GRETTA na JUSTE GAEL biranse ko bihangana//Gukora amabanga mpuzabitsina avant le mariage vyatumye

  Рет қаралды 38,739

UMUKUBITO

UMUKUBITO

7 ай бұрын

GRETTA na JUSTE GAEL biranse ko bihangana//Gukora amabanga mpuzabitsina avant le mariage vyatumye
‪@Godisl‬ ‪@sirenvibestv‬
#gretta

Пікірлер: 124
@wisdom3596
@wisdom3596 6 ай бұрын
Hoseya 4:6 Abantu banje baranduwe no kutagira ubgenge: wewe ko wataye ubgenge, nuko nanje nzoguta, ntuzoba ukiba umuherezi wanje; ko wibagiye ivyagezwe vyanje, Imana yawe, nanje nzokwibagira abana bawe. Kandi ingero yicaha nurupfu ariko ingabire yUHORAHO nubugingo budashira bubonekera muri KRISTO-YESU.Que mon Dieu JESUS-CHRIST vous bénisse au Nom Suprême de JESUS-CHRIST mon Seigneur et Sauveur.
@umuhate
@umuhate 6 ай бұрын
Umukobwa usambana nabantu benshi buri wese yinjiza igitsina mucye ni umwanda. Kuba isugi ni ubusirimu. Burya numugabo ugenda ukoza igitsina cye mu bitsina byabakobwa benshi aba akusanya imyanda. Burya iyo wasambanye nabantu benshi mumutwe hari ibihunduka kandi no kubaka urugo rukaguma biba ari amahirwe
@wisdom3596
@wisdom3596 6 ай бұрын
Mukuri kose kuba vierge until weddding mariage numugisha idasanzwe bitayeko kugira imibonano avant mariage ou en dehors du mariage numuvumo kuko uwimatanije namaraya acika umubiri umwe nawe so Ukuri kwavyo kuri in the realm Of the spirit mwisi yimpwemu.kandi kiba icaha ku MANA no kuri wewe nyene personnally. 1 Ab'i Korinto 6:15-16 Ntimuzi yukw imibiri yanyu ar' ingingo za Kristo? None ntore ingingo za Kristo, ndazihindure ingingo z'umusambanyikazi? Biragahera. Ntimuzi yuk' uwimatanya n'umusambanyikazi aba ar' umubiri umwe na we? Kuko yavuze, iti Bompi bazoba umubiri umwe.
@godsgrace6820
@godsgrace6820 6 ай бұрын
Un petit temoignage. Pour moi c'était amour mariage sex. Pas de sex avant mariage. Guess what? Nagize fiancailles n'abahungu nkababwira mon pcpe au début bakavyemera mais klk jrs ou mois après baca bampeba ngo soit sinkomeye cank kugira ndaberek ko ndabakunda on doit le faire. Dieu merci j'ai par après rencontré mon mari qui a su m'attendre et a ouvert le parquet après mariage et c'était bien. Aujourdh'hui on est marié depuis huit ans.Mais je vous jure de nos jours c'est très difficile de trouver un homme capable d'attendre le mariage mais c'est possible.
@mireillekamikazi6234
@mireillekamikazi6234 Ай бұрын
Waoooh, quel beau témoignage. Que Dieu vous bénisse profondément ❤
@innocentmanirakiza6857
@innocentmanirakiza6857 7 ай бұрын
The Real man from other side, congratulation brother
@lucieblessing5807
@lucieblessing5807 7 ай бұрын
tout simplemnt il faut eviter des relations ndende cane 5ans 10ans mutarabana kuko twambay imibiri ntimwomarana iyo myak yose mucihangany!!! kuk iyo ukunda umuntu reellemnt utegerezw kumwifuza! ja muri relation mufis projet yo kwubana à court term(ex: 1an ,2ans ) sinon nibwabusambanyi nyn
@user-zy7nw6sh8c
@user-zy7nw6sh8c 7 ай бұрын
Exactement
@esperancenibitanga7194
@esperancenibitanga7194 7 ай бұрын
Yoo akanogo bararuha disi 🥲murakoze kudusangiza imico yakera.
