ISHAVU rya President Evariste NDAYISHIMIYE // Ubusuma buhari burakabije // Tugiye guhangana

  Рет қаралды 30,798

Isaac Tv

Isaac Tv

2 ай бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 151
@user-oe5nr5hc3f
@user-oe5nr5hc3f 2 ай бұрын
Vyamunaniye najiyo ubuniho abibonye koharubusuma mugihugu
@user-bj6oj3qc6g
@user-bj6oj3qc6g 2 ай бұрын
Arabizi yuko harubusuma bwinshi muri reta kandi nabiba arabazi ikibazo barakingiranira ikibaba.Uburundi turateye isoni nukuvuga menshi atagikorwa
@jumuiaeac9771
@jumuiaeac9771 2 ай бұрын
Igisuma cya mbere ni weho
@successtylish3700
@successtylish3700 2 ай бұрын
abantu bose baringaha ntibasa nabashonje basa neza baravyibushe ariko ihweze mumaso yabo bateye ubwoba barijiriwe., abandumenga basa nabariko biyumvira sinzivyarivyo, bwobarubwoba bwoko bagiye guhagurukirwa? uru nurugamba rutoroshe twaridukwiy kurwana nkabarundi twese ariko ntivyorshe😢 kuko president wenyene ntavyoyoshobora. umwewese mucarimwo yikubite agashi ubutunzi burashoboka utarinze kwiba. kuvyukuri president arinzaza kuvuga nukabona ko yarengewe.courrage mon president ejo niheza💪
@Africanhandsomeboy
@Africanhandsomeboy 2 ай бұрын
Nivyo kabisa
@espimugaragu5203
@espimugaragu5203 2 ай бұрын
Biraryoshe caane kurongora Abarundi bishimye 😊😊😊😊
@user-zm4wd7fm7w
@user-zm4wd7fm7w 2 ай бұрын
Nimwumvikane uburundi bwacu bube mumahoro numutekano kitarimwo uburyarya nimana ibandanye kukirinda amen 🙏🙌🙏🙌
@Africanhandsomeboy
@Africanhandsomeboy 2 ай бұрын
None Uyu muperezida afise ubwenge canka umutwe wara yayutse😂😂?? 1:36
@nduwimanaaisha8734
@nduwimanaaisha8734 2 ай бұрын
Amajambo twarayahaze abacu bariko bapfa ninzara
@GatekaNene
@GatekaNene 2 ай бұрын
Iyaba imvugo ariyo ngiro u Burundi bwoba bugeze kure cane. Abasuma biba igihugu baba mu nzego nabakozi ba reta kandi abategest bahafi cane hahahahah ngo Burundi nimur Eden which Eden abantu bariko barapfa ninzara ubukene buri mu gihugu ko bunuka amahera nta gaciro afise. Iyaba uko mubivug arik mubikor muguhan abo basuma biba igihugu twoba kure cane 💔💔💔💔💔
@boashamah3642
@boashamah3642 2 ай бұрын
Kuvuga meshi sikwo kuyama aho bazokumena umutwe muvyo bakora
@michelinemiche442
@michelinemiche442 2 ай бұрын
Nukur ni bareke kwiba,turabe ko twokwisununura,ni yompamvu igihugu kiguma mubukene kubera ubusuma,ni bikebuke birateye isoni kumbe nitwe twisamburirako nkihene😢😢😢
@oseendayi5046
@oseendayi5046 2 ай бұрын
Amajambo narayahze kuko harabasuma badafatwa 😢😢 niba hariho abasuma nibabatwereke 😢😢
@bigirimanayves9354
@bigirimanayves9354 2 ай бұрын
Aba dd wapi,igihugu cabananiye,mufise akayabagu.
