No video

Umurumdikazi Aba Muri America Aduhaye Intahe Iteye Ubwoba Yabonye Umudayimoni wikigabo Munzu yiwe

  Рет қаралды 4,215

Nickotv Plus

Nickotv Plus

Күн бұрын

#Nickotv Plus #Burundi
🔎KZfaq Video Ya Manifique 👇🏻
⏯️ • Would You Date A Virgi...
📌Uyu Mwigeme Amaze Imyaka 17 Mugihugu ca amaerica yahageze afise imyaka mike cane hagati yi 5-6 Niyompamvu niyo mpamvu Muriyi Video Mwakomeje Kumva Ururimi Rw'ikirundi rumugora ariko yagerageje
📌murivideo avuga neza na neza ukuntu yageze muri america aca yikura kubavyeyi biwe ari kumwe na mukuru wiwe bakurikirana , baca bahitamwo kuba abana bibirara mukiringo cimyaka itari mike ishika 10
📌nyuma yaho uyumwana yuguruye umurongo wa KZfaq imuzanira umusaruro mwinshi cane bituma agira umushiha wamahera yibagira Imana yayamuhaye yibagira abafana bamufashije kuyaronka arayinezerezamwo kugeza aho haziye Ingwara ya Covid19 Bituma Imbuga ziwe zitakaza agaciro ntiyasubira kuronka amahera yahora aronka kandi ico gihe yari yamaze gukotesha inzu yuburaro izimye cane bica bituma asubira munzu iciriritse kubera ayo mahera atari akiboneka ivyo vyose vyamuciye intege ahitamwo kunywa ibiyayura mutwe hamwe ninzoga
📌nyuma yaho atangura gukundana nabahungu yavuzeko bari nkamashetani bafise ibirozi, igihe kimwe yatewe numudayimoni utangira kwiyita ko ari umugabo wiwe
Iyi yari iNcamake ushaka kumenya vyinshi biri muriyi Video !!!
• Video
_______________________________________________________________________________
NIWABA UFISE AMAKURU WIPFUZAKO TWOGEZA KUBANDI TURONDERE KURI NUMERO IKURIKIRA
Ngabo Hamissi
+25761320806
____________________________________________________________________________________
*Contact Informations :
Gmail: nickojunior101@gmail.com
Facebook: NickoTv
Instagram : Nicko_tv_ent
or Nickojunior_Official
__Kama Unawazo Ama Shida Usisite Kutuandikia Tuko 24/7 open _______________________________________________________________
Please feel free to donate to our Team we are looking forward to improve our equipments for better serving you good quality of Videos but we would like your support it'll be appreciated . Support anything will help by using our Paypal account the link down below
www.paypal.me/...
_____________________________________________________________________
_____________________________________________________________________Pay NickojuniorBjmusic using PayPal.Me
Go to paypal.me/NickojuniorBjmusic and type in the amount. Since it’s PayPal, it's easy and secure. Don’t have a PayPal account? No worries. Getting one is fast and free.
paypal.me
____________________________________________________________________
____________________________________________________________________
And please remember to Subscribe to Our channel and remember to turn on your notification by clicking the bell so you dn't miss any video we post almost everyday
and thank you thank you so much you are so supportive
---- / @nickojunior
................................................................................................................
Facebook: / nickojuniormusic
................................................................................................................
Instagram: / official_nickojunior
................................................................................................................
Twitter: / nickojunior1
................................................................................................................
Snapchat: nickojr_music
2nd Snapchat: gadinsabimana
................................................................................................................