@user-qi8kc3fj7q
@user-qi8kc3fj7q 7 ай бұрын
Dreamer for more size💯💯🇧🇮 Gretta kwizere❤ i really like you
@user-vh2nl5cw8v
@user-vh2nl5cw8v 5 ай бұрын
Pour moi sinokwizer ngo turyamane hors mariage je suis avec toi Gleu 🥰
@besteva499
@besteva499 7 ай бұрын
Big up kuri image ya camera zanyu❤❤🎉🎉
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 7 ай бұрын
Ku mukubito ndi Number 1️⃣
@epimacnzoyi607
@epimacnzoyi607 7 ай бұрын
Sinkunze kwandika ariko ikikiganiro kinteye emossion nini respect kuri Dr jackson and nyakubahwa Ndyishimiye evariste keep it up brothr man jackson
@elvisrwamugambabrave9891
@elvisrwamugambabrave9891 7 ай бұрын
Bavuga KO umukobwa wisugi iwabo baba baroga 😂😂😂 ngabitse umwanda @Juste Gaël and Gretta mwubahwe ❤
@Olimalkey123
@Olimalkey123 5 ай бұрын
😂😂😂😂 akonako Niko kabiii
@leilainyitayeho4710
@leilainyitayeho4710 7 ай бұрын
Jew narahiriw abavyeyi Banj bos baruguruts barakumbwir ukuri pe
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 7 ай бұрын
Ivyo vyabashi binteye kubaza kabiri, nico gituma abashi basa nka barundi hamwe na banya rwanda kuko no mu rwanda iyo bataye umukobwa mu gisima nyezi abashi bacya babakurayo bakabatwara kubagira abagore babo nanoco gituma abashi bazi ikindi ni kinyarwanda
@user-tf1xn1tn8s
@user-tf1xn1tn8s 7 ай бұрын
Ibiganiro vyanyu birabereye cane🇧🇮🇧🇮🖐️🖐️💪
@JoseJose-ue5gu
@JoseJose-ue5gu 7 ай бұрын
Ewe juste gael sha ngo ntiwaruzi igisuma nyenzi abana bibujumbura nihatari,ariko congratulation ize wubake rugume.
@jeaninehan
@jeaninehan 7 ай бұрын
Nakunze sagesse yanyu goose ❤
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 7 ай бұрын
Camera ni bn❤ Mr umukubitoo ka gretta gasa nezaa mamadaa rasko yarahomvy😂
@fleuryb8706
@fleuryb8706 7 ай бұрын
Ki gretta ni keza,igitayeko gaciye ubwenge kandi Kari très éloquente
@shabannonda2286
@shabannonda2286 7 ай бұрын
Iyusavy umuntu ng kora iki kugr ubon kwagukund ub wihenz kuko umubesh ashobor gukora icaric cose kugr umwizere kwagukunda
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Gaël félicitation kabisa ugira wihe umuntu
@julesspencer517
@julesspencer517 5 ай бұрын
This girl is smart and she express herself bravely
@kezakimanadovine1990
@kezakimanadovine1990 6 ай бұрын
Nivyo muri beza can❤❤
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 7 ай бұрын
MUKUBITO & GRETTA mugabee!!!!!!
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 7 ай бұрын
Umukubito nawapenda sana
@user-et8rv9si5t
@user-et8rv9si5t 7 ай бұрын
Ikiganiro cigisha vrt❤
@Olimalkey123
@Olimalkey123 5 ай бұрын
Nigute utaruzi igisumanyezi Kandi nunva NGO urumwan womu cite😂😂😂😂
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 7 ай бұрын
Félicitations gael
@Olimalkey123
@Olimalkey123 5 ай бұрын
Ariko felicitations bro
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 7 ай бұрын
Uraza I Banga Ndahakwereke Juste.
