igitangaza: umurundi yakoze imodoka itanwa igitoro

  Рет қаралды 134,720

BE CHAP TV

BE CHAP TV

3 ай бұрын

Пікірлер: 202
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y 2 ай бұрын
Salut 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 viva burundii imana idufashe duterimbere nku muzingaa courage kabisaa
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 2 ай бұрын
Wow mbega vyiza we biraryoshe pe ndunva mumisi iza Uburundi buri hejuru kbs corage
@Sarah-sm9zn
@Sarah-sm9zn 2 ай бұрын
Imana yo mwijuru ikujimbere muvyukora muvukanyi wacu kandi birahambaye kandi turabinezererewe cane
@elieselnsengiyumva3645
@elieselnsengiyumva3645 2 ай бұрын
muta courage caane gusa ugiye kwiga abazungu boca bakwica banzuforme iyindi equipe nini hama uje kwiga hariho iyindi equipe ibikora kuko abazungu ntibakunda igihugu
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub 2 ай бұрын
❤🎉😢
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r 2 ай бұрын
Aloooooo Burundi oyeeeeeeee😂😂😂 komeraaaaaa komeraaaaaaaa❤❤ abiwacu Courager
@user-rc1sh5dh2f
@user-rc1sh5dh2f 2 ай бұрын
Bravo burundi from kenya 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 3 ай бұрын
Hejuru burundi bwacu 🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💐💐💐
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r 2 ай бұрын
Twigaranzure abazungu aho bahereye batugaya ko Igihugu cacu ko gikenye baribeshe Uburundi.bwacu Imana Iradukunda!!!
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub 2 ай бұрын
❤❤🎉
@user-zp9ui7ys7b
@user-zp9ui7ys7b 2 ай бұрын
Muburundi turashoboye '''courage grand frere❤
@fistonniyoyunguruza3969
@fistonniyoyunguruza3969 3 ай бұрын
Mugabo ivyobintu vyagomba kuba ibanga kuko abazungu ntibakunda nubwo woja kwiga bisaba kugenda bukebuke naho ahandi ntiwogaruka. Wewe ubwenge urabufise fatira ahonyene hama urundere nabandi mukorane kuko bariho hama reta ibashigikire mubijanye nuburyo
@munyamahoroaimable3433
@munyamahoroaimable3433 2 ай бұрын
ariko abanyafurika tuzahora twitwaza abazungu mukudatera imbrere kukeza ryari? abandise ugirango bateye imbere abazungu babikunze nka china na india
@user-rc1sh5dh2f
@user-rc1sh5dh2f 2 ай бұрын
Imana ikuturindire ❤❤❤❤ from kenya
@luckyyvan9568
@luckyyvan9568 2 ай бұрын
Im proud of you brother,keep it up
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 2 ай бұрын
Uyumugabo akenenye abaterangunga ❤kuko arashoboye
@user-bu8df1uf4u
@user-bu8df1uf4u 2 ай бұрын
Arashoboye kabisa bamushigikire peee
@user-tz8hj1sd5o
@user-tz8hj1sd5o 2 ай бұрын
Twikomere amashi abarundi twese aho duherereye bamuhe nabamucunga 🙏🙏🙏🙏
@Dddma455
@Dddma455 3 ай бұрын
Uburundi twogoroye vyaheze😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-yb3on3to1b
@user-yb3on3to1b 2 ай бұрын
Irambir Bury avant bagoy talent muburund nibensh ret nitez Imber ibisat vyimyug muntar zos
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub 2 ай бұрын
❤❤❤🎉
@Freench20204
@Freench20204 2 ай бұрын
❤ntakuja hanze bokwicaaaa
@DUSHIMEMUSICGROUP
@DUSHIMEMUSICGROUP 2 ай бұрын
Elder Yves Mpawenayo Imana Ishishikare kukugeza Kure hashoboka.Reta tuyissba kugushigikira cane.
