishe nakugira inama yokuja gushaka abana buyu mubyeyi abo nakwita abavandimwe nubwo mutaziranye bobo ndizerako hatazaburamo abakwakira nkamaraso yabo kuko buriya amaraso arakwegana (arakururana) nkuko Maman wawe yabikubwiye
@mne3354
@mne3354 2 жыл бұрын
I hope you get your family very soon in Jesus name 🙏🏾Deborah 🥰💕
@mauwakayitesi-hay6351
@mauwakayitesi-hay6351 2 жыл бұрын
Uwo mwana nakomere ! Abana bahuye nibibazo nkibi nibenshi cyane I Burundi , kuko nta system Ihari ! Buriya I Rwanda twari dukwiye guhora dushima ubutegetsi bwacu . Ndakora share kubarundi bose nzi ndebe nimba haricyo bakora !!! Birababaje !!! Icyo nshobora kuzabafasha nukubakoreshereza website nziza , izatuma isi ibumva ! Thanks Sabin , keep up the good work
@ninahnichou5277
@ninahnichou5277 2 жыл бұрын
Hahaha, i Rwanda abo bana niho batariho ?????lol reka kuntwenza sha
@kezimanabellajusticia
@kezimanabellajusticia 2 жыл бұрын
Genda urazi kwikina utari DJ😂😂😂, ng NT système ihari?? Uwurya iwanyu ninde??? Burundi buzame buguhanga ncuti si agahugu ni Igihugu.. Bandanya wiyongerez volume Hama uzoza kugusega ari Umurundi urakubita ku mashi umwime
@niyigenafausta1450
@niyigenafausta1450 2 жыл бұрын
Eeeeee Bambe Imana Igufashe Rwose💐 Gusa Urimwiza Mana Yanjye❤️❤️❤️❤️❤️
@brandonhirwa3489
@brandonhirwa3489 2 жыл бұрын
Eliane wihangane, twariganye muri secondaire, ariko ntitwari tubizi kufise ico kibazo.ndakwibuka wama uri souriante burigihe
@ngarambedavid1774
@ngarambedavid1774 2 жыл бұрын
Nababyeyi baba maman ndabasaba mwakirabana babagabo banyu mubarinde ibikomere nkibi Imana Izabibahera umugisha
@cyuzuzohonorine3691
@cyuzuzohonorine3691 2 жыл бұрын
Mumufashe mwe muhegereye abone papa we ni ukuri arababaye
@MPUNGANEWS
@MPUNGANEWS 2 жыл бұрын
@@ngarambedavid1774 Ahubwo saba abagabo bagenzi bawe, bage bemera abana babyaye uburyo bwose waba waramubyayemo. Umugabo utinya kwemera umwana we ngo adashwana n umugore we ,ni ubugwari.
@MPUNGANEWS
@MPUNGANEWS 2 жыл бұрын
@@cyuzuzohonorine3691 Papa we arahari ahubwo yabaye imbwa, gusa niba hari ikintu kibi kibaho ni ukwihakana amaraso yawe.
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
@@cyuzuzohonorine3691 niyihangane naje uwanj ndamureze se atacampa ico nico catumye nirinda kurongorwa ntaramuronderera ivyiw bizomutunga ntakiriho kuko aba papa bikigih nabagome kandi arininfura kuri se aba maman ahobari bubahwe
@dianekaneza5213
@dianekaneza5213 2 жыл бұрын
Uri intwari Sabin,courage mu mirimo yawe ntuzigere ucika intege turagukunda
@christinesemuto940
@christinesemuto940 2 жыл бұрын
Urakoze Sabin turakwemera cyane, ngo nutagwa isari uzasarura.Imana ijye iguhe umugisha.
@alexalafloxa1111
@alexalafloxa1111 2 жыл бұрын
deboo komera nanje ndarize peee ndangije ikiganiro ndira ariko komera ico maman yakubwiye ati amaraso arahuma uzomubona pee ndakwihanganishije ariko ikibabaje nuko maman yagiye atabonye Eliane yanse gukuramwo inda icari uyumusiii ugire umugishaa urere abawe urwowabuze uzururonse abowibarutse muvukane nabana bawe ukunde umuryango 2 ugire umugisha umutore
@pst.mireilledeborahndayish899
@pst.mireilledeborahndayish899 2 жыл бұрын
Courage ! Urarondera Apôtre Mignonne azagufashe, mufise même histoire.
