IBINTU 7 ABAGABO BANKA KU BAGORE By Ev. Renilde SEMIRENGO

  Рет қаралды 110,345

Holy Canaan TV

Holy Canaan TV

5 ай бұрын

HOLY CANAAN TV ni imboneshakure ibashitsako ubutumwa butandukanye,n'inyigisho z'Ijambo ry'Imana mu ntumbero yo kwagura ubwami bw'Imana.Yesu abahe umugisha.

Пікірлер: 103
@NkurunzizaArivella
@NkurunzizaArivella 20 күн бұрын
Mwababwira n uko abubu batumva. Nimuhezagirwe mukozi w Imana.
@joycenyirampeta8904
@joycenyirampeta8904 3 ай бұрын
Gira amahoro n ' ubwenge n'ubuzima mu gikorwa ciza IMANA yaguhaye.Uwumva ni yumve bizomwubakira kuko Satani akunda ingo.
@mukamanafrancoise4688
@mukamanafrancoise4688 4 ай бұрын
Mama ntamuhanga wurugendo nti yesu weryine mama atanga imbaranga ngusa waba utarabonta ngusa irye induha imbagaranga ngusa nzokwihaganta ngaje fite ubuhamya bukomeye kandi ntaco ntakonze kandi tubyararye 7 reka reka mama byihorere yesu ntiwe yaragije urugendo ngusa jewe ntaco ntabona ntavuga yesu wenyine ntiwe wogukora suko tundasenga twarasenze mama ntubu tugisenga
@nzisabiraemmanuel7798
@nzisabiraemmanuel7798 4 ай бұрын
Jew umugor wanj nitwari ndamwemer cane gos amene
@carolinenakirutimana1559
@carolinenakirutimana1559 4 ай бұрын
Hari igihe wiha kwiremeka umusaraba, waraba nabi ukahasiga ubuzima. Uwo wewe arinze akuzanirako umugore n,urupfu aba ariko arakuzanira. Ab,iwabo nabo urabakunda, ukabikundishako gute batagushaka ntaco wabikoraraho
@sibomanaisaac9033
@sibomanaisaac9033 3 ай бұрын
Umuvuga butumwa afurika ikeneye niwowe wigisha abantu imibereho myiza uzababwire bahaguruke bakore bareke kwirirwa biruka mubyumba byamasengesho bamburwa nutwo bari batunze
@IsidoraMpaw
@IsidoraMpaw 3 ай бұрын
Asante sana
@user-pk1vu5dq1v
@user-pk1vu5dq1v 4 ай бұрын
Imana ikwagure kdi iguhumugisha ufite ipuguro zikwiriye kbs
@carolinenakirutimana1559
@carolinenakirutimana1559 4 ай бұрын
Mama umuntu aragerageza, ariko hari igihe akubera umururazi nk, umuntu afise umutima w,inyama kwigana bikakugora. Hari abagabo bagoye akurya umutima ukabura iyo niyo uva. Ahubwo Imana izohe abagore ijiru. Kuko kubana n, umuntu akurusha imbaraga, (physiqwement, amahera) biravuna
@iidd6782
@iidd6782 4 ай бұрын
Harabagabo bagoy kwihanganira bitew nizongeso abamwo burigih urihangana uyumusi ejo bikagorana
@PhilbertKarenzo
@PhilbertKarenzo 3 ай бұрын
Imana iguhezagire biragoy naho batwe tutari beza imis yos cane cane isuku
@adidjakezimana3297
@adidjakezimana3297 3 ай бұрын
Imana iguhumugisha wigishije neza cane Imana ikomeze Iguhubwenge buva kuriyo kukugira numugisha
@majyamberesiras3164
@majyamberesiras3164 4 ай бұрын
Nibyukuri ibyo uvuga byose amen
@johnbosconyakarundi5108
@johnbosconyakarundi5108 3 ай бұрын
Nukuri wigishije neza Imana ikwishimire
@uwizeyimanaclaudine5184
@uwizeyimanaclaudine5184 4 ай бұрын
Urambe mubyeyi uravuga neza rwose ndumva ngukunze mama Imana uguhaye ibyubwenge cyane rwose mubyeyi💕💞💞💞💕💕🌹
@muhozagloria710
@muhozagloria710 4 ай бұрын
Amajambo meza uzabwire na bagabo ibyo abagore ibyo bakunda
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
Vidéo ibaavugako yasohotse nimuyirabe kuri channel
@user-uh2ri2lt8s
@user-uh2ri2lt8s 4 ай бұрын
