No video

Igiti ntikigukora mu jisho kabiri "

  Рет қаралды 577,727

MadeFans

MadeFans

Күн бұрын

Igikino NINDE? Abarundi bati: "Igiti ntikigukora mu jisho kabiri ". None ko Kireko umenga ntaco bimubwiye ? Ariko rero ababanyi biwe bararahiye bararengwa ko batazokwemera uwosubira kubakwegera karanda k'impene n'intama PPR. Mbega weho aho uhereye vyifashe gute ?

Пікірлер: 405
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 4 жыл бұрын
Nakuze nja kumviriza Ninde kubagenzi, ubu ndayiraba muri phone yanje, Mungu Mkubwa. Love my Country, Love Ninde❤❤ Courage
@mrsliver198
@mrsliver198 4 жыл бұрын
kzfaq.info/get/bejne/iqd4gJmTrLbOpXk.html
@graceniyonzima3130
@graceniyonzima3130 4 жыл бұрын
Nanje nuko vrt
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 4 жыл бұрын
Nanje nuko kwel
@user-dt7pd7pr3z
@user-dt7pd7pr3z 4 күн бұрын
Twese twaruko kwer ariko Imana ni nziza mwiza wanje ninde ndayirab uko shak kwer ❤
@mugeninoella8441
@mugeninoella8441 4 жыл бұрын
Ndabakunda cneeeee! Muduhe nizindi niba arininkunga turiteguye kuyitanda arko dukomeze tubone igikino ninde kdi tunejejye no kubona umubyeyi dukunda yarakize imana ishimwe cneee
@prime_a
@prime_a 3 жыл бұрын
Uyumugabo uheka ihene narinaramushatse naramubuze, ndumiwe koko! Ndumiwe 😀. We love you bavandimwe Burundians. Keep it up guys
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@heavenagakiza6272
@heavenagakiza6272 4 жыл бұрын
Bazi gukina Abaturanyi.💖💖💖💖💖🙌🙌🙌🙌🙌Imana ibahumugisha....
@emerynkurunziza7465
@emerynkurunziza7465 3 жыл бұрын
ndakunze couple ya melanie barakundana numugabo wiw cane numwana bafis amahoro
@heavenagakiza6272
@heavenagakiza6272 3 жыл бұрын
@@emerynkurunziza7465 🙌🙌👍👍👍😍😍
@Abdourkalim
@Abdourkalim 2 жыл бұрын
Nabahanga
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 2 жыл бұрын
Nawe igihe umugisha mugenzi.
@camaradefel1687
@camaradefel1687 Жыл бұрын
Number one ndabemera kabisa
@laterretourne5639
@laterretourne5639 3 жыл бұрын
I love you from Rwanda!
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 3 жыл бұрын
Iwacu IGITEGA turashoboye much love from🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@djumapique67
@djumapique67 Жыл бұрын
Niaje
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@angemukesha71
@angemukesha71 3 жыл бұрын
Disi barashaje cyane najayaga nzireba kera mbona ari bato.muzi gukina cyane vraiment
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@UwimanimpayeSimayeri
@UwimanimpayeSimayeri 20 күн бұрын
Nange ndabakunze cyane murakoze
@lakrishaciendy8615
@lakrishaciendy8615 4 жыл бұрын
Looove this, please mubandanye mushirako izindi.
@mrsliver198
@mrsliver198 4 жыл бұрын
kzfaq.info/get/bejne/iqd4gJmTrLbOpXk.html
@sandreenx1937
@sandreenx1937 4 жыл бұрын
Imana ishimwe ko asubiye kukina myokuru
@ildephonsebazirutwabo7528
@ildephonsebazirutwabo7528 4 жыл бұрын
.