@elysetuyishime9969
@elysetuyishime9969 Жыл бұрын
Imana ikujimbere deborah
@apolinemukamisha1349
@apolinemukamisha1349 2 жыл бұрын
Abarundi na Banyarwanda mwubahwe muri abavukanyi ndabakunda ❤️
@nugulouise2691
@nugulouise2691 2 жыл бұрын
Eliane umubabarire, usenge Imana aze akurodere nawe. Niwamurondera agasubira kukwanka uzokomereka kandi. N'ushime Imana ko waronse abandi bavyeyi bakurera bakakubera abavyeyi koko. Ukaronka un mari n'abana. N'ushime Imana ko yagutoranije ikakugira umwana wayo, Imana niyo papa, iruta abandi ba papa bose. Ni privilège kuba yaragutoranije.
@devotendarasi2969
@devotendarasi2969 4 ай бұрын
Mpore mpore ma chérie.Uhoraho akomore ico gikomere kandi wamye uri intwari ,ndaziko Imana murikumwe ntiwiganyire kuko Yesu niwe mugabo w impfuvyi n abapfakazi
@davincikerr3942
@davincikerr3942 2 жыл бұрын
Sabin uli umunyamugisha.... keep being who you are, kandi Imana ikomeze kukurinda.
@mukeshimanasamuel5012
@mukeshimanasamuel5012 2 жыл бұрын
Komera mugore mwiza
@floraemerusabe303
@floraemerusabe303 2 жыл бұрын
Abana nkabo Yesu arabakuuunda caaane,akababera vyose,KO asenga niyikundire Yesu niwe adahemuka gusa
@uweraallen7452
@uweraallen7452 2 жыл бұрын
Mbega ikimama kiza gusa wandijije amarira menshi😭😭
@fazeliam8179
@fazeliam8179 2 жыл бұрын
Nange Sha amarira yanyishe.
@Tzj255
@Tzj255 2 жыл бұрын
Najye narize isidutuye iragoye aho ubyarumwana ukamwanga pole mama 😭😭
@urimwizamwami1031
@urimwizamwami1031 2 жыл бұрын
Pole sana chr iso yabaye inyamaswa haribigabo byibigwari kabisa basi wamugani abavandimwe bawe nkwifurijeko habonekamo basi abafite umutima wakimuntu bakakwegera pe Wenda ugahumurizwa.
@clovisgirumugisha6625
@clovisgirumugisha6625 2 жыл бұрын
Abagenzi biwe haraho iyo histoire baba bayizi bakamubwira akihanura ntibakundanye binyegeje abavyeyi baragendanye abantu bababona ariko ntaco uteye intabwe uzoribwira azogufasha n'Imana inzira z'Imana ntawuzimenya haraho ariyo nyene yagushoboje gushika aho
@luna1504
@luna1504 2 жыл бұрын
Ooh Sabin ngo iyo akubura yari kubabara. Natwe turagukunda. Imana ikomeze ikurinde.
@josianemukeshimana6647
@josianemukeshimana6647 2 жыл бұрын
Muzakore DNA, kandi ni papa wawe kuko iyo ataba we ntiyari guhita agukwepa. Pole nukuri, Imana ikomeze kubana nawe 🙏
@MPUNGANEWS
@MPUNGANEWS 2 жыл бұрын
Burya abamama ntiyapfa kukubeshya umaze gukura cyane cyane ko mama we atari yarashatse undi mugabo ngo wenda amubwire ko uwo mugabo ari we papa we
@rutikangacharles2510
@rutikangacharles2510 2 жыл бұрын
Yeah sure, niyo yonyine yatanga solution nyayo, uwo mama we yamweretse azabe intwari amwemerere bakore DNA. Ikindi na none abyanze byanyuzwa mu nkiko. Rwose uwo mubyeyi ndamwumva cyane, identity nikintu gikomeye cyane mu buzima bwa muntu. Uwo bamweretse ko ariwe se nabe umushingantahe amufashe rwose. Courage mama!
