Nibutse igihe the dynamic itanguye nkibuka Hokim au début nubu mbona ari wewe chouuu wamwigishije peeee, firee 🔥🔥🔥🔥🤣🤣🤣🤣🤣🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮
@MbabaziAlicia-vj1fuАй бұрын
Cyakoze djihad ndakwikundira pe byagera kunkuru zawe nkayamanika
@linem6641Ай бұрын
Okim yanduye ubujajwa.
@MediatorFilms-xu5yzАй бұрын
THANK YOU GUYS, DEAR VIEWERS PLEASE MAKE SURE YOU SUBSCRIBE ,LIKE and SHARE 🥰🥰 IN ORDER TO SHOW THE SUPPORT TO CREATOR PLEASE DO THAT SIMPLE ACTIONS WHILE YOU'RE WATCHING this video THANK YOU!!🥰🥰🥰
@habonimanarehemajulienne1454Ай бұрын
Djihand na Okimu mutwinze nkababakobwa barikw isoko kuvuma n igushenya inkwi,ariko cane cane nka bagore bacariye kubusutwa. barikuyaga umunoni wamajambo avyangatiranyemwo ayamatiku kumpera yumusozo wakaguri baribagurikiyemwo ati ntimuzabivuge ivyo tuyagiye aha hantu bagashirako igitwengo cakamiraaa.Djihand ivyikigihe nivyo kwitondera Media icomutaribwabone bizabonwa kubuntu Kandi bigana bitera isi kuremegwa n ikwerekeza Mumahonero binyegeje amaso yab isi ariko amaso yuwohe juru abona nivyo tutibazaho.Abantu nibababarire isi pre!
@uwerahadjala6928Ай бұрын
Ese chou wamukobwa wa liquor store ibye byarangiye gute?
@bazubagiraalice-wn8ryАй бұрын
Sha djihad uzaduhe guhura abafana bawe
@ramladoudou7673Ай бұрын
Ese Djihad... Kubyina mu mwito bigutwaye iki? Ese wibuka ko babyina ari abagore gusa???