Rayon sports irimubihe bitari vyiza gute ko mukavya. Gufata ikibanza ca 2 ca shampionnat kandi yatakaje abakinyi barenga 5. Ubwo harindi equipe yarikubishobora.
@Joy-yy1nc22 күн бұрын
mugabo ivyo mu Rwanda birakuraba turanka tukanga kubavaho ni mikeke ntiboyibona ni ndagara
@kigalirwanda62022 күн бұрын
Ngira ifoto ndi kumwe nawe Uri muri local ya rayon sport Ku modoka yawe yibara rya rouge