No video

Kigingi yatwengeje public harimwo n'abategetsi muri "SPECIAL FLAMBEAU DE LA PAIX"

  Рет қаралды 47,560

Mashariki TV

Mashariki TV

4 жыл бұрын

#Burundi #Humour Raba ingene umu comédien #Kigingi yatwengeje public harimwo n'abategetsi mu giteramo (soirée de gala), " SPECIAL FLAMBEAU DE LA PAIX" cabaye kuri uyu wa kane mu gisagara ca #Bujumbura. Mbega ivyo Kigingi avuga wumva ari vyo ?

Пікірлер: 15
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 4 жыл бұрын
Kigingi ura nyica😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 tura gukunda vyahstari
@albertmusafi2551
@albertmusafi2551 4 жыл бұрын
Excellent!
@injilitv74
@injilitv74 4 жыл бұрын
Kigingi uraryohera
@User12358__
@User12358__ 2 жыл бұрын
Ndatwenze kweri 😂🤣🤣🤣
@manmahuna1160
@manmahuna1160 4 жыл бұрын
Ça va, ntaco bitway, ni comédie nyene, gusa arakeney kurondera des sujets ziba zijany na actualités, kandi ziba zirimwo un message, y'ubwenge atari gutwenza gusa. Exemple: exemples Mamane, Gohou, les Gad el maleh, profesor amo, MCA tricky du kenya....and so and so
@joharisaleh9961
@joharisaleh9961 4 жыл бұрын
Uhorane Imana
@princiahakizimana1006
@princiahakizimana1006 4 жыл бұрын
Hhhahahaa iy mubuterere nikiragii ewee kigingi sh
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 4 жыл бұрын
Ukuri gushirira mu kuyaga
@arsenemahwest1881
@arsenemahwest1881 4 жыл бұрын
Kigingi ivyobintu ubivanahe ngibwa nzokubuterere zacie ibiragi hahahhhaha
@prudencensaguye9411
@prudencensaguye9411 4 жыл бұрын
Emwe uri umuti w'amenyo kabisa. Ndagukunda Kigingi, izo mu BUTERERE zozo barabe bazifashe inzara ihere
@luckynile1264
@luckynile1264 4 жыл бұрын
Iyobutura ya kigingi irasarishije ukuntu ntuzosubire kuyambara ptuuuu
@b13filminho32
@b13filminho32 4 жыл бұрын
Nirya comedie😁
@alichouirakoze5931
@alichouirakoze5931 4 жыл бұрын
Ndamukund g mana
@b13filminho32
@b13filminho32 4 жыл бұрын
Iyo pantalon niyo kabisa
@ernestdesirenininahazwe4897
@ernestdesirenininahazwe4897 4 жыл бұрын
Hahaaaaaaaa
Can This Bubble Save My Life? 😱
00:55
Topper Guild
Рет қаралды 50 МЛН
ISSEI & yellow girl 💛
00:33
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 18 МЛН
👨‍🔧📐
00:43
Kan Andrey
Рет қаралды 10 МЛН
Joker can't swim!#joker #shorts
00:46
Untitled Joker
Рет қаралды 38 МЛН
Ivya “stade” Intwari vyoba bigeze hehe ?
4:08
Yaga Burundi
Рет қаралды 13 М.
😅 Womuheba canke ntiwomuheba ?
4:03
Yaga Burundi
Рет қаралды 7 М.
1921 - Charlie Chaplin "The Kid"  Episode in colors. 4K 60fps
4:54
AI Colouring
Рет қаралды 10 МЛН
Can This Bubble Save My Life? 😱
00:55
Topper Guild
Рет қаралды 50 МЛН