Ndugu zangu warundi mweye anaweza kutoka atoke! Maisha popote! Maisha sio tu Burundi🇧🇮 au Europe 🇪🇺 ao America 🇺🇸 maisha fasi yote! Maisha niku papanatu! Sio warundi wakija Europe 🇪🇺 au America 🇺🇸 itapita naja! Sio kweli. Watu wana toka wana henda kutafuta. Kuna siku watu rudi kwetu Burundi 🇧🇮 Bujumbura. We all need money 💰 to get money 💰 u need to work hard 💪 💯 let work hard 💪 💯 in Burundi 🇧🇮 and outside Burundi 🇧🇮 💪 GOD bless Burundi 👊🏿🇧🇮 and all Africa 🇧🇮 🇨🇩 🇹🇿 👊🏿
@agakwavu9473 Жыл бұрын
chapeau kuri issa! aciye ubwenge ,avuga ukuri, ahanura neza.
@vanessantirampeba277 Жыл бұрын
Très bien 🤝👏🏽👏🏽👏🏽🤝
@Bahoamagaramazima Жыл бұрын
Uyu Mugabo avuga ukuri🥰🥰👏👏👏👏👏👏👏
@nduwimanafiston2509 Жыл бұрын
Issa ndamuzi numuntu aciyubwenge mwicaranye avuga imigambi yiterambere muri forever yarafashije abantu benshi ubu bahembwa ama miriyoni twes intelligent na Dj Mario yaramufashije caaane uzomfashe nanje mutama
Mr. Issa felicitation brovo unasema vizuri Tena kweli merci god bless you mon frere
@PierresPerfect Жыл бұрын
This guy is very brilliant and talking right ✅ 👏 👌 👍 🙌
@elianetuyisabe494511 ай бұрын
Umutumire avuga neza ,yishurana ubwenge respect
@alexisnsengiyumva3914 Жыл бұрын
Merci gael piur tes cinseils nziza cane abarundi bahindure imitekerereze .afrique de l'ouest barasacrifia leurs vie bagaca no muri mediteranee harabapfa nabakira.ahubwo pour moi nakaryo keza kubafise ingene bagenda kuko nongaha mbona atabirenze.
@brendan.5441 Жыл бұрын
Merci pour tes précieux conseils Issa merci Juste Gaël kukiganiro nkiki sinashaka ko gihera 😢😅uzomugarukane atuyagir ivyubu buzima watching u from 🇨🇦much respect and love 💕
@vestinntirampeba1415 Жыл бұрын
Issa komera mugenzi urazi kwishura kabisa neza uraciy ubwenge
@pascalinebarandereka2349 Жыл бұрын
Uvuga neza sha. Kuja gushakisha ubuzima ni choix yumuntu.
Whaouuu quel interview intelligent!!! L invité et le journaliste sont tous les 2 brave bravo les gars
@kevinbrown1900 Жыл бұрын
This dude told the truth 👍👍
@adolfonduwi3909 Жыл бұрын
Ewana merci sana ca bugufi vuga make hama wirenganire ariko target igume ari kurondera your home which can be located wherever allover the world. We have to assume in any situation we struggle trough, ndakunze ton interview kabisa.
@chantalkakunze259 Жыл бұрын
Top,ufise sagesse kaka yangu,sois beni
@belysekajambere9576 Жыл бұрын
Bravo les gars
@asmamimy8096 Жыл бұрын
Bravo 🤝🤝🤝
@toussaintalfeven231 Жыл бұрын
Kbs interview kbs uwomuntu afite ubumenyi kbs talk brilliant word kbs intelligent ayomagambo niyoyo mubuzima💯
@j.marieniyokwizigira71 Жыл бұрын
Great!
@chantalkakunze259 Жыл бұрын
Exactement, ntamanya wamarigala kabisa. Ni discipline utegerezwa kugira.Tu dois te bouger. Tu dis vrai mon frère
@Loela_kamal Жыл бұрын
Impanuro nziza cane
@ndiamidu9839 Жыл бұрын
Issa Imana iguhe ivyo wipfuza kw isi no mw ijuru
@IVOMO_TV Жыл бұрын
Je suis tes interview le plus souvent...j t félicite pour le moment..t nous amène une variété
@davynganji3081 Жыл бұрын
Kiri mu biganiro bike vyingirakamaro bica kuma you tube chanels.big up kabisa kwa Juste Gaël n'umutumire wiwe.
