ISRAEL MBONYI 🇷🇼 arashitse mu BURUNDI🇧🇮 i BUJUMBURA ivyishimo ni vyose ....

  Рет қаралды 46,341

Magic Channel TV

Magic Channel TV

Жыл бұрын

Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media

Пікірлер: 62
@valcinahowell6405
@valcinahowell6405 7 ай бұрын
Don't let them media get through you say focus on Jesus chirst who bring you this far by faith. Love Israel Mbony
@delacycy
@delacycy Жыл бұрын
Abarundi dufis akajagar kensh 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤦🤦
@rukoranyangabo9128
@rukoranyangabo9128 Жыл бұрын
Oyaah nshuti nurukundo rwinshi .....ntibyumvikana ukuntu umukinyi wumupira yakundwa kurusha umutabyi...
@christexishimwe7148
@christexishimwe7148 Ай бұрын
Uyumuntu yubash'lmana nayo imuh'icubahiro Israël MBONYI turakunezererewe goooose kandi goooose cane iwacu uz'ugubwe neza kaimbavu zitakure zikurye amavuta ntameneke mukunzi❤
@jeannedarcnzeyimana9380
@jeannedarcnzeyimana9380 Жыл бұрын
Uwimana yemera imwemeza nabantu.raba icubahiro mbonyi afise.ukomere mukozi w'Imana
@user-vf4ji8nt5z
@user-vf4ji8nt5z 4 ай бұрын
Abarundi gamana barazi kwakira abashitsi ahubwo barahatswe kumutera ubwoba
@divinedinenishimwe5158
@divinedinenishimwe5158 Жыл бұрын
Karibu I Wacu,Israel, Mukunzi w Imana n abantu👐
@ndagijimanacedric4591
@ndagijimanacedric4591 Жыл бұрын
Ni nde nka jew yihutiye kuraba commentaires hahhhhh🤣
@mkeykercy
@mkeykercy Жыл бұрын
Imana ishimw kubona imipaka yaruguruwe'mbonyi karibu urisanze
@gylainendayikunda7005
@gylainendayikunda7005 Жыл бұрын
Ngo ndanezerewe .akaba arahejeje kwishura shahu.karibu ncuti ya Yesu iwacu i Burundi
@asilesteamtv6917
@asilesteamtv6917 Жыл бұрын
Mbega akajagari mana yanje ndabira nka Arsène ibyarimwo ninde yabonye ingen Israël yihoreye ariko arabitegereza
@AsAs-ec5ox
@AsAs-ec5ox Жыл бұрын
Akajagari namwe mwakabonyehe😂😂😂ibi biba ahantuhose baba biteze umushitsi
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 Жыл бұрын
Karibu burundi mbonyi... Ariko itangaza makuru ryomuburundi bwacu muratumaramaza ukumvikana guke mufise kuki mutagira abomushira imbere binserukizi!!! Udusimbirahamwe gusa
@aliciamutoni7559
@aliciamutoni7559 Жыл бұрын
Karibu murugo mbonyi
@jenipheraketch7096
@jenipheraketch7096 9 ай бұрын
My mbonyi love you so much
@joselyneumuhoza9695
@joselyneumuhoza9695 Жыл бұрын
Protocole yanyu irihafi ya ntayo simbabeshye Murakabije pe ..
@aliceali9178
@aliceali9178 Жыл бұрын
Karibu cane Sha iwacu muburundi naho wakiriwe nabanyakajagari mukama ndumiwe😃😃
@gorethnsabimana5139
@gorethnsabimana5139 9 ай бұрын
Karibu cane mbonyi
@nadegemuhimpundu4826
@nadegemuhimpundu4826 Жыл бұрын
Arsène urajagaraye sana ......wamwegera ukamubuza isaganirizo
@provi5068
@provi5068 8 ай бұрын
WOW good 👍
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 Жыл бұрын
Karibuuuu mbonyi🇧🇮❤️
@turimubigerojannette3067
@turimubigerojannette3067 Жыл бұрын
Mbega akajagari KO mumubiza amahoro,erega araducishamwo ijisho
@nitungamireille316
@nitungamireille316 Жыл бұрын
Mbega akajagari mukama wanj
@gylainendayikunda7005
@gylainendayikunda7005 Жыл бұрын
Yemwe akajagari karaha.hhhh mbonyi arabaraba akihorera.Mukama wanje.ese ukuntu yitonze rero mukamurenza induru weeee
@jaypablo
@jaypablo Жыл бұрын
Ivyo bintu vyokwipendekeza nivyo bidusubiza inyuma!! Umuririmvyi wese avuye inyuma yigihugu ama TV online yacu muraba promotinga ariko mwibagira iyo aba stars babarundi iyo bagiye nkomu Rwanda nta TV nimwe igenda kubategera ariko mwebwe🥴🤭 muratwiciye umuziki 🇧🇮 si Dj Paulin gusa awufukamye munda
@user-gp4iu5hl1q
@user-gp4iu5hl1q Жыл бұрын
Ngewe nkunze akavuyo mufite rata bigaragaza urukundo mufitiye umushyitsi
@ismahtv299
