Bonjour Vyiza uwo mu cameraman wawe yokwerekana uwo mutimire wawe n'a wewe muri mu biganiro kurya wabigize I yerizaremu I Gita kwa gasape nahandi.biba vyiza kurusha. Meresi,kubita cane.
@dollarswiz92 ай бұрын
Yooo,birababaje kumva umurundi avugango mu Burundi ntaciza nakimwe kihari🙊🙊🙊🙊 Pfuma wibuka hoho yuko ufise akabira kaho,murimaramaza mwavukiye gusabiririza mu mahanga
@kalyka41072 ай бұрын
Wavuze neza cane Kuba hanze ntibivuga kudakunda iwanyu. Jewe nama mbaza nti ko abantu bava ruguru bakamanuka i Bujumbura kurondera ubuzima? Mbega iyo bamanutse bahagirira ubuzima bumwe? Nukuri hanze tuhabaye turi benshi kandi ubuzima bwabantu buratandukanye bivuye kubintu vyinshi
@nirenganira84332 ай бұрын
Buriwese afise uko ahabaye ntitubayeho kumwe. Ninkuko hari abagiye Bujumbura bavuye kugatumba nabako ubu bamwe baraguze amazu Bujumbura abandi vyaricanze bibera mucumba kimwe nabana kandi vyarabananiye ntusubira kugatumba.sintahura rero impamvu hari abadatahur ko hagera igihe ubura iyujaniyuva kandi hari abo vyahiriye mubuzima
@Jonathannshima2572 ай бұрын
Germaine kabushemeye
@Ircherubin2 ай бұрын
Aho numva ari,sawa jewe bahora banyima aka decouvert ka 50 milles ewe Edeni yacu sha 😂😂😂😂😂
@fredericndayikeza96012 ай бұрын
😅😅😅😊😊 😊😊😊😊😊 😅à 😊😊😊😊😊😊😊😊
@fredericndayikeza96012 ай бұрын
😅😅😅😊😊 😊😊😊😊😊 😅à 😊😊😊😊😊😊😊😊
@nmnteamdknn84052 ай бұрын
Non abo bantu Bari canada bifuza gusubira burundi, barababuza???