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 2 ай бұрын
Akayabagu karenze
@ButoyiThierryve
@ButoyiThierryve 2 ай бұрын
Nukuri nibahindure ibintu kweri bararegeje p
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 2 ай бұрын
Fata ingingo ijane ningiro.mytamawacu
@user-qm7on5ll7z
@user-qm7on5ll7z 2 ай бұрын
Abo batama banyu muhaya ntaco bamariye umwene gihugu
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
Reka ubu nuburyarya turamuzi nabeshe imbonerakure nibo bakicemera ivyavuga
@michelinemiche442
@michelinemiche442 2 ай бұрын
Nibahindure turabe ko igihugu cotera imbere yemwe🥺🥺
@boashamah3642
@boashamah3642 2 ай бұрын
Gusa Neva avuga meshi atabikorwa arimwo , kandi aratukana kabisa ntamu president atuka abo arongoye
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o 2 ай бұрын
Ayomajambo twarayahimvye p
@Musindi736
@Musindi736 2 ай бұрын
Nyamara igihugu kigez ahatemba vyans kandi abarundi bazifatira ingingo
@MediatriceMukamusoni-bz4kh
@MediatriceMukamusoni-bz4kh 2 ай бұрын
Abo bica igihugu urabazi kuki badafatwa ngo bahanwe?rek kutubesha,dukeney igitoro,isukari twarahevy,basi mutugirire ikigongwe natwe muzob mukoz muduh igitoro😢😢😢😢
@NiyogusengaElysee-yn1pt
@NiyogusengaElysee-yn1pt 2 ай бұрын
Komera batama nareke kubabeshera
@anicetndikumwenayo3055
@anicetndikumwenayo3055 2 ай бұрын
Tunyotewe ibikogwa kk amajambo yaraturenze
@MvutsamahoroGuillaume
@MvutsamahoroGuillaume 2 ай бұрын
Ibibintu umukuru wigihugu avuze nivyo vrt.Ese icompa bikaja mungiro❤
@niyibitansgaSalvator-cw7jp
@niyibitansgaSalvator-cw7jp 2 ай бұрын
Abize mwize kwiba. Mpimba huzuye abivye ibitki
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w 2 ай бұрын
President wiburundi afite abantu atinya bakorana!!president arategeka akagira inama agahana ahereye kuri babandi bakomeye abasirikare naba police,mugihe agifite abo atinya ntacyo azakora
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Ndakwumva, ndagukunda ! Bahe igitoro, agasukari banywe akayi bashire inyota, devises zongere kugwira abarundi batunge batunganigwe muri EDEN NSHA !
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 2 ай бұрын
Ew ndagutwenze. Ninduru gusa. Ntazi ivyo ajejwe
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h 2 ай бұрын
@@philiberthabogorimana3904 🤣🤣🤣🤣🤣🙈🙈
@user-oe5nr5hc3f
@user-oe5nr5hc3f 2 ай бұрын
Bwarayaze
@NiyibitangaEdimond
@NiyibitangaEdimond 2 ай бұрын
Ingihungu cu burundi nikizigera ngitera ibere hakiri Abanu bashoje
@Lab4Ulk
@Lab4Ulk 2 ай бұрын
ark c guhora urira ngo abasuma ntugire icyo ubikoraho ubundi bimaze iki ?
@AccruVertu
@AccruVertu 2 ай бұрын
Amaraso yabarudi na bakongomani ndayishimiye ariho asesa bizamugaruka aho gutekereza kucyavana abarundi mubukene ahubwo arabamara
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 2 ай бұрын
Sinumva ukungene azi abasuma ariko bakaguma bakora akazi ,, Uburundi tuzokwama dukenye
@DushimeMiracle-fw6it
@DushimeMiracle-fw6it 2 ай бұрын
S.E HERA HEJURU UBAFUNGE CANK UWIVYE ARUMUKURU JANA KURI RTNB.HAMA MUMUTEMBEREZE IGIHUGU MUMWEREKANA.
@fabron1398
@fabron1398 2 ай бұрын
Nakuze numva ngo isazi........ati birame mbone
@bismillahtv1596
@bismillahtv1596 2 ай бұрын
Ikibazo ni wowe wakigabo we😂😂😂 ese wagiye uvuga buke buke kuki uvuga gutyo😂😂😂
@user-ui2cc4bk6m
@user-ui2cc4bk6m 2 ай бұрын
Aba kuhegereye bose bakureko mutama raba neza
@user-gz2pw5ve8y
@user-gz2pw5ve8y 2 ай бұрын
Hatariyum
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 2 ай бұрын
Komera mutama turakwemera abatakwemera baribaza 💪💪💪💪💪💪
@Africanhandsomeboy
@Africanhandsomeboy 2 ай бұрын
Urikirofa
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h 2 ай бұрын
​@@Africanhandsomeboy😂😂😂😂😂😂😂
@Africanhandsomeboy
@Africanhandsomeboy 2 ай бұрын
@@user-gg4rh2bq2h Nivyo kabisa man ntiwibaze yuko mbeshe umenga numwana muto
@UrbainNdayihereje-wi3hm
@UrbainNdayihereje-wi3hm 2 ай бұрын
Urakajuju
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 ай бұрын
Nyakwubahwa🙏🏾 Fata Ingingo,igihugu kibona.bahindure abo bayobora izo nzego zose! Shiraho abandi,Igihugu Kirokoke! ahandiho tuzokwama hahandii nka ka Gasozi k amarere kahiye abagabo babona!
