No video

Ijambo Prezida NEVA yashikirije inyuma y'imyaka 4 atanguye kurongora Uburundi

  Рет қаралды 13,522

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi Ijambo Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije abarundi kw'isabukuru y'imyaka ine (4) irangiye ashikiriye amabanga yo kurongora igihugu.

Пікірлер: 76
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 ай бұрын
Kuki muvuga cane Imana,ariko mudakora ivy' lmana igomba. Imana, Imana.
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 2 ай бұрын
Voilà c'est ça le problème du Burundi. Il faut se mettre au travail et définir les priorités du pays.
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 2 ай бұрын
Ivyo,badakora nawe wabikora ntimukigire imbobeza!!!! Kugayana niyo kamere yanyu!!!! Twe,turakeza Nyenicyubahiro Evarto Ndayishimiye niwirambire iteka niteka:
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 2 ай бұрын
@@user-jm2ld3mf8k si vous êtes bien comme ça tant mieux. C'est dommage pour un pays sans sucre, sans électricité, sans l'eau potable, sans le gasoil..
@MaliBbe
@MaliBbe 2 ай бұрын
😂😂😂
@user-hq7qh5wn9b
@user-hq7qh5wn9b 2 ай бұрын
Exactly, WTF😂😂😂😂
@user-sh5cz9cj4u
@user-sh5cz9cj4u 2 ай бұрын
Mama Sha Politic weee...Iya Abarundi yoyo Ikaza Itesa...Imana Twarayisenze Irateumvira...ngira siyo Mw'Ijuru...
@pickfordjustin3432
@pickfordjustin3432 2 ай бұрын
Uwabonyeko ivyo président yarikwavuga KO yariko abisoma ahantu ninde? Projecteur niyubahwe😂😂😂😂😂
@radjabumayenza5935
@radjabumayenza5935 2 ай бұрын
Ariko abisoma.viva projecteur
@samuelnsabimana9072
@samuelnsabimana9072 2 ай бұрын
Sha kumviriza irijambo ,wohava ugwara umutima mama yangu🤔🤔
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 ай бұрын
Uburundi nico gihugu kimwe kibura igitoro kw'isi kubera kiyobowe n'ikigugu kitazi iyo kija niyo kiva😂
@KennoKanse
@KennoKanse 2 ай бұрын
Icakora crise iri muburundi iki gihe iri un peu démocratique kuko ntivangura amoko😅😅😅😅😅😅.
@NEZA138
@NEZA138 2 ай бұрын
Menga ni Robbot igihugu uragisambuye muvyeyi Imana igukureho😮😮😮😮
@user-fb9sd2us4s
@user-fb9sd2us4s 2 ай бұрын
Gusa kutamaramara nivyiza jew ndi wew noguma ninyegeje basi
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 ай бұрын
Iri jambo, ni agakekezo,ni ugutamba abarundi ku muvyimba.
@Nsa-biyaremyeIsrael-ij3oq
@Nsa-biyaremyeIsrael-ij3oq 2 ай бұрын
Birababaje mutma
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 2 ай бұрын
Ivugire,wowe ubwawe!!! Abarundi bagutumye kubavugira!? Bande!? Bangahe!? Barihehe!!! N,Imana mushobora byose ntiyemerwa nabose!!! Niba utemera Nyenicyubahiro Ndayishimiye! Niwewe ubwawe!! Wibitwerere abarundi!!!
