INTORE NTINDI Part 5

  Рет қаралды 768,788

BMT Buja

BMT Buja

10 ай бұрын

•Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.
•Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira
•Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.
•Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.
•Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.
•Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .
twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.
FILM:INTÕRE NTĪNDI
DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERA:XRAY BAMU
EDITOR:NIJI PRO
PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook:BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Пікірлер: 1 400
@alvellamuhimbareofficial
@alvellamuhimbareofficial 10 ай бұрын
Team kantore muzehano turafise inama 😂😂😂!!! Ubundi abakunzi b'INTORE NTINTI nibwo bwambere nsavye ututuntu mumpe like hano 😅🥰
@manigiranezavania2725
@manigiranezavania2725 10 ай бұрын
Yooo diii arvella mukunz wanj hejur can maze
@user-fw4uv1nb5u
@user-fw4uv1nb5u 10 ай бұрын
😂😂😂 Arvella ubikora neza cane love u❤❤
@irankundadayana6637
@irankundadayana6637 10 ай бұрын
🌹🌹🌹you're acting well 🌷🌷🌷
@user-xc9nm5gy8m
@user-xc9nm5gy8m 10 ай бұрын
Mon amie turagufan
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 10 ай бұрын
Maz ndakwikundr wallah ❣️❣️❣️❣️💐💐💐💐👌👌👌
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 10 ай бұрын
Abari banyotew iyi episode mumpe utu like✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@salehjassim2857
@salehjassim2857 10 ай бұрын
Ndazik atari jew jenyen nkunda intore ntindi, abayikunda nkanje tumenyan
@user-dr2zt1jj9y
@user-dr2zt1jj9y 10 ай бұрын
Uyumusi mbayuwanyuma gusa abankunzi bintore ntindi tumenyane hejuru cane intore ntindi turamakundacane ♥️♥️♥️
@SAMYJ-
@SAMYJ- 10 ай бұрын
Reka turabe abakunda INTORE NTINDI mumpe like
@michelineirakoze-oh1dh
@michelineirakoze-oh1dh 10 ай бұрын
Abaraba INTORE NTINDI basoma commentaire like ngaha👇👇🤟🤟tumenyane💃💃love from mimi🇧🇮🇴🇲🥰🥰🥰🔥🔥🔥
@LeonciaRamba-bu1rm
@LeonciaRamba-bu1rm 10 ай бұрын
Nahage
@hakizimanavenant-ty4mz
@hakizimanavenant-ty4mz 10 ай бұрын
Ndhaga😁😁
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 10 ай бұрын
Jeho rero ni final mpakwa guhera kuri commentaire🤣🤣🤣🤣🤣
@michelineirakoze-oh1dh
@michelineirakoze-oh1dh 10 ай бұрын
@@angerubeneirakiza1628 😀😀😂
@user-zs5gu2ti6u
@user-zs5gu2ti6u 10 ай бұрын
Guturuka mu gwanda, murantunga hejuru harimwo ikosa.
@vad948
@vad948 10 ай бұрын
Shau film ndundi zisigay zitesa waooo muduhe episode zose❤❤❤❤❤
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 10 ай бұрын
Intore ntindi hejuru cane 🇧🇮🇧🇮😍team yose congratulations 🙌
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 10 ай бұрын
Guyd abakunzi b,intore ntindi mumpe like tuhatwike to day ni 🔥🔥🤞🤞
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 10 ай бұрын
Niho twibereye
@NkarushamagaraEvelyne-pr5vi
@NkarushamagaraEvelyne-pr5vi 10 ай бұрын
Ego cane gose na cane cane
@habinseva6977
@habinseva6977 10 ай бұрын
Love from Rwanda ❤❤Muzongere iminota cyange isohoke 2 mucyumweru.
