DRAMA-T na John Elarts barabadutwaye || The Ben🇷🇼 ivyo yakoze vyihishije inyuma || Isaac na Drizzy

  Рет қаралды 14,044

Isaac Tv

Isaac Tv

7 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 199
@User.k146
@User.k146 7 ай бұрын
Genda Rwanda 🇷🇼 uri nziza Ooh Uhumeka Amahoro 🫂ibyiza bigutatse Rwanda 🇷🇼 nibyinshi cyane sinabivuga ngo mbirangize 🤩I love my motherland 🫂🤩
@User.k146
@User.k146 7 ай бұрын
Nishimiye kuba Umunyarwanda 🤩😍💃 🇷🇼 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼😆🤩💃
@twizereyesudaniel1093
@twizereyesudaniel1093 7 ай бұрын
Mufite best video director now in Burundi gusa ntumuzi agaciro ke reka abanyarwanda bamwatse mwumirwe
@tutorialitem
@tutorialitem 7 ай бұрын
Ariko abarundi mumenyeko ukurusha amafaranga agutwara umugore ❤❤❤
@aaronbe9966
@aaronbe9966 7 ай бұрын
John elarts si au burundi on lui propose 500 dollars ou 1000 dollars et que au Rwanda on lui propose 2000 dollars et plus c’est normal de faire un choix retable 🤷🏾‍♂️🤷🏾‍♂️
@Kigalinewschannel
@Kigalinewschannel 7 ай бұрын
Ikiganiro cyiza kbsssss, Ahubwo umuntu witwa Olegue muzamubwire yiyizire Mu🇷🇼🇷🇼❤ basi ajye atembera kuko ni umuhanga sinzi ikintu abura vrmt.
@talent9024
@talent9024 7 ай бұрын
Abarundi ikitwishi nidukundana vraiment kuki Ayo mafaranga abobarwizatunga batanga bariguha umuririmvyi avuye hanze bakaca batako bagahomba bivanye nuko batayisubiza kuki ayomahera batoterera kubintu vyumuziki vraiment mugih muza murihera ayomahera abaririmvyi bohanze bakimirira nituzopla duteyimbere mumuziki erega mu Rwanda aba rwizatunga baho barabaterera kugira bakora umuziki
@rudasingwaemile8752
@rudasingwaemile8752 7 ай бұрын
mutekereza nkabantu batize akazi nik se nicyikwinjiriza akorere ahantu hatari amafaranga iburundi cg umuntu akorera Aho yinjiriza
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 7 ай бұрын
Thx Isaac uvuze ukuri Leta itabishizemwo inguvu Umusic wu🇧🇮 Tuzowubura iyowagiye kubera rata irawutererana 😭Akarorero narimugihugu kimwe ndiko ndumvi indirombo kwiradiyo Ikomeye icako Umusic myinshi gusa yabo nimba vyagenze gute inzakwumva umu Dj ayizemwo indirimbo ya Bruce mellody na Shaggy nkikiyumva instrument gusa naratangaye mais icagiye kuba narabuze iyo iciye ngira ntana 3second yavuze
@Kaispeed104
@Kaispeed104 7 ай бұрын
Nibagende nubundi ntamahera baronka mu Burundi ahubwo nabandi bariko baragotwa
@migazocumba7212
@migazocumba7212 7 ай бұрын
😂😂na studio basohoreramwo nizo mu rwanda ntagitangaj
@Jururito
@Jururito 7 ай бұрын
kd ubu abahanzi b'i Burundi babimye akazi, nanone mwavuga ngo abanyarwanda barikunda😢
@slide55444
@slide55444 7 ай бұрын
Ase abarundi muteye mute muravugango abanyarwanda ntago ba supporting ibikorwa byanyu babaha support mugasakuza ngo babatwariye abahanzi
@juniorhabibu3274
@juniorhabibu3274 7 ай бұрын
