#DRAMA

  Рет қаралды 51,273

Buja FM

Buja FM

8 ай бұрын

#Inyuma ymajambo tandukanye yashikirijwe n'aba baririmvy 2 ukuri kwose kwagiye ahabona.

Пікірлер: 223
@jaypkendrickishimwe
@jaypkendrickishimwe 8 ай бұрын
Much love from Kigali Rwanda 🇷🇼 Dramat turagukunda cyane
@kadino_jc
@kadino_jc 8 ай бұрын
Tuzagushigikira kibondo nibakureke witerere imbere mwiza wuburundi❤
@zubeaslay6566
@zubeaslay6566 8 ай бұрын
Uyu muhungu arazi kwishura ibibazo nk’umu professionnel 🎉big up sn✊love from 🇺🇸
@itsmeagain7507
@itsmeagain7507 8 ай бұрын
ico mbonye nukwo Drama T abasumvya sagesse ,namwe ba journaliste wamengo ntimur neutre(mushaka kumuvugisha ivyo atavuz),twabacijemwo ijisho
@schemssakimana5854
@schemssakimana5854 8 ай бұрын
Uyu mu petit ariyubahiriza. Naho ntamuzi j admire sa maturité
@user-jj6gk4ou1u
@user-jj6gk4ou1u 8 ай бұрын
Nivyo nanj narayitegerej ndabira ariko ndayibona ndakubita Like . Drama nukuri kw' Imana nib Ubona iyi comenty wumv KO naryamy mi-nuit En Somalie ndindiriy indirimbo yaw. Kimwe gusa Ubu ndiko ndakunda umuziki ndundi kubera ww drama, ukomere cane, nta kazi katagir inzigo.
@user-bi9pn1pm8z
@user-bi9pn1pm8z 8 ай бұрын
Reka jewe rero ntiwokwibaza umwana araduhaye iteka
@Gisbeauty
@Gisbeauty 8 ай бұрын
Uyo mwana ndamukunda pe ❤❤❤❤❤
@yvanvantonnynizigiye2749
@yvanvantonnynizigiye2749 8 ай бұрын
Drama T urumuntu w'Umugabo cane ukuntu wishuy Ibibazo vyose neza kucerekey icama views mpise nkukurira chapeau
@Yezu_araganje
@Yezu_araganje 8 ай бұрын
B Face, si jamais tu tombes sur ce commentaire sache qu'on t'aime bcp❤️❤️❤️, gusa heal bro. Uri umuntu mwiza turabizi. Gusa urafise ikibazo. Search for help pls. Drama T, ibi biriko birakubako ni umugisha kuri ww somehow: ça forge ton caractère. The world is watching..Va de l'avant. Et surtout, don't let anything take you down💪
@ininahazwejoyeuse8839
@ininahazwejoyeuse8839 8 ай бұрын
Iyataba aciye ubwenge ntiyabava imbere😂😂😂ari professiinnel cane go ahead dear.
@raissadusabe3918
@raissadusabe3918 8 ай бұрын
Bari bazi ko bamushobora 😅😅😅
@user-pg5dq8tn3y
@user-pg5dq8tn3y 8 ай бұрын
Wapi wa mu dame we werekanye ko uterekwa Drama T.Ariko ntaco uzohindura kumigisha Imana yamwandikiye.Nuwacu turamushigikiye ijana kwijana.
@amolam97
@amolam97 8 ай бұрын
Drama t we stay strong abansi bawe nabo nyene mwicaranye aba journalistes aba artistes baru turwi turwi bategana imisi kubana baba bariko barakora neza ikibabaje ugasanga nabantu barimbere muri entertainment mwaba journaliste mugabanye gutegana imisi aba artiste nabo nikubana muzinanye peee
@jbndayifx1933
@jbndayifx1933 8 ай бұрын
Uyu mu Nikita ndabona yari yiteguye kubaza Drama ibibazo vyinshi. Drama-T nakunze ko yagerageje gutanga umuco n'ubwo bamusokoroje cane akagera n'aho avuga nk'ibitari bikenewe rwose. Gusa Drama-T kuba yemera ko yovuga vyinshi B-Face ahari, birerekana ko mu mutima wiwe harimwo umuco ck ukuri kwinshi adashaka guhishahisha. Ku bwanje numva ari mu kuri ahubwo nuko ata masezerano yahabaye, B-Face akazanamwo sentiment nyinshi. Voilà mon point de vue.