@riyacrisy2012
@riyacrisy2012 10 ай бұрын
Good Idea
@EmmanuellaIgiraneza
@EmmanuellaIgiraneza 10 ай бұрын
Kbx bonger iminota bayiguhe 3basi
@blandinetuyisabe4900
@blandinetuyisabe4900 10 ай бұрын
Egoo kuko nayo ndabona izoshirwa jour Rtnb za bas27min kuko 23 nimik knd muzi iradio itanga30 knd ndakej Amédée knd abyandika neza sha ariko niyo ntore ntindi irazi kubintindi disi🤣🤣🤣
@niyomwungerealice6490
@niyomwungerealice6490 10 ай бұрын
Ooooooooooh😢😢😢abacerew nkanje nimump Like Plz😢❤❤❤❤❤❤ Intore ntindi hejur cn🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@user-pw9nb8dh6d
@user-pw9nb8dh6d 10 ай бұрын
Très intéressant.👌komeza muduha ibintu vyiza caaane.
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 10 ай бұрын
Uyumusi mbaye uwambere mumpe like zanje intire ntindi hejuru can❤❤❤❤❤
@jongon6940
@jongon6940 10 ай бұрын
Yambu none😂
@adonhagabimana7465
@adonhagabimana7465 10 ай бұрын
Ebana ibintu namavuta kbx
@DiegoCoster-xg4tu
@DiegoCoster-xg4tu 10 ай бұрын
Nanje Mbaye Uwakabiri Bandanya Muduhereza Nizindi Turabakurikirana Tub.5/5
@user-yg9wk5od2x
@user-yg9wk5od2x 10 ай бұрын
Abantu bategura iyi film nintwari mugukina tutibagiye numwanditsi Amedé hejuru cane wogerwe ivyiyumviro tugume turyoherwa❤❤❤❤
@ClaudeNishimwe
@ClaudeNishimwe 10 ай бұрын
Barya abana beza kwl
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 10 ай бұрын
Nukuri barashoboye cane💪💪💪💪
@user-jz2fr1ok1b
@user-jz2fr1ok1b 10 ай бұрын
Bitewe ninyigisho zirimo aha rwose mugeregeze muyiduhe kabiri mucyumweru ndabakunda❤
@ndayizeyefebrania1122
@ndayizeyefebrania1122 10 ай бұрын
NUKURI NIRYAMBERE NDAVYE FILM YA BURUNDI IKANRYOHERA NKUKU 😂❤❤❤mutwongere part6 ndabibasavye 🙏
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 10 ай бұрын
Abacerewe nkanje tumenyane intore ntindi hejuru canee❤❤❤
@Hapson5
@Hapson5 10 ай бұрын
Congratulations to me uno munsi ngira ndabaye uwa mbere🤸🤸🤸🤸
@user-pi4ib7ql4d
@user-pi4ib7ql4d 10 ай бұрын
Intore ntindi harahiye iratwika mwari mukwiye kuza muyiduha kabiri mukwezi murashoboye beza nigihugu❤❤❤❤👌👌👌👌👌👌👌👌👌💃💃💃💃💃
@ChachaChany
@ChachaChany 10 ай бұрын
@@user-pi4ib7ql4d uyishak kabir mu kwezi ck kabir mu ndwi?
@nsengimanajeanbaptiste2790
@nsengimanajeanbaptiste2790 10 ай бұрын
Love from kgl! Mwarabibihije, ntimwari gushyiramo gufata ku kuvu!
