Burundi : Bavyeyi namwe barezi (Freddy Nyembwe)

  Рет қаралды 94,388

milk11honey

milk11honey

12 жыл бұрын

Пікірлер: 51
@charleskaro777
@charleskaro777 Ай бұрын
Un congolais qui chante bien le Kirundi!
@lionelbigirimana7951
@lionelbigirimana7951 Жыл бұрын
Ubunebwe twabugize indahiro🤗...Burundi💪
@arsenemukunde3576
@arsenemukunde3576 3 жыл бұрын
😭😭😭in 2020 still watch
@sandrinekidasharira9713
@sandrinekidasharira9713 4 жыл бұрын
"Kiyago co kuyagwa"! Ndakunda Ikirundi vy'ukuri!!
@yvesmarimbu4013
@yvesmarimbu4013 6 ай бұрын
Une chanson éternelle. Arangwa n'imbabazi ubwenge n'ubwitonzi akongera akarangwa n'umutima wo gukunda igihugu. Uyu muririmvyi nzokwama ndamwumviriza gushika
@user-ox6tv2pu7x
@user-ox6tv2pu7x 8 ай бұрын
Uwo mu congo man yarakwiye agashimwe vrma nakuze nzi koyaririmbwe numurundi kabisa ❤❤
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 3 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮proud to be aBurundian ❤❤❤ Love Mutima wa Africa
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 3 ай бұрын
Nostalgie abarundi bagifise ubumuntu.
@francisarakaza805
@francisarakaza805 5 жыл бұрын
imanaaa ibahezagiree basaz
@gaelmarieofficial4817
@gaelmarieofficial4817 8 ай бұрын
I remember my country 😮iyi ndirimbo inkumbuje muhira
@sindayiheburajeanbosco654
@sindayiheburajeanbosco654 3 жыл бұрын
Iyi ndirimbo iraryoshe basi. Ikintu nshimye ni iyi encadrement des enfants. Nico gituma aba kera bari bazi kuririmba bavyigishwa bakiri bato.
@BaptistaBasumingera-kk1hl
@BaptistaBasumingera-kk1hl 11 ай бұрын
Iyindirimbo nariyukunze kabisa uwoyisubiza mu mashure ngira yogira akamaro kuko harimwo amajambo nkoramutima.
@prospertv9090
@prospertv9090 Жыл бұрын
U Burundi 🇧🇮 bw'ejo burangwa n'ubutwari twarukanye,.....
@pierreclaverhakizindavyi-si3sv
@pierreclaverhakizindavyi-si3sv 4 ай бұрын
Nice song with strong message ❤👌
@bilou3948
@bilou3948 Жыл бұрын
Quelle époque.😢😢😢😢
@sindayiheburajeanbosco654
@sindayiheburajeanbosco654 3 жыл бұрын
Ndiko ndarana ndabona ari abanyeshure ba primaire hamwe n'umwigisha wabo. Nico gituma abigisha ba kera ari abo gushimirwa
@bucazizaaline9860
@bucazizaaline9860 3 ай бұрын
Mugume mutwibutsa ivyiza vyigihugu cacu nivyiza
@patrickmuvunyi4610
@patrickmuvunyi4610 2 жыл бұрын
Imana imihezagire niho nkimenya ko ari uwo muri congo!
@user-qk5vn5dc6h
@user-qk5vn5dc6h 5 ай бұрын
Gukora batiziganya nintete,impinyanyuro y,ikirundi,
@user-xp1sy9zm4s
@user-xp1sy9zm4s 4 ай бұрын
Kuberiki indirimbo zakera zifise akanovera kadyoshe cane gusumba ivyobaririmba ubu
@flashlightstudio5399
@flashlightstudio5399 Ай бұрын
Abubu ntibaririmba barajaba
@evrardbenjamin9593
@evrardbenjamin9593 11 жыл бұрын
I 'd like to know his name too!!!Is he still alive?That sounds nice!! Hola to u if u see my post an' respect for ur works!!!
@IrambonaInes
@IrambonaInes 7 күн бұрын
Lyrics: Prélude: Mbega bavyeyi twogira gute? Kugira ngo tuzoshikirize Igihugu canyu catwibarutse? (×2) Refrain: Bavyeyi namwe Barezi Ivyo vyose tubifise ku mutima Natwe urwaruka turiyemeje Gukora tutiziganya nk'intete Ubunebwe twabugize indahiro Uburundi bw'ejo burangwa n'ubutwari twarukanye Bamwe buyagwa hose mu makungu. 1.Kiyago co kuyaga, Uragororokera abakureze Urwanire amahoro n'ubumwe Usagwe n'umutima rugabo Kiyago co kuyaga Uragendera iragi ry'abasokuru Ugire izina,urangwe n'akabanga Uburundi buguhanze amaso. 2.Rwaruka rw'i Burundi Muramane akabanga Mugendere akaranga Mwiyubare ibibatesha ubuzima muziririze ubuhumbu Mwige mutadebukigwa Mugumane indero runtu Mube akaranga k'Uburundi(×2).
@ndimuntwarididace4062
