KOKO U RWANDA RWAHEMUKIYE U BURUNDI? MU IJAMBO RYA H.E EVARISTE NDAYISHIMIYE YAVUGAGA BANDE?

  Рет қаралды 57,960

GENTIL GEDEON OFFICIAL

GENTIL GEDEON OFFICIAL

6 ай бұрын

#GENTILGEDEONOFFICIAL #GGO

Пікірлер: 233
@akimanagentil6033
@akimanagentil6033 6 ай бұрын
Politic iragoye kbsa gusa abanyarwanda n'abarundi turi abavandimwe
@user-qv3ge4mw6p
@user-qv3ge4mw6p 6 ай бұрын
Mwege Abanyarwanda ntabuvandimwe mugira murabantu Babi cane ntamuturanyi wanyu numwe mubana mumahoro
@user-qv3ge4mw6p
@user-qv3ge4mw6p 6 ай бұрын
Kandi ivyobintu Abanyarwanda mukora Mumenyeko Abarundi tudakinishwa muzovyishura
@akimanagentil6033
@akimanagentil6033 6 ай бұрын
Ndumurundi yuzuye nyakugira Imana !! Ntanyungu mfise muri politic ariko iconzi n'uko dukundany arivyo vyiza kuruta kwankana urunuuka
@t-rwanda6707
@t-rwanda6707 6 ай бұрын
@@user-qv3ge4mw6p Nkawe uri kuvuga ubusa, ubwo se uri gukanga nde? Cg Uri kuvuga abandi Barundi batari abo tuzi!? Aho kuvuga amahoro nk’abandi ngo tuzabyishyura? Uzabaze neza nawe ushobora kuba udafite Amakuru!!!
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 ай бұрын
Ababipfa ni ababisangiye. abakuru bazoza bazohava yamara uRwanda,Congo n uBurundi, Imikeke,Indagara na Tanganyika bizokwamaho! Iyo umunyapolitike abwira ubutumwa uwundi sinzi igituma tuvyitamwo! Reka abavuga n'ababwiwe bishurane! Neva yavuze abwira abayobozi, Abayobozi b uRwanda bashaka bazomwishura. Kandi Imikeke n abayigura Indagara na Tanganyika vyaremwe m Imana! Kandi bigurwa n abantu kunguvu zabo😊
@muhireolivier7856
@muhireolivier7856 6 ай бұрын
Turasaba Leta y'u Rwanda gukomeza umubano n'abavandimwe bacu babarundi, bityo rero turifuza ko niba ibyo nyakubahwa Neva avuga aribyo, abo bagizi ba nabi, babatange baryozwe ayo mabi yabo.
@t-rwanda6707
@t-rwanda6707 6 ай бұрын
Uyu NEVA Uzi imyaka yabaye muri Tanzania kumwe na CNDD barwanya Leta y’U Burundi? Ko Tanzania itabashikirije Leta y’Uburundi muri Icyo gihe? Ikindi abateye baturutse Congo ntabwo ari mu Rwanda, ahubwo iyo ni imitwe n’Isoni y’Ibintu ari gukora muri Congo yica avuga Ikinyarwanda, no kutageza ku Iterambera igihugu Cye agashaka kubishira ku Rwanda nka Congo Nyine, mu kuyobya uburari.
@jajuruz3365
@jajuruz3365 6 ай бұрын
​@@t-rwanda6707umusubije neza, neva ari kwigiza nkana, arashaka guteza urwango kugirango yikure mwisoni, afite politique nkiya fatchi
@chrisniyomukiza1684
@chrisniyomukiza1684 6 ай бұрын
​@@t-rwanda6707uvuga ivyutazi kabsa None baje bava muri kongo bisgura ko aba chefs babo bari kongo?
@muhireolivier7856
@muhireolivier7856 6 ай бұрын
@@t-rwanda6707 Ariko ntg ibyo bikuraho ko tugomba kubana amahoro!!?
@ThierryIkizabayo-fk4nd
@ThierryIkizabayo-fk4nd 6 ай бұрын
Weho nisawa uvuze nez ❤muturanyi wanje
@user-gw7qy5ud4e
@user-gw7qy5ud4e 6 ай бұрын
Ibyo Uburundi bushinja uRwanda biramutse aribyo uRwanda rwaba rwarahemutse cyane
@irankundaruth2436
@irankundaruth2436 5 ай бұрын
Oya siko kuri, icyateye ndayishimye umujinya I ngaboze zagiye kubungabunga amahoro muri Congo bagenda bibasiye M23 kd bavuga ko iterwa inkunga nurwanda irabavutura hagwa abasirikare benshi babarundi biramubabaza ahita ashoza intambara ko Redtabara ifite ikicaro mu Rwanda, kd muzabanze musobanukirwe ivuka ryimitwe yiterabwoba ariyo M23, Redtabara, na FDLR sinzi niba nyanditse neza ariko birumvikana, nimubisobanukirwa muzamenya aho ikibazo kiri rero muvane ikibazo ku Rwanda ikibazo ni Congo, kuko hari impapuro zasinyeho umuru wigihugu yemezako iyo mitwe yiterabwoba yavuzwe haruguru iri mugihugu ayoboye.
@alphadee9021
@alphadee9021 6 ай бұрын
Wowe nterahamwe Evariste wagiye kwica abatutsi muri Congo, ntasoni wa muhutu we?