@harerimanalaetitia8341
@harerimanalaetitia8341 4 жыл бұрын
Ntimuzongere guheba ninde murabambere mugukina🔥🔥🔥🔥
@ezechielbamporubusa9650
@ezechielbamporubusa9650 3 жыл бұрын
Ewe unindr ndagukuda p
@minishebby5313
@minishebby5313 Жыл бұрын
I love u guys I have always watching those movies since I was little child 💗 ndabakunda rwoseee
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@patrickdalas5259
@patrickdalas5259 4 жыл бұрын
sha imana ibakomerez mumikino iteramisha abantu murakoze cane
@edaeda174
@edaeda174 4 жыл бұрын
Meraniya koyavyibushe
@nookiaaa9966
@nookiaaa9966 4 жыл бұрын
Sha mwarimwarabuze kweri twaritubakumbuy kubi
@roozrr9678
@roozrr9678 4 жыл бұрын
Mbakunda kubi kuva Huye Rwanda
@Steve_Uwimana
@Steve_Uwimana 4 жыл бұрын
Eeee Gira partage 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mwihorezeclaudine6963
@mwihorezeclaudine6963 4 жыл бұрын
Komeza ubarebe hano urabemera. kzfaq.info/get/bejne/edxpgJaitamUcY0.html
@nyiranzabahimanafrotine7986
@nyiranzabahimanafrotine7986 4 жыл бұрын
Egoo cyaneee Turakunda ninde mujye muratunyarukiriza hano mu Rwanda
@marie3111
@marie3111 4 жыл бұрын
Iyi film muzayikomeze rwose nu mwimerere kandi irasobanutse pe turabakunda cyane
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 2 жыл бұрын
Ew muratwenz kbx yooooo nakumir 🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦😂😂😂😂
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@kalisaernestfilms2197
@kalisaernestfilms2197 3 жыл бұрын
Muri abahaanga cyane
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@mariebayizere1152
@mariebayizere1152 4 жыл бұрын
Murakoze caaaaaane ! Muzoze muradusangiza ibiganiro vya ninde vyose. Bakina neza cane
@urukundo_ruganze3646
@urukundo_ruganze3646 4 жыл бұрын
Ninde for life
@ngoypangoulous7592
@ngoypangoulous7592 4 жыл бұрын
Like this ideas 2 support the things from home
@kanamugirejoselyne550
@kanamugirejoselyne550 3 жыл бұрын
Murwanda turabakunda cyanepe
@harerimanalaetitia8341
@harerimanalaetitia8341 4 жыл бұрын
Wao vyiza cane mwagarutse twari tubakumbuye terimbere
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 4 жыл бұрын
Nimba ukunda NINDE nkanje kanda like 👇👇👇👇👇👇
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@IrankundaVincent-ym5hp
@IrankundaVincent-ym5hp Ай бұрын
Ninde
@BarangamaEvariste
@BarangamaEvariste 21 күн бұрын
😊😊😅😮
@aimablehavugiyaremye5444
@aimablehavugiyaremye5444 9 күн бұрын
Nukur nanjenda bakunzecane
@soleilnahimana2191
@soleilnahimana2191 4 жыл бұрын
I love my Burundi country 🇧🇮
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@johnuwimana4271
@johnuwimana4271 3 жыл бұрын
Umusaza. Afite ishyari ryiza cyane
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@japhetlameck547
@japhetlameck547 3 жыл бұрын
Movie nimeipenda sana has a uyo Mzee aliyebeba mbuzi. Kanichekesha sana.
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@user-sy1zz5up8x
@user-sy1zz5up8x 4 жыл бұрын
Ndabakunda bavyeyi bacu murazi kwigisha💋💋💋💋💋💋💋ngurayihambamwo
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@frohugo75
@frohugo75 3 жыл бұрын
You know all dat
@frohugo75
@frohugo75 3 жыл бұрын
You wanna know something
@frohugo75
@frohugo75 3 жыл бұрын
Ok
@frohugo75
@frohugo75 3 жыл бұрын
You know how it is
@frohugo75
@frohugo75 3 жыл бұрын
Gang
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 4 жыл бұрын
Ndakunda ninde numutima wanje wose. Mersii kuri nyene chaine.
@claudinenahimana7653
@claudinenahimana7653 4 жыл бұрын
Muze muraziduha mudayebye
@nimpagaritsepatrick2166
@nimpagaritsepatrick2166 Жыл бұрын
turabakunda
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
🙏
@dellyboo
@dellyboo 2 жыл бұрын
Still i do watch NINDE🤣😅😂
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@hellesenscruz7881
@hellesenscruz7881 4 жыл бұрын
Abarundi ndabakunda cyane
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 4 жыл бұрын
Natwe turagukunda
@PolyceneNishemezwe
@PolyceneNishemezwe 14 күн бұрын
Twari,tubakumbuy😭😭😭😭😭😭,Can.turabikundirape❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@jacksonvkavano3322
@jacksonvkavano3322 2 жыл бұрын
Nakunda iyingambo ni mlitanzania
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@fabianomihungo5679
@fabianomihungo5679 4 жыл бұрын
from Canada 🇨🇦 i like Burundi's movies
@reginasahabo68
@reginasahabo68 3 жыл бұрын
NB
@UzamukundaLaurence
@UzamukundaLaurence 12 күн бұрын
❤❤❤❤
@daudimazibila1569
@daudimazibila1569 3 жыл бұрын
Ok
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@jejesisi2634
@jejesisi2634 3 жыл бұрын
nayiheruka muri 2003
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@AAA-zu1vy
@AAA-zu1vy 3 ай бұрын
Mana wee Ari ho nkikivuka😂😂😂😂😂
@aidahacimana7844
@aidahacimana7844 4 жыл бұрын
Mukomerezah muze mutwonger
@juvenalndururutse2432
@juvenalndururutse2432 2 жыл бұрын
Amahoro bakunzi b'igikino ninde!n'agira ndabasabe munshire muri groupe noshobora kuronkamwo igikino kuko ndagikunda cane murakoze.
