Intahe itangaje cane kandi ibabaje ya Pasteur Eric CITEGETSE kwinjira mugipolisi bikanka||kwirukanwa

  Рет қаралды 6,204

Magic Channel TV

Magic Channel TV

Ай бұрын

Пікірлер: 26
@MichelineBucutibwImana
@MichelineBucutibwImana Ай бұрын
Imana ijye ikuba hafi kubwa mageragezwa ugenda uhura nayo kubwamajambo mabi bakuvugako kandi igiti cama nico gitegwa amabuye
@IrankundaFulgence-i4o
@IrankundaFulgence-i4o Күн бұрын
nanje nafashijwe cane imana imujimbere can
@Innocentciza
@Innocentciza Ай бұрын
Ukwuri kwuzuye caane respect
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d Ай бұрын
Ndashimye ico kintu co kwakira abana b'impfuvyi , Imana ize ibiguhembere.
@JoselyneMunezero-oe9gs
@JoselyneMunezero-oe9gs Ай бұрын
Egooo urugo nibanga sha paste mwirinde imanza
@christian-Bsb
@christian-Bsb 17 күн бұрын
Woauh
@ndikumasabodiegovevo9091
@ndikumasabodiegovevo9091 Ай бұрын
Chimamanda ungurane wawundi araj kuri youtube
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 Ай бұрын
Pastor uvuze ko urugo womengo ni ibisanzwe kumukozi w’Imana,uvuga ko ntakibagera kubijanye b’urugo Timotro 3:1-6 havuga ngo Timotheo 3:1-6 BHN - Neno hili ni la kutegemewa: Mtu yeyote akitaka kuwa mwangalizi anataka kazi iliyo nzuri. 2 Kwa hiyo ni lazima mwangalizi awe mtu asiyelaumika, mume wa mke mmoja, mtu wa kiasi, mwenye kiasi, mtu wa heshima, mkaribishaji wageni, awezaye kufundisha, 3 asiwe mlevi, mtu wa jeuri bali mpole, asiwe mgomvi, asiwe mpenda fedha. 4 Anapaswa kuisimamia nyumba yake mwenyewe vema, kwa ustahivu wote akiwaweka watoto wake kutii, 5 maana ikiwa mtu hajui kuisimamia nyumba yake mwenyewe, atalitunzaje kanisa la Mungu? 6 Hapaswi kuwa mwongofu wa hivi karibuni, la sivyo anaweza kujivuna na kuanguka katika hukumu ya Ibilisi.
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq Ай бұрын
Nguy uwavuz ko buca azana Chimamanda Buja. Asigur icatumye acafu... ishengero😅😂
@claireinamahoro1593
@claireinamahoro1593 Ай бұрын
Marie na Joseph baragiye muri Etat Civil
@Musabirema949
@Musabirema949 Ай бұрын
Sha n'ubundi uracyari umu mislman kabisa
@landryhagerimana-nv6ec
@landryhagerimana-nv6ec Ай бұрын
Eric uciye untera amakenga kuk ukwisonzesha c biblique!!!
@alphonsinendayikengurukiye9005
@alphonsinendayikengurukiye9005 Ай бұрын
Umuntu wese agira uko yisozesha
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 Ай бұрын
​@@alphonsinendayikengurukiye9005mumbwirire.abantu bose ibintu babifata mumubiri.kwisonzesha nyako s uguheba kurya n ukunywa..ariko n ugufasha n ukwitaho impfuvyi n abapfakazi
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm Ай бұрын
Reka nandikire chimamanda moses aze Kuraba iyo interview 😂😂😢😂😂
@ifkarangaofficial644
@ifkarangaofficial644 Ай бұрын
Ubu musilma buracakubereye subirayo ureke kuyovya abantu
@MichelineBucutibwImana
@MichelineBucutibwImana Ай бұрын
Ariko mwaretse gucira Imanza abantu Imana yonyene kwariyo mucamanza kwImana kwariyo Imenya umuntu kandu itaraba nkuko abana babantu tureba
@nadineingabire887
@nadineingabire887 Ай бұрын
Ego disi ndakuzi mukanyosha no kuri C sk imbere yanje hew ndumiwe ningene wamengo uratekereza yesu ashimwe wakijijwe
@allan777able
@allan777able Ай бұрын
Unwe mu ba Pasteur bakomeye!!!! Umu Pasteur akomeye ameze gute?????
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d Ай бұрын
Ndagusavye uzonsengere n'ukuri,jewe narabuze umusenzi w'ukuri sindigera mva hahandi kweri uzoba ukoze.
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 Ай бұрын
Iga kwisengera.va kubantu
@NaweWobaho
@NaweWobaho Ай бұрын
Ncuti yanje uzoba déçu niwazunguruka Muma eglise.guma ahuri hama u some bible cane Imana izokwigisha igikwiriye
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 Ай бұрын
@@NaweWobaho mumbwirireee.
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d Ай бұрын
@@NaweWobaho merci beaucoup
@IrankundaFulgence-i4o
@IrankundaFulgence-i4o Күн бұрын
nanje nafashijwe cane imana imujimbere can
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 39 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 78 МЛН
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 75 МЛН
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 39 МЛН