Пікірлер: 264
@NJS-Sports
@NJS-Sports Ай бұрын
Imana imuhe gukir vuba ndagikurikirany cose antey kumwipfuriz gukir vuba akorer Imana cane akomey Ndamukunze bivanye nivyiyumvir vyiwe Ndagusabiye kuri Rurema imumfashe akire vuba cane ndumv ankozeko cane
@Bellairadukunda
@Bellairadukunda Ай бұрын
{Imana irakunda abarundi n'uburundi❤❤} Iyo nkuru y'igishetanii umengo iratahuritse ahubwo nuko vyamugoye kubisigura Ark Nibintu biri spirituelle
@EdrickDushimirimana
@EdrickDushimirimana Ай бұрын
Imana iradukunda Uburundi nabarundi
@BernadetteNyampinga
@BernadetteNyampinga Ай бұрын
Imana ikurinde Magnifi.tuzohora tugusengera nkwifurije kumeny'Imana vyukuri
@solangeirakoze1940
@solangeirakoze1940 Ай бұрын
Imana irakunda Uburundi nabarundi
@EdrickDushimirimana
@EdrickDushimirimana Ай бұрын
Peace and love
@Kingbruce60
@Kingbruce60 Ай бұрын
Imana irakunda abarundi n'uburundi
@DonatteUWIMANA
@DonatteUWIMANA Ай бұрын
Imana Irakunda Abarundi n'Uburundi
@IgiranezaOlivier791
@IgiranezaOlivier791 Ай бұрын
Imana irakunda uburundi n'abarundi
@nshimirimaorestine4748
@nshimirimaorestine4748 Ай бұрын
Imana irakunda Abarundi n'Uburundi
@Ntirampebaer
@Ntirampebaer Ай бұрын
Ok ok nicka na magnifique muduhaye ikiganiro ciza cane
@NdayizeyeVianney-et3rr
@NdayizeyeVianney-et3rr Ай бұрын
Iman irakunda abarundi n, burundi
@desirehabogorimana5542
@desirehabogorimana5542 Ай бұрын
Imana irakunda abarundi n'Uburundi🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏
@elvisndayishimiye9682
@elvisndayishimiye9682 Ай бұрын
Imana Irakunda Abarundi n'Uburundi❤❤
@chrispainbigirimana1812
@chrispainbigirimana1812 Ай бұрын
Imana irakunda uburundi nabarundi👌
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup Ай бұрын
Wongiranteee😊😊
@BlaiseNdayongeje-wk6uj
@BlaiseNdayongeje-wk6uj Ай бұрын
Imana iradukunda abarundi n'uburundi🇧🇮
@JoshuaCitegetse
@JoshuaCitegetse Ай бұрын
Good
@willymugisha1904
@willymugisha1904 Ай бұрын
Imana irakunda burundi n'abarundi
@nduwimanainnocent3882
@nduwimanainnocent3882 Ай бұрын
Imana irakunda uburundi
@IsaieOg-zj1yn
@IsaieOg-zj1yn Ай бұрын
Imana ikunda uburundi nabarundi
@user-se6ge3ed9f
@user-se6ge3ed9f Ай бұрын
Imana irakunda uburundi n'Abarundi
@HervinManirakiza-to8ci
@HervinManirakiza-to8ci Ай бұрын
Imana irakunda abarundi nuburundi
@kennycampel
@kennycampel Ай бұрын
Imana iradukunda abarundi n'uburundi
@krees-gray
@krees-gray Ай бұрын
Thanks Sana
@user-br7sn7xi4w
@user-br7sn7xi4w Ай бұрын
Imana Irakunda abarundi N'uburundi
@IrakozeOfficial-io7ek
@IrakozeOfficial-io7ek Ай бұрын
Imana ikomeze igufate mukobwa wayesu lmana izakugira neza cyane 🙏🙏👌
@widamagic
@widamagic Ай бұрын
Imana irakunda abarurundi nuburundi
@CGC22
@CGC22 Ай бұрын
Imana irakunda abarundi n'Uburundi
@egidenduwimanabaharia9104
@egidenduwimanabaharia9104 Ай бұрын
Mpuza nuwo mukobwa Nicko ndumvako yaciye i tanzania,Sha namazeyo igihe kinini ndindiy ko nanje noza hiyo,ariko vyarangiy vyanse.tunaitaji sapoti ninyi mliofanikisha kufika uko ili na sisi tusogeze maisha.
@solangeirakoze1940
@solangeirakoze1940 Ай бұрын
Imana irakunda Uburundi nabarundi bose
@minanieric2141