@AlnNn-yi8hg
@AlnNn-yi8hg 10 ай бұрын
Yooo nacerew intore ntindi yahageze ❤❤ Mushishikar mubirimwo neza pe❤❤🎉🎉🎉🎉
@blindairanzi1786
@blindairanzi1786 10 ай бұрын
BMT kure cane hashoboka🥰 INTORE NTINDI ni film international 😃😃💯❤️🔥 Love from 💞Neilla Mukiza💞
@Niyokwizigirwamenedora
@Niyokwizigirwamenedora 10 ай бұрын
Umunot umwe gusa nkab nahagez 💪💪💪💪💪mump link twimanukire ❤️❤️❤️❤️
@NancyKarima-gm1rf
@NancyKarima-gm1rf 10 ай бұрын
Intore ntindi Shahu❤❤ la reine ihangane mubane na kantore vyose vyatumwe Nawe nuko Rero BMT Hejuru cane
@febiekamariza63
@febiekamariza63 10 ай бұрын
Abantu twubatse turabe ivyo duhindura tunakurikirane iyi film!vraiment ikora kuri benshi!turabakunda!❤❤❤❤❤
@alicenduwayesu7245
@alicenduwayesu7245 10 ай бұрын
Egope
@zayananishimwe7441
@zayananishimwe7441 10 ай бұрын
Narinz konduwambere kumb harihabakanur kundusha arik mundemere nanj kwl izo like ✌️
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 10 ай бұрын
Number one ✍️ abakunzi biyi reresi intore ntindi,mwese tumenyane gonga like ngaha 👇👇
@dieudonnehavyarimana61
@dieudonnehavyarimana61 10 ай бұрын
We melly waraye ukanuy itagucika
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 10 ай бұрын
@@dieudonnehavyarimana61 😂😂naraye ngaha nukuri ndindiriye kantore
@MoussaKilosso
@MoussaKilosso 10 ай бұрын
Uno musi wagiye wantanga 😢🙆
@user-uq9mt7yu6l
@user-uq9mt7yu6l 10 ай бұрын
​@@mellykayebekaofficial3377uy ndamwemer numufan wa kantor Can nomu gruop usang yatuzaniy Link kwer
@mpawenimanacharles1367
@mpawenimanacharles1367 10 ай бұрын
Cane gose tumenyane kabs
@nsengiyumvaestella2299
@nsengiyumvaestella2299 10 ай бұрын
Abacerewe nkenj tumenyane😂😂😂❤❤❤❤
@n.rangirimanafransisca4231
@n.rangirimanafransisca4231 10 ай бұрын
Ariko iminota nimike weee❤❤❤haraba amahitamo umwana nu mugore I can't wait ep6
@Francus1609
@Francus1609 10 ай бұрын
Ewe Kantore nawe uramukoreyeko. 😂😅😂😅 Abakunzi ba série Intore ntindi tumenyane.
@ClaireBahati
@ClaireBahati 10 ай бұрын
Mbaye wambere ❤❤❤ from America Kentucky bowling Green ilove you guys
@TumukundeMarry
@TumukundeMarry 10 ай бұрын
Icyombaku ndira ntimutinda gutegura❤️❤️❤️❤️🇷🇼
@ivonewizeyimana1379
@ivonewizeyimana1379 10 ай бұрын
Mwubahwe muradugimbanuro peemuyiduh kabir mundwi. Turabakunda can ❤❤❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 10 ай бұрын
Amedee amashi meshi caneeee urategura pe🙏🙏🙏🙏 intore ntindi hejuru🔥🔥🔥🔥
@Enopiii
@Enopiii 10 ай бұрын
Burundi hejuru uwagatatu mukurab film yacu nziza mumperez like zanj
@joselynejose2951
@joselynejose2951 10 ай бұрын
Woow inyigisho nziza cane mukomrrezaho❤❤❤❤
@FANNY-oc4cb
@FANNY-oc4cb 10 ай бұрын
Yooo hahiye kwa Alvella na king sabbas 😂😂😂❤❤Courage vraiment ndabakunda ❤
@constanceniyoofficial5289
@constanceniyoofficial5289 10 ай бұрын
😂😂😂aba Boss nuko basaba ikigongwe ndatembagaye
@user-dn3tn4tg7r
@user-dn3tn4tg7r 10 ай бұрын
Ewe kantore sha,wagira ngo usumbije ubwenge bosi,umuhinga ahingurwa nuwundi,courage team,mubikora neza
@francineninomungereen9638
@francineninomungereen9638 10 ай бұрын
Waoh💪💪💪big up our actress👏👏my favorite serie"Intore Ntindi" Mbegumutwiko. Muter mujimbere bakunzi Sije nzobona Friday harageze ngonongere ndyoherwe big up sana💪💪
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 10 ай бұрын
Courage mubikora neza kimwe mwongere iminota kbx❤❤
@user-jg7we5mt4i
@user-jg7we5mt4i 10 ай бұрын