@lyssdeliciangabirano2990
@lyssdeliciangabirano2990 8 ай бұрын
Kuva no kuri appel bamugiriye la meuf était prête kweri…ari kukazi biensur ariko uko yagakoreye kuriyi cas ya Drama niba batari bamumutumye yari yamwitumye bikwiye kweri😂
@louangeineza6759
@louangeineza6759 8 ай бұрын
Courage Drama💯♥️
@nunu-olgansonerimfura9428
@nunu-olgansonerimfura9428 8 ай бұрын
Kumbe birya b- face aririmba niivyo yishura muma interview biri brutal, niyo personnalité yiwe, ❤, n’ umwana mubi
@user-zo8el2oe8n
@user-zo8el2oe8n 8 ай бұрын
Muyinga barakundana kandi iyo bakoze ikintu ubwabo barashigikirana ( kandi ntashari bigera bagirira abandi ) Terimbera Drama T ❤
@tresordushime460
@tresordushime460 8 ай бұрын
Stay strong Drama 🔥🔥🔥 focus for your dreams ❤️
@Samsonirankunda1
@Samsonirankunda1 8 ай бұрын
icokijuju cimuyinga cigisaho kigaragara iyombunuza
@serugoburundi7044
@serugoburundi7044 8 ай бұрын
iyo hamaz kujamwo ivy'abakobwa aho ntan'umwumvikano ukenewe ahubwo vyokononekara gusumba. nibahane distance nivyo vyiza gusumba
@alexishakizumukama1843
@alexishakizumukama1843 8 ай бұрын
Nabareke uwomwana aterimbere Ayo nama jalousie kubera arabasumvya ama succès kandi azoterimbere caaane courage petit turinyuma yaw
@user-rb8hw4bm6c
@user-rb8hw4bm6c 8 ай бұрын
Pata sana drama t🔥🔥
@user-zn3mz2om7d
@user-zn3mz2om7d 8 ай бұрын
Drama dans la vie nuko bigenda urihangana Hama ubandanye gutera imbere kandi réaction wagize iratesa kuko waramweretse ko adashobora kuku détruisa ✌️✌️✌️✌️
@jibril3532
@jibril3532 8 ай бұрын
Abanyamuyinga nibo bantu bambere batigera batsindwa muguharira ndabira abantu batatu bos arabacanze😂😂
@didacememeur
@didacememeur 8 ай бұрын
Nihatari
@BIKANDA20660
@BIKANDA20660 8 ай бұрын
Ami pro Dramat mumufashe.yarahemukiwe.
@Profesakiriku1
@Profesakiriku1 8 ай бұрын
Love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇺🇲🇺🇲
@user-vp8ex2oj7u
@user-vp8ex2oj7u 8 ай бұрын
Drama T ariko arabesha kuko ivyo joel yasiguy kwa Landry promotat sivyo drama T ariko aravuga bavuga ibitandukanye.bisigurako drama T ariko arabesha
@karangwa2315
@karangwa2315 8 ай бұрын
This dram T is young but i loved how he expresses him self very straightforward and calm
@biglove3146
@biglove3146 8 ай бұрын
One love mazheeh🇧🇮❤️
@DELICIAIRAKOZE-gi2cq
@DELICIAIRAKOZE-gi2cq 8 ай бұрын
Umu auteur ntakosa afise. afise Uburenganzira bwo gufuta ijwi cank akareka. Abariko barwanya Drama t bariko bavuga bakoresheje Ama émotion akazi n'akazi nta sentiment zijamwo
@pacypacifiquo
@pacypacifiquo 8 ай бұрын
Acha mtoto awine 💥💥💥💥
@LifeGoesOn481
@LifeGoesOn481 8 ай бұрын
Stay strong 💪 my Gee Drama .