Biratangiye so Abanyarwanda murekere aho gufasha abarundi kubera ko ibi nibyo biba iyo muba supportinze
@user-pn9gy6qh7x
@user-pn9gy6qh7x 7 ай бұрын
😂😂😂😂ni akamaramaza😂
@User.k146
@User.k146 7 ай бұрын
Nanjye mbibazaho
@ingabireflavia9329
@ingabireflavia9329 7 ай бұрын
They don't know what they want they are self centered
@lameckmarco4703
@lameckmarco4703 7 ай бұрын
Hahahhaha abarundi niko twimereye mutubabarire
@ShemaBright
@ShemaBright 7 ай бұрын
Dram T yahawe aword yumuhanzi mwiza iburundi
@aristidentakarutimana313
@aristidentakarutimana313 7 ай бұрын
Shaa haracari vyinsh vyoguhindur vrt icamber ntabwo. Dukunda ivyiwacu,mworab ukungen ,ibibihugu vya, African yepfo,bakunda ivyabo wihenz ukavuza nu muziki wahandi ataruwabo ,ayobakuburira😢😢
@ericciza926
@ericciza926 7 ай бұрын
Isaac aho urambeshe Reka Abana bihigure akaniti nn mwahora muvuga Abaturage baza kuyora amahera iwacu.nn Abana🇧🇮 bagiye kwisumira nn ngo Abaturage barabatwaye kwl ww Isaac niwewe uzanye urwo Rusaku? Ndumiwe😢😢😢😢
@SangwaTv250
@SangwaTv250 7 ай бұрын
Akanoti kwanza
@Boidoingthings
@Boidoingthings 7 ай бұрын
Ishyari namatiku nibyo bituma abanyarwanda batiyumva abarundi. Muri amasutwa mwese💯
@Hardy406
@Hardy406 7 ай бұрын
Nukur, bituma tuvuga ko abarundi bose aruku bameze..😢
@olivierniyorembo7425
@olivierniyorembo7425 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂 ark abarundi mwarasaze kbx nkaho mwakwishimiye achievement abahanzi banyu bari kugeraho muhise mujya mumatiku ejo muzaba musakuza ngo ntibabavuza , john eralt amafaranga akorera mu Rwanda kundirimbo imwe yayakorera umwaka wose mu burundi nonese nkubu kwa element 1song audio ni $1k, ubu umurundi watanga 1Million yamanyarwanda kuri audio nibangahe ubwo ayo ninka 3M zamarundi , dramat dutangiye kumumenya none murasakuje , ark nge nikundira alivin Smith that's guy his ma favorite artist na interview ye ntanimwe yancaho, muzansuhurize na ma brother koreshumwanya I really love that guy & kiriku akili Love u man from Kigali Rwanda ark mureke udutiku ahubwo mwishimire agaciro abahanzi naba director banyu bari kugeraho
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 7 ай бұрын
🤣🤣 Bless 🤜🤛
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 7 ай бұрын
Buzuu uvuze ukuri atakinyoma👍🥰😂🇧🇮
@willykizito6595
@willykizito6595 7 ай бұрын
This is why y’all don’t get no where. Pure nonsense yo ass just spit out. Niggaz have the right to go or work anywhere they wish.
@djpatruick
@djpatruick 7 ай бұрын
Ushoborakuba wibaza ko kuronka Nationalité y'Urwanda arikimwe nabimwe vyiwacu shn ndumva atamakuru ufise kabx🤭
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y 3 ай бұрын
Thue storyyy man uvuze ukurii ncutiii salut life yo mu burundi ni paradizo 🇧🇮🇧🇮
@ismahtv299
@ismahtv299 7 ай бұрын
Love from Rwanda.
