Gustro kuba ataje biratahuritse kuko urumva ko kandie kay ya privilege cane Fernando hubwo gusto numwana mwiza cane kubona yaraje no muriyo clip rero courrage kuri gusto imbere niheza kuko ariyandikira ntawumwandikira kandi aciye bugufi cane aranihangana gose vmt je n' aime pas des comentaire iyi interview uyumvirije neza urumva akantu
28:14 Fernando ugize amahirwe Kadie Kay numva ari umuntu atahurana sinon iyo malhonnêteté wagize yari red flag igatuma adasubira ku kwizera no mu bikorwa bikurikira. Kandi niyo show yo muri Goma ndi sûr Bellissima niyo yayiguhaye, bisigura cadeau Kadie yaguhaye niyo yakwugururiye imiryango birangira umudesevye (décevoir)
@NsabirampaAlice8 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-yy2rk4wi3p5 күн бұрын
Niwubahwe muvyeyi Hama indanga yarakwiye guhanwa ntakuntu wokubahuka ugatuka umurumire kandi umurumire numu mama asukuriye jewe nibwobwambere uyo mu mama ndamubonye ariko jewenkurikirana ibiganiro sintukana kimwe uwotuka umuntu arimukiganiro yohanwa
Nikita uratey isoni vrmt,uribaza kuba mufis umutumire ukamara ikiganiro cos uri mwi téléphone,vrmt ntatka biguhaaa,biratey isoni
@patiencenzoyisaba2080Ай бұрын
kadie hejuru cane.wishurana ubwenge
@AKIZEYENicoleАй бұрын
Yoooo uwo mu maman ndamukunda trop umuntu wese numva yomuha histoir ye akayikuramwo umuziki mwiza
@EstelleIrakoze14 күн бұрын
Nkibona Nikita mpise mfyonda kugakengeri
@pp-wd9qqАй бұрын
Nkunda kenshi indirimbo kubera histoire , pour ce , ndagiye gufiringa this song
@irankundaclaver94735 күн бұрын
Ariko ami kwer kuberiki mubimwemez kand wumva barafashanije?ntiwumv ko haribyo fernando yishiriyemwo amashurwe kuri bose
@didacendikumana24 күн бұрын
Votre cadrage des images est statique. Il faut penser à faire le gros plan, zoom des participants...On a besoin de voir l'intervenante! Surtout l'invitée!
@Celestine-Ca7 күн бұрын
Nivyo. La(les) prochaine(s) fois bagikorereko.
@NdayikejeTiyeliАй бұрын
Ami w urazubwenge akokabazo kajanye na afiche Niko kuko isohokabkare nukuri
@inkerebutsitv6 күн бұрын
Oya Maman siwewe udusaba imbabazi ni Fernando akwiye kuzidusaba kubera ariwe yabahemukiye,biboneka neza ko atashaka ko irya ndirimbo isohoka
@muhozabenitresorАй бұрын
Kadie Kay hejuru caaane
@sese667Ай бұрын
Vyanryoheye kuraba kino kiganiro catumiwemwo umuntu yanyigishije, uyu mu Dame yaranyigishije kwishure École Internationale de Bujumbura, none ubu nzoheba kumwita “Madame Claudine” ndamwite “umusani wacu” Claudine 😂 😂 😂