@IsmaelTuratimana
@IsmaelTuratimana 2 ай бұрын
Ariko we,, Hazagize ujyendana itopido,, munama akagikubita iryagahanga,, urareba ukunu yatimye abarundi bitakariza icyizere?? 😭😭🥺🤔😭
@SalidMahhammued
@SalidMahhammued 2 ай бұрын
Burundi inci masikini zaidi hamusongi Mbere munabaki pale pale maneno mengi tu😂😂😂😂🎉😂
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o 2 ай бұрын
Abobarimbereyiwe ntimubona ko bavyibushe😂😂😂😂😂 nawenarimwo hamango bagiye kubihindura !!!!!uuu
@ManirarebaJanvier
@ManirarebaJanvier 2 ай бұрын
😊
@pokemon-Go22
@pokemon-Go22 2 ай бұрын
Inyenzi zarabinjiriye, nimureba nabi zirabadurumbanya. Zazanye isumu mu burobe
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 2 ай бұрын
Uumunsi avuga ko abivye amahera yari kubaka urugomero rw'umuyagankuba ntibariye 54milliards. Hari umuntu numwe yafashwe. Ntabintu ngaho ariko aravuga.
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 2 ай бұрын
Barazinanye sha
@JoeboyVyizigiro
@JoeboyVyizigiro 2 ай бұрын
Twarigorew kl ,ewebash iyo imana incaguza sinarigutor iyo wap. Kl
@uwimana6533
@uwimana6533 2 ай бұрын
Abahutu igihugu chabananiye nimukirekure mwamenyereye gusahura mwamenyereye ububoyi ntabwo mushobora gutwara igihugu 😂😂😂😂😂
@bluehada2151
@bluehada2151 2 ай бұрын
Kwa upande wangu nikiwa rais nitawafukuza kazi wazee wote na kuwaweka vijana 💔😢😢
@user-iq9gg7hu6b
@user-iq9gg7hu6b 2 ай бұрын
Nukuri baratuboye amaboko mumugongo naje mba narakarimye 1kg yibigori isunvya igiciro 1kg yikawa kandi bidashoka hanze,
@user-fi9zy3xr7o
@user-fi9zy3xr7o 2 ай бұрын
Ningorane kwl
@elvisnahumuremyi-uy7lh
@elvisnahumuremyi-uy7lh 2 ай бұрын
Mutama yageragez n'ukabwir abatumv.