@AMHTechtips
@AMHTechtips 7 ай бұрын
Urikivagundu bro, nimwe mwavuga ngo dukunda ivyi wacu none turi kubateza imbere mukasama muvuga ubusa
@justinsabiraguha265
@justinsabiraguha265 7 ай бұрын
Iyi analyse yarimwo ubwenge bwinshi kbx!Isaac na Drizi muraciye akenge ababijejwe bobikorera vyogenda neza mugihugu
@ntacogoraomarnicevide6756
@ntacogoraomarnicevide6756 7 ай бұрын
Theben3 hejuru cyane kbs❤❤❤
@mukeshimanaclaudine8599
@mukeshimanaclaudine8599 7 ай бұрын
Am proud to be Rwanda❤❤❤❤❤
@user-ve4ss1eh2w
@user-ve4ss1eh2w 7 ай бұрын
Mwebwe muribaza ko kubona Nationality yo murwanda arikuyironka cokimw niyiwacu usanga aba congoman bose arabarundi mwe murek izonzigo ziki Yuhuuu
@lilyjosh
@lilyjosh 7 ай бұрын
kiriku, double jay,alvin Smith nabo nabacu 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@amolam97
@amolam97 7 ай бұрын
Icambere nshimiye isaac nuko umboneye ibintu nimwiyubake nkabamenyeshamakuru mubabanire sanaaaa kuko urwanda ntayindi soko rufise atar muburundi
@ARENATVOFF
@ARENATVOFF 7 ай бұрын
ni best burundian artist man ntabwo ari east africa
@cromeo6716
@cromeo6716 7 ай бұрын
Mu burundi twitaho cane music industry kurusha music BUSINESS dukeneye abantu ba maîtrisa music BUSINESS
@baquezprofessionalcleaners3178
@baquezprofessionalcleaners3178 7 ай бұрын
I ❤RWANDA
@boashamah3642
@boashamah3642 7 ай бұрын
Ahubwo bose nibaveho muburundi kuko ntakintu kihari mu burundi 🇧🇮 Bose bazobabatwara none wumvise aho batanga igiceri gikwiye woguma mu Burundi ushaka iki ??
@bukombembisa1999
@bukombembisa1999 7 ай бұрын
😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄MPERUKA ABARUNDI BA RECLAMA KO ABANYARWANDA BADAHA ABA ARTISTS BIBURUNDI AGACIRO NONE NUMVISE BAVUGA KO BATANGIYE GUTWARA ABANTU BABO BABAHA CASH NYINSHI NAMA AWARDS ATANDUKANYE🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 NONE MUSHAKA IKI KWELI MUVYUKURI SINDIKO NDAVYUMVA
@patricknshimiyimana1068
@patricknshimiyimana1068 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 abarundi mureke amajambo, mukore muve murayo, ikindi mureke gufata u Rwanda nka USA, birashoboka cyane ko namwe mwo bishika ko, keep spirit of working hard.
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 7 ай бұрын
Kura induru mwa bijuju mwe, fou de toi yakozwe na director Gad. Uyo John Elars wanyu bamukoresha kubera facture yiwe iri moins cher! John Elars yari muri fou de toi nka co-director kugira yige ubumenyi kuri director Gad!
@manudiofficial
@manudiofficial 7 ай бұрын
Wewe urasara abarundi impano zibarimwo ntibigishwa n’abanyarwanda ahubwo barigisha wadebewe komanina mugani wa Madedeli
@User.k146
@User.k146 7 ай бұрын
@@manudiofficial😂😂😂😂ubwo nibyo biragaragara turabibona
@ayotbeats
@ayotbeats 7 ай бұрын
Ewannn facts
@yosuwamusonda4405
@yosuwamusonda4405 7 ай бұрын
Ibi bicucu birasekeje cyane
@danyalixnikuze3321
@danyalixnikuze3321 7 ай бұрын
Rek tuvyizer nkek visit Burundi izogir ic ibivugako ham kuj mu Rwanda nibisanzw kuber n ikibaz camaher arab ahar mensh murek kumucir urubanz
@jeanpaulb6909
@jeanpaulb6909 7 ай бұрын
Hhhhh reka nanjye vubaha ndaje mbatware umugore nubundi ipfuye ntawutayirwa ho
@patricknshimiyimana1068
@patricknshimiyimana1068 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@user-pn9gy6qh7x
@user-pn9gy6qh7x 7 ай бұрын
Wowe wibereye mubagore 😂
@juniorhabibu3274
@juniorhabibu3274 7 ай бұрын
@Isaac ntago banga Nationalite G banga Doublee nationality rero mujye mureka ubupfapfa ubu UK yaguha Nationality ukanga no sense Kidumu kibido afite double nationality! Ese iyo Visit Burundi none ikora iki! Nonese mbere yo guseka ubwo Diamond yaratumiwe nimugaseke ubusa Drama-T now niwe uri gushininga nonese bakoze bibi stop that noo sense! Ntimuzongere kuvuga ngo abanyarwanda nitabasupportinga Abarundi kuko ubwanyu muriyanga!
