Ivya

  Рет қаралды 1,161

Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka

Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka

4 күн бұрын

Ingingo nkurunkuru
1. Umukuru w' igihugu ngo yoba yifata nkumurorerezi imbere y'ibibazo biri mugihugu arongoye. Twabibateguriye
2. . Hari abarundi baja guca amafranga mugihugu ca Tanzanie munyuma bakisanga mugasho inyuma y'imyaka bakora nayo mafranga atayo baronse
3. Nayo mugambwe APDR hoho babonako umukuru w'igihugu akwiye guhana abamwononera gutyo igitoro kigasubira kuboneka mu Burundi.
Amakuru twabateguriye saya gusa tubafitiye nayandi avugwa mu bindi bisata, Albert Maheke nije ngire ndayabashikirize, mubuhinga bwivyuma hariyo Channel Ntiharirizwa, twese hamwe tubahaye ikaze.
#cnl #cndd_fdd #imbonerakure #m23 #msd #ndayishimiye #parcem #rwasa #burundi #nkurunziza

Пікірлер: 3
@theontaki8062
@theontaki8062 3 күн бұрын
Imanza z'Uburundi ni ingoma
@theontaki8062
@theontaki8062 3 күн бұрын
Imana ntanzigo irafise inzira nyishi kandi zizewe zogutabara abayo bigafata intumbero nziza kurusha ivyo abantu bibaza kenshi
@eva4news
@eva4news 3 күн бұрын
C'est triste pour Mr Bunyoni et sa famille.😢
Kubera iki urwaruka ruguma ruhurumbira amahanga ?
6:30
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,1 М.
버블티로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 94 МЛН
NERF WAR HEAVY: Drone Battle!
00:30
MacDannyGun
Рет қаралды 32 МЛН
БОЛЬШОЙ ПЕТУШОК #shorts
00:21
Паша Осадчий
Рет қаралды 7 МЛН
🌊Насколько Глубокий Океан ? #shorts
00:42
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 21 М.
Imvugo Prezida Ndayishimiye akoresha ngo zerekana ko ata nyishu afitiye ibibazo bihanze abarundi
9:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 4,7 М.
Igihugu c'u Burundi ngo kigeze muri ''voyoucratie'', intwaro ataco yubaha. Ibisigura imvugo zimwe
9:56
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 27 М.
#Bunyoni aguma afise imbaraga naho afunzwe //Umugore wiwe bamufatanye impuzu azikuye mw'ibohero
23:26
버블티로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 94 МЛН