#KuKayi

  Рет қаралды 8,952

PAM Channel TV

PAM Channel TV

2 жыл бұрын

#SmartMind #pamchanneltv #thepassword #Burundi #indundi #tvshow

Пікірлер: 98
@janvier-fereolendereyimana8369
@janvier-fereolendereyimana8369 2 жыл бұрын
Lauburenti ndakwemeye Zoé big up Ndamama respect PAM chanel murakenewe ko mwosubira kugira ikiganiro nkico .............. Hama nanj ndashimye kuko impande zose zaserukiwe kbsa........
@heavenlyjoy794
@heavenlyjoy794 2 жыл бұрын
Merci Pam pour cette émission. Ndagusabe uzogarukane Laurent atubwire parcours yiwe entrepreneurial. Depuis le début naho ageze ubu. Numvise afise vyinshi yovuga vyofasha les jeunes gutinyuka nkuko yavuze gufata le risque. Merci beaucoup
@lolabrigitte2509
@lolabrigitte2509 2 жыл бұрын
Turamukeney sana agaruk vraiment
@gaudencebaranyanka7860
@gaudencebaranyanka7860 2 жыл бұрын
Nashimye cane ico kiganiro cubaka urwaruka; mwatumiye urwaruka rw’inzego zinyuranye bashitse ku ntumbero zikomeye. Bigeme nibumvireho.
@merlynekuri6824
@merlynekuri6824 2 жыл бұрын
Ikiganiro ni ciza cane. Abatumire bafise parcour zitandukanye ziri interressant. Mbona Guillain ashira imbere sécurité afata des risques trop calculés. Abandi ils sont plus à la conquête du monde. Bravo to PAMtv
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Urakoze cane Merlyne Kuri kudukurikirana. Guillain nawe yavuye muri émission yashize ubroba☝️😁.mugumane natwe rero mwongere muyisangize abandi, mwarahezagiwe🙏 kzfaq.info/get/bejne/j62jlqmC3rfOlnk.html
@theanswer5895
@theanswer5895 2 жыл бұрын
woooow iki kiganiro ni ciza cane gosee muzobatugarukanire
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi 2 жыл бұрын
Big Zoe ari intelligent mubijanye na Entrepreneuriat, ivyo yunganiye kuvyo Gulain yavuze bir'inspirant...🥰
@frankseruzingo7975
@frankseruzingo7975 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane👏🏾👏🏾👏🏾Uratumira Laurent, intahe yiwe yofasha les jeunes. Merci🙏🏾
@joebron4307
@joebron4307 2 жыл бұрын
Très intéressant !!💯👌 ahubwo utabagarukanye imana izobikubaza la jeunesse burundaise turakeney abantu nkabo nawe washoboye kubaha akanya ko kutwigisha🤭😅
@dianensanimfura580
@dianensanimfura580 Жыл бұрын
Merciii bcp bcp pamella kuri émission très intéressante Big uvuga rimwe nkumva kabiri Laurent coup de chapeau yesu yarakoze kubaha iyo sagesse .
@huguetteimboneza4919
@huguetteimboneza4919 2 жыл бұрын
Woooow Laurent &Big Zoé 🥰🥰na Ndamama ndibaza ko muri 2ème édition kwazoba yarimutse🙈😅😅
@rosentakarutimana2432
@rosentakarutimana2432 2 жыл бұрын
Big Zoé uri umu coach mwiza kabisa.
@lenaliliacubahiro6276
@lenaliliacubahiro6276 2 жыл бұрын
Merci Ku kiganiro. Ni ciza cane. Nari nipfuza ko mwogikora nokubakobwa, hari abikora naho i Burundi tubifata ukundi.
@uweradaniella2910
@uweradaniella2910 2 жыл бұрын
Big zoé uraryoheye disi
@uweradaniella2910
@uweradaniella2910 2 жыл бұрын
Ohoolala Laurent urakarorero keza
@meilithekey
@meilithekey 2 жыл бұрын
Akayi kuno musi kararyoshe pee👌🏽👌🏽
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Wahimbawe kabisa😅
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Kandi guilain murabona ko ari umwana womugiti 😂😂😂
@qq8100
@qq8100 2 жыл бұрын
Iyi energy ntayindi channel iyifise Kandi ni signe ko izokwidemarka oneday.
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci Alan Steef amajambo aduhae courage yo gukorana inguvu kurusha☝️✌️ hama wongere ugisangize abandi👇 kzfaq.info/get/bejne/j62jlqmC3rfOlnk.html
@iteritekafranckbarak2054
@iteritekafranckbarak2054 Жыл бұрын
Top Sana emissions yari iryosh gose... Hma nanj ndashigikiy ko umuntu asohoka akiri muto... Nakare uwufashe risque Kare aterimber Kare nyen.
@sibyllei.490
@sibyllei.490 2 жыл бұрын
I just love Pam❤ Ikiganiro ciza
@yvonnesibylle770
@yvonnesibylle770 2 жыл бұрын