Umenye neza ko ivyo yavuze abagabo Bakunda bihura neza n' ivyo Imana yavuze. Mu vyo Umugabo agomba gukorera URUGO Imana Yavuze: -Gukunda umugore wawe Kurya ubanje Kubira akuya -Gutegeka (kuganza umugore wawe) urugo ****Ahanini si ivyo witeze ko yozovuga ku bagabo? Ni waba wumvise neza ico, umukozi w' Imana yavuze: Imana Yari yahaye Adamu ibintu vyose, ariko Ibona ko hari ikiburs. Kitaraboneka, Adamu ntiyashobora kunezerwa. Ntiyashobora no kuyobora Iryo tunga ryose. Mbega Adamu nta maboko, nta nguvu yarafise??? Harabura iki ngo izo nguvu zikore, canke ngo ubwenge yamuhaye bukoreshwe??? Inyishu "UMUKENYEZI WESE" arayizi, arayifise usivye kwigiza nkana. Uku kwigiza nkana ni bwo bupfu bwanyu bubasenyera Ingo. Uwo mugabo yazanye umugore wo hanze amucisha hejuru y' Uwo bambikanye impeta, nta muntu n' umwe w'ubwenge yomushigikira. Kuko ni igicimuro kibi cane. Ariko namwe bagore mwibaze, Uwo muhabara arinda agutwara umugabo kuko mutubatse kimwe k'ubw' umubiri. Afise iki Wewe udafise??? Bamaze gucumira, Imana ikabahana, Ongera wiyumvire igituma: -Adamu ntiyashobora kuyobora itunga Imana Yamuremeye - Ntiyashobora kunezerwa - Imana Ibona ko atari vyiza ko yokwibana -Maze Imana Iramusinziriza, Imukuramwo igufa ryo murubabu(hahandi umugore akwumvira, agukunda agufata ukaba wahindura n' imigambi yose ufise,) -Iraheza Iremamwo umufasha wa Adamu. Abadamu iyo mwiravye ukuntu Imana Yabataatse umubiri wose, kuva kw' ino kugera k' umushatsi, (kandi Yabigize Ibanje gusinziriza Adamu:abagabo bantu) "Ntimubona ko gutungura Uwo ukunda irondera kumuha "cadeau Nziza idasanzwe" ko ari vyiza, kandi ko vyatangijwe n' Imana!!!" Nkurikira neza hano: Adamu yarabonye Uwo Imana Ikuye mw' igufa ryiwe yaranezerewe cane. hanyuma amwita izina Eva Hama ubuzima bwa Edeni bubona gutangira. Bamaze gucumira, Imana Ikabirukana muri Edeni, Yabwiye Eva Iti: "Uzokwama wipfuza umugabo" n ' ibindi" Irijambo,abantu bashobora kurifata minenerwe. Ariko tudahendanye ingo zisambuka kubera kutaryitaho. Baca umugabo ngo sindya aka yariye kandi. "Atari mucipfuzo ni mu ngiro" Ni gute Imana Yagushizemwo ubushake ko uzokwama wipfuza umugabo(uzokwama ushaka ko murangura amabanga yabubatse n' umugabo wawe), hanyuma abayovya abandi bakabindura, bakavyiga ngo: "Umugabo ni we wenyene agira ubwo bushake" Abandi ngo: "Abagabo Bakunda sex": n' abavuga Ijambo ry' Imana baremeza ico kinyoma c' ABAGORE b' ababeshi. (,Ko bibaremeyemwo babita hehe??) Ni ho habari izo nyinshi ngo: -Ndiruhiiye -Ndarushe -Sindaguha -Wari hehe kare kose - Wirangayeko -Ntumbonye -Banza ungurire iki canke kiriya -Nyirekera, -Ivyo ni vyo uzi gusa, ..., ..., ... Mukozi w' Imana mwiza, wompinyuza Nimba mbeshe. Mbega umugabo we NTAFISE ico UMUKENYEZI(umugore afise ibanga, akaranga, uburanga n' imico vyiza akenyereyeko) yorarikirs k' umubiri wiwe Umugore aziko asubiza Karya kagene umugabo wiwe nk' aho hejuru, canke yokwishura "oya" yemeza ko ntaco yorarikirs k' umugabo bahanye impeta, ari aho ari ahandi, muvyiyumviro canke mu bikorwa. Ni ukuga ngo Adamu yari nka shofeli w' imodoka Nziza nshasha ariko iyaranywa essense canke itagira urufunguruzo rwo kuyatsa. Niko mvyumva murantunga Kubera ko umugabo n' umugore buzuzanya, umugabo ashinzwe kunyonga ya modoka, mugabo umugore ni we afise urufunguruzo rwo kuyatsa, canke akaba ariwe arondera kuyinywesha. Ivyotima rero iyo modoka itagenda mwese murabizi icoshobora kubitera. Imana Yuhire Ikongerereze imihezahiro Pastori mwiza w' Imana. Kandi narondogoye mumbabarire
@lydiahabimana5697
@lydiahabimana5697 3 ай бұрын
Imana ishimwe cane. Ubutumwa bwawe burahambaye cane
@leatitiamushimiyimana328
@leatitiamushimiyimana328 4 ай бұрын
urumudame wubwenge bwirabagenzibawe babikoruonyene kukohara nabahosha abagabo ivyobakoze
@alice6270
@alice6270 3 ай бұрын
Nibyo pe ndanda turakunva❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@KarambiziMartin-xv8op
@KarambiziMartin-xv8op 3 ай бұрын
Iyo umugabo agukuye mumutima wiwe. Ntiwigera usubiramo kuko arabanza akakwihanganira
@Bizimanaemmanuel-hn5mr
@Bizimanaemmanuel-hn5mr 3 ай бұрын
Imanaa igihe umugishape
@johnson5524
@johnson5524 4 ай бұрын
Ufise ubwenge nyabwenge nda gushimiye mubyeyi.