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 7 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤barabure
@user-sf8jb5hp4f
@user-sf8jb5hp4f 7 ай бұрын
Iyo ukoraa ibirii International ubaa international Rekaa akore Ivyungukaa mutama Namwee mwama busaku gsaa koraa vyiza kora ibishimwa namakungu namwe muzoba mpuzamakungu .
@gn1495
@gn1495 7 ай бұрын
Uko nukuri
@HamissiLewis-if2dc
@HamissiLewis-if2dc 7 ай бұрын
Isaac urakora neza ukwiye cane turagukunda j ahondi tubana nabarundi nabanyarwanda arko abanyarwanda barafashanya caneeeee gusuvya abarundi.
@cizajacques
@cizajacques 7 ай бұрын
Nivyo mutama gusa abarundi tuba turi hanze turababara kubona ahuburundi buri uwumusi ataco tuba dufita twokora
@lameckmarco4703
@lameckmarco4703 7 ай бұрын
Nanje birambaza mbonye uburundi bwanje
@pianicofficial8747
@pianicofficial8747 7 ай бұрын
Ndabakunda basore Kandi aba Rundi murabavandimwe R🇷🇼 ❤
@KanyangeClaudette-se2ij
@KanyangeClaudette-se2ij 7 ай бұрын
Isaac iyubesha sinasubira kuba umufana wawe😂
@nitangadenis9954
@nitangadenis9954 7 ай бұрын
Isaac Tv ndabakunze canee ntakintu mubeshemwooo😞
@danielngamije209
@danielngamije209 7 ай бұрын
Barikumurika ibendera ryigihugu none nyumvira
@mukeshimanaclaudine8599
@mukeshimanaclaudine8599 7 ай бұрын
Ahubwo mu Rwanda bakunda abarundi ariburundi nta munyarwanda mwaha akazi utarumwenegihu ariko murwanda bareba ibyiza ukora ntibareba igihugu
@kingetienne11
@kingetienne11 7 ай бұрын
Erega namwe mukunda urwanda urumva uburyo muruvuga mwaruhaye umwanya urwanda rushakako umunya frican wese rumuzenguruka mumutwe abarundi rero nubundi murimo muragenda mwisanga murwanda uko Niko kuri!!!
@CNMEDIA-ii5sb
@CNMEDIA-ii5sb 7 ай бұрын
Isaac wubahw ndab contents zaw zoos arik niryamber nagize coment nukur urimvugakuri xo cool from cn pictures📸
@irisaammatullah456
@irisaammatullah456 7 ай бұрын
Nnx murabona muri kuri level yurwanda koko mubanze mwubake connection bro
@wakandatyganelsonofficiall6395
@wakandatyganelsonofficiall6395 7 ай бұрын
Duhe party 2 please 🙏🙏🙏
@lilpaulrwanda6706
@lilpaulrwanda6706 7 ай бұрын
NTAMAKURU MUFITE JOHN ERALTS ABANA NA YAGO AHOBITA KAGUGU MUBAKIRE NABWO ARI KAGUGU
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Nari nkumbuye urusangu rwanyu respect kabisa
@Tv7_Rwanda
@Tv7_Rwanda 7 ай бұрын
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@PhilemonEntertainment1
@PhilemonEntertainment1 7 ай бұрын
Noneho haje umurundi Uzi gusesengura showbiz ya East Africa that is good, twari tumenyereye ba Fatakumavuta. Courage kbs nukomeza gutya nawe ABANYARWANDA BARAGUTWARA
@User.k146
@User.k146 7 ай бұрын
🤣🤣🤣ark babatwara bate?
@Africanhandsomeboy
@Africanhandsomeboy 7 ай бұрын
Burundi abakurira nibobabi ❤❤
@esfdsdsf-xt4tb
@esfdsdsf-xt4tb 7 ай бұрын
Merciimurakozee❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@user-xp7nu2xg7b
@user-xp7nu2xg7b 7 ай бұрын
Nonex nitubazamura tukamugra star urumva ataringobwa ko aba umunyarwanda 😂😂😂
@Stunna4Hoey
@Stunna4Hoey 7 ай бұрын
Kura izo ngwangwa shn, Shiramwo inoti Hama bagume ahaa, kandi guteza imbere igihugu ntibisigura kaba arico ukoreramwo gusa
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 7 ай бұрын
Mbubu buzima nukuraba ikiruta ikindi uri umunyamwuga ukorera aho baguhemba agatubutse
@Sam_rw
@Sam_rw 7 ай бұрын
Uyu muhutu agira amashyari 😅 wowe ubonye aho ubuzima bugenda neza waguma kuriyo channel
@ingabireflavia9329
@ingabireflavia9329 7 ай бұрын
😂😂😊😊
@ROYAL-TV-SHOW.
