Inyuma y'isohoka ry'igitabo ca ya mbonakazoza y'i 2040 na 2060. Hakwiye gukurikira iki?

  Рет қаралды 8,477

PARCEM Burundi

PARCEM Burundi

3 ай бұрын

Пікірлер: 19
@safariautoservice7032
@safariautoservice7032 2 ай бұрын
ABARUNDI bavuga mu mfobeko. Muri make bariyorobeka.Ntibazi kuvuga ego canke oya. Naraburagiza. Muri make ni vigeugeu kubwivyo rero ntibishoboka .......
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 2 ай бұрын
Mbe Faustin muri ico gitabo hoba hari mwo integuro itomoye yerekana uko uwo mugambi uzoshirwa mu ngiro mu biringo ,Bakavuga bati mu myaka ibiri ya mbere hazikorwa ibi na budget ngiyi mu myaka 5 hazikorwa ngibi budget ngiye,mu myaka 10 ibikorwa nibi budget ngiye kandi na services izobishira munzira niyi ,biri uko aho umuntu yokwizera,atari uko turacari hahandi nk’ibitenge.
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 2 ай бұрын
Icyombona mwaza mufata 2 lmyakibiri hagakorwabimwe lkindi reta ifatanye nabandi ningingo kubonyuruzagz umutungo wigihugu bahashwep jyendabina uburundi bubuze abantu bitangira abaturage ubundibwo bwaributunze😅😅😅😅😅
@MisigaroEzechiel
@MisigaroEzechiel 2 ай бұрын
@DeborahAnthony-sl3ih
@DeborahAnthony-sl3ih 2 ай бұрын
Ntambonakazoza twiteze kabisa😢😢😢
@AngeEdouardIRAKOZE
@AngeEdouardIRAKOZE 2 ай бұрын
Ivyo vy'igihugu cifashe biranzera kuko ni indigo nziza. Hakurota ukena worota utunga
@user-dh7nk2ue3r
@user-dh7nk2ue3r 2 ай бұрын
Manawe burundi we !!!
@user-xx9yg7th5b
@user-xx9yg7th5b 2 ай бұрын
Uravuga ukuri pe leta yuburundi yivanga muri vyose niyompavu atakiriko kiravamwo
@renovathatungimana440
@renovathatungimana440 2 ай бұрын
Ivyacu biragoye cane
@DenisMuvunyi
@DenisMuvunyi 2 ай бұрын
Mbona mwavuga kndi turabona hakenewe abahinga babishoboye
@JaphetHabiyambere
@JaphetHabiyambere 2 ай бұрын
Wababwira Nuko batunva
@nimubonaeric8074
@nimubonaeric8074 2 ай бұрын
Ni vision 2400
@dieudonnemukeshimana599
@dieudonnemukeshimana599 2 ай бұрын
Nyakubahwa, nimba atari ukwivuguruza, umenga mwabaye abambere mugushigikirako ari vyizako igihugu kigir Aho cerekeza
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese 2 ай бұрын
None wabonye yivuguruje??
@AngeEdouardIRAKOZE
@AngeEdouardIRAKOZE 2 ай бұрын
Erega ntiyivuguruj. Guterimbere sibibi. Mais comment ??
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 114 МЛН
Sigma girl and soap bubbles by Secret Vlog
00:37
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН
아이스크림으로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 60 МЛН
Playing hide and seek with my dog 🐶
00:25
Zach King
Рет қаралды 32 МЛН
Menya vyinshi ku rupfu rw'Umuganwa Rudoviko Rwagasore
5:55
Mashariki TV
Рет қаралды 45 М.
« Namurakaje mbishaka ariko ndamwigisha » Hon Tito
46:32
Intsinzi TV
Рет қаралды 46 М.
Ku nama : ni igiki Hon. Agathon Rwasa azokorera abarundi niyatorwa ?
1:00:38
Igihugu c'u Burundi ngo kigeze muri ''voyoucratie'', intwaro ataco yubaha. Ibisigura imvugo zimwe
9:56
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 44 М.
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 114 МЛН