Yago Imana iguhe umugisha uyivako. Irazi ibikubereye. Mon coeur rempli de joie immense. Abatumirwa bawe que l éternel tout puissant continue de les utiliser beaucoup. I thank you God for your blessings. To hear what words come from Habiyaremye I praise Lord. Avuga Imana azi itari imwe batwigishije. Je manque de mots. Ndabakunda mwese.
@xenabizindavyi6414 Жыл бұрын
Iyi topic ya Yago wagira ngo yar yabonye ibyo bazakora 😅😅
@totokoko59232 жыл бұрын
Nukuri Gafaranga ibiganiro vyiwe sinahora nkunda kubiraba kuvaho narinararavye serie ya Gatarina bivanye na rôle yarafisemwo yokwescroka abantu namubona nkumva numubeshi kumbe arimwo Imana nukuri sinarinziko afise impanuro zirenze gutyo komereza ngaho papa knd pardon kukuntu nakwiyumvira impanuro utanze zirarenze pe much love from Burundi
@aloys22992 жыл бұрын
Gusa gafaranga ✔️ uvuga ukuri kwawe Niko kwemerera ✔️
@akayezujeandedieu74502 жыл бұрын
Gafaranga agenda aba umuhanga cyane uko iminsi yicuma
@pascalhakizimana86842 жыл бұрын
Yago, ndagukunda, Imana iguhezagire cane, iki kiganiro catumye mpindura igitekerezo kitari kizima cari kimaze imisi kindaza nkanura! Gafaranga, niba ata gitabo arandika, ndumva yafashwa akazandika kugira even after him, his philosophy could remain! May Jah Bless you guys!
Good 😊 eye 👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀👀
Nubundi iyi couple niyo yange, afite ibitekerezo bizima ni abahang👌
@ndayisabaclovis11262 жыл бұрын
Sinarinzi ko gafaranga atuje bigeze hiyo.courage gafaranga
@cityhunterchoi47102 жыл бұрын
Gafaranga urumuhanga kbs ndakwemera cyane
@cityhunterchoi47102 жыл бұрын
Imana ishimwe cyaneeeeeeeee kandi Data watwese abahereze umugisha
@patrickntamutoni24078 ай бұрын
mbega uburyo Gafaranga arumuhanga weee
@kingmcland73002 жыл бұрын
Yagoooo ....waduhaye utundi tuganiro twa ISSA new boy ...aratsa byasana ngwigumi ziraturika,ngo Kd ntibemerewe kumfakinga ngo kumfakinga bisobanuyiki batarame eeyyy....ngurikunva....
@kaitesifrance46532 жыл бұрын
Yago nkunda ko wumva ibintu nkibyanjye, hari abantu bakomeye tukiri kumwe ariko tutazi. Gafaranga,NiyO Bosco, Yago, ......