@user-ze6zj6lb9k
@user-ze6zj6lb9k 4 ай бұрын
Imana iguhe mugisha mubyeyi ikongerere amavuta
@nadinekanyange4919
@nadinekanyange4919 4 ай бұрын
Imana iguhezagire .murakoze kunyigisha
@user-ph6ej8xb4e
@user-ph6ej8xb4e 3 ай бұрын
UHEZAGIRWE WIGISHIJE NEZA CANE.
@OliveNINGABIYE
@OliveNINGABIYE 2 ай бұрын
Bandana kutwigisha kuko uyu musi ingo zirasambuka kubera ukutamenya.hezagirwa
@MuhimpunduNoella
@MuhimpunduNoella 4 ай бұрын
Ndagukunzepe uraduhuguye imana iguhe umugisha
@user-dn6co7fv6v
@user-dn6co7fv6v 4 ай бұрын
Urugo ruragoye pe pe.
@jumuiaeac9771
@jumuiaeac9771 4 ай бұрын
Yooo! Mama! Urakoze
@rosettehabimana2666
@rosettehabimana2666 4 ай бұрын
Rugira akongere imigisha , wigisha neza. Mukozi w.Imana...impanuro zawe zirubaka
@future2811
@future2811 4 ай бұрын
Imana iguhezagire.for you ministry
@JeanNkusi
@JeanNkusi 4 ай бұрын
Ibi uvuga nukuri pe
@user-tg9oc7rh6n
@user-tg9oc7rh6n 4 ай бұрын
Izi nyigisho ni nziza Imana iguhe umugisha
@ConcilieNiyogakiza
@ConcilieNiyogakiza 3 ай бұрын
@user-ye7nu1cj4c
@user-ye7nu1cj4c 4 ай бұрын
Mubyeyi Imana iguhe umugisha
@user-eq2os8cq3k
@user-eq2os8cq3k 4 ай бұрын
Yesu aguhezagire cane mman Raoul : uri intwari
@jacklineniryingoma9995
@jacklineniryingoma9995 4 ай бұрын
Nukuri Imana iguhumugisha kandi igukomeze
@kccburundi8884
@kccburundi8884 4 ай бұрын
Murakoze cane muvyeyi;nagira nibutse kubizera ijambo ry'Imana ko tutakiri munsi yumuvumo wa adamu wa mbere,kuko Adamu wakabiri ariwe yesu yaratanzwe ngo irya mivumo yose Ituveko.None kubuntu bw'Imana bwagwiriye turushirizeho gucumura?Biragahera,ukwubaha tuzobikora kuko biranga uguca bugufi kandi nukwihangana nicamwa ca Mpwemu Yera,nayo imivumo ya Adamu wambere yoo,hehe nokudukurikira twarayikize. Yemwe kaze amajambo y Imana tuze turayaserangura hama tumenye ukuri kuraheza kukaduha kwidegemvya ,Imana Ibagirire neza cane
@user-ff5lq4kh1t
@user-ff5lq4kh1t 4 ай бұрын
Amen Amen
@renildesemirengo2803
@renildesemirengo2803 4 ай бұрын
Mwese ndabashimiye
@miburoemeline4070
@miburoemeline4070 3 ай бұрын
Ariko wibuke ko Imana yategetse umugabo bwambere gukunda umugore maze nawe akamugandukira!
