HOTEL nziza yubatswe n'umu DIASPORA mu KIRUNDO//Icatumye ndabikora//Ubuzima bwo mu mahanga

  Рет қаралды 27,673

UMUKUBITO

UMUKUBITO

11 ай бұрын

HOTEL nziza yubatswe n'umu DIASPORA mu KIRUNDO//Icatumye ndabikora//Ubuzima bwo mu mahanga
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#diaspora #ubuzima

Пікірлер: 92
@eddyfightmanzi2502
@eddyfightmanzi2502 11 ай бұрын
Aba diaspora bose batekereje nakwe Africa yacu ya tera imbere gahunda najye mfite nugukora ibikorwa iwacu Mu Rwanda 🇷🇼 no Mu Burundi 🇧🇮 turi abavandimwe
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 11 ай бұрын
Cane gose turi bamwe
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 11 ай бұрын
Gaël komera cane kuko ibinivyo biganiro vyubaka igihugu.mumahanga naho ntikizorenga kuvyo Yoya yaririvye.ndahaba ariko ntamusi numwe ndigera numva ndi mugira.hama Big up sana brother.Nabandi bafise imitahe nibayijane twubake Uburundi bushasha.
@belemboureima6231
@belemboureima6231 11 ай бұрын
Waronse umuntu mwiza agufasha kukwubakira naho bakwivye Abandi barakwiba urukomba mazi Congratulations man
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 11 ай бұрын
Nukuri pe
@GG-ni1zj
@GG-ni1zj 11 ай бұрын
Well done brother Tarasisi.(Tharcisse) Bavuga ngo hard work always pays off. T'en fais pas ivyo bakwivye baguhamagariye imigisha raison pour laquelle washitse kundoto zawe. Mumahanga sinzohatuka inkuba bien sûre , ariko there's no place like home. Ivyo nama nabibwiye abo turi kumwe i manamba.
@nsazabahizirehema7897
@nsazabahizirehema7897 11 ай бұрын
My brother ndagukuze coz uvuzukuri nivyo tubayemwo pee kandi ntiwibesheye ubuzima ❤🇧🇮
@mizerodondivin8076
@mizerodondivin8076 11 ай бұрын
Mu Burundi biracashoboka nabandi nibaze bakore hama Juste Gael woz uragerageza ugakora ama videos matomato yama highlights yo gushira kum réseaux sociaux kubintu nkoramutima biba biri mur ico kiganiro
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 11 ай бұрын
Ico ciyumviro Nico
@zubeaslay6566
@zubeaslay6566 10 ай бұрын
Ivyo wavuze vyose n’ukuri peeee💯💯💯💯
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 11 ай бұрын
Wabikoze neza wiyumviriye nkumugabo.
@toussaintnkurunziza3670
@toussaintnkurunziza3670 11 ай бұрын
Gael uri uwambere , sinzi ko wibuka twahuriye uva kuri rirya barabara rya Entente kuri cloture yo kwa Ndadaye turaganira gato mbere wahatswe kurwa muri karya kanogo , ibiganiro vyawe ni ivyambere , gusa kirya kiganiro na DJ Paulin canyibukije ingene banyankiye kwinjira kuri le Crystal kuko ngo nambara impuzu zirabura naguriye I Washington nabaye imyaka 20 mbere mfiseyo nationalite , Imana iguhezagire imyaka yose merci
@user-ns5dh9op1t
@user-ns5dh9op1t 11 ай бұрын
Keep it up I like it" brother kumbur nabandi babonereho uyumugambi niwo p ndatekerz iyi nintango kand natw mukirundo turakwishimiy cn🎉❤❤
@edfl9299
@edfl9299 11 ай бұрын
Melbourne we can here you bruh knd ivyo uvuga nivyo arko harinivyo wavuze atarivyo If you work, you won't struggle with financial and you can invest here and enjoy your life and people who wait government social security are the people who struggle with financial problems because they 😊don't want to work and pay tax. In my 5 yrs here did more than that.Any way well done bruh 😊🤛 igisigaye ntahantu wakora utariha tax ,amatara ,fuel nibiryo cnk rego yimodoka knd ibi ntivyatum udater imbere ufise mumuwe.