@ROYAL-TV-SHOW. 7 ай бұрын
Burundi turakenye Kandi ikabozo 😢 nka john elarts akeneye amafranga 😢
@lilpblackofficial9950
@lilpblackofficial9950 7 ай бұрын
Nkamateka *#Bruce melody yandits muri American na *#shaggy uyabony nako gashimw *#drama t ntiyari nukuga postinga
@Kigalinewschannel
@Kigalinewschannel 7 ай бұрын
Love from Rwanda 🇷🇼 ❤️
@jeanpaulb6909
@jeanpaulb6909 7 ай бұрын
Nta mafaranga mufit yo guhema Elart bro
@rebeccantanyungu6314
@rebeccantanyungu6314 7 ай бұрын
Vuga make Isaac.Abarundi barayamaze ngo :ukurusha ibijumbu agutwara imbwa.Mureke ishari
@Alliance17997
@Alliance17997 7 ай бұрын
Video zose mwarebye nziza zo murwanda ni John elart yazikoze
@kanezalinda
@kanezalinda 7 ай бұрын
Analyse nziza cane part2 tuyihabwe
@viggoohb1263
@viggoohb1263 7 ай бұрын
Uwuhawe na Patiri atekera abakristu babona....reka inzigo zahake
@rudasingwaemile8752
@rudasingwaemile8752 7 ай бұрын
ninde wakubwiye ko uRwanda rwabahaye ubwenegihugu bakabwanga aba star bisi baka ubwenegihugu ukavugamo ngo elarts uri injiji bro
@weezypaker7941
@weezypaker7941 7 ай бұрын
Mwigira ishyari abarundi namwe turabakunda
@Nusra25743
@Nusra25743 7 ай бұрын
Kdi issac asigay afis analyse zubufu 😂😂😂none ntibaje guca agafaranga hanze 😅😅
@JeanboscoNzoyihaya
@JeanboscoNzoyihaya 7 ай бұрын
Sha nukuri urabeshe kandi sivyiza abaririmvyi bo mu Rwanda baje ngaha mukoma induru ngo bayoye amahera abo ngaha bagiye hariya ngo namanyanga sha mwebw muri babi tu reka abana bigihugu bironkere amahera
@SamanthaIradukunda-iq8bz
@SamanthaIradukunda-iq8bz 7 ай бұрын
Ahubwo nyene kuk abantu twuzuye ishari
@manudiofficial
@manudiofficial 7 ай бұрын
Amaherezo y’umwana ni munzu
@AlidaNdayizeye-un5uv
@AlidaNdayizeye-un5uv 7 ай бұрын
Isaac irya trophée ya Drama T yinyegejemwo vyinshi cane😂😂😂
@fabiennizigiyimana
@fabiennizigiyimana 7 ай бұрын
Nkibiki?😂
@delistonzagga
@delistonzagga 7 ай бұрын
Kubera mufise imitima mibi kandi muri ba nsumira inda kuko ntaco mukora atari ugucinyiza abaririnvyi na kazoza k’umuziki kuko nta bumenyi n’urukundo mu bishiramwo!!!! Nkawe ufata micro ataco ufise ugamije atari ukwimaramaza🫵🏼👎🏾babatwara muri hehe?????? Uwambaye ikirezi ntamenya ko Cera 👎🏾…..
@ebenaebena9736
@ebenaebena9736 7 ай бұрын
Ces artistes doivent vivre de leur métiers. S'ils constatent qu'au Rwanda leur vie sera meilleur pourquoi pas ne pas y vivre? Laissons d'abord Les artistes burundais et parlons de vous journalistes burundais, qu'est ce qui vous arrange à Bujumbura? Dans d'autres pays Les eats accompagnent les artistes et Les soutiennent dans Tous Les sens.
