No video

FINAL EPISODE 😭😭😭UMWANA WABUKEYENEZA IVYO AKOREY ANITHA URARIR WE NIYITOND NKANYIN CIZA ARATEY INDA

  Рет қаралды 55,783

Mr Sammy officiel

Mr Sammy officiel

11 ай бұрын

FINAL EPISODE 😭😭😭UMWANA WABUKEYENEZA IVYO AKOREY ANITHA URARIR WE NIYITOND NKANYIN CIZA ARATEY INDA

Пікірлер: 271
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 11 ай бұрын
ABO twatangur1nye Bukeye Neza nabo dusozzranye tumenyane.. 😢😢😢😢uti Final rekivyobintu hari hageze kwiryoha none ngo Final oya reka utaramutera inda yaka 2 bukeye Neza😢😢 ariko niko biri.mwarakoze kutoryohera
@sylvieirambona6834
@sylvieirambona6834 11 ай бұрын
Ntiheze chr bagira bategure S5ep1
@miracleange1588
@miracleange1588 11 ай бұрын
Bukeyeneza finale mwaranyigishije cane
@miracleange1588
@miracleange1588 11 ай бұрын
Narayikunda kandi mwaraduteramushije cane
@twaibuasman
@twaibuasman 3 ай бұрын
Yanyigishij can
@ManirakizaDonatien-gf5xx
@ManirakizaDonatien-gf5xx 11 ай бұрын
Nanj mump utu like bukeyeneza hejuru
@kladahmad3333
@kladahmad3333 11 ай бұрын
Naipenda sana tu ❤❤❤
@user-pi4ib7ql4d
@user-pi4ib7ql4d 11 ай бұрын
Waooooo akana kabikeye neza kamaze gukuba inkumi iyikurikira munyarutse ngo finl❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-bk9qc2fm8y
@user-bk9qc2fm8y 11 ай бұрын
Oya ntuyimare😢😢😢😢😢😢😢 nagahinda kubuzim mwarayihevye😢😢😢
@NiyukuriAline-vs7qr
@NiyukuriAline-vs7qr 11 ай бұрын
Yooooo bash muraraba muyibandany kwl kk ndabakund
@egidendayizeye
@egidendayizeye 11 ай бұрын
Oohoo akaryosh ntigahoramwitam raba sammy muyibandany ikindicoza kibaye nuko anitha atamenye umwana wabukeye neza ngwamugirire nabii vyiz cn courage
@alineuwizeye5617
@alineuwizeye5617 11 ай бұрын
Hooooooooooo iragiye Anitha atamenye ko atabawe n umwana wa bukeyeneza,ngo umubyeyi wamubyaye arakabaho kdi atabyifuza😄😄
@ChachaChany
@ChachaChany 11 ай бұрын
We melyse uza kumubwirira ayo majambo mhra iwe ereg nta soni ufise ub rer urababajwe nuko Anitha arimpumyi uribagiy ivyo yakorey bukeyeneza toka kule
@ChachaChany
@ChachaChany 11 ай бұрын
Sammy mpejej gusoma commentaires zose ntanumw yashimye ko mwoyiheza twes tugomb k ibandanya non ga sha ko ugomb uyimare tuzoc turab ik k no mur rukundo tv ibikorwa vyahagaze?