@elviskamenge7142
@elviskamenge7142 11 ай бұрын
Agree with you..yavuze vyishi ariko harinaho yoba yuhenze ..
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 9 ай бұрын
WOW aba diaspora twahagurutse dusonge mbele duteze igihugu cacu kk turashoboye courage my brother keep up
@derrickngenzwanayo1066
@derrickngenzwanayo1066 11 ай бұрын
Good Did monsieur Gaël umukubito N'umusaza Drizzy mwarakoze cane especially thanks To you Tarasisi Butoyi
@elogebigirimana5972
@elogebigirimana5972 11 ай бұрын
Komera bwana jay 🎉
@Bigdeal123
@Bigdeal123 11 ай бұрын
OG big up yourself for mastering this hustle and coming out strong lots of respect 🙏🏾
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 11 ай бұрын
Ahohantu numva hameze nka South Africa! is Like the some.
@NestorMinani-mv2tp
@NestorMinani-mv2tp 8 ай бұрын
Uyo mudisipora niyubahwe kl kk yakoze ivyo besh batoshobora!
@moviesmaster9493
@moviesmaster9493 11 ай бұрын
Congratulations J ntiwibagire kotwakwigishije ubuzima muri australia 🇦🇺
@ihezagiregentille7384
@ihezagiregentille7384 7 ай бұрын
🙄nivy birimwo none ngaha😅😅
@alfredbizimana1618
@alfredbizimana1618 11 ай бұрын
Courage
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 11 ай бұрын
Amahanga arahanda iyo udafise vision à court et à long terme. Umwana w'umurundi ategerezwa kuva i Burundi azi ico ashaka.
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Ukuri kwuzuye
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 11 ай бұрын
I just love the way Burundian are developing their Home
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 11 ай бұрын
Komera @Juste Gäel ✌️✌️✌️✌️🤛🏿🤛🏿🤛🏿,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 11 ай бұрын
baraje nzamburakimazi ziguteshe umutwe zikwibe zigusabe ibiturire ziguteshe zikwake igiturire
@ruzoviyomatirida4004
@ruzoviyomatirida4004 11 ай бұрын
GAEL abantu turi mumahanga gupagasa imiryango tuvukamwo hamwe n,incuti turabizera tukabaha amafaranga ngo badufashe kurangura imigambi hiyo barangije ifaranga baca bazikubita mumifuko yabo. Leta itadufashishe ntivyoroshe kuko nanje ifaranga bamaze kunyiba ntizigira igitigiri kandi kubera uba uri hanze ntaco ubagira. 90%yabagenzi tubana tumaze kuvugana ahondi ntanumwe ataribwa n,abiwabo.
@justinmuhimpundu2gmail
@justinmuhimpundu2gmail 7 ай бұрын
Bro uraciyubweng vrt ntiwibagiy ah wavukiy shn big up
@desirebigfire3590
@desirebigfire3590 11 ай бұрын
My guy jay Lola 🙌 keep it up
@DivineShemezimana
@DivineShemezimana 11 ай бұрын
Komera mutama congratulations 🎉
@hayromutumbo3203
@hayromutumbo3203 11 ай бұрын
Congratulations brother
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 11 ай бұрын
Kabisa mumahanga naho gusumira sahokuba,naraye mbonye igihugu cacu ciza cuburundi,imana ibandanye iduha amahoro mugihugu cacu twese turamanuka kabisa.
@uwimana8584
@uwimana8584 11 ай бұрын
Kabisa amahoro nakomeza twese dufise imigambi yokugenda burundu
@emanuelnsanzubumwe6286
@emanuelnsanzubumwe6286 7 ай бұрын
Big up jay
@NzeyimanaFabian-we2bl
@NzeyimanaFabian-we2bl 11 ай бұрын
Ndamuhaye kuraje
@LydiaNininahazwe
@LydiaNininahazwe 9 ай бұрын
Urakoze kutwibira amabanga kweri
@user-iu9ym5ed7k
@user-iu9ym5ed7k 4 ай бұрын
Beautiful. Congratulations
@alicemukandanga9831
@alicemukandanga9831 7 ай бұрын
Wapi management ntikurikira..gerageza ncuti
@jamaryribson7671
@jamaryribson7671 11 ай бұрын
Good on you
@mrsnzinahoraticket5344
@mrsnzinahoraticket5344 11 ай бұрын
Mba muri Australia ivyo avuze vyose niko biri. Ubuzima ni hatari.