@irakozechimene656
@irakozechimene656 2 жыл бұрын
Ollaaaa Pasteur Deborah wew Histoire yaw ni ndende ,twarasengany Shahu sha ubu nanj nagushingir intah k wakijijw. Ham Famille uzayiboba
@mugishajeanclaude2949
@mugishajeanclaude2949 2 жыл бұрын
Uzabona umuryango wawe Deborah gusa igikuru izakomez kumenya Yesu niwe mubyeyi mukuru Sabin nawe god bless u urumunyamakuru mwiza
@bradleykhanei4092
@bradleykhanei4092 2 жыл бұрын
Pole kabisa. Imana igukomeze 🙏 Wa mu papa we, niba uzi neza ko uyu mu mama ari uwawe, ari umwana wawe, mufashe akeneye kugira papa kandi niba utari papa we ukaba uzi amakuru nk’uko wari uziranye na mama we, mufashe umuhe amakuru amenye aho akomoka. Nawe uzaba uruhutse n’ukuri. Imana ibafashe: Amen 🙏
@jacquelinekamariza
@jacquelinekamariza Жыл бұрын
Komera muvyeyi! Imana yarakoz kuguh umushingantah nibibondo abo nibo bazoguhoza ayomarira.Imana igukomez cane
@usherishimwe9597
@usherishimwe9597 2 жыл бұрын
Sabin amamara much love from South Africa nubwo nabonye bihaye kuguharabika ark ukuri wagushyize ahagaragara twarabikunze cyane.
@igitondocyumuzukoigitondoc4458
@igitondocyumuzukoigitondoc4458 2 жыл бұрын
Sha birababaje cyaneee,gusa mu Rwanda Hari services zo gupima amasano,Papa yanze azashake nibura umuvukanyi umwe barabe ko bahuje ADN,hama Abe sure,atuze gusa uwo musaza nta Mutima ashobora no kumugirira nabi.
@biralibakali4922
@biralibakali4922 2 жыл бұрын
Ndamukunda cyane ndamuzi sabin Imana iguhe umugisha numukozi w'Imana cyane kandi arakundana imaputo twakumvise amaboko y'Imana aragufashe ntazakurekura
@ikaramuofficial3214
@ikaramuofficial3214 2 жыл бұрын
Sabin disi❤️ ndumva inkuru sikivugaho mwino minsi nkarushaho kugukunda 💋 nge mbona biriya ndimbati yabivuze nko kwihorera kugirango nawe agushyire hasi ntago wayamwaka rwose umutima wange urabimpamoriza❤️ love you guys🌹🌹
@clementinekaranga3416
@clementinekaranga3416 2 жыл бұрын
Najye nuko cyane tumusabire tumuture Nyagasani Uhoraho ntakindi twahindura, ariko yakoze ibyubutwari ❤❤❤🙌🙌🙌🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️
@gikeritheoneste6654
@gikeritheoneste6654 2 жыл бұрын
@@clementinekaranga3416 Ntabwo yakoze iby'ubutwari ahubwo yakoze iby'ubjgwari.
@gikeritheoneste6654
@gikeritheoneste6654 2 жыл бұрын
Gakunde nyiramubande! Ubwo c umukundira ko yicishije Ndimbati? Nawe azabiryozwa
@ikaramuofficial3214
@ikaramuofficial3214 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 niwe wabwiye ndimbati kirongora abana ashyiii uwiyishe ntaririrwa niba Ari na papa wawe bimurebe bage bubahisha ibitsina byabo bamenyeko bashaje 💩Saban muramohora ubusa niba yarayamwatse azatange ibimenyetso ahubwo muzehe kamubayeho😭
@gihozoiradiane8722
@gihozoiradiane8722 2 жыл бұрын
yeah sure nanjye sinshobora kumva ko sabin yayamusabye kandi ndimbati azahorwe amakosa yakoze
@damienkarerwa4960
@damienkarerwa4960 2 жыл бұрын
Eliane, urakuze ubu; uyo mu papa azokwakira kandi aramaze guhumura, azokubwira ukuri. Amahirwe nuko uyo mu papa akiriho.
