Indirimbo za chorale gihanga

  Рет қаралды 38,423

Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro

Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro

Жыл бұрын

indirimbo ifasha umutima
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
/ @gospelofpeacetv3
kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
AGAKIZA NAKABANTU BOSE
NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
YESU ARAHARIRA IVYAHA
UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA

Пікірлер: 29
@boscosingira7073
@boscosingira7073 8 ай бұрын
Yesu ashimwe.Ndi umunyarwanda:Izi ndirimbo ziranshimishije cyane.Imana ibahe umugisha❤❤
@oswardbanda315
@oswardbanda315 7 ай бұрын
Iman ibah umugish
@mauricendayishimiye3102
@mauricendayishimiye3102 8 ай бұрын
My favorite songs
@user-nr7pp6bo2w
@user-nr7pp6bo2w 10 ай бұрын
Imana ibongere amavuta
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 9 ай бұрын
Very nice songs. Thanks guys!
@DesireYamuremye-he5yy
@DesireYamuremye-he5yy 9 ай бұрын
Yesu abandanye abasigamavuta
@byiringironelson4458
@byiringironelson4458 9 ай бұрын
Uwiteka abakomeze cyane
@user-gv6rx3qd6e
@user-gv6rx3qd6e 10 ай бұрын
Yesu abagurire ingabire yashiz muri mwebw
@user-jc3ff5ns9z
@user-jc3ff5ns9z 9 ай бұрын
yesu abahezagire
@user-nh1jo1yw6z
@user-nh1jo1yw6z 5 ай бұрын
Imana yomwijuru idakiranirwa ibampere umugisha
@barikimatabishi3544
@barikimatabishi3544 Жыл бұрын
@fabricebayisenge9094
@fabricebayisenge9094 Жыл бұрын
Muhembura imitima ishonjee!! Imana Ibibahezagirire
@RichardNgendakuriyo-qk3oq
@RichardNgendakuriyo-qk3oq 25 күн бұрын
Imana Ishimwe
@user-zd1cf4ow1f
@user-zd1cf4ow1f Жыл бұрын
Imana.ibonger umugish
@RichardNgendakuriyo-qk3oq
@RichardNgendakuriyo-qk3oq 2 ай бұрын
Amen
@patrickdaras5913
@patrickdaras5913 9 ай бұрын
Ndabaramukije kuberiki gihanga yacu itigeza ikora indirimbo imwimwe vyibura ngo izishire muzibona kwel
@NestorHabarugira-wp1ol
@NestorHabarugira-wp1ol 3 ай бұрын
imana ihezagire abanyagihanga imana yomwijuru izobampere ijuru
@user-sd3tm7vg5u
@user-sd3tm7vg5u 7 ай бұрын
Amen amen yesu abongere inkomez bene data
@user-nk4zl2eq2z
@user-nk4zl2eq2z 7 ай бұрын
Muhezagirwe cn Imana ibandanye ibahangaza
@user-yf6tm5wd3k
@user-yf6tm5wd3k Жыл бұрын
Yesabah umugis
@innocentndayiragije1151
@innocentndayiragije1151 5 ай бұрын
Amashengero meshi yataye agakiza birigwa bariza ibitagira umumaro canecane amashikanwa yesu mukwiza ntamashikanwa yijyeze ziza yabwirabantu kwihana
@innocentndayiragije1151
@innocentndayiragije1151 5 ай бұрын
lmana ibahezagire muriribaneza indirimbo zimpemu zikikibwira abanyataha kwihana umukama mukomeze mumusabe inkomezi mubwirize abanyabyaha. Bababo mwishengero nabatarumva ubumwa bohanze
@user-qn3hy8pw3r
@user-qn3hy8pw3r 10 ай бұрын
Mwubahwe
@user-nh1jo1yw6z
@user-nh1jo1yw6z 5 ай бұрын
Bsr? Izindirimbo ndaye ntazunvise ndara nabi zirankomeza Kandi zikanvura ibikomere nagiriye igihamga murukaramu
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 Жыл бұрын
Amina
@ElieNiyibizi-pl7bn
@ElieNiyibizi-pl7bn 8 ай бұрын
Amen
@NdayongejePierre-qf7wy
@NdayongejePierre-qf7wy Жыл бұрын
Amen
@ElieNSENGIYUMVA-un1py
@ElieNSENGIYUMVA-un1py 11 ай бұрын
Amen
@pascalirihose1999
@pascalirihose1999 9 ай бұрын
Amen
Indirimbo za chorale ya 2 yo mwishengero rya Pentecôte kamenge
35:11
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
Рет қаралды 3,6 М.
Chorale Pentecotiste de l Universite du Burundi
32:03
Richy
Рет қаралды 87 М.
Идеально повторил? Хотите вторую часть?
00:13
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 11 МЛН
Can A Seed Grow In Your Nose? 🤔
00:33
Zack D. Films
Рет қаралды 30 МЛН
SPILLED CHOCKY MILK PRANK ON BROTHER 😂 #shorts
00:12
Savage Vlogs
Рет қаралды 8 МЛН
Jumping off balcony pulls her tooth! 🫣🦷
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 28 МЛН
SANASANA IGICANIRO UMURIRO UBONE KWAKA/pasteur salvator
1:15:24
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
Рет қаралды 357
TWARAKUBONYE By Patrick NZABAKIZA (IGISIRIMBA / UMUKUNGA Video)
18:02
Nzabakiza Patrick
Рет қаралды 1,3 МЛН
INDIRIMBO 16 ZA VUMILIA UKO ZIKURIKIRANA.
1:09:11
VUMILIA OFFICIAL
Рет қаралды 211 М.
Кто из девушек быстрее печатает?
0:58
Вы так любезны
0:16
KOTVITSKY
Рет қаралды 4,6 МЛН
Смотреть до конца!
0:19
Привет, Я Ника!
Рет қаралды 2,3 МЛН