ihereye aharyoshep murabe mutunyarukirize iya 6 nukuri kuwagatanu nikure basi muze muduha 2 mundwi 🙏🙏
@irakozebelyse2354
@irakozebelyse2354 10 ай бұрын
Abakunzi bintore ntindi tumenyane❤️❤️
@user-vd6et3rw2i
@user-vd6et3rw2i 10 ай бұрын
❤film Ziza cne knd irimw inyigisho, courage mes ami(es)
@odaoda2517
@odaoda2517 10 ай бұрын
Filim intore ntindi hejuru iyifilim yigisha abakenyenzi batazi ishigano zabo zomurugo courage Amèdèe❤❤❤
@UwinezaBelleamie-jq3fn
@UwinezaBelleamie-jq3fn 10 ай бұрын
Intore ntindi hejuru💃Gus niryambere Sabas akinye rôle nkiyo😆
@user-ek8ob1mt4u
@user-ek8ob1mt4u 10 ай бұрын
Eg vrt
@ChachaChany
@ChachaChany 10 ай бұрын
Nirya mber nukuri
@Ircherubin
@Ircherubin 10 ай бұрын
film nziza cane kweli nayikunze iraryoshe cane irimwo inyigisho nyishi cane❤❤
@user-tg1sp3ur1r
@user-tg1sp3ur1r 10 ай бұрын
Intore ntindi hejuru cane turabakunda mubirimwo neza ark muduha utonota duke cane nukr muraraba mutwongere❤❤
@clenieumutesi9273
@clenieumutesi9273 10 ай бұрын
Mbega wee!!!!!! Mutwongereze iminota ndabasabye 🙏ndabakunda🇬🇦
@nduwayezupacifique2090
@nduwayezupacifique2090 10 ай бұрын
Mwari mwatwicany amatsiko yiyo vyaherey, ths and courage
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂Kantire harahiy weeeeee🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🥂🍾Umuzabibu wubahwe 😂😂😂😂😂
@irankundaalexine1337
@irankundaalexine1337 10 ай бұрын
waouuuuuh BMT hejuru cane; ngumugore wikijuju asambuza urugo rwiwe amaboko yiwe, kandi ngo uwutema urwiwe bamutiza umuhoro
@user-pr4nw9io6g
@user-pr4nw9io6g 10 ай бұрын
Kantore Kano kantu kararuhura😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndagukunda cyane no mundirimbo zawe
@jojjosephnsabimana4258
@jojjosephnsabimana4258 10 ай бұрын
Twar tuyirindirany igishika pe❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥
@nishemezwenadine4162
@nishemezwenadine4162 10 ай бұрын
Aba bantu barashboyr nukri ni abo guterwa intege😍🤗
@user-fw4uv1nb5u
@user-fw4uv1nb5u 10 ай бұрын
Harabantu mutaryama😂😂.abantanze mwese ndabaramutsa🖐️.abari murukundo ❤ niyi film yacu tumenyane💃💃💃
@burundiigniteit2092
@burundiigniteit2092 10 ай бұрын
Umwanditsi wiyi film. yubahwe arashoboye wallah. Intore ntindi byiza cyan..KANTORE ❤❤wenda ni timu yompi mwubahwe cyan 🙏🙏🙏from 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@user-dl5uo7xo3q
@user-dl5uo7xo3q 10 ай бұрын
Ewe kantore shaa😂❤ wihagiy umuzabibu uti uku niko aba boss basaba imbabazi 😂😂😂
@maggyalinenibaruta734
@maggyalinenibaruta734 10 ай бұрын
Iyi film irimwo impanuro mukina nitoraguriramwo utwanje😂❤ Hejuru cane❤
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 10 ай бұрын
❤❤❤ iteguye neza cane 💪❤❤❤❤
@InnocentMinic-bw4wq
@InnocentMinic-bw4wq 10 ай бұрын
Mubandany mutwika kbx👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 10 ай бұрын
Ibintu bikomeza gukomera,kantore aka vinyu k'umuzabibu karakoze amahano, courage 🙏🙏🥰🥰
@Bukeyenezajaria-yc4kt
@Bukeyenezajaria-yc4kt 10 ай бұрын
Nukuri mukina neza gusa muzoz muduha basi 2mundwi turabakund♥️♥️
@gisaclaudine2342
@gisaclaudine2342 10 ай бұрын
Kantore rwose love you ❤❤❤
@amorgisele1769
@amorgisele1769 10 ай бұрын
Much love from 🇷🇼 🇷🇼 imbere cane
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 10 ай бұрын
Mbega ukuzinduk vrmt ndagerageje Aisha nizer konagutanze😃😃❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉✌️
@user-su2rz2jx3v
@user-su2rz2jx3v 10 ай бұрын
Courage.Films,irimwinyigisho nyishi.