@jaquelinniyonkuru5307
@jaquelinniyonkuru5307 11 ай бұрын
Ati final oya nukuri nimureke ivyo❤❤❤ ariko ndabakunda cane
@hhmmmm6523
@hhmmmm6523 11 ай бұрын
Oya nukuri nta finit ngah 😢nimuyibandany basi ❤❤❤ ewee bukeyeneza n'a bakame❤❤❤🎉🎉🎉
@princessannette7883
@princessannette7883 11 ай бұрын
True please we need next episode
@alineuwizeye5617
@alineuwizeye5617 11 ай бұрын
Oya ibya final mubirekeraho nikomeze
@alicenibigira
@alicenibigira 11 ай бұрын
Yoooohh !!!akaryosh ntigahor mwitama, Anitha icudashak ko bagukorer ntukagikorer aband abantu twigiteho
@marynshimirimana2455
@marynshimirimana2455 11 ай бұрын
Nimube mureka inkuru ngo final ntasoni tuzoyibandanya mpaka Eric yavyibushe
@malicaahmed4997
@malicaahmed4997 11 ай бұрын
Yooooh ngo final ndabakunda kanini ❤❤❤
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 11 ай бұрын
Yooo final kwl wap akaryosh ntigahor mwitam kabx ❤❤❤
@mrsammyofficiel9246
@mrsammyofficiel9246 11 ай бұрын
Mukuri turabakunda mukurindira kwisohok ngiye film nziza nakiny itey umubabaro nagahinda ikurikiran kzfaq.info/get/bejne/gNKGpL2rnbCYp6s.htmlsi=GeBYZda5tmIUBbhp
@primitivekanyamuneza
@primitivekanyamuneza 11 ай бұрын
Nizereko muzoc mutangur S5 sinon nobabara
@sodrt6009
@sodrt6009 11 ай бұрын
Sammy nahojabandurwe ndakunda firime wama ufuha hama dakubaze ngowara vuye muri rukundo tv
@melchiorngendakuriyo2828
@melchiorngendakuriyo2828 11 ай бұрын
Bukeyeneza murayimaze courage ndabafana 🙏🙏🙏💯💯
@BikorimanaMireille
@BikorimanaMireille 11 ай бұрын
Twarayikunze bukeyeneza iheze neza kwer
@DavidNiyongabo-wi2nn
@DavidNiyongabo-wi2nn 11 ай бұрын
❤nimureke ntimuyimare😅😅😅😅😅❤❤❤
@oman4303
@oman4303 11 ай бұрын
Yooooooo . Final🤔🤔oyanimubandany😍😍😍👍👌👌
@user-jm9ig9gj6q
@user-jm9ig9gj6q 11 ай бұрын
Oy NIMUYIMAREVRT ❤irareze
@SggzgxgSggzgx-dd5uf
@SggzgxgSggzgx-dd5uf 11 ай бұрын
Nonononono Ivyo vya final navyo nibik😢😢subizahukuye😢😢komeza tubarinyuma
@IZEREGuideSupreme
@IZEREGuideSupreme 11 ай бұрын
mbaye uwa mbere bakame hejuru na bukeyeneza rekura nirebere yampumyi Anitha
@RizikiZiki
@RizikiZiki 11 ай бұрын
Final mwarakoze kuduha impanuro nziza kuko urukundo rudahatwa tube twitahura vyukuri none Anita yakoze ikibi atanico yashitseko ❤
@vivantisteoficiall6287
@vivantisteoficiall6287 11 ай бұрын
Yooooooo ngo final kl courage team Sammy gusa j nizere ko idaheze kuk ntiyohera anitha atameny ko umwan wa bukeyeneza ariwe amufashije so murabe rero muzoce mudyha saison Ikurikira🔥🔥🔥
@odilekwizera2808
@odilekwizera2808 11 ай бұрын
Yooo final nyen😢😢😢. Oya rekana nama final ni mubandany ndasavy
@bukurumedia257