@gentiluwase8622
@gentiluwase8622 7 ай бұрын
Umuhungu wa mutama yarihay icana🎉
@FerdinandHavyarimana-qw8wk
@FerdinandHavyarimana-qw8wk Ай бұрын
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 7 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 7 ай бұрын
Mukaba muratwitse so, aka emission kari karyoshe
@FB-df6bp
@FB-df6bp 7 ай бұрын
👏👏👏👏❤
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 7 ай бұрын
Gaël le problème réside à la terminologie à utiliser. Il ne faut cependant pas dire les choses n'importe comment. Il faut adapter le langage à la tranche d'âge. Au Burundi, nous avons le problème de la communication. Je suis daccord, il faut créer d'abord un climat d'attente et de confiance. Ça ne sert à rien de communiquer avec brutalité, parce cette attitude bloque la communication. Bien que tu as pris l'exemple d'un enfant français ayant 3 ans, mais il faut distinguer les contextes de vie. Les enfants français lisent depuis le bas âge et puis dans les films d'enfants ou des jeux, des scènes poussent les enfants à poser des questions.
@godsgrace6820
@godsgrace6820 6 ай бұрын
Yooo abashikazi murakoze kukimbwira.tudekony turabana maman yadutuka ngo mugomba kuba abashikazi😅
@user-dl4sf5bz2s
@user-dl4sf5bz2s 7 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉vyza cne.
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 7 ай бұрын
Kuyindi mpwemu😂
@user-vu2br9wd8i
@user-vu2br9wd8i 7 ай бұрын
Uzoze nkwereke igisumanyenzi
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 7 ай бұрын
MUKUBITO&GRETTA mwitonde ntimuhave mutangura kuvuga ibitutsi.
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 7 ай бұрын
Kugoka kumwana?????? Umuntu nkuyo akwaye gushigwa kuri STADE bakamurasa!!!!!
@celestinntirampeba6349
@celestinntirampeba6349 7 ай бұрын
Association Burundaise pr le Bien Être Famillial
@arianenikuze4475
@arianenikuze4475 7 ай бұрын
Gretta ivyo vyose ntaco bimaze uraraba aho uterera. Gusa uruzogi ruratsirika igihute ntikibe kinini.
@mdbosco1640
@mdbosco1640 7 ай бұрын
🥰👌🇧🇮
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 7 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 7 ай бұрын
Nukuri ikiganiro ni sawa mwakoresheje imvugo mbabarira matwi 'hama Gretta uruzogi rukorokeye kumwana w'umuhungu 'c'est vrai ntabushake bwakurangura amabanga mpuzabitsina asubira kugira.
@emilenkeshimana2329
@emilenkeshimana2329 7 ай бұрын
phénomène incompréhensible et sans doute faux
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 7 ай бұрын
Murakoze kuzana ikikiganiro nashaka nterereku tubazotu2 abakobwa mubemaso kuvuga koumuko bwaarisugi nagateka noneubu harateye impemumbi ngoiwabo bararoga! Iyonvugo yazanywe nadayimoni2uruzogi nirubigukora kugihimba cirondo kacumwana wumuhungu nukuri kurubika ruvura ikivyimba mrkz
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 7 ай бұрын
Ndagarutse abakobwa niboico kintucukubo naumuko bwawi suginkuko atugurutsebigwiriye mubakobwa musengecan mwara ziwe
@yyyy6413
@yyyy6413 7 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉gleuuuu
@user-zm9gc5cc5k
@user-zm9gc5cc5k 7 ай бұрын
Ndabasabe mwigore mukoreshe cane ikirundi.mwibuk urwaruka rutashoboy kugira amahigw yo kumenya izo zindi ndimi
@olivern4444
@olivern4444 7 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane. Ivyo mwavuze vyose nivyo, birimo ubwenge kandi birakenewe...