@minanieric2141 Ай бұрын
Imana irankunda abarundi n'uburundi
@directorsosoblack22
@directorsosoblack22 Ай бұрын
Thank you for this Interview N icko Junior 29:02
@Nickojunior
@Nickojunior Ай бұрын
@@directorsosoblack22 you are most welcome
@nzoyikorerajoseph6402
@nzoyikorerajoseph6402 Ай бұрын
Imana irakunda abarundi
@kingabracadabla4277
@kingabracadabla4277 Ай бұрын
Kabisa 💪🏻 urikubikoraneza nicko Junior wubahwe
@Morningstar-s9b
@Morningstar-s9b Ай бұрын
Merci beaucoup 👏❤️
@diellandayizeye-o1q
@diellandayizeye-o1q Ай бұрын
Imana irakunda ABARUNDI n'UBURUNDI
@kennycampel
@kennycampel Ай бұрын
Nicko uyu mukobwa sinarinzii ko womutuzaniraaa 😮 big up ✊🏾
@Nickojunior
@Nickojunior Ай бұрын
Amen amen 🙏
@KELLYLELEADER360
@KELLYLELEADER360 Ай бұрын
Thank you nanje ngira nzoteba nshikirwe
@BernaBijonya
@BernaBijonya Ай бұрын
Wow 😲 iki kiganiro ndacumvise COSE my brother kirafasha kiraryoshe
@HonestFulgence
@HonestFulgence Ай бұрын
{Imana irakunda abarundi N'Uburundi}
@drchrisjr
@drchrisjr Ай бұрын
❤❤❤
@RegisNdayihimbaze
@RegisNdayihimbaze Ай бұрын
Imana irakunda Abarundi n'Uburundo
@ni-adaprincia
@ni-adaprincia Ай бұрын
IMANA irakunda abarundi n'Uburundi
@InnocentNduwimana-br1lj
@InnocentNduwimana-br1lj Ай бұрын
Imana ikunda abarundi🔥
@amirbainochalif7326
@amirbainochalif7326 Ай бұрын
Imana iradukunda uburundi na barundi
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup Ай бұрын
Imana irakunda abarundi❤
@rivuzimanaelicom
@rivuzimanaelicom Ай бұрын
Imana irakunda UBURUNDI n'abarundi🎉❤
@user-br7sn7xi4w
@user-br7sn7xi4w Ай бұрын
Nukurii Nicko wubahwee kubintu vyamatekaaa
@NshimirimanaRenovat-ux2wl
@NshimirimanaRenovat-ux2wl Ай бұрын
wubahwe NICKO
@GladysNasagarare-tq9iu
@GladysNasagarare-tq9iu Ай бұрын
Iman irakunda uburundi nabarundi
@rivuzimanaelicom
@rivuzimanaelicom Ай бұрын
Nawewe Nicko uzokizwe ndumva agiye akubwiye ubutumwa ❤
@PrinceSam-ogan
@PrinceSam-ogan Ай бұрын
Imana Irakunda Abarundi
@user-br7sn7xi4w
@user-br7sn7xi4w Ай бұрын
Abatsinze kurikiganiroo bubahweee kueliii hama nicko nakore idawa yongeremwoo uwubuze
@user-br7sn7xi4w
@user-br7sn7xi4w Ай бұрын
Barakuiye hubwo kowabaye kuibesha nicko wubahwe
@lambertniyibaruta
@lambertniyibaruta Ай бұрын
Komera bye bye!!!! peace and love❤
@ismaelniyongabo111
@ismaelniyongabo111 Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 avuga neza uwomudada
@doctor8747
@doctor8747 Ай бұрын
Thank you a lot brother for sharing us this information
@IzoChannel-ig3wp
@IzoChannel-ig3wp Ай бұрын
Murakoze cane
@user-br7sn7xi4w
@user-br7sn7xi4w Ай бұрын
Imana Irakunda abarundi n'uburundi
@kimross5979
@kimross5979 Ай бұрын
imana irakunda uburundi nabarundi
@NdayikejeVianney-jc7uu
@NdayikejeVianney-jc7uu Ай бұрын
Imana irakunda abarundi nubutundi
@NGENDAKUMANAJeanmarie-pi5pk
@NGENDAKUMANAJeanmarie-pi5pk Ай бұрын
Imana iradukunda
@samychannel968
@samychannel968 Ай бұрын
{Imana Irakunda Abarundi n'Uburundi}
@NyishuNyishuyimana-n1s
@NyishuNyishuyimana-n1s Ай бұрын
Lemme take a time to hear this emission
@lambertniyibaruta
@lambertniyibaruta Ай бұрын
Yeeeehhh twahashitse!!🔥