@bukurumedia257 11 ай бұрын
Nahigerey umutebuts kukanyum Love frome bukuru media tv
@twaibuasman
@twaibuasman 3 ай бұрын
Njew ndayikuyemwo inyigisho nyishi sammy wubankwe kwl karakubujije bukeye nez naw uguma umwerek urukundo❤❤❤
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h 11 ай бұрын
Yoooo bukeyenez yasohots arik mbay mubahaf abaz inyum mugir twatund ham go final Sammy oya naw uk nyen 😢😢😢😢😢❤❤❤❤
@joselynempawenimana6019
@joselynempawenimana6019 11 ай бұрын
Sammy oy vrt ayamasah yose ubona iza gusohok ryari kwl😢😢😢gsa birantangaj mbony post yaw bandits wapfuye 🥱🥱🥱🥱nihatar umuntu basigye bamwipfuriz urupf agihem🤔🤔🤔
@epiphanienyiramanzi4703
@epiphanienyiramanzi4703 11 ай бұрын
Oyaaa nta final nimuyibandany
@elieniyoyitungira7902
@elieniyoyitungira7902 11 ай бұрын
Wapi muradusondets ngo final😅😅😅
@sodrt6009
@sodrt6009 11 ай бұрын
Uwakabiri bakame nabukeyeneza rwubarwe
@user-uy7ny6il5y
@user-uy7ny6il5y 11 ай бұрын
Nukur jewe amasaha yatevye ariko haragez
@user-rg5ze5kk2m
@user-rg5ze5kk2m 11 ай бұрын
Waooo
@GorethNtakarutimana-vu7wj
@GorethNtakarutimana-vu7wj 11 ай бұрын
ATI final aya reka muzogume musohora gusa ndabikundira
@KIKIMotivation-wt2qx
@KIKIMotivation-wt2qx 11 ай бұрын
Love you from Kiki Motivation ❤❤
@clubnkiza
@clubnkiza 11 ай бұрын
Mrs sammy Story ni mzuri Sanaa Lakini Editing Mbovu Sanaa afu image zinatingizika sana Kaka angu badilii mfumo Cinéma aina Créativité Yote ni kwasababu unanyota ASANTE !! Napenda sana bukeye Neza Courage bro
@alicenana5495
@alicenana5495 11 ай бұрын
Ngo final😢😢😢😢😢
@chamimmanirakiza9072
@chamimmanirakiza9072 11 ай бұрын
Courage vrt❤❤❤ 😢😢 Anitha na Erica barandijije Anitha urabony k gukora inabi ataw vyereye😢
@user-xx4qh6su4y
@user-xx4qh6su4y 11 ай бұрын
Nanj nahishikiye bukeyeneza nd❤
@alineahishakiye
@alineahishakiye 11 ай бұрын
Abazinyum mumpe lik nahageze
@user-uy7ny6il5y
@user-uy7ny6il5y 11 ай бұрын
Sami ndabakunda cane murakina nez
@GiftKaluba-dg7xv
@GiftKaluba-dg7xv 11 ай бұрын
Apana guhez iyi Film kuberik mugir miyihez??
@jaycburundi257
@jaycburundi257 11 ай бұрын
Come d'habitude ndacabasaba utu likes twabacererwa n'ukuri Ubu hoho nari narengeje no gucererwa p! Gusa womngo film ntiyahze kwer ariko mwarakoze Ku mpanuro mwaturonkeje
@santhaaudreilleakimana1778
@santhaaudreilleakimana1778 11 ай бұрын
Couragee Mukina nezaa
@jalanoman6236
@jalanoman6236 11 ай бұрын
Murakoze cyane mwubahwe cyane ndabakunda 🥰
@gracekwizera1826
@gracekwizera1826 11 ай бұрын
Mbegayemwe kwamasaha atagenda
@gracekwizera1826
@gracekwizera1826 11 ай бұрын
Riko finar sivyiza
@user-ic7ol1dh3v
