Uwu mudamu ntarugo yoshobora kk afise amanyama menshi. Ntamuntu w'umugabo boshoboka. Apparemment, elle très orgueilleuse. Bose barahukana ariko uwu nawe vyari ngombwa vrt
@lindakaka1754 Жыл бұрын
@FBI Stop abuse. Azabona indi bashobokanye. Ashobore Juba yarazize ko ari umu mana forte. Abagabo bakunda abagore bibi juju!! Ubwira ngo simbuka bakagusubiza ngo haresha gute atakubajije nimpanvu agomba asimbuke. Ba mama mwiza agaciro.
Mbe basha ko abagabo ko ARI abana babi?nkico ki maman bagihoye iki?cank yishinga dose abura gukora umuti.nunvise umenga uriko uratinya imbeho.muhe Gaël numéro twishikire twebwe twishakira urugo rurimwo urwana rwiza nkurwo.
@francescafrancesca8901 Жыл бұрын
Reka ncuti wibaza ko uyo mugabo wiwe wewe atari amukeneye. Ubwiza burahenda ntimuzimire. Hari uwaririmvye ngo " kurongora umugore w'inzobe ni nko gutera igiti c'umucungwe kw'ibarabara." N'amabanga ya benevyo.
@lydi791 Жыл бұрын
@@francescafrancesca8901 🤣🤣🤣🤣
@hliane2645 Жыл бұрын
Ariko uyu mugore nta ntahe nimwe yatanze ntiyashatse kuvuga ibintu vyamushikiye yemeye kugira ikiganiro agomba kuba open akabivuga vyose yishinze kuguma atwenga . Uko siko abandi batanga intahe .
@cappucinella9120 Жыл бұрын
Arazi ko ari kukibugu bose barindiriye irya avuga ngo bongere bamukomeretse, yaguma akivuga, sinabaza ko ari prête, biracari bishasha, mu ntwengo yiwe harimwo mal être, ntariko aratwenga ari obligée kubibamwo, arihagararako kuko sinibaza ko yoroherewe
@hliane2645 Жыл бұрын
Je te comprend ma chère mugabo mugihe atari prête acabanza akareka gutanga interview akarindira genda kuri chaine yo kukayi urabe intahe Françoise aherutse gutanga ucutahura igituma navuze guco kuberako harabantu benshi bahabwa inguvu yokuva mungo barimwo bivanye nivyo bumvise kubandi .mais ici la dame a fais k passer à côté du sujet et rigoler tout le temps