@user-xy4nk9rl1z
@user-xy4nk9rl1z 2 ай бұрын
Uburundi ntibukiri igihugu ni cooperative iyobowe nabahezanguni bakoze agatsiko kamabandi yiyita abayobozi
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 2 ай бұрын
Nababandi babwire😢😢😢😢😢
@bennyhabona1051
@bennyhabona1051 2 ай бұрын
nabo ubibwira barakugaya cane kbera udatanga akarorero baramenyereye ko uvuga gusa ntibije mungiro
@donatienbest6043
@donatienbest6043 2 ай бұрын
Ayo majambo twarayahaze kandi isaac ivyo namutwe namaguru bifise turekurire imiriro ya basani
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 2 ай бұрын
Our president jail them apana kubingiga ,igisuma nikigira ikigongwe show them no mercy too
@stevenfabricenyambalo2243
@stevenfabricenyambalo2243 2 ай бұрын
Uwans gukor ivyo yiyemej Wes naveho utuzanir abashoboye apana kurindira ngo ejo azikosora akosheje Kura mukazi wangaze abandi babishoboye plz amajamb make ibikorwa vyinsh
@brythonmbinga8495
@brythonmbinga8495 2 ай бұрын
Tunahitaji vitendo sio maneno
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 2 ай бұрын
Sha wapi kweri jw ndumurundi nsanzwe pe pe ariko ndavye umurundi ukuntu asuzugurwa hanze yigihugu atajambo agira ataruvugiro kubera bafusuzugura ngo turakenye ukaja wumva ko hari abari kwiba amamiriyoni yamadorare Kandi buri mwaka ibaze ntashirahamwe narimwe rya reta ritera imbere muburundi oya vrmt plume mumaya mureke duterimbere muzopfume mwiba menshi yararwiriye basi oya vrmt nimba ari ukudatembera ntibanamaramara wapi kweri jw unengo nobavira urwapirato bagapfungwa bose cank bakicwa kuko hakubimbwa wobimva aaah
@boashamah3642
@boashamah3642 2 ай бұрын
Izimbundege zirarenze ikwemera Sha reka batembagaze igihugu kuko uburongozi bwuburundi huzuyemwo ubusuguru bwishi Gusa barakwirahira ndakesera ubuse ubusuguru 😂😂
@migazocumba7212
@migazocumba7212 2 ай бұрын
Umurimyi mwaramunize
@nununuora8274
@nununuora8274 2 ай бұрын
Jew ndaryoherw nandayishimiy ivyiwe namajamb gusa ntabishira munguro😂😂😂😂
@turi386
@turi386 2 ай бұрын
Ni uko uri I ndashima ariko ntako aba atagize. Nawewe hakenewe umuganda wiwawe.Président se yakora wenyine?
@userNono207
@userNono207 2 ай бұрын
​@@turi386nahere muri abo ayoboye abakoremwo akazi 😂😂
@dorissengiyumva6694
@dorissengiyumva6694 2 ай бұрын
Muzee abobose bica igihugu sugumira mugasho ntushiremwo imiyaga
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 ай бұрын
Hindura abayobozi😢😢😢
@lucieharerimana4705
@lucieharerimana4705 2 ай бұрын
Abo ubwira nabonyene mwicaranye a majambo menshi atabikorwa ntaco bimaze bivamwo agakengerwa mutama ayomajombo yose uvuga udafata ingingo kndi ubazi kndi ubabona bimaze iki?fata ingingo urekane namajabo abonyene mwicaranye uriko urabwira nibo bagisibije.aho bariko baragutwengera munyinyo bansha.igihugu bakigize proprietè privé 😢😢
@bismillahtv1596
@bismillahtv1596 2 ай бұрын
Uburundi bukeneye Perezida wibikorwa not uwibijambo 😂😂😂
@oliviersabushimike1124
@oliviersabushimike1124 2 ай бұрын
Nyakubahwa mukuru w'igihugu cacu ciza c'uburundi nukuri uravye igihugu cacu aho kigeze,nukuri harimwo abagutobera benshi kandi turavye nabi naryahangiro twiha ry'uburundi bwiza 2040-2060 tuzosanga vyadindiye.rero turabinginze nukuri sebarundi udukureko abo bantu bintovyi banyonyeza itunga rya reta bakazingamika igihugu badashakako duter'imbere.Emwe ukubite utababarira,uwariwe wese ubutungane bumukorereko abenegihugu turi inyuma yawe.bibaye ngombwa ubahanire kukibuga bazopfe bangara nka kayini.💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮 turikumwe twese birashoboka.
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Bamutobera ? Reka reka, babizinanyemwo sha !
@user-fo9xb8ml9w
@user-fo9xb8ml9w 2 ай бұрын
Mutama ifatire ibintu muminwe ubundi bwobwo kanyanya p!
@Ncentmkuu
@Ncentmkuu 2 ай бұрын
Perezida avuga atontoma ntakigenda gwose. Niba biba 40M us dollars, bisiguyeko abasuma biba 800M Fbu selon le formule NEVA(5 dollars = 100Fbu). Sinumva rero igituma asakuza gutyo kubera utwo duhera.