@leilainyitayeho4710
@leilainyitayeho4710 7 ай бұрын
Abahungu bubu nikibazo ntibemer kwamasugi ahar ahubw bac batukan ngurumubono nihatal
@umuhate
@umuhate 6 ай бұрын
Bit ga sh
@nellykanyamuneza2443
@nellykanyamuneza2443 7 ай бұрын
Kandi mwajanishije ?
@soldiersforchrist-s4c912
@soldiersforchrist-s4c912 7 ай бұрын
Ohhhhhh Sexualité nikibazo kwel kabsa🙊🙊👌👌🔥🔥🔥
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 7 ай бұрын
Non Geugeu warimuts waravuy kwa Osy??
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 7 ай бұрын
Courage Gael n Gretta ndabakunda can muvuz ukur nanj nemer amour mariage sexe nivy saw
@AngeBenigneKantungeko
@AngeBenigneKantungeko 7 ай бұрын
😮
@AngeBenigneKantungeko
@AngeBenigneKantungeko 7 ай бұрын
😮
@agamidocile1797
@agamidocile1797 7 ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe
@njejimanajean3728
@njejimanajean3728 7 ай бұрын
😂😂😂muburundi ivyimyaka wotangurirako kuganiriza umwana wawe biri en peu vague,umwana haraho azingama bigasaba ko imyaka imwe abavyeyi baba barayimubikiye😂😂😂😂
@mugisha-fn4po
@mugisha-fn4po 7 ай бұрын
Ati honyora ahaaa
@julesspencer517
@julesspencer517 5 ай бұрын
Gretta araciye ubwenge pee
@thierrykwizera1513
@thierrykwizera1513 7 ай бұрын
murakoze cane. sha birababje kubona abantu bose bataronse abavyeyi banje. 😁 Bwabundi iyo mico muvuga, abandi bavyeyi ko bakoresheje iyo mico nyene mugabo twakuze tuyaga. Twubahana. Twubaha abagore et toute créature. Birababjwe kubona abarundi benshi bataronse indero ndundi :Ubuntu. Urukundo. L amour de la famille. Le respect. La menstruation a toujours été respecté, et presque meme craint.... Igisumanyenzi... Mbega c était quoi vraiment. Murakoze cane kuganiro. Abavyeyi basubire kuba Abashingantahe,vraiment. Et que ceux qui ont profité d'une belle éducation ndundi, soyons un exemple. Ceux qui sont pas amis,mais grand alliés de leurs parents. Quj parlent de tout et de rien avec leurs parents... Ubu natwe tube akaroro dans notre société. Komera
@jartininget773
@jartininget773 7 ай бұрын
Mukobwa francais siyawe peee tu deconnais Contreceptive etc 😅😅😅😅😅
@giftnananaomi7092
@giftnananaomi7092 7 ай бұрын
Amour,marriage et sexe vrmnt🤞👌
@user-zm9gc5cc5k
@user-zm9gc5cc5k 7 ай бұрын
Ndabashimiy cane kuri ico kiganiro.murayagiy urunganw rwanyu birashobora ko vyobagirira akamaro.
@benignedushime2288
@benignedushime2288 7 ай бұрын
Nabavyeyi bamwebamwe barimwo kubobiha agaciro vyobagirira akamaro mukurera abana babo
@elsairimbabazi1720
@elsairimbabazi1720 7 ай бұрын
Yooo,shaa il faut ko tubiyaga ivya sexualité narirya abarundi tuguma tuvoyagea,ushitse mubindi bihugu usanga uri umu bleu muvya sexualité kbsa,
@AngelsmileTV
@AngelsmileTV 7 ай бұрын
😂😂😂 Gege wa gasenyi kwetu 😂😂 ngo gukorokerwa ntavyo waruzi 😂😂😂🤦‍♀️🤦‍♀️ Hama izo mvanda uraziturira niko baca babikora iyo bayukuye ku mutwe wumwana Cnk bakazimbira 😂😂😂
@shabannonda2286
@shabannonda2286 7 ай бұрын
Uruzogi rurayongesh ikivyimba
@medicbizimana
@medicbizimana 6 ай бұрын
😂
@josephinendayishimiye1757
@josephinendayishimiye1757 7 ай бұрын
Nukuri bizogenda neza kuko ukora nkuwufise intumbero wa musore we
@amiraljosegka7263
@amiraljosegka7263 7 ай бұрын
Namakosa kwambika uwutarambura
@Inzaghi809
@Inzaghi809 7 ай бұрын
Aka nakaraya.ubukobwa bukunda kuvugavuga nokwiyerekana abarutumaraya duciriritse
@ebenaebena9736
@ebenaebena9736 7 ай бұрын
Noe utariko urabesha abantu we uri vierge?