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 2 жыл бұрын
DNA
@sifaapendeki4639
@sifaapendeki4639 2 жыл бұрын
💪💪💪💖💖
@hatungimanarichard1031
@hatungimanarichard1031 2 жыл бұрын
Eliane, uramurondera niyo yakwankira umusabe nimba atakwemera umusabe mukore ADN, ivyo niyo yavyanka uramujana mu Butungane, usabe Paternité.
@alphonsinebucyana8645
@alphonsinebucyana8645 2 жыл бұрын
Ihangane maman ❤️ Sabin urakoze cyane turagukurikirana cyane wubahwe 🇺🇸❤️
@rahmasalim631
@rahmasalim631 2 жыл бұрын
Ndabuz ico mvuga ma chrie eliane 😭😭😭😭😭wamfashij vyinshi ntaz ko warubabay naw jtm ma chrie Uhoraho akujimber kuvyifuz vyos vyaw uvuz ukur Baho baho baho kunkomezi zuw Horaho 😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘ndagukunda caaane
@umuhozasolange5097
@umuhozasolange5097 2 жыл бұрын
Impore shenge kdi humura nukuri Imana igukize umubabaro
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 2 жыл бұрын
Deborah komera nturi wenyene, uri kumwe n'Imana, ikindi Imana yaguhaye abana n'umuryango, uyishime, nayo ibindi mukirundi baca umugani NGO urya uwawe, ukinovora intuntu, ndavuga uwo papa wawe.
@patricendayiragije3619
@patricendayiragije3619 2 жыл бұрын
Eliane sha.uwari kukubona ukuntu maman wawe yakwitaho kandi nawe ukamwubaha nta wari kumenya ko ubwo buzima wabubayemwo.Yesu agukunda gusumba abandi booose.ukomere cane.
@kenjitancobra1489
@kenjitancobra1489 2 жыл бұрын
Sabin komera cyane Kandi n'imijugujugu y,'ababisha ntikaguhungabanye
@gikeritheoneste6654
@gikeritheoneste6654 2 жыл бұрын
Njye ngiye kuwumutera mumutwe kuko ibyo yakoreye Ndimbati ni ubugome bukabije ndengakamere
@magnifiquekamugishq5720
@magnifiquekamugishq5720 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 urarushe intambara uzoyigwanana twebw ibihumbi turinyuma y Sabin🥰
@nshimirimanafrancoise2517
@nshimirimanafrancoise2517 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 wew nkaho urakomey 🙄
@NNn-mj2pb
@NNn-mj2pb 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 uragatsindwa nuwiteka puu
@uwambazamariyachristine7872
@uwambazamariyachristine7872 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 yaramaze ndimbati numugome uriya mwana iyabuwawe ntiwari kubabara ?
@kamarizachantal5532
@kamarizachantal5532 2 жыл бұрын
Eliane nanje maman yapfuye ntaramenya Amakuru yinkomoko yanje iyizire twibere abavukanyi wanasanga tuvukana tutabizi😂
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
Nihatari pe
@muhozagloria710
@muhozagloria710 2 жыл бұрын
Sabin warikureka akavuga amazina ye Yose Akazibonera abavandimwe
@geremtv6827
@geremtv6827 2 жыл бұрын
Nukuza murabafukura kuko abagabo nkabo barakwiye uwoza arabashira kukarubanda.birateye isoni. Please abarundi muze du sharing Iyi vidéo kugira ishikire ico gihemu c'umugabo. Pole sana Deborah
@vuguzigagildas835
@vuguzigagildas835 2 жыл бұрын
Rafiki Coga🎤🎤🎤 : Nibagambe Nibagambe iyoho , Ubareke bivugire 🎤🎤🎤 SABIN ❤️❤️❤️👊👊👊
@ninispes8093
@ninispes8093 2 жыл бұрын
i burundi sabin ,yago na sandrine turabakurikira cane.Mukor ibikor inka
@liberathmpawenimana2489
@liberathmpawenimana2489 2 жыл бұрын
Kabisa Sabin yago TV,Irene,Sandrine nabantu bacu
@linazirikunama3454
@linazirikunama3454 2 жыл бұрын
Umurundikazi wacu.Papa Eliane hura n umukobwa wawe.n igikomere kinini.