@chrisniyomukiza1684
@chrisniyomukiza1684 6 ай бұрын
Indangagaciro zamoko zaraciwe mu rwanda
@PatrickIradukunda-wm9yg
@PatrickIradukunda-wm9yg 6 ай бұрын
Yavuga urwanda GGO ABAnyarwa da pe ndabakunda kubi ahubwo niteguye no kubashakamwo ariko ntanubwo ikosa arabaturagi b,urwanda wap twe aba turage bato bato ntitumenya ibikorerwa munzego zo hejuru Kuko nka twebwe bato bato nitwe tubihomberamwo ariko bari bakwihe kubicyemura mumahoro kabisa kuko nibugara imipaka hahomba abaturagi batobato
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
Wobanka gt Kandi urumunyarwanda numva wivugira ikinyarwand
@israelpacificndiho1256
@israelpacificndiho1256 6 ай бұрын
Banyarwanda banyarwanda kazi Abarundi turi bamwe president wacu itabi atumura navanemwo imbuto burya bukeye uwomubaza uti wavuze iki yokubwira atavyazi Uyumugabo nikirandamuke kugeza Uyumusi kwafise abahanuzi cangwa afise secretary I don’t know 🤷‍♂️ ivyavuga abivanahe. Nareke ugwanda Mbega redi tabara yari kuja mugatumba ivuye mugwanda cangwa yarigutera mumarembo yabusoni kirundo cangwa kayanza nangozi mbegaa ndayishimiye Uyumusi umugambwe uhararire wishe igitega ahuvuka abarundi mwishe banganika haro buyoya yatuka Tanzania gabanya itabi umenye uvyuvuga ureke kurandamuka
@israelpacificndiho1256
@israelpacificndiho1256 6 ай бұрын
Uburundi bukunaniye kurongora taha urime worore isazi nimisiba Wamana amarira igihugu cibwa ureba none unaniwe uvuga umubanyi ariwe akunaniye nagusaba reka gukina nabarundi reditaba naburundi barondere batahe muvugane none umugambwe wawe suko vyagenze wavuze utazi ibizimvye kuko ubifise tubwire ayomatongo ufise wayakuyehehe sayo wanyaze abenigihugu uguma uvuga ugwanda ugwanda sico kibazo Ikibazo niwewe
@jnd5324
@jnd5324 6 ай бұрын
Wew urafise akagoran mumutwe
@Lena-qg5ke
@Lena-qg5ke 6 ай бұрын
Kabarebe ati twayogoje akarere ngahore
@byosenews1090
@byosenews1090 6 ай бұрын
Abanyarwanda n'Abarundi turi abavandimwe. Icyo dupfana kiruta cyane icyo dupfa. Twizera ko inzitizi ziriho uyu munsi, ejo zizavaho tukongera guseka.
@sevenseptum6963
@sevenseptum6963 6 ай бұрын
Nkunze ukuntu akoresha ikirundi cy'umwimerere mu ijambo mbega imigani we
@palukuombeniamani2678
@palukuombeniamani2678 6 ай бұрын
Ndagukunda mutama,nkunda discours zawe nukwo ubivuga,Imana igukomeze,uguhe nuguteza imbere igihugu cacu,kandi Imana izogufashe gutsinda abo bafirisitiya.
@TuganeyezuBosco
@TuganeyezuBosco 6 ай бұрын
NI America uduteza Akajagari Kwisihose😢😢😢😢😢
@millionsofreasons9806
@millionsofreasons9806 6 ай бұрын
nukuri kw'imana!! nonese twe ko ntamugezi dupfa,ntabutaka dupfa, ntabutunzi bwavumbuwe kurubibi ngo tubupfe ,ubu koko dupfa iki? ibi bintu birababaje
@judithmukandanga8784
@judithmukandanga8784 6 ай бұрын
Jah bless president wuburundi
@cowhornskigaliltd
@cowhornskigaliltd 6 ай бұрын
Perezida w'Uburundi avuga ibyo azi ni GENERALE
@AlineUwase-ox5xm
@AlineUwase-ox5xm 6 ай бұрын
Kavuge iyabebe wa shyano we ushingiye kukix
@uwishemalosine4252
@uwishemalosine4252 6 ай бұрын
​@@AlineUwase-ox5xmicyo nkundira intore ibitutsi birabaranga,nkubu ningombwa ngo utukane
@uwishemalosine4252
@uwishemalosine4252 6 ай бұрын
Nonese urumva avuga ibyo atazi cyakora nzaba ndeba iyo byerekeza
@niyoyitungiradesire8888
@niyoyitungiradesire8888 6 ай бұрын
Buriya yarabigenzuye neza
@prestonben1860
@prestonben1860 6 ай бұрын
Ntabwo abantu bose bakuze ariko baba bazi ubwenge. N'ibigoryi birakura burya
@urakaramarwanda1763
@urakaramarwanda1763 6 ай бұрын
Ndagukunda GGO mbandekereje ko ushyiraho ngo numve . Amakuru yawe mba nyizeye
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
Harya abarundi nabanyarwanda nibande bafise inzara kozi mumerew nabi abanyarwanda muribabi mufise umwaga
@user-tl3ks6fy6f
@user-tl3ks6fy6f 6 ай бұрын
Woe urinjiji cyanee indagara iryo nijambo nku Mukuru wigihu wavuga Aba wavugaga amabuye yagaciro woe ntaruvugiro ufite
@lucky-mq4km
@lucky-mq4km 6 ай бұрын
Niba utazi icyo indaga zivuze iburundi iturize niba utazi icyo indagara aricyo murwanda iturize
@josephgiga667
@josephgiga667 6 ай бұрын
Amen
@63291
@63291 6 ай бұрын
Ariko niba Abateye Coût d'état Bari murwanda koko ubwo urumva turi abakunzi babarundi!???
@Irene28092
@Irene28092 6 ай бұрын
Fpl yibaza ngo abanyarwanda mwese murabishigikiy
@chrisniyomukiza1684
@chrisniyomukiza1684 6 ай бұрын
Urakoz kuvuga ukuri
@tuzojanatv2414
@tuzojanatv2414 6 ай бұрын
Kubera iki Uburundi budaha urubuga rwo gukorerako abarwanya Urwanda??? Dusavye Reta y'Uburundi guhamagara Général Kayumba Nyamwasa n'abandi barwanya Urwanda baronke aho bakorera bisanzuye. Uwuguheneye ntumuhenere akwita..... Ntakintu nakimwe abarundi dukenera mu rwanda, abanyarwanda nibo bahurumbira i Burundi kuko dufise ivyo tubarusha vyinshi.
@jonasnsanzumukiza
@jonasnsanzumukiza 6 ай бұрын
Hhh nkawe koko arko c sinakurenganya urumurundi koko ubuse koko urumva president wanyu koko ucyurira abantu isambaza hhh subwo nibiki yavugaga koko. Muterimbere mumitekereze wana
@bellab1924
@bellab1924 6 ай бұрын
Iyo ndebye president wa Congo n'uw'Uburundi speech zabo,imikorere,mbona ari nko mu Rwanda n'umudugudu batawubaha ngo bawuyobore.Biteye isoni
@Fachibeton
@Fachibeton 6 ай бұрын
ndagusetse😂 igumanire kagamistan wawe kiling machine
@erobert693
@erobert693 6 ай бұрын
Abarundi bishoye muntambara muri congo m23 irabavutura aka nagashavu kabasirikare biwe bashiriye north kivu
@KeyavaKeyava-wf5me
@KeyavaKeyava-wf5me 6 ай бұрын
Urwo nurwitwazo rwo kwifatanya na Matama sha twarabavumbuye yabemereye ibuye.
