No video

IMANA YAWE INGANA GUTE by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 85,890

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Күн бұрын

Пікірлер: 254
@LeslieIrakoze-ht7qh
@LeslieIrakoze-ht7qh 2 ай бұрын
Amen Amen ndafashijwe kubwinyigisho za Chris Imana ikwuzuze Mpwemu wera udufasha mubuzima bw misi yose
@bensonfeliazer4296
@bensonfeliazer4296 2 жыл бұрын
Amen, Icubahiro cose kibe icayo ibihe nibihe bitazoshira,Imana ishigwe hejuru nanje ngire musi yinzara zayo👏😭😭😭😭👏,Kandi iyo Mana yaremye ijuru nisi,ibiboneka nibitaboneka igihe umugisha nkuko yabigusezeraniye ntaco mfise noguha kwijambo rincisha bugufi watumwe nayo,iyo Mana nyene nikugire nkuko ubugombe bwayo buri kuri wewe.
@lyduinemunezero1937
@lyduinemunezero1937 2 жыл бұрын
Amen!!,IMANA Ikurinde Impande zose Paster
@JolisIrambona
@JolisIrambona 7 ай бұрын
Chris nyimb harumuntu akurikirana inyigisho muduh jew ndimubamber kuber narabonye ubutunz burimwo murijewe
@NTAKIRUTAIMANASolange
@NTAKIRUTAIMANASolange Ай бұрын
Ntuucha Wrubizi
@shalondainabest3837
@shalondainabest3837 Жыл бұрын
Ndanezerewe cyane mukozi w'IMANA IMANA iguhe imigisha mwinshi
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg Жыл бұрын
Amen ndakiriye kwagura Ndiho abariwe aganza jewe ntaco nshoboye🙏🙏🙏
@yeeyeehtun2874
@yeeyeehtun2874 Жыл бұрын
beshi. bahava. bitobora. umubiri. Amen imbara zawe mana 🙏🙏🙏🙏🙏
@jeremiahjakobo3118
@jeremiahjakobo3118 Жыл бұрын
Amen Imana ishimwe kungabire yaduhaye kugire turonke umuvyeyi mumwemu
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
Amina. Mana yanje nipfuza kwama nciye bugufi imbere yawe kugirango waguke mu buzima bwanje bw 'amasengesho mu mirimo no muvyo wampaye vyose. Kandi Data wame wagura ubuntu buri mu mukozi wawe Chris bwo kutwigisha ijambo ryawe no kudusengera , Amina Ndiho akwongere imigisha muvyeyi wacu Chris urakoze kuduhezagira
@joselyneniyibimpa2613
@joselyneniyibimpa2613 Жыл бұрын
Chriss NDIHO akwongere umugisha
@alicensabimana2137
@alicensabimana2137 Жыл бұрын
🙏👍 Surprise surprise surprise Ndacakiye mwene Mana mwuzukuru wa Aburahamu Isaka na Yakobo 💪💪💪🏇 MPA MPA MPA
@jesusaregood4614
@jesusaregood4614 2 жыл бұрын
Yesu abahezagire cane Kandi Ndiho abakomeze mumirimo yiwe mumukorera ibihe vyosee💪💪
@jonyjonysss9031
@jonyjonysss9031 Жыл бұрын
Hello how
@ragiselijahjean3622
@ragiselijahjean3622 2 жыл бұрын
Oh halellujah, Ninde asa nawe mana?nukuri inyigisho ziradukomeza. Ndiho abahezagire cane
@mutembayirealine5935
@mutembayirealine5935 2 жыл бұрын
Amen,Uhoraho aguhezagire mushumba 🙏🙏
@claudineiteriteka1213
@claudineiteriteka1213 2 жыл бұрын
Hezagirwa mukozi W,lmana iguhumugisha ukudufasha muvyumwuka
@rehemablandina782
@rehemablandina782 2 жыл бұрын
Ameeena ubarikiwe saaaana kwa neno nzuri mtumishi wa Mungu,kwa hakika neno limenibariki na kuniguza,Asante saana may the lord bless you all.