@nizigabosco3359
@nizigabosco3359 3 ай бұрын
Nivyiza cane Imana ibibemwo bitere bij imbere.
@JordyOfficial-sl5bb
@JordyOfficial-sl5bb 2 ай бұрын
Barakenewe gushigikirwa n igihugu
@CitegetseElias
@CitegetseElias 3 ай бұрын
Komera mumpano imana yaguhaye reka kwikengera ngougombakuja hanze ahubwo komera muvyiyumviro ugire madeni burundi
@user-mt9dg8fh5m
@user-mt9dg8fh5m 2 ай бұрын
Nkukosore gato urye wandika Imana uryukoresha inyuguti nkuru imana nikigirwamana murakoze😊
@habinezajohn2477
@habinezajohn2477 2 ай бұрын
Umuzungu arakumira ibitorobye byagugwa nande
@user-jt5qt1qq3n
@user-jt5qt1qq3n 2 ай бұрын
Courage sha imana ikurinde uduteze imbere muntu wacu
@georgetown9676
@georgetown9676 2 ай бұрын
Courage frr Muburundi hari incabwenge habuze igifasha
@DianeNahimana-rx6xz
@DianeNahimana-rx6xz 2 ай бұрын
Courage marundi wabuze ❤
@nyandwijeancloude4913
@nyandwijeancloude4913 2 ай бұрын
Courage kbs nyene cyubahiro azagufashe kuko uri gukora neza, kdi birimo kuza kuko kuba yaragusuye nikigaragaza ko igihugu cyiteguye kugufasha. Nazishimira kugenda kucyinyabiziga cyakorewe i Burundi.
@DonavineNininahazwe-bu9ub
@DonavineNininahazwe-bu9ub 2 ай бұрын
❤❤❤🎉😊
@user-rn2sr7qc1r
@user-rn2sr7qc1r 2 ай бұрын
Imana ibane n'uyo muntu,imurinde Shetani n'abakozi bayo. Hanyuma kuja hanze y'igihugu nta kamaro turazi ko benewacu bera batanezerererwa uwubarusha ikintu na kimwe. Hanyuma kubera iki yoza mu Rwanda? Emwe! Hari abantu bikunda kweli 😂😂😂
@julesspencer517
@julesspencer517 3 ай бұрын
Nti mufyine iyi yoterimbere gusumvy samsung❤❤
@Bigdeal123
@Bigdeal123 3 ай бұрын
Comparisons kill dreams
@prudencensaguye3374
@prudencensaguye3374 2 ай бұрын
Birashoboka ashigikiwe na Reta hamwe n'abanyamitahe 👍
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 ай бұрын
Egoooo
@user-rf3ux2zg5k
@user-rf3ux2zg5k 2 ай бұрын
Bamwita Ives imana imujimbere mukazi kiweee
@yveslamyiradukunda2189
@yveslamyiradukunda2189 2 ай бұрын
N ukur abantu nkamwe mukwiye gushigikirwa caaaaane n ukur Knd Imana ikuje imbere
@DieudonneIrankunda-eg7ej
@DieudonneIrankunda-eg7ej 2 ай бұрын
Iciyumviro ciza cane intambwe nziza cane !!!! Murabo gushigikirwa. Nyen'icubahiro yabagendeye mukamutamura iciyumviro canyu nicerekezo cibikorwa murimwo abashigikire nk'uko yama yabikoze agendere n'abandi kuko igihugu kirafise incabwenge nyinshi zoguteza imbere igihugu cacu n'uko rimwe na rimwe hari abagira imigambi yoteza imbere igihugu ukaca usanga bariko baraburabuzwa na bamwebamwe batipfuza iterambere ry'igihugu
@Fildaus6306
@Fildaus6306 20 күн бұрын
Ntako abanygihugu batakora nuko vyose ar'ingorane nya électricité yoyo gayemwe iboneka kangahe nihtar uburundi Imana itugirire impuhwe pe
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 3 ай бұрын
Manayanje uburundi bwubahwe🎉🎉🎉
@ndayisengacolonel3253
@ndayisengacolonel3253 2 ай бұрын
Hhh kombona mega arimoto😂 Burundi we waragowe vraiment
@ruberijnepo4865
@ruberijnepo4865 2 ай бұрын
Courage. Maze natwe uzoduge ubwo bumenyi tuzogwize zibe nyinshi. Kumbure wosanga harico twokwongerako, imitwe ikora ikoranye
@josaphathatungimana3504
@josaphathatungimana3504 3 ай бұрын
We reka ivyo kwiga ukore uteze imbere ibihingurwa vyawe gusa kuko ubumenyi ufise burahagije,erega n'abazungu batanguye gukora ivyo nta mashure ufise bari bafise!
