Erega birangiye tubuze inyishu / Ubugeni hagati yabatanganya imyaka ni akayobera bahinga !

  Рет қаралды 1,675

PAM Channel TV

PAM Channel TV

5 ай бұрын

Пікірлер: 11
@Armel_Josselin
@Armel_Josselin 5 ай бұрын
Sujet important 👌. Mu bisanzwe umusi twatahuye kubaho ubuzima tutitaye kuvyo sociète ituvugako ivyo twitwa ibibazo tuzosanga atiri ibibazo, mugani wa KAMARO. Ndashigikiye inyishu Kamaro yatanze 🙏. Muvyo uzokora vyose uzokwame wibuka ko ubuzima bwawe ari wewe. Ni kenshi usanga dukora ibintu kugira turyohere aba canke bariya ariko kenshi bikaragngira tugize regret mu nyuma. Mariage n’est pas égal kuvyara. Mbe ninde yavuze ko kwubaka musumbana imyaka ari bibi canke icaha 🤷🏽‍♂️ . Iyo ugize choix y’umuntu nuko ubona ko harico azoza kwongerenza mu buzima bwawe, kubwanje mbona uwo twoba twihurije ukwo yoba ari kwose ntaco vyontwara gikuru nuko noba ndamukunda. Merci 🙏 Ivy’ubu mbona bigoye hari nabo wokwihendako batakubwiye imyaka bafise 😂 🚶. Cherchons l’argent 😁
@blanchemuco3492
@blanchemuco3492 5 ай бұрын
Umva tuzoguma dushira kuri status gushika😊😊😊❤❤❤ ufise ibiganiro biryoshe caaane
@zalga74
@zalga74 5 ай бұрын
waouuuh muratwonger akandi k émission murikumw muri 👌🏽
@blanchemuco3492
@blanchemuco3492 5 ай бұрын
nari ndagishuhiye ico kiganiro!! reka nicare ndakirabe!!
@KimanaSanta
@KimanaSanta 5 ай бұрын
Pame ndagushimiye ubikora neza❤❤❤❤
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 5 ай бұрын
Pam❤
@gertrudeniyonkuru2577
@gertrudeniyonkuru2577 5 ай бұрын
Alo komera kumuto akagumye bagumako😂
@arakazamelyse7877
@arakazamelyse7877 5 ай бұрын
Merci pamela Kuma sujet meza Muga uno munsi uwakoze ama images wapi narabe akosore
@WinSoulsOutreachMinistries
@WinSoulsOutreachMinistries 5 ай бұрын
Ikiganiro ni ciza cane. Muze mutumire abavyeyi bakuze habe débat n’aba jeunes kugira abantu batahure ko urugo ari urwa 2 bo bagize choix yo kubana.
@daynimpaye5443
@daynimpaye5443 5 ай бұрын
Iciyumviro ciza niho bos botahurana
@irakozebelyse8616
@irakozebelyse8616 5 ай бұрын
Mugume muvuga gushika twumvise ko ingingo ziraba ubuzima bwamuntu ariw wenyene azifata atitaye kuvyabandi bavuga
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 15 МЛН
50 YouTubers Fight For $1,000,000
41:27
MrBeast
Рет қаралды 188 МЛН
WHAT’S THAT?
00:27
Natan por Aí
Рет қаралды 13 МЛН
ОСКАР vs БАДАБУМЧИК БОЙ!  УВЕЗЛИ на СКОРОЙ!
13:45
Бадабумчик
Рет қаралды 6 МЛН
#Kukayi :Tuje mu mahanga canke twigumire ngaha? Ukuri ni ukuhe?
58:39
PAM Channel TV
Рет қаралды 3,4 М.
RPF Cocktail Reception | Remarks by Chairman Kagame
31:02
Paul Kagame
Рет қаралды 41 М.
#Kukayi: Nahagaritswe indwi zibiri kubwo kubuzwa gukora ico nkunda
56:46
Robert Greene: A Process for Finding & Achieving Your Unique Purpose
3:11:18
Andrew Huberman
Рет қаралды 10 МЛН
#kukayi: Sinigeze ngira isoni... Intahe ya Aisha
39:40
PAM Channel TV
Рет қаралды 4,6 М.
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 15 МЛН