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Voilà respecter toujours le choix de quelqu’un apana kwama twa du critiqua
@eddyneyfhh7034 Жыл бұрын
Respect ♥️♥️🌹🌹
@donjusteniyo7736 Жыл бұрын
Good interview
@kelvinsauveur6264 Жыл бұрын
Issa bien dit . You are very realistic . Aba na abandi ba critica bêtement. Il faut respecter le choix de chacun . Jewe ndi plus de 27 hanze nagite ndi muto bamaze kumwica ndadaye nashitse iburaya mfise 15 ans mais narinzi ico nshaka. Maintenant je n so rien a regretter kuko mfise ama projet I Burundi . Kandi après nditeguye kugaruka ku camyaye. Ntaho ntagiye iburaya America na Australia . Kandi imana yampaye kubera ubutwari mfise, mi mutoto wa nyakalonzo. Nyakabiga😂. Ubu ni kigobe. Jewe ndashigikiye abagenda ahubwo nigihugu kibashigikure kuko nibo bazogaruka na bana babo baje kubaka igihugu. Nkatwe. Reta ni badhigikire nkuko government y’a erithrea na Nigera bareka aba jeune bagende kurondera. Bonne chance . Kandi igihugu gutange Ama passport ibiturire basaba babirieke . Kuko Pafe isigaye ikora nka congo kubera ruswa. Kandi president yavuze ko na barème bagende kurondera. Il faut avoir un état intelligent. Kandi uburundi buxokubakwa babagiye hanze . Donc Issa i am with you . Laissez les jeunes aller chercher l’ argent . Nagiye imanamba imana Ibwje imbere . Amen . Ahubwo reste calme tube nka ba nigeria. Bagenda bucece. Gouvernement laisse les jeunes aller chercher les devises. Bientôt bazogaruka bitwa adadiaspora . Les vacanciers . Inzu zubakwe igihugu giterimbere. Il faut regarder à long terme. Merci . Salut from Canada
@GG-ni1zj Жыл бұрын
😂🤣 Umuhushulo hushula none, plus humoriste que Gael on meurt. Abatamvyi ba neza barakurikirana bientôt je descend sur bj uzombwire aho duhurira nzokunganire mon frère Issa
@mashakayoussouf1638 Жыл бұрын
Uyo Issa numu juif très intelligent hahiriwe umugore azotwara
@sophiemukiri5657 Жыл бұрын
Uvuzukuri kbx
@mimitoyota3444 Жыл бұрын
Issa, bravo kuri izo mpanuro
@valentineniragira2616 Жыл бұрын
Ndabakunze reka dutarataze dusaba mwenicubahiro president ashigikire abafise imigambi yariyo yose ni nyungu yigihugu cacu 👍
@bukururamadhan2442 Жыл бұрын
Uyumuntu avuga ukuri kbs yubahwe
@jasmineniyomwungere6693 Жыл бұрын
I salute you for this conversation
@nachoufaithful5504 Жыл бұрын
Gaël wagenew kugirisha ama interview. Toujours des questions intelligentes et pertinentes
@amiraljosefgirukwishaka7453 Жыл бұрын
Juste Gaël vrma sibwabwana, ubikora neuza
@chafumojangoyepangoulous4416 Жыл бұрын
That Dope interview guy knows lot off thing’s about life I just wana say moe respect 2 u
@titusnyambe2964 Жыл бұрын
Uravuzukuri uragahezagigwa musaza
@tonny-kingigiraneza421 Жыл бұрын
Gaël wubahwe na Issa muduhay show🇧🇮💥
@germainenahimana3465 Жыл бұрын
Entouka yavuz vérité kandi il est intelligent 😊
@user-uw7zb2wx3e Жыл бұрын
Kaka ISSA, unaongey vizuri, maana unatiya watu moyoo. Sinibaxako wotanga 10m ham ugend kurera amaboko. Mungu awafanyiy wepesi yeny wameshaenda wote
@esperancehatungimana6997 Жыл бұрын
Nukuri peee
@francinemanirakiza2939 Жыл бұрын
Uvugukuri papa kumpanuro uduhaye hanze ntagufyina ntituryama kabisa nugukora kbx.
@axelarakaza9870 Жыл бұрын
Umutumire avuze neza
@edimondhatangimana6031 Жыл бұрын
Endelea kufundisha Brother wewe ni Mwalimu boraaaaaa
@janvier-fereolendereyimana8369 Жыл бұрын
Jésus respectfull Just Ur Gaël hushura.... Merci d'avoir dédié la réussite des biens aux nombreuses Burundais entamant leurs chapitres de vie.
@gregioremanirakiza4695 Жыл бұрын
Uvugukuri Kandi bigaragara Kawas nga Imanikuzigame