@NSHIMIRIMANAEvelyne-rh7nd
@NSHIMIRIMANAEvelyne-rh7nd 2 ай бұрын
Imbere ni heza kugihugu cacu PAEJ nimuhe amahera arwize imodoka dukire ibibazo vyibitoro.Imana ihezagire Papa Burundi yishikira kukivi kuraba impano za bene Gihugu .
@activist-ivanthierrynahimana
@activist-ivanthierrynahimana 3 ай бұрын
Yeee courage cane 🙏🏾
@user-fp1lj5zp9j
@user-fp1lj5zp9j 3 ай бұрын
Kabisa niwubahwe mugabo nibeshi bagiye kwigahanze batagaruste ahubwo reta yozana uwabinonosoye akakwereka ivyutazi
@nsengiyumvafelicien5726
@nsengiyumvafelicien5726 Ай бұрын
nukuri nyenicubahiro nagufashe kandi Imana ikuzigam
@murimatv4448
@murimatv4448 3 ай бұрын
Courage mon frère
@GerardNiyomwungere-ic1qd
@GerardNiyomwungere-ic1qd 2 ай бұрын
Hubwo nace ashiraho ishure rivyigisha kubikora kugira ejo buraca bugacana ayandi hama kugira nurwaruka ruriko rurakura rubimenye
@chantalininahazwe5148
@chantalininahazwe5148 2 ай бұрын
Courage vraiment from Canada
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 2 ай бұрын
Waoooooooo waoo mbega vyizaaaaaa ❤❤❤
@Freench20204
@Freench20204 2 ай бұрын
Imana ikuturindire abansi bincabwenge baruzuyeee
@NzambaElize
@NzambaElize 23 күн бұрын
Imana iguhangaze kbsaa.mais vyaribikwiy kutamamazw kumbuga kuko ababaya baranyaraaa.kand nokuja kwiga hanze ntibikenew kuko bokunigirayooo
@munyentwalicallixte
@munyentwalicallixte 2 ай бұрын
Bagufashe rwose ukomeze utere imbere uri umuhanga.
@munyamahoroaimable3433
@munyamahoroaimable3433 2 ай бұрын
courage kbs mugabo
@DieudonneNduwimana-qc4dp
@DieudonneNduwimana-qc4dp Ай бұрын
Courage mutama wanj terimbere nkumuzit
@elastikportfolio3736
@elastikportfolio3736 2 ай бұрын
Government should support this guy
@kanyamirwejohn9030
@kanyamirwejohn9030 2 ай бұрын
Courage kbsaa❤
@user-vy6yo3mi7w
@user-vy6yo3mi7w 2 ай бұрын
Courage
@JonasNTIRAKIGWA
@JonasNTIRAKIGWA 2 ай бұрын
Imanibajimbere kubumenye bwogutezimbere igihugu
@user-rt1fy4ny3p
@user-rt1fy4ny3p 2 ай бұрын
Vyose bitangura bukebuke abantu nkabo muburundi duke eye can courage kbx
@tumwesigyemoses-jd4hy
@tumwesigyemoses-jd4hy 2 ай бұрын
Azaze mu Rwanda azamure ibyo bintu ndumva ari byiza.