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 2 ай бұрын
Gutontoma ni faiblesse
@GibrilNiyera
@GibrilNiyera 2 ай бұрын
Oya burundi bwacu Aho bugeze ntibibereye ibiciro vyibintu hamwe nukubura kwibintu bimwe bimwe birababaje kndi IMANA yaraduhezagiye
@FredHassan-lv5ks
@FredHassan-lv5ks 2 ай бұрын
Ibibyavuzwekenshi kubijany nubusuma byaraturambie
@ignacenyiringabo9055
@ignacenyiringabo9055 2 ай бұрын
Ibintu bipfira kumutwe mutama, none ko wazanye imishinga mishya y'isazi,udukwavu,uti indagara nimari ufunga imipaka,uti duhinge amavoka turaca dukira.....wowe wumva ntaruhare ufite mukuyobya abenegihugu?ubuso buhingwaho ibihingwa ngengabukungu(byinjiza amadevize) bwatekerezwaho ariko munatekerese kubihingwa ngandurarugo(ibitunga abenegihugu) bitaribyo muzicisha abenegihugu inzara bose bigiriye muguhinga ibijya hanze.
@paulrurangwa5194
@paulrurangwa5194 2 ай бұрын
Mwebwe ntagihugu muzoshobora
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 2 ай бұрын
Gushika uno munsi, Uburundi nta mu prezida bufise. Bimenye, kura ayo mampobogo
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 2 ай бұрын
Iryo ni parara. Niw abagena mumabanga kandi atazi ivyo barimwo. Nicogituma atabashengeza mubutungane. Uko nukudukanga ngo arabakarira.
@habimanaignace7235
@habimanaignace7235 2 ай бұрын
haaaa sendagara ko atavuga se ko nikiyeri cyabuze nigitoro cyabuze kd iyo ibinyamakuru byiwacu bibivuze muradusakuriza
@Ishiru493
@Ishiru493 2 ай бұрын
Ububuhanuzi buteye ubwoba ibyuzi sibyi umva ukurikose aha👇👇👇 kzfaq.info/get/bejne/nadkp9J7ptyWiWw.htmlsi=7-O5sgZb7VU96x_L
@user-tw7bu7xn3k
@user-tw7bu7xn3k 2 ай бұрын
Ukw sh nugusamaz abantu ntakizovamw
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk 2 ай бұрын
Dushaka ibikorwa
@Mpawenimanafrancois-js6qw
@Mpawenimanafrancois-js6qw 2 ай бұрын
Nadomeko urutoki murabo barikumwe
@louishavyarimana
@louishavyarimana 2 ай бұрын
None Abo bahatwara KO muguma musemerara ngubusuma none mubatwagwa ntibarimwo bafise ubudahangagwa
@nyamurangwajeanmarie5331
@nyamurangwajeanmarie5331 2 ай бұрын
Ariko wwe uhora uhangana!!?Essence yarabuze waravuze ngo ugiye guhangana nubu ntiraboneka va murayo ngayo banza utabare abanyagatumba
@rukundobruce6051
@rukundobruce6051 2 ай бұрын
Iki kigabo gifite ubwenge burutwa nubwabana Ninde wamutoye ? Kuki abarundi mwisuzuguza bigezaha kandi murabantu bazi ubwenge Cyane twubaha
@user-bc3zm1et3q
@user-bc3zm1et3q 2 ай бұрын
Nyenicubahiro arakukivi ariko inryarya ninyishi murireta yiwe amadorare muburundi arahari kuko abobategetsi bomuntwaro yiwe nibobayiba muri BRB bagenda kwiyubakira ama etaje hanze ntakindi baniganira atarinyungu nzabo kuko barazi neza nibavakubutegetsi kobazocabigirahanze kubayo bahunga ubutungane ariko baribesha imperanimperuka bazorondegwa
@FrankLightlifeirakoze
@FrankLightlifeirakoze 2 ай бұрын
Ubujanja
@IrakozeAmani
@IrakozeAmani 2 ай бұрын
Nihatar
@amanyasmary5348
@amanyasmary5348 2 ай бұрын
Abo mwicara ye buzuye ubwoba🤣🤣🤣
@turi386
@turi386 2 ай бұрын
Ubwo wabona mu basuma urimwo canke harimo bene wanyu ariko ibyo uri kuvuga. Genda uje kumufasha ntabwo yakora wenyine
@tungaaaron7570
@tungaaaron7570 2 ай бұрын
Umusuma aratwa agashigwako imimwe
@user-wf9ln2go9g
@user-wf9ln2go9g 2 ай бұрын
None ko Mandat igira ihere tukiri mumajambo 🤦🤦
@user-xy4nk9rl1z
@user-xy4nk9rl1z 2 ай бұрын
Reka amagambo ja mubikorwa
@user-np8xi5lv8i
@user-np8xi5lv8i 2 ай бұрын
Nta dollars ryanje nzobaha 😂😂
@callixtendayisaba813
@callixtendayisaba813 2 ай бұрын
Iki kigabo kibayobora gute? President uvugana umujinya gusa,muitere coup d'etat
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 2 ай бұрын
Nyenicyubahiro mwubahwa ukeneye umukozi ushinzwe iperereza muri buri comine Kandi agomba kubahwa no gutinywa!! Akanya aguha rapport buri cyumweru uwo nawe akajyira abandi 3bamutangira rapport nawe nyene atazi bakorera munzego zo munsi kugera kugacimbiri!!!