@iranzijacques9057
@iranzijacques9057 6 ай бұрын
Ndumva bitaribikwiye yuko urwnda rugirana amakimbirane nuburundi kuko turabavandimwe abobagizi banabi niba bari murwanda rubatange bahanwe
@ryanezechielruanmartiz4106
@ryanezechielruanmartiz4106 6 ай бұрын
Baravyanse sukuvuga ngo nimba aryobari,niyobari kuva 2015 niyobaciy Baja, ariko Evariste ntakwatakoz ariko vyaranse ahubwo bahavuy Baza kwica aba civile atacobazira ,wumva umubano wabobantu atari nkuwibihere kwel?
@JohnMary-jr8db
@JohnMary-jr8db 6 ай бұрын
❤❤❤❤
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
kagame 😂😂😂 ngo yariteguye😂😂😂 nuko arikumpfiro asigaye kugashambara ahubwo iconokebur abanyarwand benewacuu kanguke mubemaso kuko Kagame azotuma mutaronka ahogusaba amaziiii
@gubwanezacecile2875
@gubwanezacecile2875 6 ай бұрын
Ayo mazi yanyu muzayaguma. Harya ndayishimiye abamariye iki ??? Nta bitoro mugira mwirirwa muza kubigura iwacu. Ahubwo nibaranga imipaka muzaba mugowe noho ibyindagara zanyu muzigumane nubundi ntazo mwaduheraga ubuntu
@Irene28092
@Irene28092 6 ай бұрын
Hehe mw abanyarwanda mufis akarimi gusa , tw at least WE have freedom​@@gubwanezacecile2875
@FabriceKWIZERA-wl4xy
@FabriceKWIZERA-wl4xy 6 ай бұрын
Ahubwo nyabitoro nivyo muhingura, mubivoma munzuzi
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
@@gubwanezacecile2875 none se mwebwe icogitoro muvuga mukiduhera Ubuntu?😂😂😂
@KeyavaKeyava-wf5me
@KeyavaKeyava-wf5me 6 ай бұрын
Mugumane izo ndagara zanyu abandi bararata zahabu Mwe ngo indagara😂😂😂😂
@arnolds9425
@arnolds9425 6 ай бұрын
aba bantu mubavuge babahemukiye kuko mu Rwanda haba abarundi benshiii., naho iyo mikeke bayitangira ubuntu
@uwimanathacien1015
@uwimanathacien1015 6 ай бұрын
Abayobozi ba Kongo nuburundi ubwenge nibumwe inda zabatanzimbere aharyubwenge hajemibiryo ntamuyobozi wabyibushye nkudatekereza😂😂😂😂😂😂
@maeli6300
@maeli6300 6 ай бұрын
Abari muburundi izondagala nimikeke acurira abanyarwanda nibangahe dushoboye kuzigura?? Imana irakwiye kumurikira abategetsi bacu iburundi bakamenya kurindera ineza yabo batwara
@samsonbucyanaingenere9913
@samsonbucyanaingenere9913 6 ай бұрын
Ukuri 100%
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 ай бұрын
Ariko Abarundi n Abanyarwanda mbere n Abakongomani n abanyafrika muri Rudangi mureke abakora politique bikorere ivyabo abantu basanzwe ntibavyisukemwo! Ubutegetsi buzoza ,bugende ariko uBurundi, Congo, uRwanda na Afrika ntaho bizoja!bizokwamwho! Abazungu nibo bungukiramwo gusa! Ibikoresho vyabo bizobona Amasoko!
@PeaceGad250
@PeaceGad250 6 ай бұрын
Tanzania nawayimenyera ifunze imipaka twapfa umuhenerezo
@mauricehakimana2330
@mauricehakimana2330 6 ай бұрын
Urwanda tuzababande kwabaturanyi batuviyeho Ind,imwe!!!!!!
@josephgiga667
@josephgiga667 6 ай бұрын
Rwanda mufite imana kweri
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Ай бұрын
Nyakubahwa tukurinyuma abarundibonse tukurinyuma komeziyomigambi abakwanga lman izabarimburap waje hageza mutama
@ndikumanabless3556
@ndikumanabless3556 6 ай бұрын
Uyu mugabo Ari kunda pe akuntu yavuzengo abaturage Bose bajye bahinga nkawe ngo inzara ibica gute🤔 gukira byibagizwa gukinga pe cyakora nagumane indagara ze rwose Wenda inzara yayikira
@festuspromoter3376
@festuspromoter3376 6 ай бұрын
Ubwose murwanda mwarakize ?
@DeliciaHereTv
@DeliciaHereTv 6 ай бұрын
Koko umukuru wigihugu uducyurira indagara niwe abarundi bakeneye🤔🤔
@ishimwejohn6559
@ishimwejohn6559 6 ай бұрын
None karizo bafite? Bazigumane . Ikibazo ahubwo bazihera abanyarwanda Ubuntu cyangwa ziragurwa? Aho izo ntagara si imfashanyo?
@DeliciaHereTv
@DeliciaHereTv 6 ай бұрын
Mumateka ya politique nibwo nabona abapresidents batangaje🇨🇩🇧🇮
@MunyanezaAime-ml9ev
@MunyanezaAime-ml9ev 6 ай бұрын
Nukubibona bitumbaganye gusa
@davidntahombaye5726
@davidntahombaye5726 6 ай бұрын
N'uko bakora ibiduhuye nivyo Président wanyu yipfuza. Ukuri kurababaza. Kuvuga indagara n'imikeke, n'akarorero yatanze Kandi ivyo n'abanyarwanda barabivuga. Ahubwo vuga ibindi
@davidntahombaye5726
@davidntahombaye5726 6 ай бұрын
​@@DeliciaHereTv nuko bakora ivyo mutari mwiteze Kandi mudashaka. Mwari muzi ngo bazokorera mu kwaha kwanyu. TURAZINANYE NCUTI
@sifaangelo3348
@sifaangelo3348 6 ай бұрын
Injiji
@TonyBradley2012
@TonyBradley2012 6 ай бұрын
Ariko se Ko Abarundi babacuriye Indagara n' imikeke namwe ni mubacurire ibyo mufite.. Mujye mureka amazimwe muturane nabaturanyi neza. U Rwanda mureke kwigira agahambaye ntacyo muri cyo. Ubwirasi nibwo bubatera kutabana neza nabaturanyi.