@adamoman4966
@adamoman4966 2 ай бұрын
😭😭😭😭😭🙊🙊🙊🙊
@user-vc4ib4us2d
@user-vc4ib4us2d 2 ай бұрын
Je muze mumpe nimeza yiwe mwibarize akantu kuko abana buburundi turiko twiyahurira mubihugu bibanyi kuber atayandi mahitamwo dufite nabo twovuga ngo naba ambasade ntaco batumariye naho hofatwa abarundi ntunabona naho bicwa canke bagasahugwa ntakintu nakimwe bavuga ariko ukumva iyo bariko baharura amafaranga igihugu gukoresha kumwaka babahereza ama miliaridi atagira ukwangana Nico muyatangira murakwiye kwikebuka nukur president wacu kuko niryo terambare muvuga ivyinshi ntibiva ngaho nabana bigihugu nabenegihugu biyahurira mubindi bihugu gusa ikibabaje nuko batagira nubuvugizi ikindi ibanki yigihugu ifara amadorare ikayashira hasi Kandi atanayahar abane gihugu bagaca bagaca batinya kuyacisha mu BRB kuberako ana ar hasi har nabandi bakosa frode kandi kugicuro kir hejuru ibanki yigihugu ikaba ugomba ayo mafaranga mwiyo nzira Kandi menshi nukuraba mukagira ico mikoze Kandi niba dukenye nukur nitwemereko dukenye niho tuzokir kuruta kuguma tunyegeza igikomere kiriko gutera kitugeza habi ibi bizotuma twumva ko dukenye tumenye ningene dukora ikindi kubijanye nuburimyi ntabatundi bagigite aho kurima hakwiye kuhurango bigeze imbere ngo batunge nanecane kuko abenshi turimisha amaboko kuko niba turimisha amaboko tuzoronka ivyo kurya navyo nyene bitadukwiye je nibazako reta yofata abanu bagite ama to ongo manimanini akayarima kuburyo bwa kijambere ayandi bakayaha amashirahamwe abishoboye naho nyene ababishoboye abenegihugu bagahabwakazi vyofasha cane tworonka ayo madorari muvuga je ndabarahiye ntareta itarima bariya basitikare bose bakagura amashirahamwe yuburimyi bagasapraya ivyimburwa vyabo ziyiya mpfungwa zose zikagura amashirahamwe yibifungurwa batmrima muburuo bwa kijambere bagahabwa amamashine abogenewe igihugu cose abashingamateka Bose kumanuka gushika ugwego go hasi bagakora amashirahamwe nuihagure umuntu numwe yikorana igikorwa cuburimyi je ndabarahiye tuzorya duhembwe ibintu bizombuke abantu baronke akazi ar benshi ubushomeri bihere duterimbere amakungu yibaze impamvu babure inzego zose zigihugu zihire ikintu zihirarako biri mwaka zerekana please turasavye
@afrigifttv1038
@afrigifttv1038 2 ай бұрын
Uyumwanya ufashe nivyo ntihabuzemwo vyiza uvuze ariko uribazako bobisoma vyose.
@user-vc4ib4us2d
@user-vc4ib4us2d 2 ай бұрын
Bazobisoma kuko ntanahandi mfite nobivugira
@ibyegeranyorwanda9852
@ibyegeranyorwanda9852 2 ай бұрын
Uyumugabo igihugu cyaramunaniniye. Nkabandi batekamutwe bose mbere yokukwambura abanza kukubwira amagambo menshi ugacanganyikirwa maze ntumenye igihe yakwambuye utwawe. Sindimukuru cyane but ndahamyako uburundi 2005 bwaribumeze neza kurusha ubu. CNDD FDD nyuma yokuva mwishyamba yazanye umururumba ninda nini kuburyo barushanijwe mugasahura iguhu guhere kuri president kugeza kuba generals nomubandi banya politics kugezubwo economy yigihugu bayikubise hasi hafi yokugisambura. Nigute $40 million dollars zirigita ntihagire uzibazwa? Ninde ucuruza igitoro magendo leta irebera!? Abantu banyuruzwa bandi bakicwa bikwozwe na leta,.....etc. Abarundi nkabanyagihu ubwabo nabakozi kandi bakunda igihugu gusa ikibazo nuko bayobowe nagatsiko kibisambo bashyize imbere gusahura ibyo Abarundi baruhiye. Amagombo menshi atagira ibikorwa nibyo biranga abantu bimbura mumaro.
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 2 ай бұрын
IMANA ikutuzigamere hanyuma ubashe gukosora bakaboko
@NdoliTito-tq7nj
@NdoliTito-tq7nj 2 ай бұрын
Nakamaramaza😢
@adamoman4966
@adamoman4966 2 ай бұрын
🤭🤭🤭🤭🤭
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 2 ай бұрын
Amen Amen mutama❤❤❤❤
@JeandamourUwiduhaye-tx5wi
@JeandamourUwiduhaye-tx5wi 2 ай бұрын
❤❤❤❤ mutama wacu yirambira gusa badufashe bugurure imipaka tutezimbere 👍🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏👋👋💪
@AnaMisigaro-uh6mx
@AnaMisigaro-uh6mx 2 ай бұрын
Kwugurura imipaka non non
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 2 ай бұрын
Number one;l love very much our father burundia
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 2 ай бұрын
Ubwo burwaneza avugisha nibwo buzana amahera...🎉🎉🎉
@JosephMugisha-rs9nz
@JosephMugisha-rs9nz 2 ай бұрын
Nakamaramaza peee😅😅
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 2 ай бұрын
Mbega mwa Burundi mwe , uubuu igihugu cyose , CNDD yose , mwashatse umuhutu muzima yo kura u Burundi mumanga ? Président Ndayishimiye ameze nki lngurube yabwaguye ikabura ibyo irya ica irya ibibwana byayo. Namwe rero Ndayishimiye arabarya aba CNDD nabo kuko abo yanka yarabariye yarabamaze.