@umutoniwaseachille6870
@umutoniwaseachille6870 Жыл бұрын
Amen hallelujah hallelujah Yehova nganza aguka murijye unyigishe ineza yawe , icyubahiro nicyawe papa
@gaudiosesagitwe3347
@gaudiosesagitwe3347 2 жыл бұрын
Imana yanjye ni Nyirububasha. Ihabwe icyubahiro
@sifasafi3549
@sifasafi3549 2 жыл бұрын
Amen, imana iguhe umugisha Chris
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire Mukozi w'Imana uratwubaka
@nsengiyumvaaderard1622
@nsengiyumvaaderard1622 2 жыл бұрын
Amen amen imana ishimwe nawe uhezagigwe
@bandekoelie8536
@bandekoelie8536 2 жыл бұрын
Mwarahezagiwe narakiye agakiza vyari vyaranse kweri.Ndiho abandany abasiga amavuta
@dukuzimanafrancoisxavierol3645
@dukuzimanafrancoisxavierol3645 Жыл бұрын
Amen umwami Mana nashirwe hejuru mwami ndimusi yibirenge byawe nubwo ndumunyabyaha byahebuje nizeye impuhwe zawe zahebuje
@yeeyeehtun2874
@yeeyeehtun2874 Жыл бұрын
amen imbara zawe mana
@odettesebagisha2332
@odettesebagisha2332 2 жыл бұрын
Amen Amen , Imana yanjye yaguke Ndafashijwe🙏
@SaraP-kw9jz
@SaraP-kw9jz Жыл бұрын
Be blessed 🙏🙏🙏
@njokianni8627
@njokianni8627 Жыл бұрын
Mwarahezagiw mukozi w'Imana
@fidelaharerimana9142
@fidelaharerimana9142 Жыл бұрын
Amen girumugisha warahezagiwe Chris! Dashimiy Imana yabaduhay ibakomeze hamwe nabo bose mufashanya imirimo
@mariatabita6087
@mariatabita6087 2 жыл бұрын
Imana NDIHO Ikomeze Ikwishimire🙏🙏☀️☀️
@nyirampetajoyce4469
@nyirampetajoyce4469 Жыл бұрын
Mana hezagira umukozi wawe Chris na Équipes n'aba Partenaires bose bakorana nawe.Haleluya! Haleluya!
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 2 жыл бұрын
Imana yacu irashoboye gukora ibirengeye ivyo twiyumvira mu bushobozi bwayo muri twebwe 🔥🔥🔥❤️
@amijoella913
@amijoella913 2 жыл бұрын
Hezagirw cne mukundwa w imana🙏🙏
@jacquelineserembe3770
@jacquelineserembe3770 2 жыл бұрын
Uhoraho agukomeze caane yongere akugirire neza numuryango wawe na piyo nabandi bose bagufasha muruwo murimo muhezagigwe caane turabakunda inyigisho zawe mukozi wimana ziratwubaka Uhoraho ahabwe icubahiro ku bwawe.
@delphinekigeme8099
@delphinekigeme8099 Жыл бұрын
amen Imana yanji nini iraguts cane
@irakozedorine7894
@irakozedorine7894 Жыл бұрын
Amen Imana iguhe kuramba
@nadineingabire5930
@nadineingabire5930 Жыл бұрын
Amen Imana yanjye ntakintu nakimwe itabasha kunkorera cg kumpa byose irabishoboye kdi nizeye igitangaza nonaha
@joselyneniyibimpa2613
@joselyneniyibimpa2613 Жыл бұрын
Egooo uvuzukuri IMANA iracinzir jewe narabibonye Ineza y IMANA
@sarasarah2242
@sarasarah2242 2 жыл бұрын
Amen amen uhezagirwe mukozi W, Imana.
@irankunda
@irankunda Жыл бұрын
Amena imana ihabwicubahiro Amena
@emelyneniyonizigiye6617
@emelyneniyonizigiye6617 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen murakoze cane mukozi WI Mana mbipfurije umugisha mwishi cane
@sylvananahimana4873
@sylvananahimana4873 2 жыл бұрын
Munsengere, kukwivyanje vyose nshaka vyuguruke.Mwarahezagiwe
@GerardNyecumi
@GerardNyecumi 3 ай бұрын
Amen yes aguh umugisha
@swsw3394
@swsw3394 2 жыл бұрын
Amen imana niyonkuru
@beatriceirakoze7557
@beatriceirakoze7557 2 жыл бұрын
Amen. Imana ikongere ayandi mavuta
@veritasniyonzima2163
@veritasniyonzima2163 2 жыл бұрын
Amen amen, Imana ishishikare kubakomeza cane
@jesusaregood4614
@jesusaregood4614 2 жыл бұрын
Ameeeeeeeen 💪💪💪💪twaguyeee turavyumvaa
@didacensengiyumva9916
@didacensengiyumva9916 Жыл бұрын
Murakoze kunyigisho nziza
@jonathanmanirambona5196
@jonathanmanirambona5196 Жыл бұрын
Murakoze cane kunyigisho nziza
@francoisntiranyibagira579
@francoisntiranyibagira579 2 жыл бұрын
Hezagirwa hamwe na équipe n'aba partenaires.Alleluaaa!