@CimpayeJeancloude
@CimpayeJeancloude 2 ай бұрын
Waooo ,, Mukomer
@NsabimanaPhocas-nu5wm
@NsabimanaPhocas-nu5wm 3 ай бұрын
Uyo mu entrepreneur abazungu bazohava ba mudutwara kuko abazungu baratumenyereye iyo habonetse umuntu wu murundi agize ubushakashatsi bwogukora ibintu vyubuhinga
@gateraange3642
@gateraange3642 2 ай бұрын
😂😂ubuse niki yakoze kidasanzwe? Uziko ibingibi abazungu babikize nko 1920😅😅😅
@DieudoneHabarugira
@DieudoneHabarugira Ай бұрын
Courage courage!!!!
@irakozeshakiru1131
@irakozeshakiru1131 2 ай бұрын
Icubahiro nici Mana kabisa
@fistonnishimwe648
@fistonnishimwe648 2 ай бұрын
Courrage buana Yves
@SimonMabarankuru
@SimonMabarankuru 2 ай бұрын
Ndiho abaje imbere
@jannet6659
@jannet6659 2 ай бұрын
Nic ❤ my bro courange ❤❤❤❤
@ntunzwenimanamichel9529
@ntunzwenimanamichel9529 3 ай бұрын
Hyndai yatanguriye muri garage. Vyose birashoboka. Agiye mu ma ateliers yo muri inde niko bakora ama bus ya Tata. Arashobora gutera imbere.
@emmanuelirakoze6045
@emmanuelirakoze6045 2 ай бұрын
Yubahwe cane ❤❤❤ kumpano yowe 🎉
@keketvshow
@keketvshow 2 ай бұрын
Be chap Tv wubahwe🔥
@RubinNdikuriyo-wc9nx
@RubinNdikuriyo-wc9nx 2 ай бұрын
Komera mugenzi
@nyazirajemusaninka
@nyazirajemusaninka 29 күн бұрын
Courage man
@user-eg1gz4kg7w
@user-eg1gz4kg7w 3 ай бұрын
Komera komera
@josephngendahimana4979
@josephngendahimana4979 2 ай бұрын
Uyu mugabo Leta yari ikwiye kumuha ubushobozi bwose agashinga ishuri akigisha urwaruka rwinshi cane!!!!!
@naradatv3939
@naradatv3939 2 ай бұрын
Kuri narada tv turakunda Ibiganiro byanyu rero nyarukira kuri narada tv wihere Amaso
@morganwatson423
@morganwatson423 2 ай бұрын
ubumenyi murabufise ariko ikibazo, murapfa mukabujana. ni ikihe kintu Reka ikora kugira zino mpano zihererekanwe murwaruka kugira ngo bibe iragi ku Burundi? hari hakwiye ikigo cegeranirizwamwo bano bantu reta ikabafasha buri kimwe cose ariko hakaba ishure ryabantu baja hamwe bafise intego yo gukora ikintu gishasha bakanavyereka abandi kugira ngo Uburundi ejo buzobe bufise iyindi shusho itandukanye n'iyo abansi b'iterambere batuvugako.
@vincentbizimana7000
@vincentbizimana7000 2 ай бұрын
Ukaja hanze ntuzogaruka ndakurahiye
@user-fe1xp3us3i
@user-fe1xp3us3i 2 ай бұрын
Congrat🎉🎉🎉🎉🎉
@jacquesndikumana7755
@jacquesndikumana7755 2 ай бұрын
Aba bantu n,ubutunzi igihugu cacu gifise bafatwe mumugongo baje kunagura ubumenyi nohanz y,igihugu
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana Ай бұрын
Courage ❤
@IETV801
@IETV801 2 ай бұрын
Murundi oyeeeeeeeee❤
@JuvenalManirakiza-pv6mi
@JuvenalManirakiza-pv6mi 2 ай бұрын
Uburundi bwogira abantu 50 nka mwe vyoba vyiza.