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 ай бұрын
Wenyene ubwiwe isoni zivyo avuga zimurimwo
@futuremillionaire450
@futuremillionaire450 2 ай бұрын
Number one, like if you want a reform 😅
@user-kx1hh3fc1v
@user-kx1hh3fc1v 2 ай бұрын
Turagowe nibande gayemwe bonona umutungo wigihugu harigihe tuzosanga ababitukwa ataribo tuzosanga babiriye
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 ай бұрын
Ngo mu Burundi nta mahera babuze yokugura iki....Ngo amahera ni rya nawe. Mu gihugu ca nyuma kw' isi yose.
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 2 ай бұрын
Mutunzebande. Ibirofa. Nimwime nye. Mwiriri. Ubanyu. Nabanyagwandabanyu
@binancerwanda
@binancerwanda 2 ай бұрын
Burundi is really desperate for a change, luv from Rwanda 🇷🇼
@george496
@george496 2 ай бұрын
Muriyo myika 4 yakoreye iki uburundi na na barundi?? Ahubwo natuvireho ntaco atumaliye nagato.
@estaniyongabire9956
@estaniyongabire9956 2 ай бұрын
Urimpumyi ahubwo nawe bagute🙄
@claverniyonzi2334
@claverniyonzi2334 2 ай бұрын
Ndanezerewe kubwo ijambo rya Nyakubahwa ko yavuze neza atavuze nka wawundi...ijambo riruzuye pe lmana imushoboze gushika kwihangiro afise
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂unerewe n'uko rigizente????😂😂😂😂ubwiwe yagize isoni zo kuvuga😂😂😂 uwumuzi iyindi munsi yose😂😂
@MucoJoe-Dassin-ju9up
@MucoJoe-Dassin-ju9up 2 ай бұрын
Président wacu turamwubaha kandi turamwemera uyo akarorero yatanze ntawundi mukuruwigihugu yaribwabikore mwaragutse mukwica igihugu canyu non yarabazibiye mubura Aho mubandanye mwica igihugu cacu banzurabe ivyufise wivye mbega ubona mugenzawe yakoze Nkuko wakoze nawariko atarira kubimanga yahasanze azobifuta dya yonger aze gucungana nabo birikumwe Ubu yagerageza kuko arongoye zanshuri ziyonka bavyita kwigangaguza
@user-yd4rd5jb5i
@user-yd4rd5jb5i 2 ай бұрын
@user-kx1hh3fc1v
@user-kx1hh3fc1v 2 ай бұрын
Aho bigeze canke aho ugezeje igihugu naho umwansi ashaka hageze aho abarundi isinzi basigaye bipfuza ko uburundi bwotuma bwiyomeka kukindi gihugu carico cose bukareka gutwarirwa igiteka
@kingumwami1434
@kingumwami1434 2 ай бұрын
Ijambo ryiza ,son excellence,courage
@juvenalmct71
@juvenalmct71 2 ай бұрын
Jewe saba umukuru wigihugu Arabi mbere kurusha yerekeze igihugu kwiterambere gusa ashirimberibikogwa gusa abarabara namatara namazi ninyibako nziza cane zigezwehoo
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 2 ай бұрын
Ngo indya mu Burundi ni ryanawe,kiretse mu Rumonge barima igiterwa kimwe c' ikigazi, ariko na bo amahera ni menshi ava mu mavuta.
@faridanshimirimana2301
@faridanshimirimana2301 2 ай бұрын
Kuma mamayako iki Kigabo nticumva.
@NduwimanaRichard-yn1be
@NduwimanaRichard-yn1be Ай бұрын
😂
@pranksfunny63
@pranksfunny63 2 ай бұрын
Ukura hehe Inguvu zo kuvuga yuko mu burundi agateka ka muntu kubahirijwe?, kandi n ejo bundi nations unies yaravuze neza, ko isubiriye kugufatira ibihano. Biri kuri Twitter, gushika nubu mu burundi abantu baricwa bazize ico bari😢 canke umugambwe...
@LievinMukeshimana-lo2dk
@LievinMukeshimana-lo2dk 2 ай бұрын
Mukomere kwibanga bavyeyi ntako mutagira mukutwitaha❤
@belloboy6342
@belloboy6342 2 ай бұрын
Uri ikibwa wewe uvula ibintu nkibi
@gelaserukundo2353
@gelaserukundo2353 2 ай бұрын
Iryo jambo ninkiryagashinyaguro
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 2 ай бұрын
Imwaka 4 arakwiranye nivyokozwe! Ucurabako mu mwaka 4 yindi irimbere none uburundi buzoba bugezehe? Est-ce que les résultats, uburundi buzoba bufise. Buzoba bushimishize? Courage notre président,❤ Continuons de former les groupes qui vont vous aider...