@user-xd6pk9lg5g
@user-xd6pk9lg5g 4 ай бұрын
Imana iguhe imigisha myinshi mubyeyi ndagukunze Imana yaguhaye ubwenge izaguhe ibyiza byinshi
@jeannettehabonimana5256
@jeannettehabonimana5256 4 ай бұрын
Guma kwa pasteur Uri kuvugishwa nimana pe
@rosettecimpaye4090
@rosettecimpaye4090 3 ай бұрын
Urategura amakoraniro yabubatse tuzokubaze ibibazo
@user-ur1uo2pj8u
@user-ur1uo2pj8u 4 ай бұрын
Imana iguh umugisha muvyeyi
@user-mf8rf6yv2m
@user-mf8rf6yv2m 4 ай бұрын
Amen
@glorioseniyonzima6884
@glorioseniyonzima6884 4 ай бұрын
Imana iguhezagire❤💖💖👌👌👍👍🙏🙏🙏🤲🤲
@sna6361
@sna6361 4 ай бұрын
uvuga nk abagorozi uretse ko mufise itandukaniro. urakoze muhezagirwe. ndakwipfurije kuba umugorozi.
@user-hz7hg3ge4m
@user-hz7hg3ge4m 4 ай бұрын
Imana ikwishimire.
@user-wr4pb7ff5c
@user-wr4pb7ff5c 4 ай бұрын
Wigishije neza pee
@user-de1xx9gm1e
@user-de1xx9gm1e 4 ай бұрын
Amen amen!!!
@miburoemeline4070
@miburoemeline4070 3 ай бұрын
Good question
@glorioseniyonzima6884
@glorioseniyonzima6884 4 ай бұрын
Uri umuvyeyi peee
@NamahoroJulienne-cj9kn
@NamahoroJulienne-cj9kn 4 ай бұрын
Hezagigwa kubw'impanuro nziza.
@user-pi4lu8nu9h
@user-pi4lu8nu9h 3 ай бұрын
Jgi😮😅😮😢😂❤
@IrananaNadia
@IrananaNadia 4 ай бұрын
Girumugisha❤
@MarieNdayarinze
@MarieNdayarinze 4 ай бұрын
Urakoze mukozi w,Imana .Iyaba vyakundi tukakubaza ibibazo vyaba ri kuba vyiza cane kandi vyadufasha rwose.Yesu aguhezagire.
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
Egomee Kwandika ibibazo mugiye kwiyi numéro ya WhatsApp ndabishura +257 76 97 29 94
@emelynegacuti349
@emelynegacuti349 5 ай бұрын
Merciiii maman
@IRAMBONAJudicael-sf7iw
@IRAMBONAJudicael-sf7iw 4 ай бұрын
Murakoze cane muvyeyi wacu. Umukama abuzurize kandi Imana ikomeze idushoboze kuba abakenyezi babanyabwenge mungo zacu❤
@lambertsindahera9610
@lambertsindahera9610 4 ай бұрын
Umugore mwiza ese wowe utuye hehe n iburundi cg uba mu rwanda
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
I Burundi Bujumbura
@UwumukizaJeane
@UwumukizaJeane 4 ай бұрын
Duhe numbus zawe
@user-sarah1sarah
@user-sarah1sarah 4 ай бұрын
Murakoze kunyigisha kweri kubugararizi nokutubaha basha ndamwubaha gake kabaho nkamwishura ivyoshaka ndize pe
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
Imana ihimbazwe ko mwize. Ahasigaye ni kuraba mukabihindura
@user-zu8fn7dg9f
@user-zu8fn7dg9f 4 ай бұрын
Urakoze
@jeanclaudenkurunziza6244
@jeanclaudenkurunziza6244 4 ай бұрын
Ariko biragoy.