@user-iw7jv8cp6z
@user-iw7jv8cp6z 2 ай бұрын
Abasuma Biba igihug barimurabo bitwakobari muntwaro zigihugu ark kubashir kumugaragaro mbona bidakorw
@clovatech257talent3
@clovatech257talent3 2 ай бұрын
None ga yemwe ,ari president, vyamunaniye gufata ingingo ?yaramaze kumenya abasuma, none kuki atobahana biboneka? Jewe mbona yofata ingingo akabarungika ku musaga bakaba bararyamyeyo bakumva uko inzara ibabaza !😭😭😭
@jamaryribson3165
@jamaryribson3165 2 ай бұрын
Then do something reka kuguma ubitunwora we need actions
@Never-h5h
@Never-h5h 2 ай бұрын
Ariko 🐽🐽🐽disi Mu Burundi ntiwabona abatutsi munama y igihugu byose nibihutu. Sha bitandukanye no mu Rwanda parliament yu Rwanda irimo abahutu benshi kuruta abatutsi … ariko mu Burundi nabahutu gusa gusa mbega Uburundi ..: iki kigabo mwazakishe koko ngwo ni Neva.. Kiba kivuga ubugodyi ntabintu bizima kivuga
@user-cv9hd9lv1b
@user-cv9hd9lv1b 2 ай бұрын
aba bantous ntakindi bashoboye nukwiba nokwica
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 2 ай бұрын
Ego,Mutama Bafunge Bose niwabura abarundi bashoboye gukora batiba igihugu uzahe akazi abanyamahanga!!! Kandi abo basuma kubera wamenye ingene biba ukaba utiba nkabo!!! Niyo mpamvu bakubona ko uri ikibazo!!! Nutagira vuba ngo ubafunge!!! Bazakuroga ndakurahiye!! Kandi mbona ubutesi bwawe wizera abantu bose!!!!!
@ibrahimvyumvuhore2321
@ibrahimvyumvuhore2321 2 ай бұрын
Nyakwibahwa président imana ibandanye ikwongera inkomezi yimbono y'uburundi Kuko abarundi beshi turi kumwe nawe kandi dusenge cane kugira sasesankuyoze ntibibicaye bikinze abashef de zone ivyo bintu nibo bobikorara neza gusuba nabo hejuru Hajaba rusasuma kumuntu kumuntu Ntibimere nka yamavoka batera hagaca haba abandi bo kuyarandura nubu baravyumvise korana n'a chef de zone uzorabe ko bitagenda neza murakoze nyakwubabwa kuriyo ngingo ufashe
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 2 ай бұрын
Abategetsi mwese mudahinduts ntaterambere kuramwo ibihumbwa bagombe babe ibihangange Kandi abo nibo badatember ngo barabe ibindi bihugu uko bikora ibaze nka sauza abanyagihugu barahembwa Kandi amahera arenga ibihumbi 60 kukwezi vyamarundi ibaze ibaze natwe turacari muvyubusuma wapi kweri ico batazi nuko iyo igihugu giteyimbere nabo boterimbere ariko tugumye dukenye naho ubutunze ntivyigera biboneka kuko ubukikijw nabatindi benshi
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 11 МЛН
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН
Женская драка в Кызылорде
00:53
AIRAN
Рет қаралды 361 М.
PAPA SAVA EP990:AMAFARANGA Y'IHENE NGO MYE!
26:14
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 110 М.
The Day Ronaldo Showed Messi, Neymar & Mbappé Who Is The Boss
19:19
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 11 МЛН