@user-ic7ol1dh3v 11 ай бұрын
Yoooo ngo final ndarize raba muyikomeze
@adidjaniyonkuru6954
@adidjaniyonkuru6954 11 ай бұрын
Courage nubu turacabakunda🥰
@jeannette8018
@jeannette8018 11 ай бұрын
Mwe muranyicape
@user-gf6pt2os6w
@user-gf6pt2os6w 11 ай бұрын
Final nyen???😢😢😢😢
@divinemugisha987
@divinemugisha987 11 ай бұрын
Nacerewe💕
@sarandayisenga6686
@sarandayisenga6686 11 ай бұрын
Uti ngo final oya reka basha 😭😭😭
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 11 ай бұрын
Nne nyene ni finale ???😢😢😢😢
@vaggagags3060
@vaggagags3060 11 ай бұрын
Final bukeyeneza ndabafana cane
@GadworshiperOfficial
@GadworshiperOfficial 11 ай бұрын
Ndi mu bambere
@joselyneniyindamutsa4525
@joselyneniyindamutsa4525 11 ай бұрын
Ewe Anitha ngwiyo utab impumyi ngubufise umwan mwiza nkawe😂😂😂 cnk iyo bukeyenez atagutwar bakam Wawe 😂😂😂😂courage gs dukeney iyind épisode ya bukeyeneza ntabwo ihez 😢😂❤
@user-sw2eo2rl2j
@user-sw2eo2rl2j 11 ай бұрын
Hemw mubona gute Bitama na Anith babaye Encouple 😂😂😂😂
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 11 ай бұрын
Oya ntabe ari Final 😢😮❤
@user-dc6fh9mu6h
@user-dc6fh9mu6h 11 ай бұрын
Ivyoga mukozenibik? Mwatambiwega nogukina birambabaje kwl yarigeze hiryoha muciy mubivamwo Sha wap kwl nagira nugufyina nziyembona end final ngiy mumazi
@theogenengoboka6113
@theogenengoboka6113 11 ай бұрын
Muyisoje kare cyane pe ndabakunda mwese mwayikinnye gusa iyo muyisoza bella yagarutsemo
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 11 ай бұрын
Oya ibisinovyemer go final 😢😢 nurubunen uwomwan wabukeyenez❤❤ courage.
@chantalnishimwe6506
@chantalnishimwe6506 11 ай бұрын
❤❤❤ next episode full plz
@HLevis
@HLevis 11 ай бұрын
Gukina murabishoboye ark gufeza film Navy biracakugora cane , uzeheza nabi
@rebeccanininahazwe3406
@rebeccanininahazwe3406 11 ай бұрын
Yiiiooo😭😭😭irahez gayemwe🙉🙉🙉
@KampimbareChanella-lh1ig
@KampimbareChanella-lh1ig 11 ай бұрын
Waooo ndaba❤❤
@gogoloveofficial5666
@gogoloveofficial5666 11 ай бұрын
Love from GOGO LOVE OFFICIAL
@OmanOman-fv5of
@OmanOman-fv5of 11 ай бұрын
Nimuyibandanye basha
@nakunzeamon204
@nakunzeamon204 11 ай бұрын
Nice one
@solangekefahakizimana5414
@solangekefahakizimana5414 11 ай бұрын
Nahashits nimutunyarukiriz
@user-si4gj6fn7b
@user-si4gj6fn7b 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@clairiantiranyibagira5942
@clairiantiranyibagira5942 11 ай бұрын
Nukur sammy iyi film yariryosh cyan bas muduh saison imw gus muzoc murek apan nta final kwer naw
@Ariella969
@Ariella969 11 ай бұрын
@janeburu6538
@janeburu6538 11 ай бұрын
Ndakunze final canee❤❤❤❤ nne muzoduha ep 5?