@Fk-fm1rn
@Fk-fm1rn 7 ай бұрын
Umuntu nuwotera imbere, nkubu Elart asigaye y exporta service, akazana ama 💰
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 7 ай бұрын
Ubukene burakengereza ariko gukunda igihugu ni ikintu gusumba vyose.
@miaoffici
@miaoffici 7 ай бұрын
Nukwo bashoboye bakore cane😊
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 7 ай бұрын
Johnz Elarz si Producteur ni Director
@lilpaulrwanda6706
@lilpaulrwanda6706 7 ай бұрын
RWOSE MURABESHYE NABWO ABA KANOMBE NGEWE TURATURANYE RWOSE HANO KAGUGU YEWE NUBU NDIKUMWE NAWE
@TaylorKing-ye7hu
@TaylorKing-ye7hu 7 ай бұрын
Umuntu arashobora Kumar iminota mirong ariko avuga ubugugu nkubwo burya WE boza baragutumako gukora ibiganiro bakakurih menshi ntiwoza uragenda????!! Business ni business
@nsengiyumvapatrick818
@nsengiyumvapatrick818 7 ай бұрын
Abarundi impamvu babona akazi kenshi mu rwanda nuko bakorera amafranga make cyane
@user-xp7nu2xg7b
@user-xp7nu2xg7b 7 ай бұрын
Nonex abaye umunyarwanda haricyo bitwaye subushakebwe mucecekaho 😂😂😂
@chrissynk7146
@chrissynk7146 7 ай бұрын
Nimureke gutera urwanko mubantu, aba compatriotes badugije ibendera ryi Burundi mukindi gihugu vous devriez être fiers apana kubaponda, it gives jealous vibes . Be muba un minimum professionnel quand même !!!! Birateye isoni.
@user-ho9kq1en7g
@user-ho9kq1en7g 7 ай бұрын
Isaac nawe hari point uzakwiza tukagutwara niba ufite impano
@Akawecomedy9144
@Akawecomedy9144 7 ай бұрын
Kbx MUBURUNDI turakeneye adsense
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 7 ай бұрын
Si Igitega ni mugitega
@mafiaakahi756
@mafiaakahi756 7 ай бұрын
Murimaramaza
@RwagasoreTwizereGato-qh8yp
@RwagasoreTwizereGato-qh8yp 7 ай бұрын
Ntago aribyiza kugira amatiku kbs
@UrabiziTv
@UrabiziTv 7 ай бұрын
form RWANDA ABAHANZI BANYU MUBAREKE BAZE MURYANDA BAKORERE AMAHERA NTAMUTIMA MUBI P
@Djtv250
@Djtv250 7 ай бұрын
turamujyana kbs🎉🎉🎉
@muhirepacifique2836
@muhirepacifique2836 7 ай бұрын
Mwihangane
@user-bb9wf2wj7m
@user-bb9wf2wj7m 7 ай бұрын
Non uwamutangiriye ninde?
@westtvonline2963
@westtvonline2963 7 ай бұрын
Love from Rwanda 🇷🇼
@moyambiri257
@moyambiri257 7 ай бұрын
ubwenge buke mufise
@tjrwanda8415
@tjrwanda8415 7 ай бұрын
Arķ wamugani bakayihaye diamond
@Alphamediaburundi
@Alphamediaburundi 7 ай бұрын
bn rer dukwiye guha agaciro aba artist bacu kuko industry yacu amahera ni make kwl so nibaza ko nka John afise patriotisme cane yohaba akaguma ari umurundi
@gx3867
@gx3867 7 ай бұрын
Abarundi murashya Mujye mwishinga Yago ni ndyadya ikindi John aracyari umukozi waba Gadi aracamera gusa ubwo mutangiye kumugereranya na ba easy cat naba Tall boy John aracamera mugende gake.
ПОМОГЛА НАЗЫВАЕТСЯ😂
00:20
Chapitosiki
Рет қаралды 2,5 МЛН
1,000 Diamonds! (Funny Minecraft Animation) #shorts #cartoon
00:31
toonz CRAFT
Рет қаралды 41 МЛН
Top 10 yabaririvyi Bazi gupafominga neza🇧🇮
4:06
Mvura Jb
Рет қаралды 69
ПОМОГЛА НАЗЫВАЕТСЯ😂
00:20
Chapitosiki
Рет қаралды 2,5 МЛН