@guggygakiza6758
@guggygakiza6758 7 ай бұрын
Ubu umucowacu ni kora gusa bibemwibanga
@evodenshimirimana6160
@evodenshimirimana6160 7 ай бұрын
ABAshi nabo mur bukavu
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 7 ай бұрын
Hezagirwa Gaël uranduhura
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 7 ай бұрын
Gaël ugomb kwihumuntu nyn??
@inezadongael
@inezadongael 3 ай бұрын
Gretta nawe ngo Ari vierge😂😂😂
@user-bd9sf9up5i
@user-bd9sf9up5i 7 ай бұрын
Birashoboka ko mukundana numuntu mutaryamanye.ikibi cubu nuko usanga aba type bafise abo bita les back up sexuel.abo nibob bishe les future couple
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 7 ай бұрын
Cane gose
@user-nj6fe6kk5s
@user-nj6fe6kk5s 7 ай бұрын
Ndakunda ibiganiro vy'umukubito sana.akabazo n'aka,umuvyeyi yotangira kuyagisha umwana ivya sexualité afise imyaka ingahe?
@user-dj5yh3hq5r
@user-dj5yh3hq5r 7 ай бұрын
Ikiganiro ciza,jw kuvyo nabwiw umwana wese yaba umukobwa cnk umuhungu uracunga uruzogi ntirukorekere kuri sexe, nimba rero Gretta,utabicunze ko ww ufis umuhungu biroroshe,uzomubipa mugitondo avyutse k agapipi gahagaze 😂😂😂nyn nk umuntu ari excitè,kubakobwa sinzi UK babipima
@jeromendikumasabo7700
@jeromendikumasabo7700 7 ай бұрын
Uzorukoreshamukuyonza ibihute canke kururogesha bimwe bita ingovyi
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Umutumye kuroga rero?
@user-zm9gc5cc5k
@user-zm9gc5cc5k 7 ай бұрын
Terimbere nk'umuzinga,mwokiza vyinshi
@terrymuhoza9888
@terrymuhoza9888 7 ай бұрын
Kubwira sexualité umwn wi myaka 3 nivyiza???🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 7 ай бұрын
Étudions d'abord la pédagogie à utiliser. Tubaze aba psychologues tubabwire. Batumire ku ma chaînes yanyu. Twirinde gu copia ivy'abandi.
@davidburundi78
@davidburundi78 6 ай бұрын
None Gael kusa nuwukunda agapipi
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 5 ай бұрын
Jenibaza yuko ivyogukorokegwa yuko vyoba arivyo kubera bakubwira ngucunge uruzogi ntitumukorokereko
@pranksfunny63
@pranksfunny63 7 ай бұрын
J ai jamais vu des noirs beaux comme ça🤩, what country is it? There are lot of girls like that😍?