@ndayisengaviateur2954
@ndayisengaviateur2954 6 ай бұрын
Birongeye biranzekwel😢
@freetv4209
@freetv4209 6 ай бұрын
Uyu mugabo yuzuye Hutu Power nta kindi kibazo afite, sinzi Imana yo aba avuga mbona asa nkaho we yaremye iye cyangwa Imana yabarundi gusa. Yagiye muri Congo kuri ideology yo kurwanya umututsi nkuko kongo ibivuga, Yohereje ingabo z'uburyo 2 muri congo ?? Uyu mugabo ukuntu ari umunyabinyoma abagerageje guhirika ubutegetsi bari abasirikare 2015 none we abise Red Tabara, ibaze ngo akanyamuneza abanyarwanda bagize??, uyu mugabo ntiyuzuye, uyu mugabo uvuga ko ubutegetsi bw'u Rwanda butagira impuhwe ejobundi bwamutabaye Buyoni agiye kumuhirika kubutegetsi, u Rwanda rwatabaye ingabo zabarundi muri Central Africa inyeshyamba zabagose bose bagiye kuhashirira, rero Gahunda ya Neva nukumara ikitwa umututsi,niyo mpamvu arimo kohereza abatutsi gusa muri kongo, bafatwa akabita Red Tabara, abarundi mwese rero mwitegereze uwo muyobozi wanyu, ibyokurya bikunzwe mu Rwanda si imikeke, nibyo bindi avuze,ikiyaga tanganyika ntacyo kimariye u Rwanda uretse abahasohokera kandi ibyo ntibifitiye abanyarwanda akamaro kuruta abarundi, rero ndayishimiye nkugire Inama uzasigarana abarundi binjiji gusa abandi bose muraza kubonana kandi muri imbere mu gihugu. Uraza kwisanga Imana wirirwa uvuga ariyo ikwihaniye, abana babarundi bahindutse ifumbire muri congo wowe congo irimo kuguha amafaranga urabagurisha nkabancashuro, kandi mubyukuri
@Dgtvshow35
@Dgtvshow35 6 ай бұрын
Imana idukunda twese tubanye neze uwifuza ubusabane kuri buriwese kanda ifoto ume ibyagaciro najye nibereho umwaka musha ku burundi mwese ❤️❤️🎆🙏🫂
@irankundaruth2436
@irankundaruth2436 5 ай бұрын
Inzoga uri gusangira na Kisekedi uwabwira uko isa ndumva irenze gusa si wane, ukuri ko mukuzi mwaretse kwijijisha kuki mushaka gushyigira ikibi???
@kalisainnocent3
@kalisainnocent3 6 ай бұрын
Ikimbabaza nuko imyanzuro yohejuru mufata ibangamira rubanda rwabanyarwanda nabarundi twe turikundanira ibyomupfa mubuyobozi hejuru iyo simbyumva mujye mutureka abaturage dukomeze twikoranire mwe nababwira iki
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 ай бұрын
🎩👍🏾
@bukurufabrice4831
@bukurufabrice4831 6 ай бұрын
Ivyo bapfa bigir ingaruka kuri twebw
@kalisainnocent3
@kalisainnocent3 6 ай бұрын
@@bukurufabrice4831 nonese igisubizo nugufunga imipaka cg ibyiza niba nabo badukunda koko badashaka ko izongaruka zitugeraho bakahashyize uburinzi bukomeye nkabayobozi ark abaturage tugakomeza guhahirana no gusurana
@ThierryIkizabayo-fk4nd
@ThierryIkizabayo-fk4nd 6 ай бұрын
Komera kwijambo mutama Neva ❤ntavyo guca kuruhande
@Kazubassyathyvry89
@Kazubassyathyvry89 6 ай бұрын
Abenegihugu ntangorane dufitanye kweli kuko turi bamwe,mudufashe nukuri ntimutwugarire imipaka koko nitwe tubihomberamo nubukene buri aha hanze.politike weeeee uragatsindwa.
@habumugishadonatien3649
@habumugishadonatien3649 6 ай бұрын
Ariko uyu amenyo yanashizemo😢😢
@emmanuelbiloko8528
@emmanuelbiloko8528 6 ай бұрын
Uvuze nezacane president wacu
@user-ms6oj8ck5h
@user-ms6oj8ck5h 6 ай бұрын
Urwanda rwanduranyije nabaturanyi bikabije nta muperezida numwe wa EAC tutaranduranya nawe uko Niko kuri ariko igihe kirageze ngo iherezo ryingoma yanduranya rirangire biciye muri kisekedi nuburundi
@t-rwanda6707
@t-rwanda6707 6 ай бұрын
Ndagusetse 😂😂😂😂😂
@MiradjiMustafa-kl5sn
@MiradjiMustafa-kl5sn 6 ай бұрын
Uvuze ubusa ntiwagataye umwanya wawe wandika amahomvu
@user-ms6oj8ck5h
@user-ms6oj8ck5h 6 ай бұрын
@@MiradjiMustafa-kl5sn amahonvu niwowe winjiji itaza imibanire dufitanye namahanga cyane ibihugu duturanye ubwenge bwawe nubwoguhinga imirenzo ukarya ibijumba ukunvako byose Ari sawa
@ganzam7465
@ganzam7465 6 ай бұрын
🤣
@hagenimanajeanclaude7389
@hagenimanajeanclaude7389 6 ай бұрын
​@@user-ms6oj8ck5h😅😅😅😅😅😅😅😅😅 abahutu murananiwe hhhhhh murayamanitse🖐️🖐️none ngo Congo na Burundi hhhhhh😅😅😅😅muzaze RDF ibasekurane nibyavumba byanyu byose mwa nyana zimbwa mwe🔨
@uwishemalosine4252
@uwishemalosine4252 6 ай бұрын
Cyakora nabonye igihugu batinya kwiyenzaho, Tanzaniya ntibatinyuka kuko ifunze gato inzara ntitwayikira
@PeaceGad250
@PeaceGad250 6 ай бұрын
😂😂
@Rwabugili
@Rwabugili 6 ай бұрын
Aho gusubiza ku kibazo cy' abasirikare b'abarundi bishwe barwana na m23 abandi bagafatwa bagafungwa ari gushaka kwegeka ikimwaro cye ku Rwanda. Birababaje cyane
@davidtetebanda6454
@davidtetebanda6454 6 ай бұрын
None ko bishwe na M23 u Rwanda rubizamo rute kandi ntaho ruhurira na M23?