@vastievavador4869
@vastievavador4869 10 ай бұрын
Intore ntindii hejuru caneee🔥🔥🔥🔥🔥
@Enockndayihayamashimwe-nq1yw
@Enockndayihayamashimwe-nq1yw 10 ай бұрын
Alvel urategur kabis! Gus umuhinga ahingugwa nuyundi! "Twirinde gufata ivyo tutazi canke tutamenyereye"😍😍😍😍😳
@teddyciza9995
@teddyciza9995 10 ай бұрын
Courage iyi moves irigisha vrt abazubats barakwiye kuyijukira
@DouceSoniakitonzi-zl7ei
@DouceSoniakitonzi-zl7ei 10 ай бұрын
Namb 1 mundener 🥰🥰🥰
@user-dl5dk1wg6s
@user-dl5dk1wg6s 10 ай бұрын
Ewe Kantore ngo kararuhura😂 team yintore ntindi nda❤
@jolamb8469
@jolamb8469 10 ай бұрын
Kumbe abosi basabimbabazi nkukwo🥰🥰🇧🇮
@danielniyoncuti5124
@danielniyoncuti5124 10 ай бұрын
❤❤❤❤mbakundira k mudata isango
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 10 ай бұрын
Abaribarindiriy igishika tumenyane ❤❤❤❤❤❤❤
@lilybeleayana2393
@lilybeleayana2393 10 ай бұрын
Vyiza cane kabisa zamuratunyarukiriza❤
@meryorndi630
@meryorndi630 10 ай бұрын
intore ntindi nahonzobandumwe❤❤
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 10 ай бұрын
Uyu munsi ndahigereye kare kweri 🙌🙌🙌
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 10 ай бұрын
Abahano nukuri ntimugoheka😘
@IsaieTuyisenge-nr4ji
@IsaieTuyisenge-nr4ji 10 ай бұрын
Byiza caaaane kure cane niho mbifurije💪💪
@dididivineofficho6080
@dididivineofficho6080 10 ай бұрын
😂😂😂😂Sha sabase ndamukunda . Ukuntu. Akina yiturije❤❤❤
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 10 ай бұрын
Abari murukundo niyiserie tumenyane ❤❤❤❤❤
@user-ty9ri4xl9y
@user-ty9ri4xl9y 10 ай бұрын
❤❤❤waaaaooo ndi muba mbere nshoboy gutanguran niy film courage beza mukomez kutwigisha
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 10 ай бұрын
Waooooo love you courage team kantore mubirimwo neza ❤❤❤
@SabrLiwa-ro3ld
@SabrLiwa-ro3ld 10 ай бұрын
Intore ntindi ❤❤❤ ndashobora kuba nakunda sabasi na kantore murintwari❤❤❤
@user-dl5uo7xo3q
@user-dl5uo7xo3q 10 ай бұрын
Ywahishikiye kera gucegwa kirazira❤❤❤❤
@holidendacasaba824
@holidendacasaba824 10 ай бұрын
Ewe Kantore sha😅:" aba boss uku niko basabimbabazi?"😅😅😅😅
@salvatorniyokindi6485
@salvatorniyokindi6485 10 ай бұрын
Wonderful series❤❤❤ abagore muri kuraba iyi film muhakure isomo,mumenye uko bafata abagabo sinon bizoyangaraa😅😅😅😅
@salvatorniyokindi6485
@salvatorniyokindi6485 10 ай бұрын
Gusa libert ATI abamushikira ATI nsoro barayinyotewe cane❤❤❤
@FloraTuyishime-jx4vr
@FloraTuyishime-jx4vr 10 ай бұрын