@Royallyrics25.
@Royallyrics25. 8 ай бұрын
Ihorere Drama uwimana ihay ntawumwaka aba fana bazoguma biyongera we ipowere gusa❤❤❤ nikita naw yar yakwitumy atarakand ngen aguhahaza mxiooouu iterer imbere mwana
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 8 ай бұрын
Mwese nu kwitamporiza,drama T nu mushingantahe pe , salute
@user-uu6ff4hq2e
@user-uu6ff4hq2e 8 ай бұрын
Buja efeme yubahwe❤
@user-ex5yu2pi2f
@user-ex5yu2pi2f 8 ай бұрын
Nimumurek yabishuy nimurek kukuremer drama t ❤❤❤❤ unajitum
@simonndikuyera-sy3un
@simonndikuyera-sy3un 8 ай бұрын
Courage ma bro
@user-np4de5rz8l
@user-np4de5rz8l 8 ай бұрын
Bro wubahweeee uyu mu type ararenz numu professionnel wallah
@OlivierTWIZERIMANA-hq7zu
@OlivierTWIZERIMANA-hq7zu 8 ай бұрын
Drama t songa mbele kazi zako tunazipenda tuko pamoja ndugu yangu umejibu vizuri.
@yahayashuta9608
@yahayashuta9608 8 ай бұрын
Uyo mukobwa kumengo amuvugiye B face,iyo ari ft means urya yaguhamagaye niwe mwene song drama t niwe mwene song
@rahaytv26
@rahaytv26 8 ай бұрын
mwense ndabakunda çaane ndakinda nibikorwa vyanyu . DRAMA NA BIG FECE Nimwicare muganire mutorere umuti ikibazo Kiri hagati yanyu🙏🙏
@officeburundaisdudroitdaut9921
@officeburundaisdudroitdaut9921 8 ай бұрын
Fresh😢
@claudiatuyisenge5603
@claudiatuyisenge5603 8 ай бұрын
Drama t❤🎉 courage🤝
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 8 ай бұрын
Drama t hejuru cane kure cane hashoboka🙏❤️❤️❤️❤️
@ndykzouena595
@ndykzouena595 8 ай бұрын
Nd’Umugore wawe Jewe😂😂😂 Thank you very Much Mga Boy ♥️♥️♥️♥️♥️
@EricUwimana-rq4yw
@EricUwimana-rq4yw 8 ай бұрын
Utabeshe🤣
@niyocubahiroeliazard6760
@niyocubahiroeliazard6760 7 ай бұрын
Very intelligent bro Drama T
@user-ex5yu2pi2f
@user-ex5yu2pi2f 8 ай бұрын
Mwese uwo mwana arabasuvya ubwenge mwamwicariy mur 3 muga agum abishur nez muburwa nez
@amolam97
@amolam97 8 ай бұрын
Nashigikirwe kabisa
@user-ex5yu2pi2f
@user-ex5yu2pi2f 8 ай бұрын
Turamushigikiy aranabishoboye muyinga kwet
@nizigiyimanavianney1034
@nizigiyimanavianney1034 8 ай бұрын
Ndabasavye muzobatumire bose bahurire muri Studio ni ho sawa
@akimanaarlene8106
@akimanaarlene8106 8 ай бұрын
Jewe point ya Drama t ndayumvaa canee ivyo avuga vyose indirimbo nirwìwe mugaa jewe ndasavyee urwo rwankoo ruri hagati yabo mugerageze ruhave bibuke icabahuje kirute cane icobapfa kuko bose n'abantu ntawudakoshaaa murubu buzima nta vyera ngo dee!!!Drama-t keep it up!
