IGIKOMERE CO KUTEMERWA

  Рет қаралды 2,932

Baho podcast

Baho podcast

2 жыл бұрын

#BahoPodcast #Baho #Burundi
Aussi disponible sur les plateformes suivantes :
anchor.fm/baho-podcast
www.breaker.audio/baho-podcast
www.google.com/podcasts?feed=...
pca.st/yu8xci35
radiopublic.com/baho-podcast-...
open.spotify.com/show/4SXCs9e...

Пікірлер: 28
@consolatenshimirimana9780
@consolatenshimirimana9780 2 жыл бұрын
Imana ibahezagire nukuri.Murabigisha beza
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
🙏🙏 urakoze cane
@gettynezerwe4199
@gettynezerwe4199 2 жыл бұрын
Wow 👌 iy'inyigisho ni nziza, n'ukuri Papa God arakiza ibikomere umuntu akagubwa neza muri we.
@nathalienyamoya397
@nathalienyamoya397 2 жыл бұрын
Merci beaucoup mon frère
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏 amen amen
@ariellengabirano6002
@ariellengabirano6002 2 жыл бұрын
Olivier na Nathalie ndabakunda cane ntimwovyibaza!!❤️❤️ Igihe cose ndiko ndaraba ikiganiro canyu numva nanj ubwanj ndiko ndakira ibikomere kuko nguma nitahura uwo ndi. Ikimfasha gose nuko bimpa motivation yo kwameliora uwo ndiwe. murakoze cane mur abakozi b'Imana koko kuko muradufasha cane. Muhezagirwe ❤️
@nathalienyamoya397
@nathalienyamoya397 2 жыл бұрын
Urakoze cane nukuri kuba uvuze uko kuko niyo ntumbero yacu. Ko Imana itabara imitima yacu
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
🙌🙌🙌🙌 amen amen
@igiranezadeborah7014
@igiranezadeborah7014 2 жыл бұрын
Soyez richement bénis🙏 Merci pour vos enseignements.
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
Merci à vous. 🙏🙏
@ninairakoze8905
@ninairakoze8905 2 жыл бұрын
Uhoraho akomez kubakoresha💞💞
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
🙏🙏 amen amen
@niyibiziliesse34
@niyibiziliesse34 2 жыл бұрын
Ndabakunda 🥰
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🥰
@evelynedusenge2700
@evelynedusenge2700 2 жыл бұрын
You’re amazing 😘.
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
🙏🤗🤗
@Gloria-ht9sp
@Gloria-ht9sp 2 жыл бұрын
Merci beaucoup Olivier et Nathalie!
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
Avec plaisir🙏🙏
@Yoyo-oe6uv
@Yoyo-oe6uv 2 жыл бұрын
Mrcii🌹
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
🥰🙏🙏
@fee_onah
@fee_onah 2 жыл бұрын
Shiramo dukire😂😂😂😂
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
😂😂😂
@cizanyelionel3055
@cizanyelionel3055 2 жыл бұрын
Merci beaucoup kandi courage cane hariho benshii muriko murafasha benshii.. *Suggestion : Mwodufasha mukwagura ou mukwigisha muburyo bwagutse kubijanye n'ama tempéraments? Hama gute abantu bokwakirana mubudasa bwabo mukudahuza tempéraments kuko kenshi usanga bitoroshe kw'aba sanguins & flegmatiques baba abagenzi canke bakirana bivanye n'uko umwe wese ameze nivyakunda... Muzodufashe mwagure ico ciyumviro muburyo bwagutse bizodufasha cane.. merci beaucoup encore que Dieu vous bénissez🥰
@nathalienyamoya397
@nathalienyamoya397 2 жыл бұрын
Merci beaucoup Lionel. Hari ama podcast atari ama vidéo twagize aha nyene kuri KZfaq mbere no kuyandi ma plateformes nka Spotify, Googlepodcast... hinge nce ndaguha liste de lecture aho tubivuga neza cane, aho twagize ico twise ama combinaisons(abantu babana badafise ama tempéraments amwe), ama tempéraments y'abana hamwe nuko dukunda kubona Imana bivanye n'ama tempéraments yacu. Mu dukino nivyo ntidushobora kubikina vyose.
@nathalienyamoya397
@nathalienyamoya397 2 жыл бұрын
kzfaq.info/sun/PLxNO5S59ST3nt4q5O-pZBTyWeBNxGvSnD
@bahopodcast
@bahopodcast 2 жыл бұрын
kzfaq.info/get/bejne/Y9SBdaScq7Wucmw.html
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Жыл бұрын
None iyo wivye canke wishe ukabinyegeza gusa ukabibwira imana haca nk'umwaka bikamenyekana ko babikoze wabikoze, ntibica bikwica 2 ?
IZI NGABIRE NI HATARI (PARTIE 2)
15:33
Baho podcast
Рет қаралды 1,7 М.
Mbega intashima !
14:38
Baho podcast
Рет қаралды 2,1 М.
Little girl's dream of a giant teddy bear is about to come true #shorts
00:32
ОСКАР vs БАДАБУМЧИК БОЙ!  УВЕЗЛИ на СКОРОЙ!
13:45
Бадабумчик
Рет қаралды 6 МЛН
WHAT’S THAT?
00:27
Natan por Aí
Рет қаралды 13 МЛН
Looks realistic #tiktok
00:22
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 105 МЛН
Iyi ''sortie en amoureux'' ni bwoko Ki?
15:08
Baho podcast
Рет қаралды 2,9 М.
Izi mANZA ZIGIRE ZITUME NOMOKA!
13:40
Baho podcast
Рет қаралды 2,4 М.
From khadama to a certified nursing assistant. trust the process
21:34
Umwuga wo kuranga
15:05
Baho podcast
Рет қаралды 1,9 М.
Mbega ukwihagararako
17:48
Baho podcast
Рет қаралды 2,7 М.
MPA AMAHORO WA MUGORE WE!
11:38
Baho podcast
Рет қаралды 2,4 М.
IZI NGABIRE NTIZISANZWE !
14:48
Baho podcast
Рет қаралды 2,2 М.
...Yabwiwe nuko amaso atukuye
10:31
Baho podcast
Рет қаралды 1,7 М.
Ba ureka gushuha
11:06
Baho podcast
Рет қаралды 2,4 М.
Urubanza rw'amenyo?
16:57
Baho podcast
Рет қаралды 1,9 М.
Кого она вытащила из воды?😱
0:51
Следы времени
Рет қаралды 4,1 МЛН
Нажимай выше ☝️☝️☝️ #а4 #глент #риви #viral
0:25
Как меняются люди
Рет қаралды 4,2 МЛН
I meet Mr.Beast
0:15
ARGEN
Рет қаралды 20 МЛН
Не смотрите на эту картину!
0:38
ИЗЮМЕР
Рет қаралды 2,8 МЛН