@evaristemiburo5155
@evaristemiburo5155 9 ай бұрын
kbxa ! Tharcisse ronka ibintu ! Naguheruka kera
@MaliBbe
@MaliBbe 11 ай бұрын
Courage kwerii
@ndiyaigi7393
@ndiyaigi7393 7 ай бұрын
Rondera Fabrice abibafashemwo
@IbrahShaban-rm2ox
@IbrahShaban-rm2ox 11 ай бұрын
Mbaye uwambere
@celestinmunyamariza4159
@celestinmunyamariza4159 11 ай бұрын
😊😊
@user-vp1rz8gp5y
@user-vp1rz8gp5y 5 ай бұрын
Gaëlnkawew ntiwohaba kk ukunda iswingi caneee😅
@isamazatv.115
@isamazatv.115 11 ай бұрын
Wow
@expertniyongabo518
@expertniyongabo518 2 ай бұрын
Amahoro bwana Butoyi ndzgushimiye kuriwo mugambo wagezeko ,ariko.... Ndatangaye kukuntu utantumiye murubanza rw'ukwinjira iyo nyubakwa!! Kandi narakureze😅. Nagutazira gashuhe😂 tukiri mu nkambi ukiri kadogo kimyaka 5. Bisaba untumire canke wizane hino.
@Fatagarment
@Fatagarment 11 ай бұрын
❤❤❤
@LydiaNininahazwe
@LydiaNininahazwe 9 ай бұрын
Justin muranyishe kweri ngo ngwiki!! Ngo aba cherie baruzuye kweri?? 😂😂😅😅
@yvettenyamugisha5474
@yvettenyamugisha5474 9 ай бұрын
Ntiwabeshe gutungira mumahanga biragoye
@oseendayi5046
@oseendayi5046 11 ай бұрын
Ntiwibagire ama taxes 😂😂 uri single baguca ama taxes menshi cane 😂😂🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 11 ай бұрын
Bimbaze mu ndwi 2 bantwaye $1730 ya taxes😢
@agrippinendabagiriye1476
@agrippinendabagiriye1476 11 ай бұрын
Yitwa gute iyo Hotel
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 11 ай бұрын
Nanje ubutumbutumbu n'ubugari bw'imyumbati ndabikumbuye kabisa😢
@gmoneyburundi8993
@gmoneyburundi8993 11 ай бұрын
Da way da way da burundi way 🇧🇮🇧🇮💪💪
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
Ew iyoyoyo ndabona nituma ...
@MegaYifu
@MegaYifu 11 ай бұрын
#AnotherBanger #Burundi #TheAfricaWewant
@KP-fe6io
@KP-fe6io 11 ай бұрын
Uko nukuri pee
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Umukubito ibiganiro vyiza cane
@dinaniyo4921
@dinaniyo4921 8 ай бұрын
Haaaaaa nabo bakobwa baragowe pe muze murabaha izonda abazanye abagore nabazanye abagabo nukuri ningorane none jewe nama nibaza igituma abantu biteza ingorane nkatangara kombona aha harabakobwa beza nabagabo beza niki kibatera kwibuza amahoro .