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
Yamara birashoboka
@MutesiMarieclaire-ej1di
@MutesiMarieclaire-ej1di 4 ай бұрын
Be blessed mamy
@user-id1ic3wt2w
@user-id1ic3wt2w 5 ай бұрын
Uri imvugakiri pe
@kennyinesinamahoro
@kennyinesinamahoro 4 ай бұрын
Courage muvyeyi
@user-ys8jg3bv1b
@user-ys8jg3bv1b 4 ай бұрын
Ingo ziragoy nibarekeraho IMANA niyoyubaka
@user-qp6qd7id6s
@user-qp6qd7id6s 4 ай бұрын
God give you blessing
@bebetobelgique12
@bebetobelgique12 4 ай бұрын
Amen 🙏
@vestineirakiza9870
@vestineirakiza9870 4 ай бұрын
Muhezagirw kwiy nyigish uduhayeeee❤❤❤❤
@chantalninakamariza400
@chantalninakamariza400 4 ай бұрын
Urakoze cane muvyeyi🩷🩷🩷. Ariko hari igihe umugore nawe ashobora gufata ingingo ugasanga niyo ibereye. None ariko mwibuke mugaruke ku makosa y’abagabo, kuko umengo ntakosa abagabo bakora😳
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
Nimurabe video yabo n'abo twabavuzeho
@user-nu2zj1rw6l
@user-nu2zj1rw6l 4 ай бұрын
Asante maman nukuri abagore bacu Bakwiye ayamasomo Imana iguhe umugisha🙏🙏🙏🤍
@carolinenakirutimana1559
@carolinenakirutimana1559 4 ай бұрын
Hanyuma abagabo nabo bakwiriyeu iki ko bamwe usanga ari initsitaza ku bagore babo?
@jumuiaeac9771
@jumuiaeac9771 4 ай бұрын
Eehhh! Renilde uraho shenge?
@itangishakacecile3081
@itangishakacecile3081 4 ай бұрын
they Can,t appreciate all of us because WE are human beeing and none is perfect. Only the Grace of God on us made us to be lovable in Jésus Christ name
@user-yg7ow1pk5b
@user-yg7ow1pk5b 4 ай бұрын
Urakoz
@IshimweAlice-us1sk
@IshimweAlice-us1sk 3 ай бұрын
Gift
@JboscoManirambona
@JboscoManirambona 3 ай бұрын
Babwire mbonumenga abagore bubu birabagora gutanga icubahiro
@user-dc2nj8eo5p
@user-dc2nj8eo5p 4 ай бұрын
Num de telephon si possible
@wisdom1296
@wisdom1296 3 ай бұрын
Mme pasteur MFIs ikibazo noyaga namwe gut?
@holycanaantv
@holycanaantv 3 ай бұрын
+257 76 97 29 94 niyo numéro ya WhatsApp ndabishura
@lisbanga9534
@lisbanga9534 4 ай бұрын
Kuki ntamuntu ujya yigisha abagabo nibyo abagore banga cyane?
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
Raba vidéo yabo Nayo yarasohotse
@joselineingabire5995
@joselineingabire5995 4 ай бұрын
Bagusubize numvireho. Ariko da! Urugo n, umugabo n, umugore bigishe n, ibyo abagore Banga kgo zirusheho gukomera . Bakome insyo n, ingasire
@doublemm5883
@doublemm5883 4 ай бұрын
How about ibyo twanga kuribo 😂 everywhere I open talk about what Men’s don’t like
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
Check in the playlist you will see what the women hate for the men
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
kzfaq.info/get/bejne/psmUiL11qt-UdH0.html
@alexandreniyonkuru7658
@alexandreniyonkuru7658 4 ай бұрын
Mama hezagirwa,NTA Nim ya tel?
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
+257 76 97 29 94 nizoo
@numh-up2hr
@numh-up2hr 4 ай бұрын
Shalom. Mwonkundira mikampa numéro yanyu kugira nkuhanuze
@holycanaantv
@holycanaantv 4 ай бұрын
+257 76 97 29 94 niyooo
@charlottekarengera2633
@charlottekarengera2633 4 ай бұрын
Abagabo bakunda icyubahiro ariko ntabwo bibaha uburenganzira bwo kudusuzugura no guhora badutesha agaciro! Ngo tumwubahe adukorera ibyo byose izo mbaraga zigira bake kandi wibuke ko n'abakijijwe barwara Avc batewe n'abagabo cg abagore babi! Umugabo iyo akunda umugore we ntamubabaza ,umugore nawe iyo bimeze gutyo kumwubaha birikora!
@renovatsengiyumvandagijima8439
@renovatsengiyumvandagijima8439 4 ай бұрын
Vyose wobikora ukananirwa,Imana gusa
@KarambiziMartin-xv8op
@KarambiziMartin-xv8op 3 ай бұрын
Nonese wasuzugura ukubaha? Mbona icubahiro cumugabo hari abagore bakihaye namwe muragikunda pe
@clarisseakimana8352
@clarisseakimana8352 4 ай бұрын
Amen
ያለመናወጥ መቀመጥ
27:26
Selam fekade ሰላም ፈቃደ
Рет қаралды 67
UTU TUBANGA 3 UMUGORE WESE UZI KUBAKA ARATUZI
22:47
ISIMBI RYA YESU tv
Рет қаралды 185 М.
Ibintu 5 abagabo banga ku bagore, n'imyitwarire 5 abagabo bakunda
12:39