@dorcasblanketministries70
@dorcasblanketministries70 2 жыл бұрын
Komera ,hari abana benshi bahuye n'ubuzima batari bamerita ,ariko abo bana baba ari abantu bakomeye, avec un grand coeur ,hari ibyo Imana yabitse muri bo ubutunzi bubarimo nibwo umwanzi abagwanyiriza.
@shemaauxiliatrice3285
@shemaauxiliatrice3285 2 жыл бұрын
Sabin Imana ikomeze kubana nawe,komeza ugubwe neza n'umuryango wawe wose🙏
@gikeritheoneste6654
@gikeritheoneste6654 2 жыл бұрын
Reka ntiyagubwa neza kuko azi neza ko Ndimbati aho ari ariwe wahamushyize kubera ubugome bwe
@mne3354
@mne3354 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 kereka nawe niba uri mubafata abana kungufu ndatekereza ntamuntu muzima ufite Yesu washyigikira umuntu ucinyuma umugore we agasambanya abana bangana nabe, Imana ikugenderere igukize roho yanduye 🙏🏾
@inkurutv8668
@inkurutv8668 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 Ndibati igihe yaja gusambana ni Sabin yari yamutumye?? Igihe yamufona ntiyamubwiyeko arindiye ubutungane
@ukuri2523
@ukuri2523 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654@ ibikorwa biherekeza nyirabyo, aho ari yahashyizwe n'ibikorwa bye
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 2 жыл бұрын
@@gikeritheoneste6654 ufite ubwenge buke...
@mne3354
@mne3354 2 жыл бұрын
Courage Sabin, we love ❤️ you we appreciate you and continue to be very strong and very blessed 😇 with your beautiful 😍 family❤️ mubibi nomubyiza ngew nzakuguma inyuma kuko urinyangamugayo urinipfura 😍🥰❤️
@bakewithaimee7595
@bakewithaimee7595 2 жыл бұрын
Nanjye murinyuma no matter what
@lolitaimena9782
@lolitaimena9782 2 жыл бұрын
@@bakewithaimee7595 me 2😡😡😡😡✍️✍️✍️✍️✍️✍️📌
@estherizabayo4485
@estherizabayo4485 2 жыл бұрын
The same here 👌
@gikeritheoneste6654
@gikeritheoneste6654 2 жыл бұрын
Ni inyangamugayo kdi yaricishije Ndimbati?
@gikeritheoneste6654
@gikeritheoneste6654 2 жыл бұрын
Ni inyangamugayo kdi yaricishije Ndimbati?
@josephnsabimana2769
@josephnsabimana2769 2 жыл бұрын
Komera cyane mukobwa mwiza Imana Iragukunda Erega ntamubyeyi urenze Data Wo mu Ijuru Ngo naho data na Mama banyanga Imana yo Ikomeza kunkunda uwo wita papa mureke kuko Aho ugeze Ntacyo yagufashije Kandi uriho kuko Imana igushyigikiye niyo so rero rekana nuwo
@donatienikorukwishaka3275
@donatienikorukwishaka3275 Жыл бұрын
Nukuri Uwomubyeyi bakubwiye Natakwemera Ndumubyeyi Nfise abana mugana nabakuruta Nzokubera So Nawe Uzombera Umukobwa wanjye Imana Ikurinde
@uwizigiyimanaannemarie9587
@uwizigiyimanaannemarie9587 2 жыл бұрын
Sabin nishimiye kwumva ikibasha kuvuga ningene abanyamakuru bakwatatse nudutiku twabo 💕💕💕🇧🇮.
@fazeliam8179
@fazeliam8179 2 жыл бұрын
NI ishyari.
SPILLED CHOCKY MILK PRANK ON BROTHER 😂 #shorts
00:12
Savage Vlogs
Рет қаралды 49 МЛН
Prank vs Prank #shorts
00:28
Mr DegrEE
Рет қаралды 10 МЛН
拉了好大一坨#斗罗大陆#唐三小舞#小丑
00:11
超凡蜘蛛
Рет қаралды 9 МЛН
SPILLED CHOCKY MILK PRANK ON BROTHER 😂 #shorts
00:12
Savage Vlogs
Рет қаралды 49 МЛН