No video

IBIBAYE KUKIBUGA CINDEGE BUJUMBURA IKIZIGA CA PREZIDA PIERRE BUYOYA GISHITSE CONONEKAYE NEVA NTAPFIN

  Рет қаралды 13,267

Burundi Empire Tv

Burundi Empire Tv

Күн бұрын

#Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

Пікірлер: 33
@Iwacumasisinews
@Iwacumasisinews Ай бұрын
Good information ✅️✅️✅️✅️❤❤
@ShimirimanaGratien
@ShimirimanaGratien Ай бұрын
Hi
@Mariam-tk8zn
@Mariam-tk8zn Ай бұрын
Warintwari Imwakire mubwami bwayooo 🙏🙏🙏🙏🙏
@user-yl3mr5hy5s
@user-yl3mr5hy5s Ай бұрын
Yarintwari yiwawe
@user-te3zs9mq3f
@user-te3zs9mq3f Ай бұрын
Ndakunda Amakuru yanyu 🎉
@user-fy2zx6kv6j
@user-fy2zx6kv6j Ай бұрын
Murateye isoni, ikigongwe n'agahinda. Uti igihugu bakirekuye kugushaka kwabo?
@SanzwimoBenwa
@SanzwimoBenwa Ай бұрын
Numva arihatari kwel
@Sosburundinews
@Sosburundinews Ай бұрын
Thank you ❤❤❤
@MichelineNiyonkuru-r5r
@MichelineNiyonkuru-r5r Ай бұрын
Kurangaho buyoy yateya kager igihugu imanimuterumuger kuribuyoya hishebeshibarenz
@niyondikoevariste2069
@niyondikoevariste2069 Ай бұрын
Gusa Buyoya ntiyasubije ikirimba Ndadaye
@YussufHatungimana
@YussufHatungimana Ай бұрын
Nikiziga ciwe jewe ndagitinya
@user-hd3fi5to2l
@user-hd3fi5to2l Ай бұрын
Uko nikwabandi bavuga amakuru subere kwiga
@user-jx6fi2et3p
@user-jx6fi2et3p Ай бұрын
Kirogorogo Evariste si umuntu nu mukomedi
@user-jx6fi2et3p
@user-jx6fi2et3p Ай бұрын
Uwabahaye igihugu ni Buyoya CNDD nibihumye nta mutima bafise
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga Ай бұрын
Ntaco imana iraziko umunyagihugu yibereye mwisi ariyo imitwara nayahasigara nuko natwe imana ariyo mubana mutayizi nuko bamwishe akaja mwijura muzobana mwiyahurire mwijungo muri mjmu nezero ntarindi rikwirikirikira nivyuma muduhendesha natwe turyisombe nako murye fromaje natwe trye ibirimwa vyacumuzidusiga mudusabire imbabazi kare kumana kukk ntunuwiyisumb muri ri bon namw tuhane na mana wo mwijuru mwa biphumwe
@user-jx6fi2et3p
@user-jx6fi2et3p Ай бұрын
Nta mu boyi yagira indero
@MichelineNiyonkuru-r5r
@MichelineNiyonkuru-r5r Ай бұрын
Yanzekuberik nkanj kumvatwohaterivaka rikama yishe ndadayi akamwica urwagashinyaguro yaraziko nawe yaruhayirwati non yarihenze ntarwati rutor nawe rip
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Ай бұрын
Ahonihotugako ndayishimiye atacamaze sumuhuza arasamburagusa ntiyubaka vyaramunaniye nawenyene yagondojwe ntiyapfuye kuntwaroyowe
@niyondikoevariste2069
@niyondikoevariste2069 Ай бұрын
Nokuri Micombero nyibabakundiye kuja kuri enterrement yiwe, Boniface Vyamanga yaciye ashinga zmabariyere menshi cane.
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga Ай бұрын
We nukuri buyiya ahambwe hose nhki mwasariye kuri msg canke kubindi bitsndukanye mubijanye nisi twese nihe he ahagiye shimako mubanye nejo uzojayo hora ntuvuge turte ivyo duhMbije mureke uvwobs sivyo none
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Ай бұрын
Nonoho nabonyene ntibera abobishenibenshi ntawutishe
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga Ай бұрын
Urabesha wewe ayomajwi naya shetani muragowe urimusi yijuru
@IsabelleKanziza-i1n
@IsabelleKanziza-i1n Ай бұрын
le president Buyoya fut un grand President, c, est grace a lui que je suis ce que je suis. Il a Cree les colleges communeaux Qui nous ont pousse a etre intellctuels
@BURUNDIEMPIRE
@BURUNDIEMPIRE Ай бұрын
Merci infiniment pour les gents qui se souviennent
@user-yl3mr5hy5s
@user-yl3mr5hy5s Ай бұрын
Uzomukurikire iyo yagiy kuguruz ayandi mashure
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Ай бұрын
None nkurunziza koyashinguye neza bagaza mwiteka ntangere kandagateri teka ivyobirori
@user-dr5jo9bi1c
@user-dr5jo9bi1c Ай бұрын
Umukoshi ku kibuga c'indege ca Bujumbura!!!! Kuki ikiziga ca pierri Buyobe kitajanywe mu bu França ni kuki?
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane Ай бұрын
Umukoshi ni wewe , wakirofa w! Umuntu yabagabiy ubutegetsi niw wifatira mugatwe kuzuyemwo amazi 😂
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga Ай бұрын
Urabesha wewe ayomajwi naya shetani muragowe urimusi yijuru urazikoko nubu wewe nimana ikuzihoho naho twoba tutasabantu nkjko mutubona isi yoyo ira babona jmwanya numwanya turidondorano atanubwo tuzinanye ntjbone nfatindege ngo nuko nkurusga gutunga nuko nkudimana kandi namaze kumenyako nfinse agashusho kimAna
@niyondikoevariste2069
@niyondikoevariste2069 Ай бұрын
Ibinywamaraso
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane Ай бұрын
Ci wewe na so wawe
@alineshima7033
@alineshima7033 Ай бұрын
ntanibarabara rimwe bafashe baza kwiba bakaca bahunga
@LazareMuhigirwa
@LazareMuhigirwa Ай бұрын
Nahambanwe iteka.
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 209 МЛН
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 52 М.
The Match That Made Zinedine Zidane Retire
14:37
BR7 Football
Рет қаралды 1,7 МЛН
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 209 МЛН