@inezaJustin-pq7zd
@inezaJustin-pq7zd 2 ай бұрын
Congratulations 👏 👏 ❤
@user-yd8wn9fw1y
@user-yd8wn9fw1y 2 ай бұрын
Urakozecyane mugabo
@user-re6bn9hx6x
@user-re6bn9hx6x 2 ай бұрын
Big up ❤
@samuelbizoza5984
@samuelbizoza5984 2 ай бұрын
😂😂 none iyo moto uzyinjiza ville😂😂😂
@iloveafrica
@iloveafrica 2 ай бұрын
Vyiza cane terimbera mwana wuburundi
@livingstoneniyobuhungiro8225
@livingstoneniyobuhungiro8225 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@jeanmarievianneyniyitegeka9452
@jeanmarievianneyniyitegeka9452 2 ай бұрын
Courage kabsa❤
@Nzabampari
@Nzabampari 2 ай бұрын
Nibyiza ariko umuntu nkuwo kugirango ajye kwiga hanze biritonderwa kuko kugirango azagaruke arimuza biragoye amahanga akomeye ntakunda ibintu nkibyo Ataribo babikoze nukuba maso
@emmanuelntakarutimana8966
@emmanuelntakarutimana8966 2 ай бұрын
Imana imurinde ababisha, uzi ko bazirana n'uwushoboye gukora ic'akamaro kuri benshi.
@martensnshimi3613
@martensnshimi3613 2 ай бұрын
Saba Nyakwubahwa Président w'igihugu cacu l'ETA iturondrere financement yo gusanura no guteza imbere rirya shuri rya ETS KAMENGE INTITUT TECHNIQUES SUPERIEUR ET UNIVERSITAIRE ET CENTRE DE RECHERCHE TECHNOLOGIQUE EN MECANIQUE,ELECTROMECANI,ELECTRONIQUE,ELECTRICITE ,PHYSIQUE AVIATION ETC SOUS HAUTE PROTECTION DE L'ARME MUHEZE MURABE AGAHINDA mu myaka itarenze 20 . Ngizo ciyunviro ntereye nongera nsaba abashoboye gushikira si Excellence bakinshikanire
@user-vl7gy4jb2g
@user-vl7gy4jb2g 2 ай бұрын
Ok reta nimubehafi bikwiriye imwumve vyangombwayipfuza
@wilsonadamo6735
@wilsonadamo6735 2 ай бұрын
Namye ntekereza nkuyu mugabo abayapani basabyeko bajya hanze kwiga bagaruka iwabo bakora imodoka nibindi nukuri igihugu nicyohereze abantu kwiga bagaruka bakore
@Jishushe.na.ujikute5789
@Jishushe.na.ujikute5789 2 ай бұрын
Mu Burundi har'incabwenge benshi n'uko dufis'intwaro yabansur'inda gusa 😏😏🤔😏
@NehemieNDAYEGAMIYE
@NehemieNDAYEGAMIYE Ай бұрын
Mukorera hehe
@ubushobozibwijamboryimanat2809
@ubushobozibwijamboryimanat2809 Ай бұрын
Nintambwe nziza gihugu cacu komera
@davidkwizera8649
@davidkwizera8649 2 ай бұрын
Félicitation. Ariko ugiye hanze ntibobikwigisha baziko uzoca uja kubikorera i Burundi kuko boca babonako ugomba gutuma amahinguriro yabo azohomba muri kazoza. Ahubwo nibakuronderere uwoza kubikwigishiriza ino i BURUNDI. Niyo wogenda bokora ibishoboka vyose mu kugira lavagne de cerveau na achat de conscience hamwe bakwumvisha ko utozogaruka i Burundi kubikorerayo... Wanse bakakugiriea nabi... Ubushikiranganji bw ubushakashatsi twonabusaba kugira rusansuma rw abantu bose bafise impano nkawe, maze bumenyeko impano nk izo ari patrimoine intellectuel gutyo bubashigikire mukubagirira encadrement no