Burundi: Col. Firimin Sinzoyiheba Yari Ameze Nk'Umuzungu Yari Umusirikare Ateye Ubwoba Amateka ye

  Рет қаралды 16,987

ISHAMI TV

ISHAMI TV

9 ай бұрын

Col. Sinzoyiheba Firimin mu gisirikare c'u Burundi Igisoda cari gikaze ico gihe

Пікірлер: 18
@NiyongaboJeff
@NiyongaboJeff 11 күн бұрын
Intwari ntiramba col film sinzoyiheba Alias kagajo intwari kurugamba yiryamire Amahoro imvugakuri nabasigaye bakore kawe
@mukerandangaalfred7521
@mukerandangaalfred7521 Ай бұрын
Ba muvuga amakuru mutohoje neza.Habaye ibiganiro,Yaba CNDD-FDD ,yaba Reta y'ico gihe nta numwe yatsinze intambara.
@NiyongaboJeff
@NiyongaboJeff 11 күн бұрын
Ndakazi Edmon yaguye muri Tanganyika cool maregarege col Niyungeko Antoine intwari zakoze neza naho batashe vicent Niyungeko aba ntaho batshe ningabo 😊twabuze benshi
@dorineirakoze3259
@dorineirakoze3259 Ай бұрын
Murakoze kuri documentaire nziza. Ariko pour la prochaine fois,be murondera abantu babafasha kuvuga neza amazina y'abo muzovugamwo. Nta commentaire nabonye musaba excuse ku makosa mwagize alors que les noms reviennent bcp de fois. Ni *Maregarege* na *Ndakazi* (qui se prononce Ndakaazi). Vous remerciant, Merci
@aimetresorbayubahe8144
@aimetresorbayubahe8144 2 ай бұрын
Courage peeeeeee nkusabye gukomeza mudukorera izo documents
@claverndayishimiye237
@claverndayishimiye237 9 ай бұрын
urabeshe ntabo bigeze batsinda
@user-jx6uc2ov3i
@user-jx6uc2ov3i 26 күн бұрын
Nta buzungu bwiwe yatugarukanyemwo Buyoya Baragaruka benawe barabe aho kigeze
@claverndayishimiye237
@claverndayishimiye237 9 ай бұрын
bavuga gihinga not gihanga
@frederiquemanirakiza2714
@frederiquemanirakiza2714 9 ай бұрын
Ni Léonidas Maregarege. Si mageragere.
@claverndayishimiye237
@claverndayishimiye237 9 ай бұрын
uzoze ubara inkuru uzi neza ureke gutuburira abantu
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 4 ай бұрын
Buyoya yaramurabije ndake 🤣🤣
@vickyingabire6501
@vickyingabire6501 4 күн бұрын
Reka kubesha‼️ CNDD ntiyigeze ifata igiti ikigumane même une journée. Nta ntambara yatsinze, ils leurs ont juste donné le pouvoir sur un plateau d'argent.
@desirebigirindavyi
@desirebigirindavyi Ай бұрын
Ni MAREGAREGE E NON MAGEREGERE.
@thierry-tissolantwari4256
@thierry-tissolantwari4256 Ай бұрын
Ati mageragere?😂😂😂 urateyisoni kuko uvuga ivyutanazi
@regulus4745
@regulus4745 7 ай бұрын
Fidèle Ndarisigaranye, pas Ndayisigaranye. Edmond Ndakazi, pron. _/ndakaazi/,_ pas _/ndakazi/._ Léonidas Maregarege, pas Mageragere. Bon documentaire. Mais ne craignez plus de dire «cndd-fdd» lorsque vous parlez de la milice fondée par Nyangoma. C’est le nom qu’il lui avait donné.
@Ishamitv
@Ishamitv 7 ай бұрын
Merci pour votre contribution, nous allons utuliser votre commentaire pour ameliorer notre recherche. Merci ancore
@regulus4745
@regulus4745 7 ай бұрын
@@IshamitvJe vous en prie mon frère. Bonne continuation.
@Ishamitv
@Ishamitv 7 ай бұрын
@regulus4745 merci beaucoup
1 or 2?🐄
00:12
Kan Andrey
Рет қаралды 36 МЛН
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 170 #shorts
00:27
Increíble final 😱
00:37
Juan De Dios Pantoja 2
Рет қаралды 113 МЛН
Василиса наняла личного массажиста 😂 #shorts
00:22
Денис Кукояка
Рет қаралды 10 МЛН
KU KIVI DU 20 05 2016/ ANCIEN PRESIDENT JEAN BAPTISTE BAGAZA
28:40
Ntare Rushatsi House TV
Рет қаралды 87 М.
DORE PEREZIDA WAMBERE WISHWE NABI ISI YOSE IKUMIRWA/YICIWE KUKARUBANDA
27:07
ISMAËL MWANAFUNZI TALKS
Рет қаралды 71 М.
1 or 2?🐄
00:12
Kan Andrey
Рет қаралды 36 МЛН