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Ай бұрын
IMANA irakunda abarundi n'uburundi
@Iriho125
@Iriho125 Ай бұрын
Nice pe
@niyonkurueric4512
@niyonkurueric4512 Ай бұрын
Imana irakunda Burundi nabarundi 🇧🇮
@ismaelniyongabo111
@ismaelniyongabo111 Ай бұрын
Nicko Junior hejuru ndakwemera gusa ibintu vyawe umenga birimwo igipfungu
@EdrickDushimirimana
@EdrickDushimirimana Ай бұрын
IMANA iradukunda Uburundi nabarundi
@FabriceCIMPAYE
@FabriceCIMPAYE Ай бұрын
Niyooo
@jothamniyirimbere5107
@jothamniyirimbere5107 Ай бұрын
Imana Imukizeee 🙏
@AudryHero
@AudryHero Ай бұрын
Zari inzonziii
@user-br7sn7xi4w
@user-br7sn7xi4w Ай бұрын
IMANA IRAKUNDA ABARUNDI N'UBURUNDI
@user-jz2tq9vy8t
@user-jz2tq9vy8t Ай бұрын
Imana irakunda abarundi nu burundi
@hanezerezapaci3283
@hanezerezapaci3283 Ай бұрын
Imana ikunda abarundi n'uko Burundi
@Africanmusic749
@Africanmusic749 Ай бұрын
Imana irakunda uburundi nuburundi
@dorinemizero5487
@dorinemizero5487 Ай бұрын
Imana Irakunda abarundi nuburundi
@NgobiranoPhilote
@NgobiranoPhilote Ай бұрын
❤❤❤❤
@emerytwagirayezu
@emerytwagirayezu Ай бұрын
Imana irakunda abarund nuburundi
@NduwimanaJeanette
@NduwimanaJeanette Ай бұрын
Ndagukunda magnifique udusabire sha natwe tugubwe neza muri yezundi Bujumbura burundi nitwa jeannette Nduwimana ndifuza whatsap yaweee!!
@emerytwagirayezu
@emerytwagirayezu Ай бұрын
Iman irakunda abarund
@vedaskid1158
@vedaskid1158 Ай бұрын
Imana irakunda Abarundi n'uburundi🙏
@IrakozeEric-qe6xh
@IrakozeEric-qe6xh Ай бұрын
Imana irakunda uburundi n'abarundi🙏🏼
@innocentsabushimike301
@innocentsabushimike301 Ай бұрын
Aaa uyu mudada arafise imbaraga nyinshi
@GerishomeDushime-qj6dy
@GerishomeDushime-qj6dy Ай бұрын
Yooo vyar bikaze
@ramadhanirambona-jj8oo
@ramadhanirambona-jj8oo Ай бұрын
Yesu , amukize burundu , kuko azomukorera
@lambertniyibaruta
@lambertniyibaruta Ай бұрын
Mumpe nicko ico tuvugana😂❤
@Ntirampebaer
@Ntirampebaer Ай бұрын
Nari natanzwe kumva iyinkuru
@Thatschigudenga011
@Thatschigudenga011 Ай бұрын
IMANA irakunda abarundi n'uburundi❤
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Ай бұрын
Muzegutora benshi Nicko pls🙏dushikirwe
@emerytwagirayezu
@emerytwagirayezu Ай бұрын
Mukany harih challenge ❤😂😂😂
@Abykhassim
@Abykhassim Ай бұрын
Ni hatar
@JeanmarieNdayishimiye-el3js
@JeanmarieNdayishimiye-el3js Ай бұрын
imana irakunda abarundi nuburundi
@hervepro7835
@hervepro7835 Ай бұрын
Mukomeze kudukurikirana kuri Nicko Tv
@Morningstar-s9b
@Morningstar-s9b Ай бұрын
IMANA IRAKUNDA ABARUNDI NUBURUNDI
@derrickrukundo622
@derrickrukundo622 29 күн бұрын
Nikeza
@JarneyNdayizeye-sc6dx
@JarneyNdayizeye-sc6dx Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
@hervepro7835
@hervepro7835 Ай бұрын
Mukomeze kudukurikirana kuri Nicko tv
@FabriceCIMPAYE
@FabriceCIMPAYE Ай бұрын
Niya danger wallah
SPILLED CHOCKY MILK PRANK ON BROTHER 😂 #shorts
00:12
Savage Vlogs
Рет қаралды 46 МЛН
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 10 МЛН
Doing This Instead Of Studying.. 😳
00:12
Jojo Sim
Рет қаралды 35 МЛН
INZEGO Z'INTWARO Y'UBWAMI MU BURUNDI.
38:22
Ligue Monarchique du Burundi
Рет қаралды 1,2 М.