@alineahishakiye
@alineahishakiye 11 ай бұрын
Oyh nta final ngaho nibagire S5
@Afr488
@Afr488 11 ай бұрын
Love from Afri Fam Tv
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v 11 ай бұрын
Yuuuuu abana numugish Kwel urabonukunt agutabay Gus turabakund ❤cn mwubahwe
@mwaminisarah-cd3oz
@mwaminisarah-cd3oz 11 ай бұрын
Yoooooh NTA fin nukur rab muyibandany nukuriiiinimuyibandany
@Okia257
@Okia257 11 ай бұрын
Muduhe suite 😢knd courage mingi saaaan🤌🏻🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@apollon6160
@apollon6160 11 ай бұрын
Yariryosh bas❤❤
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 11 ай бұрын
Ugiye nkigukunda🇧🇮🇧🇮
@Belyse-gs4wd
@Belyse-gs4wd 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥👌
@rahimaksa4422
@rahimaksa4422 11 ай бұрын
Oya nimureke kuvuga kwari final. Nimuyibandanu abotwayitanguranye tumenyane. Bukeye neza nakanyana. Nihahe irushije iyindi akanovera jewe mbona ariyakanyana🥰🥰🥰🥰🥰 31:19💪💪💪💪💪
@NdihokubwayoNadine-km8te
@NdihokubwayoNadine-km8te 11 ай бұрын
Ngongwiki Final? Ntavyonemeye nukuri
@adelphineininahazwe9614
@adelphineininahazwe9614 11 ай бұрын
Mana We nyane mukuru wa anitha nawe nyene konaheruka ashaka kumwica nn vyarahindutse nihatari
@MaddybeatekJabil
@MaddybeatekJabil 5 ай бұрын
Courage ❤❤
@nduwimanajosephine3836
@nduwimanajosephine3836 11 ай бұрын
Reka mfate akanya nshimire abakinyi bose ba Film Bukeyeneza mwarakoze kuduha impanuro ,ariko rer film yatanguye neza ariko iheze nabi
@user-hp1th5sw6m
@user-hp1th5sw6m 11 ай бұрын
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳 thx kwl kub ihez amazon Anitha thx kwl mwaradukorey logo murab mudutemw iynd nkiy
@eellooe6339
@eellooe6339 11 ай бұрын
Muyerekure
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰
@cedricndihokubwayo6737
@cedricndihokubwayo6737 11 ай бұрын
Merciii
@Irarishikijearuphosin-pt1wj
@Irarishikijearuphosin-pt1wj 11 ай бұрын
Nimuzane iyind Season nukur apan final
@user-bk9qc2fm8y
@user-bk9qc2fm8y 11 ай бұрын
Oya ntimuyimare
@bhbj5473
@bhbj5473 11 ай бұрын
Oyaaa final kwer nari murukundo niy film nimubandanye nukur ndabakunda ❤❤❤
@mariamundayisenga4050
@mariamundayisenga4050 11 ай бұрын
Mutwongere vrm igeze kuri mwoto❤❤❤❤❤❤❤❤
@Laurence-rp3hw
@Laurence-rp3hw 11 ай бұрын
umwana wariwamuteguriye izina ryitwa gute😂😂😂😂 ngo sammy official ndumiwe inda yukwezi kumwe😅😅
@IrakozeAnitha-bp5ir
@IrakozeAnitha-bp5ir 11 ай бұрын
Film itesa sha ihez neza ngo umuvyey yakuvyay ntaz kwatabawe numwan wabukeneza mana harihzgez zhiryoh mwarakoz kuturyoherereza
@user-xx4qj4ot4b
@user-xx4qj4ot4b 9 ай бұрын
Bukeyeneza ariko kwishima bibi en plus k wew urakara gose🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@iteritekaaudrick697
@iteritekaaudrick697 11 ай бұрын
Ndabakund kanin 💕
@Nadine-pz9qr
@Nadine-pz9qr 11 ай бұрын
Ngo ntibigoye kutabisomye nawe 😂😂😂yoooooo by by bukeyeneza ❤❤❤❤❤❤❤
@claudiah1460
@claudiah1460 11 ай бұрын
Imana ishimwe iyi film itevye igahera😂😂😂😂😂😂😂 Yari yaratakaje sens. Gira mutangure iyindi nshasha
Little brothers couldn't stay calm when they noticed a bin lorry #shorts
00:32
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 17 МЛН
My Cheetos🍕PIZZA #cooking #shorts
00:43
BANKII
Рет қаралды 23 МЛН
How I Did The SELF BENDING Spoon 😱🥄 #shorts
00:19
Wian
Рет қаралды 34 МЛН
BIMUGIZEHO INGARUKA KUBERA KUTUMVIRA IMPANO Y'IMANA
21:32
IMPANO Y,IMANA TV
Рет қаралды 10 М.
EHE IGIHE BY AMBASSADER CHOIR MUYANGE
9:41
ISAHA YO GUTABARWA TV
Рет қаралды 3,3 М.
BUKEYENEZA EPISODE 1 SEASON2
27:18
Mr Sammy officiel
Рет қаралды 30 М.
Little brothers couldn't stay calm when they noticed a bin lorry #shorts
00:32
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 17 МЛН