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@angekritsa4256
@angekritsa4256 4 жыл бұрын
Meraniya,nyokuruwanje,🤣🤣🤣🤣😳😳❤❤❤❤💪💪gitega,,uwacundabakunda
@mrsliver198
@mrsliver198 4 жыл бұрын
kzfaq.info/get/bejne/iqd4gJmTrLbOpXk.html
@protaissafarinindefuline7388
@protaissafarinindefuline7388 4 жыл бұрын
Ndabemera imana ibaje imbere
@aimeegracekwizera4631
@aimeegracekwizera4631 4 жыл бұрын
Oooh ndaryohew cane gusubira kubona ninde,thanks
@leonilleingabira8614
@leonilleingabira8614 3 жыл бұрын
Iraryoshye cyane,harindi twahoze twumva yitwaga umubanyi niwe muryango
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
🙏
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
That will
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@kentinedusabe8892
@kentinedusabe8892 4 жыл бұрын
Nd'umufana wa ninde kuva nkirumwana n'ubu😊😊
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 3 жыл бұрын
Nanje kuva nciga muwa mbere primary ubu ndashaje nkibakunda
@jclaudendihokubwayo9295
@jclaudendihokubwayo9295 3 жыл бұрын
Good
@Masscomm-EastAfricanUnivNyagat
@Masscomm-EastAfricanUnivNyagat Жыл бұрын
murwanda dukunda film zanyu cyane kurijye byumwihariko muranshimisha cyane
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@adolphendikumana8800
@adolphendikumana8800 4 жыл бұрын
Ooohh ! Abantu bacu ba ninde twari tubakumbuye...mwarakoze gukora chaîne ya KZfaq
@mrsliver198
@mrsliver198 4 жыл бұрын
kzfaq.info/get/bejne/iqd4gJmTrLbOpXk.html
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 3 жыл бұрын
Jewe nsinarinziko bafise cano yayuoyube yooo nzaza mbakurikirana n'a bakunze kuva kera nkirumwana muto nabumvaga kuri radio yooo mbega byiza
@dusinizimanainnocent5654
@dusinizimanainnocent5654 3 жыл бұрын
Ndabemere cyane
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@gabrielziragaba540
@gabrielziragaba540 3 жыл бұрын
Murakumiza
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@erchakurkiller6195
@erchakurkiller6195 3 жыл бұрын
Kireko ndagukunda
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@innocentndikumana-2023
@innocentndikumana-2023 Ай бұрын
NDABAKUNZE CANE, MUNYIBUKIJE U BURUNDI IGIHUGU CANJE, I MISS MY LOVELY COUNTRY
@jumasmaasifzakir2285
@jumasmaasifzakir2285 2 жыл бұрын
Very interesting. Our Old Burundi was so awesome
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@yyyyuuu2689
@yyyyuuu2689 3 жыл бұрын
Turabakunda komeza
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@ManirafashaKerida
@ManirafashaKerida 19 күн бұрын
❤ Burundi movie
@brightniyonkuru6653
@brightniyonkuru6653 3 жыл бұрын
Basha ninde yuwu mwaka ije aragahebuza pe!!! niyapfa bayizure
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@estersaudia7295
@estersaudia7295 4 жыл бұрын
Ndanezerewe kongera kumubona nanje uyo muvyeyi yatoye mitende akabagarutse mugikino turabakunda mubandanye mutugezaho bishasha bishasha
@pascalnimbona5522
@pascalnimbona5522 Жыл бұрын
Ninde yatanguye ryari yatanguriyehe yatangujwe nabande?