Tv y'igisusu hahahahahhaaaa
@kimanaliana6003
@kimanaliana6003 2 жыл бұрын
Akayi kari bon canee☺️Pam channel big up☺️muzotumire n’abigeme bagiye kwipangira👌
@ubuntu_257
@ubuntu_257 2 жыл бұрын
Ni bon cane kukayi nagiz subscribe naka bell sinkeney ko gisubira kuncika kabisa.merci PAM no kubatumire bose Merci bcp, courage kubasohots nabakiri muhira.
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Oo karibu cane umu fan wakayi mushasha💥 JM tugie gukorana inguvu nyinshi kugira dukomez kukunezereza gusumba☝️ ndagusabe rero nkuko waryohewe niyi emission wongere uyi partager abandi🙏👇👇 kzfaq.info/get/bejne/j62jlqmC3rfOlnk.html
@qq8100
@qq8100 2 жыл бұрын
Big Zoe ga Mana ari pertinent
@bayisengecelestin538
@bayisengecelestin538 2 жыл бұрын
Mwompa NUM ya Laurent Tres exemplaire vrt
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 2 жыл бұрын
Big Zoe na raurent muraryoheye caneee ndakunze ivyiyumviro vyanyuu
@chimeneishimwe2169
@chimeneishimwe2169 2 жыл бұрын
Ikibazo nabaz guillain à 33 ans ukiba iwanyu ur sur kuzoshobora kwubak ?? Par exampl kurih inzu???pas du tout Ntur responsable Laurent na big zoe mur tr intelligent knd courage gu surmonte ubwoba bw kuv iwanyu nibwo bugabo mur responsabl👍👍
@alicedorianetuyishemeze2938
@alicedorianetuyishemeze2938 2 жыл бұрын
Nkeneye umugabo ameze nka Laurent!
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Alice doriane tuyishemeze mpa ibi cadeau 🎁 vyinshi gusa ndamuguha vrm😂 kdi aranyunvira gos☝️😅
@merlynekuri6824
@merlynekuri6824 2 жыл бұрын
😄😄😄 PAM CHANNEL kemura kino kibazo
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
@@merlynekuri6824 😂😂😂😂😂😂😂 nukuri ndi hano
@alexisnsengiyumva2748
@alexisnsengiyumva2748 2 жыл бұрын
Murondere none????
@hsb9539
@hsb9539 2 жыл бұрын
Murakoze cane kuri iki kiganiro ciza cane kuko kirimwo inyigisho nyinshi hama turakeneye 2ème édition bishobotse utumire n’abavyeyi bakuze. Thanks !!!!!!
@emerimanaemery3416
@emerimanaemery3416 2 жыл бұрын
PAM TV komereza ibiganiro vyanyu biri real ! Guillain ugumye kunzozi zawe ushaka uzoterimbere kuko nawe numviseko wipfuza kubaho ubana nabo ufasha utarikure yabo nkuko wakuze mumuryango ufasha abandi ! Amahirwe ufise unomusi nibwobutunzi bwawe ! La responsabilité compte
@thingstoknow5129
@thingstoknow5129 2 жыл бұрын
Ikiganiro Cari top 👌👌
@bobobit0763
@bobobit0763 2 жыл бұрын
Big uo kwa Zoe na Laurent
@guymugisha9311
@guymugisha9311 2 жыл бұрын
dukeney tv nkizi vrt murabishoboy courage
@ChristInMeHopeOfTheGlory
@ChristInMeHopeOfTheGlory 2 жыл бұрын
Kandi ndaryohewe, merci Pamela
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Murakoze cane mugishawimana 🙏ugisangize nabandi
@pamelairakoze5176
@pamelairakoze5176 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nta chic ata chèque 😎😎
@desireniyongabo3924
@desireniyongabo3924 2 жыл бұрын
Ntana chèque ata chic....hhhhhhh
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂🤣😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂🤣🤣🤣 urashobora kuba chic maman yakugurir
@gaellakaneza7700
@gaellakaneza7700 2 жыл бұрын
Vyar toooop Sana.
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 2 жыл бұрын
Uwo mutipe navekwanyina arek gusarishaaa
@rosentakarutimana2432
@rosentakarutimana2432 2 жыл бұрын
Mana Guilain narabe yimuke ahubwo ace arongora 😂😂😂
@erdisjosuegirizina9667
@erdisjosuegirizina9667 2 жыл бұрын
Kiraryosh canee,kandi birafash gukuraho ama tabou
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci cane Erdis Josue Girizina🙏🙏 ama tabou niyo atuma benshi barwa mu vyo batazi nanj nayahagurukie😁. Tukiraho ndagusabe u partager ikiganiro abandi, lien ngiyi👇 kzfaq.info/get/bejne/j62jlqmC3rfOlnk.html
@jordyjoelbaroreraho1212
@jordyjoelbaroreraho1212 2 жыл бұрын
Guillain confidence yiw ninkiya zemmour ndkeee 😂😂😂😂....🔥🔥🔥émission y’a bien 🅿️
