Ikiganiro IJAMBO NI RWAWE co kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 Kigarama 2023. Abatumire: *Léonidas Hatungimana *Bob Rugurika *Nadine Nibigira
Пікірлер: 147
@desireirambona23196 ай бұрын
Bandanya Bob gutohoza, hanyuma abazokuvuguruza tuzobumva. Nibaza ko uri mu bamenyashamakuru bambere muri investigation. Ntanuwundi ahari, abandi bari hehe ko batubahuka.
Umurundi wese yumvirizi yi temoignage asabwa kuyi partagea kugira umurundi wese ahava akagera afise data akurikirane iki kiganiro Abarundi twoba tugire tuvumwe tubandanije kuba mugihugu cica intungane Abamugandaguye bakurikiranwe
@sivlizshngrif48586 ай бұрын
God bless his excellency Pierre Nkurunziza and his beautiful family!!! no one is perfect, and I’m not saying it’s justified whatever wrong doings he did in his life but, WE ALL did Bad things in life. To say all that, he’s WAAAY better than all these idiots running the country right now. They better wake up because life’s not sweet….
@juliennsengiyaremye96155 ай бұрын
Reka dutagir2015 ako Niko kaz kany gucanishamw abarund ariko ibuye ryaseruts ntawurikubita kwisuk RER tuz Abo murib nabo mukorer
@sivlizshngrif48585 ай бұрын
@@juliennsengiyaremye9615 oya nawe andinka ibintu twumva basi I didn’t understand nothing you wanted to say !!?
@user-ds3rg2xh5q6 ай бұрын
L eonidas w ewendamu zikuva i Bubanza no muri Congo, ni umunya Cankuzo,yihindutse nyakubahwa wacu umuhisi wacu Imboneza yamaho,vyarambabaje,
@user-yt2kw4ud7f6 ай бұрын
Twarahomvye pe.
@habiboumuco91005 күн бұрын
Inès Gakiza urikiyo
@BebeEmmanuel20 күн бұрын
*Ntabwo mwibaza impamvu aba presidents bose bapfuye bavuye muri kenya?*
@BebeEmmanuel20 күн бұрын
*Ikintu kibabaje kubona aba Jesuits bakoresha abanyafrica kwica benewabo*
@user-eb8dv3ds5t6 ай бұрын
😢birah Amb Aym
@ekaiesikiria21046 ай бұрын
Ariko sha mwe murabona politic yanyu izobashikanahe
@user-fr2xm7fd8k6 ай бұрын
❤
@thewhitesand18145 ай бұрын
Izinaryawe witwande
@BebeEmmanuel20 күн бұрын
*Muratohoza urupfu rwa Nkuru nziza tubiziko yapfuye, ariko mwibaze impamvu, aba president bose banze kwemera covid-19 bose bapfuye, president w'uburundi, president wa tanzania, president wa haiti na ba docteur bose bahakanye covid-19, ntabwo murashika ku mwanzi urinyuma y'urupfu rwaba presidents*
Ubundi ga madaaaaa amahoro urimwo nayah??kumbure ur mubayarimwo daaaaa😢😢😢😢😢😢reka bavuge ukuri tubeho nabi ariko tuzi ukur😮
@turibamweali86616 ай бұрын
Unyibukije inkotanyi zo mu Rwanda ese kuvuga ukuri kubiriho cg kubyabaye bihurira he no kugusubiza mu magume? Erega murikirigita mukisetsa nta mahoro apfunyitse ibinyoma abaho reka ukuri kuvugwe ubumwe bugirwe nababishaka
@wilsongafurero42846 ай бұрын
Abagaragu ba Kagame, murabesha niyo radio yanyu ngo radio yabahima.
@FrancineUwizeye-mv2ko6 ай бұрын
1
@deogratiasnshimiyimana35525 ай бұрын
Toyota mutubwire niba Rajabu akiriho! Ko vyovyo mutabitohoza?
@danielbizimana19865 ай бұрын
None ni kuberiki ubwoburozi bwaje ntatange imburi bataramuroga?
@user-rg4ov7sf5h6 ай бұрын
Ivyo nibiki gayemwe?😮😮😮😮 9:56
@fafari1506 ай бұрын
Twarabahinyuye abaduteranya twaramaze kubamenya
@pierreclavernduwimana19745 ай бұрын
Reka kubesha Leonidas. NGO abarundi ntibabona ko bakenye? Barsbibona nuko bavuze naca bibonerako. Bavugire imbere yabicanyi !!!
@pierreclavernduwimana19745 ай бұрын
Sha, iyo numvise ivyo bivuga, biranoneka ko ndayishimiye ARIWE yamwishe. Kuko ntibuumbikanabukunti umu President afuye, hanyuma sgahambwa nkimbwa, ntihagire abantu bamusezera, nukuri amakenga ariko ko yoba ARIWE yamwishe.
@mariekampororo38446 ай бұрын
Ngize ubwoba pe Kuvuga ngo abarongoye u Burundi bagomba kugaragaza UKULI ku rupfu rwa Prezida Nkurunziza nibyo Ariko se Ko mbona harimo LABYRINTHS zikomeye !!!!!!!! Nanjye nunva impanvu babyihoreye UKO MURIMO MUBISOBANURA imitwe yari kugwa ari myinshi kandi hakagwamo inzirakarengane nyinshi This is a mafia case Good luck 🖐️
That hospital it's the best in Burundi. Nuko gusa isumu yahawe yari ikaze. I kindi naco nta gihugu na kimwe umukuru w'igihugu apfuye baca babishikiriza aho nyene
@jumaciza4616 ай бұрын
Gusa mukomere kuvuga kuko n'ubu har ibindi vyinshi bitagenda neza mukomere mubakosora uko nyene
@user-rg4ov7sf5h6 ай бұрын
Ivyo nibiki gayemwe?
@Felicismenahishakiye6 ай бұрын
Nikibazo pe
@fafari1506 ай бұрын
Ko mutaravuga nabi red tabar umwansi w'abarundi, ngo murasengera uburundi? Imana yoyo ni Inyakuri ntiyita ku matiku yanyu