@NshimirimanaRuffin
@NshimirimanaRuffin 8 ай бұрын
Kourag granfrer bakurek Sha witererimbere mn ❤❤❤
@user-gm1zb1sx7h
@user-gm1zb1sx7h 8 ай бұрын
Jewe ndabakunda mwese Drama T na B Face ivyo bizohera nibintu bacamwo kugra bibigishe guterimbere ugenda uratsitara ariko tubasabe mubivemwo ningoga turabakunda muririmba bien muri Kazoza kumuziki ndundi...Courage
@kattofahion4209
@kattofahion4209 8 ай бұрын
B face yaramaze kwibona ko Ari we asumba kuvuga amajambo yuguponda gusumba abandi ariko Drama T nimba ivyo uvuze arukuri vrmt beshi baguhora kubera uje vuba muri industry ya music Kandi ubasumba ama views ukiri na muto courage Shaa Dogo Drama T gusa ico noguhanura uzokwame uvugish ukuri uvuga nibintu uko biri
@yyyy6413
@yyyy6413 8 ай бұрын
Nikita nubwambere uriko urarenza induru ataco uriko uravuga
@ericbatungwanayo
@ericbatungwanayo 8 ай бұрын
Courage bro.iyo ama obstacles abaye meshi ni signes kuriko uratera imbere.courage
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 8 ай бұрын
Drama❤❤❤❤❤❤
@user-cr3in5qd3q
@user-cr3in5qd3q 8 ай бұрын
Big up saana@Drama
@user-wq9uz4uz1m
@user-wq9uz4uz1m 8 ай бұрын
Mwubahwe maze
@serugoburundi7044
@serugoburundi7044 8 ай бұрын
Drama, hari principe imwe ya Putin nkwipfurije kugendera, iyo nayo akaba ari iyi: "Ton vrai ami ne peux jamais te trahir. Quelqu'un qui ose te trahir même une seule fois, celui-là c'est ton ennemi à jamais. Je peux pardonner tout sauf la trahison."
@user-zo8el2oe8n
@user-zo8el2oe8n 8 ай бұрын
Muhungu wacu ahubwo KO mbona umengo Abo mugendana batanguye kuvuga kumaze imyaka Mike mumuziki (ubwo ishari ntiririko rirabaserukamwo uraza uricunga ( uwutambana namukeba ntakubita urugohe ) ariko Imana irakubona
@clovisniyonsaba3268
@clovisniyonsaba3268 8 ай бұрын
Drama-T ndakunze inyifato yawe ndayikunze dukeneye abaririmvyi nkawe💪
@neneitekaryimanagateka2910
@neneitekaryimanagateka2910 8 ай бұрын
Chérie Nikita uratesaaa Maaa😍 iyi vidéo nagumy nirabira Wew gusa
@Nidivin
@Nidivin 8 ай бұрын
Drama t nibamuveko Wana 🤟
@arnaudnizigiyimana4112
@arnaudnizigiyimana4112 8 ай бұрын
B-face uw bazohuza b1 uw si masterland yacafuje arikausha Drama keep focus in your job and in your dream
@mukizaangelusderi2292
@mukizaangelusderi2292 8 ай бұрын
Erega nubundi ibyo bakora byose hano mu Rwanda umuhanzi wanyu dukunda ni dramma t
@diagfinamix1861
@diagfinamix1861 8 ай бұрын
Iyi volume siyo , mukosore cabinet technique hama uyo mugore mumubwire ayo matako kwar ayumugabo wiwe atarayo kuzana imbere ya camera canke mutubwire nayo kwari murizo intertainments zanyu tubimenye.
@lionelamani7551
@lionelamani7551 8 ай бұрын
😳non ko muriko muramwattaqua cane?mu bisanzwe indirimbo nimb ari iya Drama T arafis uburenganzira bwo gufata ingingo yose ashaka ku neza y'akazi kiwe cank bivanye niyo ashaka gushika. Rero har ukuntu muriko murahengama mutabirekuriwe.
