No video

Intahe n'amashimwe vyatanzwe na Chorale ya mbere - Concert du 08.01.2023/Église de Pentecôte Kibenga

  Рет қаралды 7,096

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Күн бұрын

Igiteramo co guhimbaza no gutazira Imana mu ndirimbo cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Kibenga ku wa 08.01.2023
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 34
@christellakanyange5688
@christellakanyange5688 10 ай бұрын
Amen amen mukobwa wacu Yesu akomeze umurimo yaguhaye clémentine ❤️❤️❤️❤️❤️
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@NSHIMIRIMANAJonas
@NSHIMIRIMANAJonas Жыл бұрын
Mana urera pe. Asante sana Chorale 1
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@irakozeariella6988
@irakozeariella6988 Жыл бұрын
Mwarahezagiwe
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@uwamahoronorbert5753
@uwamahoronorbert5753 Жыл бұрын
Yesu uze wame wibuke amaherezo y'abagukorera mukuri!!
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@fidelenishimwe6451
@fidelenishimwe6451 Жыл бұрын
Hallelujah
@FrancineBigirimana-fb7tx
@FrancineBigirimana-fb7tx 2 ай бұрын
Mana urera
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏❤️
@NiyibigiraClescence
@NiyibigiraClescence 2 ай бұрын
Muhezagirw
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@ericrushatsumugabo8938
@ericrushatsumugabo8938 Жыл бұрын
Halleluyah Halleluyah Halleluyah
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen Amen🙏💖
@Gift-Bunyoni9230
@Gift-Bunyoni9230 Жыл бұрын
AMEN Grâce à DIEU🙏🙏🙏
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@NiyibigiraClescence
@NiyibigiraClescence 2 ай бұрын
Muhezagirw muranyubatse muhezagirw
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@igiranezaassoumpta7920
@igiranezaassoumpta7920 Жыл бұрын
Barikiwa my choir
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@josericardodasilva8377
@josericardodasilva8377 Жыл бұрын
🇧🇷🇧🇷🇧🇷🇧🇷👏👏👏🙌🙌🙌 amém
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g Жыл бұрын
Mubikora neza meirra tv muraduha chorale yurwaruka pentecost gasekebuye
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏
@Gift-Bunyoni9230
@Gift-Bunyoni9230 Жыл бұрын
🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦5/5Meira Tv
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
God bless you abundantly 🙏💖
@ndizeyechantal6979
@ndizeyechantal6979 Жыл бұрын
Amashusho ntabona
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Ja muri paramètre ushire kuri qualité ya nyuma : 1080p
@ericrushatsumugabo8938
@ericrushatsumugabo8938 Жыл бұрын
Halleluyah Halleluyah Halleluyah
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen Amen Amen 🙏💖
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g Жыл бұрын
Mana urera
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
TWAGIRIWE AMAHIRWE // Chorale 1 // Eglise Pentecôte de Kibenga
14:56
Adonaï Gospel K Tv
Рет қаралды 1,6 М.
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 41 МЛН
Joker can't swim!#joker #shorts
00:46
Untitled Joker
Рет қаралды 38 МЛН
Они так быстро убрались!
01:00
Аришнев
Рет қаралды 3 МЛН
Comfortable 🤣 #comedy #funny
00:34
Micky Makeover
Рет қаралды 16 МЛН
Intahe ya Fortran BIGIRIMANA
28:46
Heritage TV Burundi
Рет қаралды 290
Ikura ku cavu//Chorale ya 2// Église Pentecôte de Kinama
9:23
Neema Gospel tv
Рет қаралды 11 М.
Nzi yuko izina ryanje
7:35
Chorale Abigisha Kibenga
Рет қаралды 6 М.
Bagabo mukunde abagore banyu//CHORALE Y'ABAGABO KINAMA baririmbanye n'abagore babo
4:10
Inzamuzi Chorale y'Abagabo Kinama
Рет қаралды 50 М.
GUTERAMISHA//UMURWI WA 1// Culte du 26-05-2024//Eglise Pentecôte de Kibenga
29:07
WHO CAN RUN FASTER?
00:23
Zhong
Рет қаралды 41 МЛН