@mugishajoshua618
@mugishajoshua618 Жыл бұрын
Be bless man of God
@pali3502
@pali3502 2 жыл бұрын
Ameen turahezagirwa cane nuhezagirwe
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 2 жыл бұрын
Amenn Amen urakoze cane
@evelyneziganya9713
@evelyneziganya9713 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha
@MomoMomo-ry2uk
@MomoMomo-ry2uk 2 жыл бұрын
AMENA MENA NANJE MWAMI NJE IMBERE YAWE KUGIRA NAGUKE MUBUNTU BWAWE NOGUCABUGUFI URUWE UWERUWERA UMWAMI NYENINGABO ISIYOSE YUZUYEMWO ICUBAHIRO CIWE .SHOBOZA MWAMI WANJ NGUKORERE 👏
@josephinenyirahabineza7729
@josephinenyirahabineza7729 2 жыл бұрын
Amen 🙏 🙏🙏 Imana iguhire, iguhe umugisha.
@ineschadellanishimwe2147
@ineschadellanishimwe2147 Жыл бұрын
Amen 🙏🏿
@njokianni8627
@njokianni8627 Жыл бұрын
Ameeeeeeen!!Mana mpa gupanura ihema ryawe🙏🙏🙏
@pihamlelengachillepagniou7729
@pihamlelengachillepagniou7729 2 жыл бұрын
Merci mon pasteur mais mon défaut ce que je ne comprend pas la langue que vous parler je regarde seulement
@rubayizadiane3505
@rubayizadiane3505 2 жыл бұрын
Il ya aussi cette emission dans la langue francais.écrit sur le KZfaq Kanguka Francais.il ya bcp des emissions de cette Homme de Dieu tu va choisis
@nyotastella5802
@nyotastella5802 2 жыл бұрын
Amen mukozi wimana
@oscarndahinyuka6601
@oscarndahinyuka6601 2 жыл бұрын
Imana ikongerere amavuta
@yolo._96
@yolo._96 Жыл бұрын
IMANA izoguhe iheezo ryiza
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 2 жыл бұрын
Amen amen uhezagirwe cane
@agnesn.7133
@agnesn.7133 Жыл бұрын
Nous avons la chance d'avoir un Prédicateur comme Chris Ndikumana, parce que c'est quelqu'un qui donne uniquement la parole de Dieu et qui ne perd pas son temps à juger les autres et qui ne regarde pas la paille qui est dans l'œil de l'autre.
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 2 жыл бұрын
Aminaaaaaa haleluyaaaaa bressed
@marieniyingeneye5880
@marieniyingeneye5880 2 жыл бұрын
Ameeeeeeen cane
@mdoman5229
@mdoman5229 Жыл бұрын
Amen🙏🙌
@mdoman5229
@mdoman5229 Жыл бұрын
Amen🙌🙏🤷‍♂️
@umurazajosephine3923
@umurazajosephine3923 2 жыл бұрын
Amen,Amen Uinuriwe mtumishi wa Mungu
@egiderichard1053
@egiderichard1053 Жыл бұрын
Amen paster
@XXx-cp5mt
@XXx-cp5mt 2 жыл бұрын
Mwarahezagiwe imana igume ibarinda nu muryango wawe mugume muronka imbo muduha
@beatricenshimirimana1759
@beatricenshimirimana1759 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha knd igukomeze ikongere inkomezi amen
@azizabusime437
@azizabusime437 Жыл бұрын
Amen Amen Amen Amen Amen 🙏 🙌
@DonKerein-Iriho
@DonKerein-Iriho Ай бұрын
Be blessed❤❤✨✨💫💫🌷🌷
@mukeshamaria2603
@mukeshamaria2603 Жыл бұрын
A Very BIG GOD
@greashgreahes6291
@greashgreahes6291 2 жыл бұрын
Amen Amen Muhezagirwe
@ntagoramaboniface8326
@ntagoramaboniface8326 2 жыл бұрын
Mwami Mana agura nongere nkubone kuko urakomeye ndabizi
@AliHassan-ui8sn
@AliHassan-ui8sn 2 жыл бұрын
Amen Amen Muhezagirwe 🙏
@mujulienne6488
@mujulienne6488 2 жыл бұрын
Nanje naronse surprise y'Imana
@alinekubwimana3174
@alinekubwimana3174 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen Amen Imana iguhezagire
@mariekaluya6496
@mariekaluya6496 3 ай бұрын
Amen Amen papa
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 Жыл бұрын
Amen amen 🙏 🙌 👏