kubaronderera abahinga baza bazar kubigishiriza ino ahandi mugiye kuvyigira hanze, ntibobemerera ko muzogaruka... Ikindi n uko na ministere y ubudandaji yodasha mugutumirira abantu kugira ivyakorewe i Burundi kugirango bakore ibisoboka niho no morale yo kubandanya bakora ibindi mbere bagira na perfection. Nay ubundi uko tugura igikorerwa hanze y igihugi kandi n uwacu Ico kintu gihari, tuba turiko duhomvya ama iniziative y abarundi ko Bo uko batera imbere Niko baha akazi abarundi benewacu... Ubushikiranganji bw ubudandaji nibube bufasha mukugira protectionnisme des articles zakorewe i wacu. Mbere na ministere ya communication igafasha mukuborohereza publicité et sensibilisations. Narigeze kwumva umurundi yitwa Gasap ngo yatanguje umuhora Wa Internet. Ministere ya communication ubwo yaramufashije kumenyekanisha ubuhinga bwiwe no gutumirira abantu gukoresha umuhora wiwe? Uko duteza imbere iyindi mihora mbere iva ito hanze, Bo baguma bitungukira... Or ari umurundi umuhora wiwe wateye imbere, hazogera aho azoca agirà hirya no hino ama agences, gutyo mu ma provinces yose azoca yangagea abakozi bashasja kandi b abarundi, niyunguka azogira izindi projets kandi zizokoramwo abarundi... LES ministeres concernés ni zize zigira encadrement ikomenye mu ntumbero yo guteza imbere LES talents kuko talent y umuntu kanaka, mu nyuma usanga itakiri inyungu yiwe, ahubwo yabaye iy igihugi n iy inzaruka zizodukurikira.
@larealite
@larealite 2 ай бұрын
C'est génial vraiment il faut du soutien pour cette personne
@user-ln8nu6cr2n
@user-ln8nu6cr2n 2 ай бұрын
Courage kbxa
@frpkindoki
@frpkindoki 2 ай бұрын
❤🎉🎉
@user-rt1fy4ny3p
@user-rt1fy4ny3p 2 ай бұрын
🇧🇮Burundi bwacu hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@LeopoldBukuru-e4o
@LeopoldBukuru-e4o 3 күн бұрын
Urashoboye pe
@vincentbizimana7000
@vincentbizimana7000 2 ай бұрын
Barakwirahira
@IrakozeEsperance-qt7lv
@IrakozeEsperance-qt7lv 2 ай бұрын
Crgeeeee burund over🎉🎉🎉🎉
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
He sees meat everywhere 😄🥩
00:11
AngLova
Рет қаралды 11 МЛН
Получилось у Вики?😂 #хабибка
00:14
ХАБИБ
Рет қаралды 7 МЛН
OMG🤪 #tiktok #shorts #potapova_blog
00:50
Potapova_blog
Рет қаралды 18 МЛН
Вечный ДВИГАТЕЛЬ!⚙️ #shorts
00:27
Гараж 54
Рет қаралды 14 МЛН
Miss Naomie na Mutesi Scovia perezida ababwiyeko abazi birabarenga/Reba ibibazo bamubajije
15:49
Не трогайте эту ВОЛОСАТУЮ ШТУКУ! 😱
0:24
Взрывная История
Рет қаралды 5 МЛН
Mission Success #funny #shorts #comedy
0:12
BD Vibes
Рет қаралды 55 МЛН
Ужасное свидание🤯 #стальноймужик #жиза #еда
0:50
SteelMan XXL | Стальной мужик
Рет қаралды 2,1 МЛН
Хитрая МАТЬ делит НАСЛЕДСТВО между ДЕТЬМИ 😱 #shorts
1:00
Лаборатория Разрушителя
Рет қаралды 7 МЛН