@cynthiairakoze3025
@cynthiairakoze3025 7 ай бұрын
Yes , Burundiano
@jahbless-qd8lr
@jahbless-qd8lr 7 ай бұрын
Amour sexe mariage lazima tupimane mwili kwanza ivi gael ukikuta demu mukifika mukitand unafika ana zimiya itakuwaj
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 7 ай бұрын
😂😂😂 Amour,Mariage,sex ivi habikuwagi kwawengi
@jahbless-qd8lr
@jahbless-qd8lr 7 ай бұрын
@@GyslaineAkimana kuwa uta yaona chumban kuna mengi
@nyiramuzikapatronjeune8833
@nyiramuzikapatronjeune8833 7 ай бұрын
GUKORA URUKUNDO BIRAGUKANGURA ARIKO GUKUNDA BIRAKURIMBURA
@ishimwejf
@ishimwejf 7 ай бұрын
Njew ni sexe,sexe,sexe ibintu vya mariage vyubu ntaho vyishinga
@abubakalymajaliwa7849
@abubakalymajaliwa7849 7 ай бұрын
Uruzogi ruravura amaso
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm 7 ай бұрын
Number 2 nijewe Mbariza uyo muntu nawe ati uri sugi?????
@raissafabien4285
@raissafabien4285 7 ай бұрын
Abe isugi knd arumu mama ?
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm 7 ай бұрын
Nimba arumu mama yarongowe ari sugi ????
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
​@@AimecesaireCesaire-fh5nmntazikibho sha kuri 11ans usanga warahonjeje🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-zm9gc5cc5k
@user-zm9gc5cc5k 7 ай бұрын
Harivyo mutinya kuvuga namw.akarorero:kugira sex.vuga kugira imibonano mpuzabitsina
@shabannonda2286
@shabannonda2286 7 ай бұрын
Iyi mukora sex can kumuhungu urukund ruragabanuk kuko uwo abony wese acash abimusab nae yumv ukwamez kuk iyo uryamany nuw mukunda ugasanga hariho uwund baryamanye agasanga hagti y' uwambere nuw wundi harimw ikinyurany biratum bimera nabiii gsa iyo mubikora mutabisabany ni sawa iyo mubikoze muvyiyumvamw mwese atategeko ririmwo
@leoniradukunda4614
@leoniradukunda4614 6 ай бұрын
Pas de sexe avant mariage
@sonko285
@sonko285 7 ай бұрын
urukundo ni sex none muba mushaka gushikaka kuki ivyo mutabigize
@user-iu4hy8kl4v
@user-iu4hy8kl4v 7 ай бұрын
Ww niw utihenda reo kwihenda bibaho nikurindi tuba twavukiyemwo harigih twihenda
@mucojason9724
@mucojason9724 7 ай бұрын
Sex avant mariage niya bn sana kuko muja kubana mumaze kubona ko mwuzuzanya sexuellement, hari umuntu urabona agura ikirato atacipimye ngo arabe ko kimukwira
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 7 ай бұрын
Mama wee nawe ntuyivugij uyiciye umurya😂😂
@raissafabien4285
@raissafabien4285 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@emilenkeshimana2329
@emilenkeshimana2329 7 ай бұрын
le mariage n'est pas seulement basé sur le sexe raison pour laquelle sexe est nécessaire après mariage .
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 7 ай бұрын
​@@user-qq6mv6vh3eararenze nkesiri😂😂😂😂
@faustintwagirayezu5530
@faustintwagirayezu5530 7 ай бұрын
😂😂
@gustavemunezero
@gustavemunezero 7 ай бұрын
Gaël aba sobukwe iyo ukoye ubu uracari ka gahungu. Umukwe n uwukoye.
@abubakalymajaliwa7849
@abubakalymajaliwa7849 7 ай бұрын
Kumbe muburundi abarundi muracariho
WHO LAUGHS LAST LAUGHS BEST 😎 #comedy
00:18
HaHaWhat
Рет қаралды 23 МЛН
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 111 МЛН
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
00:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
Выйграли Много Денег с Сыном
0:55
Карман
Рет қаралды 7 МЛН
Это ежегодное настроение 😉 #tiktok #юмор #жиза #funny
0:10
Ангелина и Тая
Рет қаралды 2,9 МЛН
LEVITATING MAGIC REVEALED 😱😳
0:18
Milaad K
Рет қаралды 8 МЛН
貓媽媽🆚爆米花🌽🥷🍿 #aicat #shorts #cute
0:33
Cat Cat Cat
Рет қаралды 9 МЛН