@mupatagenerald5009
@mupatagenerald5009 2 ай бұрын
ubu niho ncemerako dufise umukuru wigihugu wikigugu mumateka yisi kabisa, aho kweri urubahuka ukemezako tubayeho neza? urubahuka ukemezako ibibazo turimwo arishetani yaduteye? urekanye nubugugu vyarakunaniye gufata ingigngo zibereye kugirango ubogore igihugu ubogoze abakora nabi upfunge abasuma, ushireho indongozi zibereye utaravye ubwoko nimigambwe, aho urubahuka ngo ubucamanza bwaragiye kumurongo nibibazo abarundi turimwo bitewe nubwo bucamanza? umva nkubwire Prezida Neva rekana nubwo bugugu ufise inzira 2 gusa: 1. fata ingingo zibereye ubogore igihugu, 2. iyambere nimba yanse tanga imihoho uhe igihugu bwana umukuru winama nkenguzamateka canke gervais ndirakobuca, twebwe aba cndd fdd turarambiwe nubwo bugugu bwawe
@heidicafe4485
@heidicafe4485 2 ай бұрын
Uyu mugabo arahaze , mubona yabonako abenegihugu bafite ibibazo koko? Barundi bavandimwe mukaguke . Nkubu wambwira icyo abana buburundi bazira muri congo ? Kobari gushakira ibiryo bano bagabo nka neva , wambwira ukuntu umupaka wurwanda naburundi ufunze uwa congo nurwanda udafunze , uyu arababesha
@OsmanAhmed-mm7js
@OsmanAhmed-mm7js 2 ай бұрын
he is comedian 😂😂😂😂😂😂😂😂
@Princetuyishime
@Princetuyishime 2 ай бұрын
President kuki utavuga kubibazo bihari ? President nambare utarayobora uburundi abarundi baratyaga bararimaga bambaraganeza nikihe gishasha wakoze ? Kuva wajya kubutegetsi ?
@user-rs6nx2zo1l
@user-rs6nx2zo1l 2 ай бұрын
Ivyuvuga birumvikana mugihe vyojamungire. Intererano numva nuko mwogirikigirwe kubakoze ivyaha vyose baba abahunzebose nabafunzwebose komobababarira tugatangura guhana bishasha🙏🙏
@user-oz3cr4sg9u
@user-oz3cr4sg9u 2 ай бұрын
❤❤❤
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 2 ай бұрын
Uyu ni business nago azi gutwara. Kandi nasoni akabivuga 😅 uyu muntu nikumuha umuheto
@OsmanAhmed-mm7js
@OsmanAhmed-mm7js 2 ай бұрын
Eeee I wondered 😂😂😂😂
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 2 ай бұрын
Ati ngwiki? Umupfuko wos ufis inoti? Hhh kuv uje kl zariyongerey inoti ntubeshe kandi courage!
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 2 ай бұрын
Kuki mutitaho avaturage buburundi bishywe ninzara wehiwar biruzuye ntumenya amarura yabaturage😅😅
@panacool978
@panacool978 2 ай бұрын
Abarundi barafise ibyo kurya, n'iterambere ni speed
@Princetuyishime
@Princetuyishime 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-cg7rw9pw8u
@user-cg7rw9pw8u 2 ай бұрын
😢😢😢🤭🤭🤭🙈🙈🔨🔨🔨🔨
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 ай бұрын
😂uburundu bwarahuye n'uruva gusenya kubwa neva niyi njiji yambere ibayeho kuva bubaho😂
@DidasNiyosenga
@DidasNiyosenga 2 ай бұрын
Swenyoko mwubehe ababasumba
@Princetuyishime
@Princetuyishime 2 ай бұрын
@@DidasNiyosenga😂😂😂😂😂😂
@YamunguMuha
@YamunguMuha 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@mugenzieric6530
@mugenzieric6530 2 ай бұрын
ikirofa pumbafu
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 49 М.
Идеально повторил? Хотите вторую часть?
00:13
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 18 МЛН
If Barbie came to life! 💝
00:37
Meow-some! Reacts
Рет қаралды 72 МЛН
Unveiling my winning secret to defeating Maxim!😎| Free Fire Official
00:14
Garena Free Fire Global
Рет қаралды 7 МЛН
🩷🩵VS👿
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 23 МЛН
Menya ubuzima bwaranze Perezida Melchior Ndadaye
11:11
Indundi TV
Рет қаралды 9 М.
Идеально повторил? Хотите вторую часть?
00:13
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 18 МЛН