@fredric540
@fredric540 6 ай бұрын
Muzehe wacu nukuri ati Mbere yukoushwana namugenzi wawe utere akamo ababanyi urebye Abarundi Bashaka Amahoro Atavogerwa
@mwebazekenock.8481
@mwebazekenock.8481 6 ай бұрын
What's the purpose of East African coperation?
@adolphsibomana4549
@adolphsibomana4549 6 ай бұрын
am asking myself the same question
@user-ie9jh8jk9e
@user-ie9jh8jk9e 6 ай бұрын
Eeee turashize mbega politic yaratujabuts ndakeser
@Fachibeton
@Fachibeton 6 ай бұрын
kiling machine aranze abaye ikibazo mukarere
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 bwacuuu
@Spy20245
@Spy20245 6 ай бұрын
General Ndagara 😅😅😅😅
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
@@Spy20245 muzoopfa mwikugura kundagara numukeke wacu karabarya
@user-yv9xk4cm4r
@user-yv9xk4cm4r 6 ай бұрын
Mbega igisirikare carihe nigi police.kuburyo atanumwe bafashe!!!
@user-zh2yp9lk9b
@user-zh2yp9lk9b 6 ай бұрын
Hhhhhhj
@DeejayRemmy-yx1jp
@DeejayRemmy-yx1jp 6 ай бұрын
😢 Ase Kuki batubeshera twabatwaye iki
@user-ms6oj8ck5h
@user-ms6oj8ck5h 6 ай бұрын
Muranduranya cyane niyompanvu ese mwe ntimubonako murikibazo
@DeejayRemmy-yx1jp
@DeejayRemmy-yx1jp 6 ай бұрын
Mureke turebe ibigiye kuba noneho
@millionsofreasons9806
@millionsofreasons9806 6 ай бұрын
kugeza ubu njye sijya numva ikintu ibi bihugu byombi bishobora gupfa. abayobozi bacu nibicarane rwose barebe ikibazo bagikemure kuko turi abavandimwe ntampavu rwose yo gutuma dutandukana
@jeanmariebizoza6013
@jeanmariebizoza6013 6 ай бұрын
BAPFA KONGO BRO
@jamesmaorwe6466
@jamesmaorwe6466 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤ vyiza cane
@StevenBARAKA-fm7ix
@StevenBARAKA-fm7ix 6 ай бұрын
Uvuze ukuri Umusa
@StevenBARAKA-fm7ix
@StevenBARAKA-fm7ix 6 ай бұрын
Uvuze ukuri Umusa
@adolphsibomana4549
@adolphsibomana4549 6 ай бұрын
ariko abarundi twebwe turabaturanyi beza pe kuko uburundi nurwanda njye mbona turi umuntu umwe ibihugubyacu nibito cyane sinzi ambe aruko urwanda ari singapore yafurika canke babonye ko turi ibigoryi
@alexiskuku2043
@alexiskuku2043 6 ай бұрын
Gufunga imipaka nugusubiza inyuma iterambere kumpande zombi, ikibazo c´umutekano n´imipaka ntibisa nagato kuko red niba ariyo vyukuri yaduhekuye, ntaho yaciye kugongesha visa yo kwinjira, nubwo hokubakwa urukuta atakwongereza imbaraga mugucunga imbibe n´ejo baradusubira
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
Non mugihe uwaguteye anyura mumiryango winzu Kugira umwikingire wokoriki ?ucawugara umuryango Kandi menyaneza ko atagapfuye ntagakir
@kwizeragodfrey
@kwizeragodfrey 6 ай бұрын
Uzi ikintu mbona, Perezida Kagame ni umuyobozi nyawe kyouu ko mu ijambo yagejeje ku banyarwanda, yavuze ibyo urwanda rwagezeho, rero nkaba nkeka ko kubera abandi ntacyo bafite cyo kubwira abenegihugu babo, niyo mpamvu bikoma urwanda kuko abenegihugu babo ntacyo babamariye ugereranyije nibyo H.E PK arimo gukorera abanyarwanda, niyo mpamvu bavuga u Rwanda ahokuvuga ibyo bakoreye ibihugu byabo, murakoze
@nduwayezualexandre71
@nduwayezualexandre71 6 ай бұрын
Besha kubu wigulanirize harigukoleye uzi kuruta ubuzima bw'umuntu s woserura icowamaze harabaganda gurwa bunyamaswa ukabisigurira ababuze utarinze gukingira umutahe ukomeye aribwo b'uzima aaah
@abayisengajeanjules7144
@abayisengajeanjules7144 6 ай бұрын
Ariko umuntu wumugabo sducyurira imikeke nindagara koko. Wagirango yaziduhereye ubuntu.
@JeanMarieBavakuriyo-yl6mn
@JeanMarieBavakuriyo-yl6mn 6 ай бұрын
Erega ni philosophie,n'insiguro y'amajambo agoye
@itaratvandfilms
@itaratvandfilms 6 ай бұрын
Abarundi bakeneye gukora cane kuruta kuvuga cane.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 6 ай бұрын
Akamenyero kicinkware uwo numugani wikirundi kabisa kandi ngo barendegere...
@iwacuburunditv2298
@iwacuburunditv2298 6 ай бұрын
Gusa murafyinire ku drc, mugakoza agati mu ntozi ku ngabo z'uburundi turi maso kandi rirakanuwe: Muzohondwa mumenagurwe imitwe musuré amaraso. Muraga puuuuu
@venustebarber
@venustebarber 6 ай бұрын
Nabwo izo sambaza abanyarwanda baziririye ubusa baraziguraga , mbese twese tura saidiana, nabwo mwafashije ahobwo murafashanya
@Irene28092
@Irene28092 6 ай бұрын
Ivugire mutama wacu neva, abarundi turya dukarsvy ntituri urwanda rugoka mukwica benewabo...Ico bikoze jew naho nd umucivile uduhamagare gusa tuvugutire uwomudictateur umuti, tubohore une nuee des rwandais bakeney revolution.