@solangeiribagiza3940
@solangeiribagiza3940 8 ай бұрын
Drama T uri umunyabwenge c tout 🙅🏻‍♀️✅👌 Iryo nishyari ahubwo wabagoreweho kibondo🤦🏻‍♀️ gusa ugomba kumenya ko umunyamugisha ahorana ibigeragezo rero be careful hatazazamo juju mugani wawe Imana ikomeze ikurinde kibondo love from 🇷🇼❤️❤️❤️❣️❣️❣️❤️‍🔥❤️‍🔥❤️‍🔥
@msafiriisrael6111
@msafiriisrael6111 8 ай бұрын
Mumureke uyo dogo 🇧🇮🇿🇦
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 8 ай бұрын
Buja Fm hejuru caaan!
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 8 ай бұрын
Drama T ndamukunda mugaaa nace bugufi ahuze na b face kuko nimukuru wiwe kand nubu Star arabumurusha kbx😚🤝
@aaronbe9966
@aaronbe9966 8 ай бұрын
Donc ton seul argument nuko ari umukuru wiwe nuko amurusha ubu star ??
@izere10
@izere10 8 ай бұрын
Drama turagukunda
@user-fy9pw2zr8l
@user-fy9pw2zr8l 8 ай бұрын
mureke amajambo mbona nababatanguriye bariko bapfa rip miss erica
@EvaristeNdayikengurukiye-se1jd
@EvaristeNdayikengurukiye-se1jd 8 ай бұрын
Drama t ihangane shn be face aribona ukuntu yibazako Ari kibiringeye .ubu yavuye kwa Fabi love asimbiye kuri wew !umusore ahumura ahumiwe😂😂
@Dilony243
@Dilony243 8 ай бұрын
🎉🎉🎉tyyy🎉🎉
@user-fh3zg3qz5c
@user-fh3zg3qz5c 6 ай бұрын
Gusa wew b face arakurutax100%
@didamseto8280
@didamseto8280 8 ай бұрын
Dogo ,u still young !!na safari bado !!acha kiki za kisenge b.face is matured in fact is big artist !!ark uramuburie indero uzofate akany umusab ikigongw😒
@ChristellaIradukunda-or8wr
@ChristellaIradukunda-or8wr 8 ай бұрын
Nimb Drama t ariw yarish inoti zindirimbo arafis droit yokumukuramw ✌️
@kadino_jc
@kadino_jc 8 ай бұрын
Ariko badi indirimbo niyiwe amagambo naye bface arafise ingorane yogutinya succe za drama t c triste
@user-zo8el2oe8n
@user-zo8el2oe8n 8 ай бұрын
Drama-T komera 🇧🇮🇩🇪
@BerryNB19
@BerryNB19 8 ай бұрын
Izonikata shn kugira Kode irye HIT 😂😂
@user-fz3oq7nm7p
@user-fz3oq7nm7p 8 ай бұрын
@dramat 🙌🙌
@inkerebutsitv
@inkerebutsitv 8 ай бұрын
Drama-T vraiment muvyo wakoze harimwo amakosa kweri. Vuga ko utigeze wishimira ubugenzi bwiwawe na Drama-T. Ariko ico nibaza nibazako Management yawe yoba yarakubujije ko mukorana igikorwa!!!