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@yusrashabani2983
@yusrashabani2983 4 жыл бұрын
Ndibuka ingihe twabumviriza kwiredio ugasanga twarundanye kukaredio kamwe none ubu tubaraba kwi tv 📺 mugabo ndababara kubona ndabaraba ndumwe mama nawe yari abakunda kubi none yarafuye 😭😭😭lakini nawapenda sana pia
@dushimesaimon3043
@dushimesaimon3043 4 жыл бұрын
Yoooooo mpore nukuri
@user-df7ek7ny1b
@user-df7ek7ny1b 4 жыл бұрын
Yohoo pole sana wangu
@yusrashabani2983
@yusrashabani2983 4 жыл бұрын
Dushime saimon ego urakoze wangu
@yusrashabani2983
@yusrashabani2983 4 жыл бұрын
فلورا فلور asante sana ndugu
@mugeninoella8441
@mugeninoella8441 4 жыл бұрын
Pole sha gsa ninde yagusigiye urwibutso komera kdi mama aho arihose zirikana ko agukunda.
@adolphendikumana8800
@adolphendikumana8800 4 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Our country Burundi
@emerynduwarugira4640
@emerynduwarugira4640 3 жыл бұрын
Vyiza
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@mylove-fj2se
@mylove-fj2se 4 жыл бұрын
Nurakoze
@jeanpaulnahishakiye8143
@jeanpaulnahishakiye8143 4 жыл бұрын
Mwakinyeneza ariko uwomutama yagizenabi gutwarimpene ayinyegeje?
@martinwesonga6931
@martinwesonga6931 4 жыл бұрын
Kinyarwanda n nzuri lkn mngeongea Swahili ingekuwa vizuri saiti
@myriamntunzwe2822
@myriamntunzwe2822 4 жыл бұрын
Sisi sio waswahili
@user-sy1zz5up8x
@user-sy1zz5up8x 4 жыл бұрын
Hawo siyo kinyagwanda ni walundi wa ki jijini ha
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 3 жыл бұрын
Ruga ya kirundi nakinyarwanda ni pa moja
@irambonageorges5280
@irambonageorges5280 11 ай бұрын
😮
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
🤣🤣🤣
@LouiseKANKUNDIRE-t6z
@LouiseKANKUNDIRE-t6z 26 күн бұрын
Mwubahwe kwl
@amosnyanda7403
@amosnyanda7403 3 жыл бұрын
Hahahahahahaaaaaaa! Abo batama nihatari
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@GilbertNijimbere-su7yb
@GilbertNijimbere-su7yb 3 ай бұрын
Neza caaaane
@nowantikubitubugingo307
@nowantikubitubugingo307 3 жыл бұрын
Hhh abarundi ndabakunda mukinaneza ver nac
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@brandinakizito3541
@brandinakizito3541 4 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💓💓
@emiliennempekerimana5908
@emiliennempekerimana5908 3 жыл бұрын
Ico mbakundira bakina ibigezweho mu buzima bakina neza ninde nirambe
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@mukadusabeerinestine6123
@mukadusabeerinestine6123 3 жыл бұрын
Uyu mugabo wahetse ihene yansekeje pe hhhhhhh kandi azi no kwihagararaho pe!!!!!
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@fatmafatom3034
@fatmafatom3034 2 жыл бұрын
Nari nkumbuye ninde
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@ngundachris7598
@ngundachris7598 4 жыл бұрын
Impanuro nziza cane,atari babandi bakina ibitabapfu
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@user-kh8nb7yj3c
@user-kh8nb7yj3c 3 жыл бұрын
Ndabakunda abanyagitega bacu
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@innocentmanirakiza1313
@innocentmanirakiza1313 4 жыл бұрын
Kireko imanikutuzigamire uruwambere mugikino ninde
@claudendayisaba7811
@claudendayisaba7811 3 жыл бұрын
Iyo hene none bayikuye hehe? Bimeye kwica ihene nziza nkiyo kugira baronke ico bakinisha?
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@alexisnduwimana1160
@alexisnduwimana1160 Жыл бұрын
Nic
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@modestendindiriyimana7176
@modestendindiriyimana7176 3 жыл бұрын
Muzi gukina neza mukomereze aho
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@abodetidings8392
@abodetidings8392 4 жыл бұрын
mukomeze cyane
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@amiebrillanca459
@amiebrillanca459 4 жыл бұрын
Mbega vyiza we muragahor mutuzanir nizindi turabakund
@ngezerichard3110
@ngezerichard3110 3 жыл бұрын
ee
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@dushimirimanaclement705
@dushimirimanaclement705 3 жыл бұрын
C
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@umojagroupaustralia.
