Tu es un juste homme! Je suis au Canada comme toi , wavuze ukuri !
@toussaintnkurunziza36708 ай бұрын
Amen amen ikiganiro ciza gose umumbwirire pastor Diamond uti ni Toussaint mwakinana basket ndashima gose sagesse yiwe Imana imuhezagire n' Isimbi tv imyaka yose !
Uzaze Muri Winnipeg Manitoba. Utwigishe. Gukorana. Ni bihugu byachu. Sabe. Kuberiki utaraza. Muri. Winnipeg? Please let us know when you gonna come in Winnipeg MB. I'm here for 23 yase and I never see you guys came over so let me know what is cost to make sure you guys. You can help people from Winnipeg Manitoba.
@bankyolusegun37168 ай бұрын
That's true Ukuri kuzuye rwose
@mercijesus87328 ай бұрын
Pasteur aratabara cyane rwose agira urukundo
@AaAa-dt8mp8 ай бұрын
Noma sana barabure muzehe 😢😢😢😢😢
@NYANDWIINNOCENT-lh7ro8 ай бұрын
Yesu aguhe umugisha Senior Pastor, turagukeneye dukeneye inama mu murimo wi Imana, twamubona kuzihe adress
Sabin urakoz cane, naheruka Diamond kera, mugabo yashaj kandi adakuz cane. C’est la sagesse peut etre. Big up mr paster Diamond.
@vanessalee36718 ай бұрын
Naje nivyo mbona...
@mercijesus87328 ай бұрын
Afite umugore mwiza cyane ukili muto uva muli familles ya ba boss cyane
@NdimuLyne-be4nf8 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@dorotheuwamaria51078 ай бұрын
Wowouuuu 888K SUBSCRIBE 👏👏👏💋💋❤
@gatetejunior7078 ай бұрын
Nduwambere
@belyseakimana76708 ай бұрын
Uvuze ukuri pe
@niwemugeni8 ай бұрын
Ako kantu: peu importe igihugu nobamwo ntigikuraho ko nkunda iburundi kandi ko ari wacu 👌 uyu mu invite arakukwiye kuja kwa siren vibes tv ubahe témoignage yukuri nziza ... vyoba ari vyiza😊
turamwakiriye mu muryango w'isimbi uri inshuti nziza❤uwiteka aguhe umugisha
@gatekagretta3868 ай бұрын
Uyu mu papa afise uburwaneza vt no ku maso biragara ko arumunt afise ubumuntu nurukundo Yesu ukorera akomeza kugusiga ishusho yiwe nokukwagura mu murimwo wiwe abakuzengurutse baze bakubonemw ineza yiwe
Oya rwose ntago caguwa ariyabapfuye Hano hose niko bimeze buri mwaka kenshi nukuyishyira muribyo bisanduku.
@Itsme-lq7rx8 ай бұрын
Uri umuhanga kabisa
@AugustinMukarage-qs4tx8 ай бұрын
Uwo mugabo Mugisha ni umugabo avec M " majuscule" Ibintu avuga nibyo ni ukuri kwambaye ubusa.Hano mu gihugu se ntitubibona !! reka uzarebe muli commentaires ukuntu abadiaspora bazamwahuka!!!!.Kazi ni kazi nkuko ya programme ibiv uga.
@mutagandamutoni32698 ай бұрын
Nonese imodoka za occasion bohereza afrika zo iyo nyirayo apfuye ntimwayiyigura😂