Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Пікірлер: 20
@burundishallsmile1day10927 күн бұрын
😊❤ Superb Balozi🎩
@user-lt3ch5hc3gАй бұрын
Hongera Hongera Hongera Hongera Hongera kwa unganisho huowoo 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyi ni Culture Swahili kandi abo iraba irabafise ico Ivuze kuribo. Uraraba neza ntusange ukumira izindi Communités zigize Abarundi bose.
@bizomenyimanaelias545527 күн бұрын
@@burundishallsmile1day109 ntamuntu nkumira ariko ivyo ntakamaro ahubwo bifitiye akamoro tanzania
@burundishallsmile1day10927 күн бұрын
@@bizomenyimanaelias5455 Nanje nta Taarab numviriza,ariko ndazi abantu bazikunda kandi baja no mubiteramo banababara iyo vyabacitse. Nkabo urumva Iki Kiganiro baragishima ko kibahaye Amakuru ya Sindamusiga. Kandi Ambassadeur yavyivugiye ko biri mu Migambi yo gulomeza Ubucuti,Imigenderanire biciye mu Mico kama.Taarab ni Umuco w'Igiswahiri. Ahubwo ukwiye kwibaza yoba Ambassade y uRwanda yatumyeko Masamba canke Group y Intore ziza Guhamiriza iBuja canke Ambassade y uBdi ikigali itumyeko Amagaba Warikubigaya?kuko hari aboja kubiraba babikunda .Igihugu gifise ama Millioni y Abantu ,hariho akagwi kayo ma Millioni akunda ivyo birori nabo tubaramutse👋🏽🙂
@EmmanuelCishahayoАй бұрын
Utanguye ububwa warugez kure nta nibiganiro vyaw nzosubira kuraba