@chenissehelenekamikazi
@chenissehelenekamikazi 8 ай бұрын
Drama t turagukunda m ntarutugu rukura rusumbizos
@user-ul7ri4fh8m
@user-ul7ri4fh8m 8 ай бұрын
👌👌👌👌🔥🔥🔥
@ElodieNgezahayo-gw7zq
@ElodieNgezahayo-gw7zq 8 ай бұрын
Uze dame wanka agasuzuguro. Umuryango wawe nkuko wabivuze uracagikeneye
@FleuryFleurygirukwishaka
@FleuryFleurygirukwishaka 8 ай бұрын
Drama t urambe turambane mon pote
@user-he9eb2wm3n
@user-he9eb2wm3n 8 ай бұрын
Ngo ururimi rwumwe rukamwa ayera Ahubwo rukamwa imfyufyu Nayo amata yo yose aba yera...ikosa mwagize nuko mwasavye sponsors mukayisaba abantu,inoti mukarya Ariko mukihindukana
@user-pb8bl6ws7p
@user-pb8bl6ws7p 8 ай бұрын
Drama nukwihangana dsiiii
@user-uu6ff4hq2e
@user-uu6ff4hq2e 8 ай бұрын
Hitikonegisheni yubahwe tuyumvirahose
@Elie_Marley
@Elie_Marley 8 ай бұрын
Noe mumbonera abaririmvyi bacu bazohuza ryari?🤔🤔 hama ngo bashaka guter'imbere 🤣 Mbona umengo biri kure nkukwezi nukuri😫
@aliceakimana1547
@aliceakimana1547 8 ай бұрын
🎉
@ameliaofficialnkes3247
@ameliaofficialnkes3247 8 ай бұрын
Umuntu yumvirije Drama neza aratahura ko ikibazo muri vyose n'akanoti kazova murico gikorwa.Hama kutumvikana nakwo bivanye nako kanoti bikaba vyahereye muntango zigikorwa kuko hatabaye amasezerano kumvo zuko harubugenzi.Rero muri make juste nkakagoye novunira Drama *ibi bibayubu bimubere icigwa muri kazoza* azahabere magabo surtout ko niyumuntagukurira haba hariho utu expériences twubuzima canke akazi mukora kamwe abakurusha.En fin s'il vous plait, rondera uguhuza mutsindishavu gusa mwige gukorana mu masezerano have ivyo gukoresha ubugenzi kuko buriya akanoti ntawutaryoherererwa kukaronka.Merci
@niyibitangasamson4156
@niyibitangasamson4156 8 ай бұрын
Muyinga hejuru cn ntagufyina
@kadino_jc
@kadino_jc 8 ай бұрын
Babimusaba atari indirimbo yiwe namajambo araya drama T abo bantu bafise ingorane😅
@florentirambona1894
@florentirambona1894 8 ай бұрын
Découvrir
@CNMEDIA-ii5sb
@CNMEDIA-ii5sb 8 ай бұрын
Nivyo vrt ntabesh naj like nayiteye ntarabon iyo song
@billyveritebuntu-pg6us
@billyveritebuntu-pg6us 8 ай бұрын
Uyo mukobwa wapi nta professionnalisme afise umengo ariko abishizemwo ubufana😂 vyemere b face afise amakose numunwa nkuwabagore
@user-ul7ri4fh8m
@user-ul7ri4fh8m 8 ай бұрын
Bamureke drama t abantu muragoy indirimbo arirwiw simbona ikosa
@HermesBreezy
@HermesBreezy 8 ай бұрын
The thing Is that B face niwe ari muma kosa kandi Arakwiye guhanwa
@leonardonshimirimana2778
@leonardonshimirimana2778 8 ай бұрын
Drama is humble Boniface ta huzo
@nestorhatungimana9
@nestorhatungimana9 8 ай бұрын
Turikumwe
@GodefroidBigirimana-xh3pz
@GodefroidBigirimana-xh3pz 8 ай бұрын
Nibakurek sh muvand uter imber bfc ntabon ko akuz
Викторина от МАМЫ 🆘 | WICSUR #shorts
00:58
Бискас
Рет қаралды 5 МЛН
لااا! هذه البرتقالة مزعجة جدًا #قصير
00:15
One More Arabic
Рет қаралды 24 МЛН
Как бесплатно замутить iphone 15 pro max
00:59
ЖЕЛЕЗНЫЙ КОРОЛЬ
Рет қаралды 8 МЛН
Secret Experiment Toothpaste Pt.4 😱 #shorts
00:35
Mr DegrEE
Рет қаралды 38 МЛН
GUSESANGURA IBITERAMO BIMAZE IMISI BIKOREKA MUGISAGARA
30:28
Top 10 yabaririvyi Bazi gupafominga neza🇧🇮
4:06
Mvura Jb
Рет қаралды 104
Van Dijk Destroys Everyone + HIM 💀
0:21
Fearron
Рет қаралды 8 МЛН