@uwishemalosine4252
@uwishemalosine4252 6 ай бұрын
Tayari imipaka irafunzwe nanone
@tuyishimesolange9002
@tuyishimesolange9002 6 ай бұрын
Umva ubutuvugana ngiye gushaka indagara ziburundi nziryeho numve uko zimera😂😂 imikenkeyose ndamenya arimiki?!!! Mumbwire nyaboneka wasanga ibyobiryo mwacyuriwe byumwohariko naperezida!!!! Ntibisanzwe😂😂😂
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 6 ай бұрын
Murongeye kuduteranya abanyagihugu batobato twiftaniye muda nimwumvikane nukur kk tweba abantu batobato haba kuruhande rwabarundi canke kubanyanda nitwe tugira ingorane
@Kelleric3686
@Kelleric3686 6 ай бұрын
Nibyo nukuri
@ericshema7280
@ericshema7280 6 ай бұрын
Abantu batari abicanyi CG abambuzi baba babereye iki mu ibohero😂? Abarundi munsobanurire?
@gateteaimable4330
@gateteaimable4330 6 ай бұрын
Sinzongerakurya indagara nubwonaryaga zanzibari kbera uyumugesera ngoni Ndayishimiye uragacuganyoko wambwebwe we
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 ай бұрын
🤣🤣🤣 None we uratwara URwanda?KO yabwiye abo bahanye?
@AlineUwase-ox5xm
@AlineUwase-ox5xm 6 ай бұрын
Sha ntagihe nanicyabayeho mumateka yuko ibibihugu byigize byumvikana .ibyo bivugisha urwango banga urwanda nibigaragarira amaso none ibisoda bohereje congo zari zigiyehe mbese kurwanya bande barangiza ngo urwanda .indagara azazirye niyo micyenke ye niyo aje kuratisha mumbaga indagara nazirye numugore we mbona yarumye azazihe umugore we naho abanyarwa nibarezwe nizo mvunamuheto ze sha burundi mwanga abanyarwanda ariko turarinzwe nimana
@jackyingabire5293
@jackyingabire5293 6 ай бұрын
Urwanda baruzizako rucumbikiye inzirakarengane zabarundi babajwe nuko batabatsembe bokanyagwa urwanda rugira umutima wakimuntu ntabwo umuntu yaza aguhungiraho ngumuyererane bazabaze abarundi bari mu Rwanda ntibifuza nogusubira iwabo kuko urwanda rwabakiriyeneza Kandi tubanye neza nabo so ndayishimiye nashyire umupira hasi yikikoma urwanda
@jackyingabire5293
@jackyingabire5293 6 ай бұрын
Abaturage b'Iburundi bararira ko nta sukari nta fuel nkaho yagashakiye abaturage ibyobakeneye araho araboroga ngo Urwanda Imana iguhe ubwenge wa mugabo we
@Barca788
@Barca788 6 ай бұрын
​@@jackyingabire5293Rwanda uri tutsi nkeka nyene wakirwa neza! Namwe muri kure... Ubwoko mwashize HASI ntibubuze amaso!!!
@gicanirojmv1941
@gicanirojmv1941 6 ай бұрын
Uburundi koko ucyurira abantu indagara hhh nagende
@ryanezechielruanmartiz4106
@ryanezechielruanmartiz4106 6 ай бұрын
Butahura ico yavuz ntuvome hafi ngwacuriyabantu indagara,gt umukuru wa Red tabara aba mugihugu cu Rwanda hama akarungika ingabo ziw zikaza muburundi kwica aba civil ,urwanda ruziko abobantu bariwaw ntushake kubatanga wumvuwomubano wanyu atankuwibihere
@adolphsibomana4549
@adolphsibomana4549 6 ай бұрын
ariko se uburundi nurwanda intamba aramutse ibaye yahera ? canke mwibaza ko abarundi ari abakongomani ??
@CYILIMARUJUGIRA06
@CYILIMARUJUGIRA06 6 ай бұрын
Igihe kirageze ko abayobozi bigihugu cyacu bavuga bagasubiza izi njiji zikomeza kudutera icyugazi zidutsindagiraho ibibonetse byose kubwinyungu zabo bwite. Abarundi ntacyo tubakeneyeho ntekereza cyatuma batunnyaho uko babonye! #WeAreTired
@uwishemalosine4252
@uwishemalosine4252 6 ай бұрын
Cout d'état ya 2015 harya nabwo ntago mwari muyizi?harya Niyombare yahungiye he!!mwagiye mureka
@PatrickIradukunda-wm9yg
@PatrickIradukunda-wm9yg 6 ай бұрын
Urigicyucyu uratekereza mwishoboye muri vyose!? Ahubwo uratekereza uburumdi aribwo bubakeneye cane Gusa twe tuzi ko dukeneraniye Izo nyeshamba mutunze nizize zigwane ningabo Tuzinyuke zumirwe
@CYILIMARUJUGIRA06
@CYILIMARUJUGIRA06 6 ай бұрын
@@uwishemalosine4252 Uzi abicanyi bamaze abantu 1994 uburundi bubitse??? Abarundi bamwe bafite ubwenge butakuzura kukayiko Gato rwose
@muhirefiston83
@muhirefiston83 6 ай бұрын
​@@PatrickIradukunda-wm9ygAriko woba ikijuju muzinyuke murazibashije 😂😂😂😂😂 mubaze murwane nu kuzamura ubukungu bwanyu mupuguze kelele
@PatrickIradukunda-wm9yg
@PatrickIradukunda-wm9yg 6 ай бұрын
Turyiwanyuse?