@fistonnzoyihera7791
@fistonnzoyihera7791 11 ай бұрын
Umutumire winvugakuri
@alouisejohn7752
@alouisejohn7752 10 ай бұрын
Kuberiki yagiye mukirundo
@JoelNemeye-xb2fk
@JoelNemeye-xb2fk 11 ай бұрын
Ikintu dukeneye mukirundo wodushiriramwo ni piscine na jimu
@berhardbellard7
@berhardbellard7 11 ай бұрын
🙏🙏
@berhardbellard7
@berhardbellard7 11 ай бұрын
🙏🙏
@manofgod1321
@manofgod1321 11 ай бұрын
Boss congratulations saaaana . Nio waba ikimuga uri hanze hariho ama supports menshi udakora ... ikindi Hari za low income houses .... udakora urabaho kwa gusa .... you probably don't have more information
@sonofthesoil5209
@sonofthesoil5209 8 ай бұрын
Ivyo uyu mtipe yavuze vyose nivyo ukonyene niko biri. Jewe ubu mfise umukobwa nateye inda ubu ndamufashiriza aho mugihugu.
@EricNdayambaje-bx8jt
@EricNdayambaje-bx8jt 26 күн бұрын
Umusaza wubahw tu kirundo urumw
@berhardbellard7
@berhardbellard7 11 ай бұрын
✊✊✊✊🕺💃
@sawudasawuda2838
@sawudasawuda2838 11 ай бұрын
Uvuz ukur kwl nuwakurab ijish ryiz ntibasubir kukurab niryahumwe
@mugangajerome
@mugangajerome 11 ай бұрын
Umusaza narabe ahindure aga systeme aze arerekana ivyo bintu baba bariko baravuga nkiyo hoteri twayibonye gake cane
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 11 ай бұрын
Iryokosa bakwiye kurikosora pe kuva kera
@mugangajerome
@mugangajerome 11 ай бұрын
Kabisa
@agrcem6707
@agrcem6707 11 ай бұрын
Wavuze ko wamenye inglish ugiye mu ba kobwa? Baraguhenze Ariko umuntu wese arafise aho yakimenyeye, as long u know how to speak. Well done on your work.
@agrippinendabagiriye1476
@agrippinendabagiriye1476 11 ай бұрын
None bariha angahe?
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@onesndayisenga1526
@onesndayisenga1526 11 ай бұрын
Neza cane ariko kuberiki uterekanye indani
@titieloge
@titieloge 11 ай бұрын
Ramba biri mumpwemu
@Bernard-ny5qh
@Bernard-ny5qh 9 ай бұрын
Kirundo yubahw pepepepppppp
@MussaEzekiel-jn8hj
@MussaEzekiel-jn8hj 11 ай бұрын
Nasawa mtama
@solange-np7bc
@solange-np7bc 11 ай бұрын
Naje kweri nsakumbuy ubutumbutumbu bwihene nashik iwac nakind nzobanda mund
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 11 ай бұрын
Cane nagatoke nanje😅😅
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 11 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/r9B9dduB2NOZmp8.html UMUPFAKAZI SERIES
@Ntirandekuragilb
@Ntirandekuragilb 7 ай бұрын
Keep going bro Amahanga ni meza cane ariko heza cane ni home 🇧🇮🇺🇸❤️
@evscottdumas8825
@evscottdumas8825 9 ай бұрын
Abarundi u have big problems DEFINITION YOGUTUNGA C, est quoi ???
@ihezagiregentille7384
@ihezagiregentille7384 7 ай бұрын
@esthella ungurabe rafiki yako
@Nick-yg6mz
@Nick-yg6mz 11 ай бұрын
Iravugishije ukuri kweli
How Many Balloons Does It Take To Fly?
00:18
MrBeast
Рет қаралды 167 МЛН
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
Dr MUJAWAMARIYA ARIRUKANWE! AZIZE IKI MURI MIFOTRA ATARAMBYEMO?
21:43
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 4,8 М.
🐰🐷 Ubworozi bwa Bora na Sonia mu #Cibitoke ni akaroruhore...
14:18
Bisate Lodge (Rwanda): SPECTACULAR hotel near the gorillas
24:43
the Luxury Travel Expert
Рет қаралды 423 М.
天使妈妈拍到了什么大家吓一跳?#火影忍者 #佐助 #家庭
0:23
Кого она вытащила из воды?😱
0:51
Следы времени
Рет қаралды 4,3 МЛН
Роналду совсем другой! 😱
0:45
КиноСклад
Рет қаралды 8 МЛН
Курение вредит здоровью
0:28
ЮРИЧ
Рет қаралды 3,3 МЛН