@umojagroupaustralia. 4 жыл бұрын
Murampa numero yanyu ndafise ivyo nifuza kubabaza.
@holyaltar4511
@holyaltar4511 4 жыл бұрын
25779151183
@isabatv3108
@isabatv3108 3 жыл бұрын
Ikaze kuri ISABA TV
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@hatungimanamelance7011
@hatungimanamelance7011 Жыл бұрын
Mwubahw
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@fabyolachua6773
@fabyolachua6773 3 жыл бұрын
Malia felicitaton
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@wen9323
@wen9323 4 жыл бұрын
Merci 😂😂😂😂😂😂
@alexisntirenganya957
@alexisntirenganya957 3 жыл бұрын
Nanje
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@NicodemeHabiyambere
@NicodemeHabiyambere Ай бұрын
Ico gikino ni ciza cane.ubushikiranganji butandukanye bwogikurikirana narirya bufise abavugizi.
@Abdourkalim
@Abdourkalim 2 жыл бұрын
Mwambwira iyindi film zabarundi konzikunda murakoze
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@MucyoPatrick-yw2nl
@MucyoPatrick-yw2nl Жыл бұрын
Ninama ninzizape
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@ffr7137
@ffr7137 3 жыл бұрын
Jewe .nshaka kubaterera mundondre kuko ndabakunda cn.nukuri mundondere kuri messenger.
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@user-mg5je9ei3l
@user-mg5je9ei3l 21 күн бұрын
None iyo mpene ko mbona yapfuye nibo bayishe?canke bakinye ninde ariko iyompene yapfuye?
@DodoDodo-pb9mw
@DodoDodo-pb9mw 4 жыл бұрын
❤️❤️❤️
@jimmyromani1339
@jimmyromani1339 2 жыл бұрын
Ababa tama ndabakunda
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@bosconizigama4883
@bosconizigama4883 3 жыл бұрын
Nice one 🤣
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks 😊
@dstesbaskets3093
@dstesbaskets3093 4 жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥
@user-mg5je9ei3l
@user-mg5je9ei3l 21 күн бұрын
Jewe nukuri ndashaka kumenyana ukuntu baronse impene yapfuye?!!!!!!!!!!!
@mariammuhimpundu6371
@mariammuhimpundu6371 Жыл бұрын
Abaswerana
@mariammuhimpundu6371
@mariammuhimpundu6371 Жыл бұрын
Fk
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
🙏
@amidabukuru
@amidabukuru 4 жыл бұрын
Ndabemejye
@madefans5525
@madefans5525 3 ай бұрын
Thanks
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 4 жыл бұрын
Nejerejwe nuko uyu mu mamen yagize mitende nkabansubiye kumubona mugikino Ninde.
@topazikitemba9999
@topazikitemba9999 4 жыл бұрын
C
@iramimyiradukunda4536
@iramimyiradukunda4536 3 жыл бұрын
@@topazikitemba9999 ;
Ninde Burundi ingenzi y'imihana niyo nzanyi y'amazimwe
45:44
BEC BURUNDI
Рет қаралды 184 М.
Underwater Challenge 😱
00:37
Topper Guild
Рет қаралды 20 МЛН
Survive 100 Days In Nuclear Bunker, Win $500,000
32:21
MrBeast
Рет қаралды 164 МЛН
Before VS during the CONCERT 🔥 "Aliby" | Andra Gogan
00:13
Andra Gogan
Рет қаралды 9 МЛН
Zombie Boy Saved My Life 💚
00:29
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 21 МЛН
PAPA SAVA EP813:AMASENGESHO ADASHIRA!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
17:55
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 1,8 МЛН
Ninde? TUVAHE TUKAJAHE
40:55
TV RTNB
Рет қаралды 160 М.
Ingoma Dance @Burundi #zuluculture #ritual
4:39
Go_oN
Рет қаралды 32 М.
NINDE BURUNDI - 2018 - IYINIZWE NAMATA NTAWUNDI MWERERA Part2
10:01
Umusirikare wishe arihe? : MILITARY LOVE ( Episode 8 )
14:51
Afrimax TV
Рет қаралды 22 МЛН
NINDE?   AKATARETSE KABA GASEMA
45:14
TV RTNB
Рет қаралды 276 М.
Ninde Burundi Umunana winkorabara utemba uduga
1:30:02
BEC BURUNDI
Рет қаралды 80 М.
Underwater Challenge 😱
00:37
Topper Guild
Рет қаралды 20 МЛН