@gateteaimable4330
@gateteaimable4330 6 ай бұрын
Wagicuwe ko wisunze kisekedi mukabamjyanye byabitubi byawwe uzabyerekezahe
@lucky-mq4km
@lucky-mq4km 6 ай бұрын
Urubahutse cyane shuti
@muhirepatrick7414
@muhirepatrick7414 6 ай бұрын
Uyu mugabo afite inzara da umuntu uducyurira indagara se abazirya bazibonera ubuntu😂😂😂
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
ntanumusi waremwe nimana uburundi buzokwicwa ninzara cank Buze gusumira murwanda ariko abanyarwanda mwirirwa iwacu guhiga ivyokurya Uburundi turikwije kuvyokurya ahubwo nyakubahwa ndashimiye niyugare umupaka kuko abanyarwanda bazotumara batwica bakatumara kuko bakoreshwa nashetani
@davidntahombaye5726
@davidntahombaye5726 6 ай бұрын
Ni vyiza kuvugana urifasoni, cane cane iyo uvuga umuntu mutangana. Inzara, burya turabe neza abashonje gusumvya abandi?😂😅
@evaristendabanye1515
@evaristendabanye1515 6 ай бұрын
​@@alexikagoma6461ahaa, mwikwize nababwira iki!😂😂😂😂😅
@evaristendabanye1515
@evaristendabanye1515 6 ай бұрын
​@@davidntahombaye5726 😂😂😂😂, abarundi ndabakunda! Some of you mutekereza hafi cyane 😅
@bonitebaziruwitunze2588
@bonitebaziruwitunze2588 6 ай бұрын
Ko yabacuriye indagara namwe abarundi mwobacurira iki?? Ko ataco mufise
@simonius66
@simonius66 6 ай бұрын
Nshuti banyarwanda, barundi n'abakongomani. Ubumwe niyo ngingo yingenzi mu mubano niterambere ryacu. Guhanganisha amagambo yuzuye ubugome nibitutsi kuri social media ntacyo byamara. Duharanire kubumbatira ubumwe bya EAC ubu nkuyu muperezida uvuga nabi Urwanda ntabona ko iruhande rwe hari ibendera rya EAC bahuriyemo? Duharanire amahoro twese hamwe, imana izabidufashamo.
@hhhhhhhh5749
@hhhhhhhh5749 6 ай бұрын
Ariko ninde murizi waroze u Rwanda ??? U Rwanda rwashwanye na Tanzania ( igihe cya kikwete ) Rushwana na Uganda Rushwana na Congo Rushwana nubundi?? Icyo nibaza polique ya FPR ishimgiye ku gutera akavuyo gusa Ntabwo ibihugu byose byorenganya igihu kimwe U Rwanda rwose rwisubire ho Ruce uwundi Muvuno Akavuyo ku Rwanda kamaze gutera isesemi
@irch257
@irch257 6 ай бұрын
Uvuzukuri kbx
@kayitesianitha3769
@kayitesianitha3769 6 ай бұрын
Ntabwiherero mufite? Mugeyo irashira
@FabriceKWIZERA-wl4xy
@FabriceKWIZERA-wl4xy 6 ай бұрын
Akarere kazironka amahoro kagame apfuye
@Fachibeton
@Fachibeton 6 ай бұрын
rwose ❤❤
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
nintamubano
@celestinbucumi6115
@celestinbucumi6115 6 ай бұрын
Turabubaha cane dutegerezwa gukora nitwebw tuzotuma igihugu gitera imbere
@bukurufabrice4831
@bukurufabrice4831 6 ай бұрын
Nibumvikane ntidushakak ibintu bisubir irudubi twari twibaniy neza
@karimwabofideli1214
@karimwabofideli1214 6 ай бұрын
Tugeze aho baducyurira indagara nimishaba ? Ariko nyiricubahiro ntaziko tuzirya twazishyuye 😂 dufite ikivu tuzarya isambaza😂😂😂
@ikanguretv6284
@ikanguretv6284 6 ай бұрын
Isambaza zirarura😂😂 ntakanovera zigira
@prestonben1860
@prestonben1860 6 ай бұрын
Imikeke na Tanganyika igumanire😂😂😂😂
@iwacuburunditv2298
@iwacuburunditv2298 6 ай бұрын
Ko mbona abanyagwanda mwese muje in'i buja atakindi mushika mituvyaza, turakeka ko murwaye ingwara ya ndagala na mkeke😅
@jajuruz3365
@jajuruz3365 6 ай бұрын
Icyonzi imikeke izaguma iza nubwo yafunga agashyiraho urukuta
@Abbafilms269
@Abbafilms269 6 ай бұрын
Uyu niwe murundi wukuri 😂😂😂😂
@AlineUwase-ox5xm
@AlineUwase-ox5xm 6 ай бұрын
Karundukane nawe wa shyano we
@Jacky32881
@Jacky32881 6 ай бұрын
Gutukana byungura iki? Gusa ndakurenganya ntawe utanga icyo adafite. Uburere buruta ubuvuke koko😢@AlineUwase-ox5xm
@Abbafilms269
@Abbafilms269 6 ай бұрын
@@AlineUwase-ox5xm I shyano Ni sobuja ndayishimiye
@user-yv9xk4cm4r
@user-yv9xk4cm4r 6 ай бұрын
Sha uyu mu president nasubire kwishure yige uburyo bavuga.iyo si discours ibereye umukuru wigihugu
@uwishemalosine4252
@uwishemalosine4252 6 ай бұрын
Guturana nu Rwanda ubanza ari ikibazo simbabeshye😢,kuki bose barushinja,ubu baraje bafunge imipaka.
@user-qv3ge4mw6p
@user-qv3ge4mw6p 6 ай бұрын
Imipaka itegerezwa gufungwa Abanyarwanda murabaturanyi Babi cane
@uwishemalosine4252
@uwishemalosine4252 6 ай бұрын
@@user-qv3ge4mw6p ubwo nyine kabaye
@muhirefiston83
@muhirefiston83 6 ай бұрын
​@@user-qv3ge4mw6p😂😂😂 ca uterura ingihugu cawe ube umuturanyi na American 😅😅😅
@Ndayishimiye123
@Ndayishimiye123 6 ай бұрын
​@@user-qv3ge4mw6p Niyompanvu muzateima indagarase
@olivierpak5434
@olivierpak5434 6 ай бұрын
Imikeke ariko nibiki bavandi
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 ай бұрын
Imvugo ya politike😅 Bibirwa benshi bikumva benevyo! Washaka abarya Imikeke sibo babwiwe!