@ismahtv299 Жыл бұрын
Sha mbega akajagarii
@quennevadina1949
@quennevadina1949 Жыл бұрын
Karibu cne iwacu
@ireneeniyonkuru42
@ireneeniyonkuru42 Жыл бұрын
Mbega akajagari!!!Arsène gabanya akajagari
@anitharuzima1027
@anitharuzima1027 Жыл бұрын
Ariko akajagari kaba mubarundi 😀ntimwoza muraba abantu biyubashe kweli, apuuuuu murazi gutukisha igihugu cacu ntasoni .
@HerryDaMagic
@HerryDaMagic Жыл бұрын
WElcom
@noellambazumutima3585
@noellambazumutima3585 Жыл бұрын
Haaaa fatakumavuta yahigereye kweriii . Muze mwumve .
@muhirejonathan3918
@muhirejonathan3918 Жыл бұрын
Ko mbona journalists mufise akavuyo
@maximumelvis7589
@maximumelvis7589 Жыл бұрын
Karibu I muhira
@faustineniyonzima8899
@faustineniyonzima8899 Жыл бұрын
Ndasavye yemwe mutunganye neza ibintu
@faustineniyonzima8899
@faustineniyonzima8899 Жыл бұрын
Ntitubumva
@ndayizeyejosephat1213
@ndayizeyejosephat1213 Жыл бұрын
Mwamwakiriye mukajagari
@fabricendayishemeza1229
@fabricendayishemeza1229 Жыл бұрын
Ba mwiga editing kugira mushikiriz ibintu bisa neza
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 Жыл бұрын
Subwambere ajeeee😢
@user-kt4un9kl3i
@user-kt4un9kl3i Жыл бұрын
Mukumwakir mwabikoz mukajagar naw numunyamahor yarabarets
@egideee130
@egideee130 Жыл бұрын
Hhhhh ahwii😂 mbega kajagari
@52inno100k
@52inno100k Жыл бұрын
Ntumumufunge nyabuna
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 Жыл бұрын
🤣
@Paradise-bk4fl
@Paradise-bk4fl Жыл бұрын
Fatakumamesa niwe ndabutswe?cg!
@JustineNiyonkuru-nd6vw
@JustineNiyonkuru-nd6vw 11 ай бұрын
Twarishimye kubonayaratugendeye mugajew sinamubonye ?
@imvuraproduction990
@imvuraproduction990 Жыл бұрын
Fatakumavuta yagarutse
@user-sk8bs1ug7r
@user-sk8bs1ug7r 4 ай бұрын
Akavuyo Gusa
@gylainendayikunda7005
@gylainendayikunda7005 Жыл бұрын
Ehe fatakumavuta kirisu😆😆😆😆😆😆😆😆
@catherinelynch4265
@catherinelynch4265 3 ай бұрын
Z
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 28 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-vw8ce1hg9x
@user-vw8ce1hg9x 3 ай бұрын
Cant they use english😢😢
@uwasececile6555
@uwasececile6555 Жыл бұрын
Abarundi mufite akavuyo
@mkeykercy
@mkeykercy Жыл бұрын
Abarundi sinzi uko mwabaye mwamubuza guhema
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 Жыл бұрын
Birarenzeeee😏
@Ann-yz3vt
@Ann-yz3vt Жыл бұрын
Akavuyo Buja
@manirambonasusan3082
@manirambonasusan3082 Жыл бұрын
Ico kigabo cari kiborowe Kandi cigira chef.ngaye abatumyeko mbonyi batapanze abamwakira bisoneye .pu
@eerreffd4569
@eerreffd4569 Жыл бұрын
Ese ikikiganir kokitavug namaki
@ismahtv299
@ismahtv299 Жыл бұрын
Mumuvane mu izuba man
@nakizajolie1336
@nakizajolie1336 Жыл бұрын
Murajagaraye mugabanye 🤣🤣🤣🤣
@karuyongaancille7318
@karuyongaancille7318 Жыл бұрын
Mbega akajagari bazakosore
@babalaoofficial6713
@babalaoofficial6713 Жыл бұрын
Ururukundo dukwiye kurugabanya kbs
@jeanpaulkabanyegeye5078
@jeanpaulkabanyegeye5078 Жыл бұрын
Umwanya uheze arakaguma ,bararushe nuguharira🤣🤣🤣🤣
Israel Mbonyi - Nina Siri
11:11
Israel Mbonyi
Рет қаралды 53 МЛН
Can You Draw A PERFECTLY Dotted Line?
00:55
Stokes Twins
Рет қаралды 97 МЛН
Жайдарман | Туған күн 2024 | Алматы
2:22:55
Jaidarman OFFICIAL / JCI
Рет қаралды 1,6 МЛН
КАРМАНЧИК 2 СЕЗОН 7 СЕРИЯ ФИНАЛ
21:37
Inter Production
Рет қаралды 509 М.
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 6 МЛН
Israel Mbonyi - Malengo ya Mungu
8:17
Israel Mbonyi
Рет қаралды 7 МЛН
Israel Mbonyi - Nk'umusirikare
12:09
Israel Mbonyi
Рет қаралды 3 МЛН
Israel Mbonyi - Nitaamini
12:58
Israel Mbonyi
Рет қаралды 21 МЛН
ISRAEL MBONYI YAKIRIWE BIKOMEYE-  WINNIPEG - CANADA🇨🇦
7:12
Can You Draw A PERFECTLY Dotted Line?
00:55
Stokes Twins
Рет қаралды 97 МЛН