Courage mubikora neza caaane turabakunda
@emelyneniyuhire1393
@emelyneniyuhire1393 10 ай бұрын
Intore ntindi number one kabisa❤
@nihodine700
@nihodine700 10 ай бұрын
Nimwonger iminota basi mukwize 30min!! Courage kandi merci mubikora neza❤
@saydatnibilz-zi1yd
@saydatnibilz-zi1yd 10 ай бұрын
rekarek nduwambere gusa ndabakunda ukwo mubyifatamwo hagiy gusha ndibaza❤❤l❤
@angeemelyne2214
@angeemelyne2214 10 ай бұрын
Abamaze kuhashika mumpe like Intore ntindi hejuruuuu love ❤from Meme🎉
@tuyisengeestella8934
@tuyisengeestella8934 10 ай бұрын
Yoooooo yemweeee rek ntore agatebe sinzi uwungiriye partage
@sososolyne-px9ch
@sososolyne-px9ch 10 ай бұрын
Courage cane tem yose 🥰BMT hejuru cane 🙏🥰🔥🔥🔥🔥
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 10 ай бұрын
Nanje nkaba ndahageze from maman cheiilla 0fficial ❤❤❤❤
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 10 ай бұрын
Abokwanyamwema bacerewe nkanje kubera agahawa tumenyane 😂Intore ntindi hejuru mubicu Numwanditse Amèd wubahwe❤
@YvetteNizigiyimana-kf6ps
@YvetteNizigiyimana-kf6ps 10 ай бұрын
😂😂😂😂Warik uteka umulette
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 10 ай бұрын
Turi hano
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 10 ай бұрын
@@YvetteNizigiyimana-kf6ps agahawa 😁
@TumukundeLouise-sy2mz
@TumukundeLouise-sy2mz 10 ай бұрын
Yesu we umva nukuri muge muyisohora vubape icyumweru Nikinshi but ♥️👏♥️👏♥️♥️♥️♥️♥️
@ericairakoze4075
@ericairakoze4075 10 ай бұрын
Intore ntindi hejuru gose🥰🥰
@MeryMery-mg9mm
@MeryMery-mg9mm 10 ай бұрын
Gerageza muze mushirako karekarenka 40min igisabo 🙌
@alphoncinendayikengurukiye5883
@alphoncinendayikengurukiye5883 10 ай бұрын
Courage gusa mwakiny umwanya muto❤
INTORE NTINDI part 6 The end saison 1
40:03
BMT Buja
Рет қаралды 470 М.
INTORE NTINDI S02 PART 1
28:08
BMT Buja
Рет қаралды 310 М.
Stay on your way 🛤️✨
00:34
A4
Рет қаралды 4,7 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 2,6 МЛН
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 12 МЛН
УГАДАЙ ГДЕ ПРАВИЛЬНЫЙ ЦВЕТ?😱
00:14
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,7 МЛН
NTAHOYAGIYE_EPISODE 1
26:24
Warubizi Movies
Рет қаралды 544 М.
INTORE NTINDI Part 4
22:19
BMT Buja
Рет қаралды 265 М.
KINGWENDU KAPAKIZA ABILIA JINI  KAZI YA BODA BODA NGUMU
7:37
Kibibi Comedy
Рет қаралды 4,1 МЛН
INTORE NTINDI Part 1
23:43
BMT Buja
Рет қаралды 421 М.
Pov Disgust from Inside Out 2 won't let the boy's in the pool
0:36