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 2 жыл бұрын
Yesu atubabarire adufashe cane 🙏
@ntakirutimanacharlotte4969
@ntakirutimanacharlotte4969 2 жыл бұрын
Imana ishimwe kubw'iri jambo.Amen
@maryline4662
@maryline4662 Жыл бұрын
Amennnn amennnn amennnn
@ndayizeyelucie2776
@ndayizeyelucie2776 Жыл бұрын
Aleluya aleluya amen
@victoirenshimirimana1876
@victoirenshimirimana1876 2 жыл бұрын
Amen🤲🤲 muhezagirwe
@mimitv3059
@mimitv3059 2 жыл бұрын
Amen Amen
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 2 жыл бұрын
Ntakintu na kumwe gihagarika ikiganza ca Ndiho!!! Dupanure 😂
@bukeyenezagerardine5249
@bukeyenezagerardine5249 2 жыл бұрын
Amen ndaguye mwizin rya yesu
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 2 жыл бұрын
Amen amen
@irakozeyves9201
@irakozeyves9201 Жыл бұрын
Amen Amen Amen
@fleuryndikumana2679
@fleuryndikumana2679 Жыл бұрын
Amen amen🙏🙏
@mutesibella1437
@mutesibella1437 2 жыл бұрын
amen
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 жыл бұрын
Amen Amen Mana
@maombinyamwiza5879
@maombinyamwiza5879 2 жыл бұрын
Yesu
@mukakwerannyirabuhije3507
@mukakwerannyirabuhije3507 2 жыл бұрын
Amen
@mariannenyiranazemonie6484
@mariannenyiranazemonie6484 2 жыл бұрын
God bless you 🙏
@nevitadam3978
@nevitadam3978 2 жыл бұрын
Imana igirire imbabazi impe gucabugufi
@nathanaelnimbona8348
@nathanaelnimbona8348 11 ай бұрын
Ndahimbawe
@SunMoon-rn8fn
@SunMoon-rn8fn 2 жыл бұрын
Amen hezagirwe pasteur
@christineteganeza7447
@christineteganeza7447 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏
@julienne5788
@julienne5788 2 жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@salima7729
@salima7729 2 жыл бұрын
Anen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
GPS YA NDIHO by Chris NDIKUMANA
59:09
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 40 М.
Ibintu bitanu bizibira amasezerano  By Chris Ndikumana OTTAWA 2017
2:01:21
Chris Ndikumana
Рет қаралды 379 М.
Ik Heb Aardbeien Gemaakt Van Kip🍓🐔😋
00:41
Cool Tool SHORTS Netherlands
Рет қаралды 9 МЛН
ISSEI & yellow girl 💛
00:33
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 23 МЛН
КТО ЛЮБИТ ГРИБЫ?? #shorts
00:24
Паша Осадчий
Рет қаралды 2,2 МЛН
NTA DENI NDIHO AGUFITIYE by Chris NDIKUMANA
1:03:44
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 81 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 11/2/2023 by Chris NDIKUMANA
34:15
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 24 М.
SUZUMA MOTIVATION Y'UMUTIMA WAWE_Prophet Bruce_Le 16/06/2024
53:11
Emmaus Glory Church Burundi
Рет қаралды 239
KUGENDERERWA NA NDIHO by Chris NDIKUMANA
57:09
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 94 М.
INGINGO NGEDERWAKO by Chris Ndikumana
1:02:42
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 7 М.
AMBARA EFODI YAWE (PORTE TON EPHOD) by Chris Ndikumana DALLAS 2019
2:05:43
Chris Ndikumana
Рет қаралды 159 М.
IKIGANZA C'IMANA by Chris NDIKUMANA
58:35
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 31 М.
FATA YERIKO YAWE by Chris Ndikumana EDMONTON 2018
1:51:09
Chris Ndikumana
Рет қаралды 120 М.
URUKUNDO RW'ISI by Chris NDIKUMANA
58:33
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 58 М.
Ik Heb Aardbeien Gemaakt Van Kip🍓🐔😋
00:41
Cool Tool SHORTS Netherlands
Рет қаралды 9 МЛН