@gagakenzybuffalo6839
@gagakenzybuffalo6839 6 ай бұрын
Aho tutabacirira indagara, mwe namwe mufisiki mwaducurira? Mwabisumamwe vyabicanyi
@jonasnsanzumukiza
@jonasnsanzumukiza 6 ай бұрын
Ahubwo murarwaye isambaza c twarazibuze nta kivu twe dufite.muracyari inyuma rwose muracyavuga ibiryo hhh twe aho twaraharenze cyera.
@nichrife
@nichrife 6 ай бұрын
Umva bro ntukishinge invugo zabanye politics twe nkabaturage turakundana nkunda umurundi kimwe numunya rwanda njye imbere yanjye bose bangana
@EliezelMainaNjeri
@EliezelMainaNjeri 6 ай бұрын
Nn kuberiki urwanda rwaduhemukiye
@user-mg3is5kq4y
@user-mg3is5kq4y 6 ай бұрын
😮❤❤❤❤abobicanyi twar tubazi kwatamubano wabo ico dusaba wew nyakubahwa raba wugare imipaka tubane ducungana nka carea yepfo niyaruguru nakare twebw murwanda ntakintu nakimwe dukeneyeyo ntanic tuzigera dukenerayo ntabo dushaka ndetse niyo bagezino nabantu bigaragarako bafise umubano mubi ishari inzigo nakagaye bibaranga
@NiyonzimaAbdallah-tv2xw
@NiyonzimaAbdallah-tv2xw 6 ай бұрын
Ntawigira twese turakemerana kuko.abobicanyi.ntibanyuzekumupaka kumupakahanyura.abanyagihugu. urwanda.rukunda.amahoro.nukuri
@Spy20245
@Spy20245 6 ай бұрын
General sendagala 😂😂😂😂😂😂
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
shirako na mukeke namwe irate tumve ntimugira namba
@Spy20245
@Spy20245 6 ай бұрын
@@alexikagoma6461 General mukeke 😂😂😂😂
@amabangahanzetv7971
@amabangahanzetv7971 6 ай бұрын
u Burundi bugiye kutumesa sha murabeshya ak'inkotanyi kashobotse
@BettyMANIRAMBONA
@BettyMANIRAMBONA 6 ай бұрын
Yesu araje vuba nimuze ahubwo turonderr uhoraho bigoshoboka mbega ivyo bitutsi ntimwobireka nzoraba iyo mubijana nabo bariko barica inzirakarengane yesu azobibabaza ugusotora umuntu ataco akugize nukuri sivyiza
@Kelleric3686
@Kelleric3686 6 ай бұрын
Yego mutama we
@alexikagoma6461
@alexikagoma6461 6 ай бұрын
Umuronderera hehe
@user-hq9qt5yl4r
@user-hq9qt5yl4r 6 ай бұрын
Urwanda rusuzugura uburundi biteye isoni kuvaho ubutegetsi buyobowe nintwaro ya Bahutu ntamahoro urwanda rwahaye uburundi Rero nifuzako urwanda rwaha agaciro uburundi gusa Imipaka ifunzwe byaba byiza nisomo kugirango habe ibiganiro.
@user-mw7oq4nf1p
@user-mw7oq4nf1p 6 ай бұрын
Wibaza bafunze urwanda nirwo rwahombagusa ?? Izo ndagara bazifata kubuntuse iyo tanganika baza kwishikishirizako wibazako amahera bazana bayasubiza murwanda?😂😂
@jeanclaudenzosaba5837
@jeanclaudenzosaba5837 6 ай бұрын
Erega ivyo nivyo gusamaza abanyagihugu. Noe urwanda rwarigeze rutera u Burundi? Politique nidanger
@prestonben1860
@prestonben1860 6 ай бұрын
Uyu Neva nawe ubukene bumugeze habi none aribaza icyo azabwira abarundi kugira ngo bongere kumutora muri 2 ans. None abonye ikarita yo kwitwaza
@ernestmisigaro-kl1uv
@ernestmisigaro-kl1uv 6 ай бұрын
Urakoze nyakubahwa kweli UMUGABO NUWURYA ICO YIHIGIYE.aho ndagushigikiye pe.
@libangadarius4693
@libangadarius4693 6 ай бұрын
Red tabara office yayo iba murugwiro niba mutahazi ni kukacyiru😂
@user-qv3ge4mw6p
@user-qv3ge4mw6p 6 ай бұрын
Mbes kuzi iyiba wabaye Intwari ukaja Kuri Radio 📻 ukavuga iyo uhora uyibona Irya reka kuduhenda ukorera mugisirikare Curwanda
@user-ty9xi9ti1r
@user-ty9xi9ti1r 6 ай бұрын
Abanyarwanda mufise umunwa
@bonitebaziruwitunze2588
@bonitebaziruwitunze2588 6 ай бұрын
Abanyarwanda muzosanga musigaye mwenyene 😌
@ayii779
@ayii779 6 ай бұрын
94 se twari kumwe nande?
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣 Akanyumuneza bagize basubiye kubona Imikeke,Indagara na Tanganyika! Politique ifise Imvugo zituka zisoneye!
@Bebbebebebebebe
@Bebbebebebebebe 6 ай бұрын
Indagara nimikeke 😂😂😂😂🫣🫣
@Kazubassyathyvry89
@Kazubassyathyvry89 6 ай бұрын
Abenegihugu ntangorane dufitanye kweli kuko turi bamwe,mudufashe nukuri ntimutwugarire imipaka koko nitwe tubihomberamo nubukene buri aha hanze.politike weeeee uragatsindwa.
@emmanuelbiloko8528
@emmanuelbiloko8528 6 ай бұрын
Uvuze nezacane president wacu
@ndayisengaviateur2954
@ndayisengaviateur2954 6 ай бұрын
Birongeye biranzekwel😢
I Can't Believe We Did This...
00:38
Stokes Twins
Рет қаралды 84 МЛН
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 16 МЛН
ИРИНА КАЙРАТОВНА - АЙДАХАР (БЕКА) [MV]
02:51
ГОСТ ENTERTAINMENT
Рет қаралды 14 МЛН
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24
Émission Publique avec SE Evariste Ndayishimiye
3:25:22
Burundi Film Creator
Рет қаралды 3,2 М.
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 37 М.
I Can't Believe We Did This...
00:38
Stokes Twins
Рет қаралды 84 МЛН