ISENGESHO RYA MUGITONDO|| GUHAMAGARA IMANA NGO IBANE NATWE

  Рет қаралды 1,118

Divine Tv

Divine Tv

12 күн бұрын

Abatabashije kubana natwe mu misi 7 ishize, ivyo twagiye tuganira buri musi ni:
Ibintu 6 satani akunze kwifashisha mu kubuza amahoro abantu b'Imana|| Uburyo twobikura mu buzima bwacu • Part1|| Ibintu 8 Bikun...
Ibimenyetso bidasanzwe bigaragaza umuhero w'isi ko vyadushitseko vyose! : • Isengesho rya Mugitond...
Ububi bw'icaha mu mubiri w'umuntu: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Kwitega ugutabagwa n'Imana umuntu atekereje( atuje) adahuzagurika kuko Imana izi buri wese n'aho yomusanga, bityo iyo Imana ishaka kukubwira message irakwironderera( irakwishakira) mpaka message ikugezeho.: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Ibigwanishwa umukristo agomba kuba yambaye kugirango adatsindwa na satani, tubona akamaro ka buri kigwanishwa, n'ingaruka zo kubura kimwe muri vyo: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Iyo intambuko z'umuntu zishigikiwe n'Uhoraho n'aho yotemba ntashobora gushika hasi. Tubona ko habaho abakunzi b'Imana ihezagira hamwe n'abanzi bayo ivuma: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Abantu Bibiliya yise abanebwe Imana idashigikiye namba, tubona ko tugomba guhaguruka tugakoresha amaboko yacu kugirango Imana ihezagire imirimo y'intoke zacu n'uburyo tugomba kubigenza • ISENGESHO RYA MUGITOND...
#gusenga_everyday #ijamboryimana
Tubashimiye cane uburyo mukomeje kutuba hafi no kutugira inama zitandukanye. Hari igitekerezo watugezaho, twandikire kuri +250783739549
IMANA IBAHE UMUGISHA

Пікірлер: 3
@Vine091.
@Vine091. 5 күн бұрын
Ubuhamya bwa Divine Igiraneza : kzfaq.info/get/bejne/qrSnisRl0c22XX0.htmlsi=9vMyDQ63CdtVUlcy
@NzoyisabaCedrick-qi4pw
@NzoyisabaCedrick-qi4pw 9 күн бұрын
imana ibampere umygisha mwarahezagiwe
@Vine091.
@Vine091. 10 күн бұрын
Ibintu 6 ushobora gukora ukagabanya ibibazo mu buzima bwawe ukagira amahoro: kzfaq.info/get/bejne/epeBl8acvc2siJs.html Abatabashije kubana natwe mu misi 7 ishize, ivyo twagiye tuganira buri musi ni: Ku musi wa mbere: Twabonye ibimenyetso bidasanzwe bigaragaza umuhero w'isi ko vyadushitseko vyose! : kzfaq.info/get/bejne/n916fN1qvraXd2g.htmlsi=CQ6DwqX4ywGWMjQd Ku musi wa kabiri: Twabonye ububi bw'icaha mu mubiri w'umuntu: kzfaq.info/get/bejne/nLF8hsyrrc2VY6M.htmlsi=gRUwH_dLj0tG0qbZ Ku musi wa gatatu: Twabonye ko ari vyiza kwitega ugutabagwa n'Imana umuntu atekereje( atuje) adahuzagurika kuko Imana izi buri wese n'aho yomusanga, bityo iyo Imana ishaka kukubwira message irakwironderera( irakwishakira) mpaka message ikugezeho.: kzfaq.info/get/bejne/bamUqpenz7a5Ypc.htmlsi=jkIb3Uny357ReZxW Ku musi wa kane: Twabonye ibigwanishwa umukristo agomba kuba yambaye kugirango adatsindwa na satani, tubona akamaro ka buri kigwanishwa, n'ingaruka zo kubura kimwe muri vyo: kzfaq.info/get/bejne/obB2pJOix9LTZ58.htmlsi=i86danFYQobt6Wep Ku musi wa gatanu: Twabonye ko iyo intambuko z'umuntu zishigikiwe n'Uhoraho n'aho yotemba adashobora gushika hasi. Tubona ko habaho abakunzi b'Imana ihezagira hamwe n'abanzi bayo ivuma: kzfaq.info/get/bejne/pLqlktZ8tLHQoZs.htmlsi=L8lc-Cmd4Y6uygmq Ku musi wa gatandatu: Twabonye ko abantu Bibiliya yise abanebwe Imana itaribashigikiye namba, tubona ko tugomba guhaguruka tugakoresha amaboko yacu kugirango Imana ihezagire imirimo y'intoke zacu n'uburyo tugomba kubigenza kzfaq.info/get/bejne/hsugm62Qq7eqaYk.htmlsi=gP61ZOaUXzh7CQSj
ibi bintu 4 BIKUZANIRA IGIKUNDIRO/ GUKUNDWA
20:46
ISIMBI RYA YESU tv
Рет қаралды 69 М.
1 or 2?🐄
00:12
Kan Andrey
Рет қаралды 58 МЛН
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 51 МЛН
ISENGESHO RYAGUFASHA NIJORO UGIYE KURYAMA 🙏🙏
2:20
URUGERO TV
Рет қаралды 7 М.
Isengesho rya Mugitondo Ryo Gusaba Imana Kuturinda
20:29
Divine Tv
Рет қаралды 676
SENGANA NATWE ISENGESHO RYA MUGITONDO By Ikuzo Emmy
12:16
Hebron Blessing tv
Рет қаралды 42 М.