@ndimuntwarididace4062 5 жыл бұрын
Mbega indirimbo iryoheye ugutwi kandi irimwo inyigisho nta ngere.
@allforall3949
@allforall3949 3 ай бұрын
2024 still enjoying
@elogearakaza5441
@elogearakaza5441 Жыл бұрын
2023 , April still feeling
@emmanueltungukobiri1036
@emmanueltungukobiri1036 3 жыл бұрын
Je l'ai enseignée aux enfants de la 7è, c'est presque les mêmes voix
@user-uu7fp4wq7s
@user-uu7fp4wq7s 10 ай бұрын
I remember my county
@amabanotv6867
@amabanotv6867 3 жыл бұрын
This voice of Accapella
@alexandrendikumana5327
@alexandrendikumana5327 2 жыл бұрын
Une belle chanson
@n-elviselvis5612
@n-elviselvis5612 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮,,, Mon Pays
@johnlovenduwayo3988
@johnlovenduwayo3988 4 жыл бұрын
mbega akiwacu kakera mbega uwo mugabo aracahari????
@ndayishimiyedavid4364
@ndayishimiyedavid4364 Жыл бұрын
Komera cane
@muanazion7967
@muanazion7967 11 жыл бұрын
Hi do you more music from this particular artist? This particular artist is my older brother, he currently lives here in the states.
@sandrinekidasharira9713
@sandrinekidasharira9713 4 жыл бұрын
Really?? A huge hug for this artist! He's great!
@burundiburundi8168
@burundiburundi8168 2 жыл бұрын
Great. I do live in states too. I would like to meet him
@catriceferguson8615
@catriceferguson8615 10 жыл бұрын
His name is Freddy Nyembwe.
@milk11honey
@milk11honey 9 жыл бұрын
Catrice Ferguson Ah ok je vais rajouter son nom. Merci!!
@muanazion7967
@muanazion7967 8 жыл бұрын
+milk11honey Freddy Nyembwe , A.K.A "Supu Mingi". That was his stage or nick name back in those days.
@ndayirukiyebienvenue4722
@ndayirukiyebienvenue4722 3 жыл бұрын
Uyumugabo aracahari kabizi cane
@ndayirukiyebienvenue4722
@ndayirukiyebienvenue4722 3 жыл бұрын
Arahari nyene man
@milk11honey
@milk11honey 11 жыл бұрын
what is his name? so I can add him as the singer
@rozamusicburundi9087
@rozamusicburundi9087 6 жыл бұрын
We used to call him Supu mingi
@barekesteve8679
@barekesteve8679 3 жыл бұрын
Supu ming hahahAha
@milk11honey
@milk11honey 11 жыл бұрын
check this song on my channel "Shimagizwa we, terwa iteka ", he sings in the background
@MegaAlexison
@MegaAlexison 3 жыл бұрын
Uyu yaririmvye iyi ndirimbo aracariho???
@muanazion7967
@muanazion7967 11 жыл бұрын
Thank you very much your response! I have notified him about the other vidoe and he loves it!!
@muanazion7967
@muanazion7967 11 жыл бұрын
oops I meant to say if you have more music from this artist?
@richardkwizera9613
@richardkwizera9613 4 жыл бұрын
Hi
@user-uu7fp4wq7s
@user-uu7fp4wq7s 10 ай бұрын
I remember my county
Burundi : Musoni Evariste - Sinarinzi (Original)
5:27
milk11honey
Рет қаралды 387 М.
Burundi : Amabano - Umugenzi
4:53
milk11honey
Рет қаралды 170 М.
A pack of chips with a surprise 🤣😍❤️ #demariki
00:14
Demariki
Рет қаралды 52 МЛН
Is it Cake or Fake ? 🍰
00:53
A4
Рет қаралды 20 МЛН
Ijambo rya President Ndadaye Merchior 1993 ahejeje gutorwa kuramutswa u BURUNDI
27:14
TUZAMUTORA TWESE - Esperance Uwamahoro
4:37
Espe Mahoro
Рет қаралды 12 М.
Santa
7:51
Papa Wemba Officiel
Рет қаралды 138 М.
Leonard Niyomwungere - Abagabo Bararya Imbwa Zikishura
5:58
Indirimbo za Jean Pierre Ngendanzi zakunzwe, karahanyuze Burundi playlist
31:01
NDAVUGA SIMVURA by R.M Twagirayezu
4:33
Roza Music Burundi
Рет қаралды 123 М.
Burundi : Orchestre communal de Buraza - Uzoruca rutarama
5:02
milk11honey
Рет қаралды 82 М.
Sagamba burundi by Léonce Ngabo
4:07
Seth Ndayisenga
Рет қаралды 108 М.
ОНА НЕ ДОЛЖНА БЫЛА ЭТОГО ДЕЛАТЬ
0:27
Ещё один способ не забеременеть
0:16
Pavlov_family_
Рет қаралды 3,8 МЛН