@georgesgeoffreykirorere5995
@georgesgeoffreykirorere5995 2 жыл бұрын
Guilain yaraye un vrai frugaliste!! Big up
@mugishajoyeuse6538
@mugishajoyeuse6538 10 ай бұрын
Woouh très intéressant !
@davymikeirakoze7150
@davymikeirakoze7150 2 жыл бұрын
Waouhhh merci beaucoup kukiganiro courage sana
@nicolekaneza2794
@nicolekaneza2794 2 жыл бұрын
émission nziza cane...courage
@bobobit0763
@bobobit0763 2 жыл бұрын
Uyo mujama kwel ararinda kwemanga kwabana na mere a 33ans, non uwo agitinya nkuko non wibaza kwavuga ko uburyo bugoye niyaja kwubaka ar capable gupanga inzu ir comfortable nka home cnke azozanira umugore muhira?n htali kuja kwibana bie sur ni risk kuk bnshi usanga ubuhumbu buca bugwira m ub responsable
@alexisnsengiyumva2748
@alexisnsengiyumva2748 2 жыл бұрын
Big zoe ararenze asigurire abandi ba jeune kabisa
@alicedorianetuyishemeze2938
@alicedorianetuyishemeze2938 2 жыл бұрын
Icari kumpa nkaba mwico kiganiro Gylain namwibariza utubazo tumwe tumwe ! Numva ari kuntera umujinya
@Fitbdi
@Fitbdi 2 жыл бұрын
😀😂😀😅
@teginezamilca2472
@teginezamilca2472 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@turibamwefelide5548
@turibamwefelide5548 2 жыл бұрын
Ohhhh merciii beaucoup kuri émission très intéressant ndafashijwe
@xx_c2135
@xx_c2135 2 жыл бұрын
Ni Big Zoe yaryoheje iki kiganiro kweli 💯
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Safi sana👍
@bujaflava
@bujaflava 2 жыл бұрын
Ikiganiro cari bien sana ivyiyumviro birahanura sana. Muga ikintu nibazagako ntashigikiye nuko kumvako hari ibintu biraba abahungu canke abakobwa. Nabonye vision muhurizako ni mariage muga noe nimbe umuhungu yitegura avant comment kuba responsable yubuzima why not umukobwa??? Les fille benshi bafashwe nabi mungo bubatse kuber yuko ivyo bakenera vyose basaba umugabo( dépance financière) nikibazo kinini cane mungo kandi ari inkwezi yamaruru. So rero nimba umuhungu ategerezwa kwiga kwibaho mbere yokubaka nabakobwa bavyige. Canke muzogire ikiganiro cabakobwa basigure impamvu
@cherissaingabire6528
@cherissaingabire6528 2 жыл бұрын
Thank you débat yariryoshe
@estellamanirakiza9968
@estellamanirakiza9968 2 жыл бұрын
👌👌
@irakozefleury8439
@irakozefleury8439 2 жыл бұрын
💯💯💯💯💯💯💯💯
@kajenezaloic7691
@kajenezaloic7691 2 жыл бұрын
Ndamama😂😂😂😂😂😂🤣🤣émission ikurikira ni kuri fashion kbsaa
@kezakelly3053
@kezakelly3053 2 жыл бұрын
J aime
@gloriaishimwe9309
@gloriaishimwe9309 2 жыл бұрын
Hahaha ndamama guillain😀😀😂
@smile8315
@smile8315 2 жыл бұрын
Mrciii pr cette émission très intéressant 👌
@axisspirit4850
@axisspirit4850 2 жыл бұрын
Jewe ndashigikiye guylain cane kuko kenshi abatype bava imuhira kare kuko bafise complexe yuko atamugabo arara kwa papa wiwe ngo mama birasarisha ariko sivyo nagato umugabo wese yiyemera ava murugo kwa papa na mama aruko afise objectif ashikako apana ko abajama bose bamutanze kuvayo. Moi perso,loyer nopfuma ndayiriha papa na mama hako ndayaha umurasta azokumena umutwe wibagiye kumuha loyer kuko nikunko noba mpaze muhira,sinon kuba kubavyeyi ariko uri independant cad sans avoir a demander quoi que ce soit, nivyo mbona ari swag kweri Ubu sinka kera uje kuburara kandi papa wawe inzu yayiguze kuri prix ya kera ikimeze neza,nawe ngo upange muri bino bihe badugije vyose. La stupidité n'as pas de limite😂😂😂😂
@thestrategist3412
@thestrategist3412 2 жыл бұрын
merci Axis
@irutavyosefernadaxcel4449
@irutavyosefernadaxcel4449 2 жыл бұрын
Waouh tres belle emission...
@Mr_KORI
@Mr_KORI 2 жыл бұрын
C'était une très bonne émission 👌👌👌
@Fitbdi
@Fitbdi 2 жыл бұрын
chic, choque, chèque 🔥
@itkbeni364
@itkbeni364 2 жыл бұрын
Laurent vrem🤌
@bayisengecelestin538
@bayisengecelestin538 2 жыл бұрын
Ikiganiro ciza caaane Nous umusore ukwiye gusohoka kare kare hashoboka kurondera ubuzima bitangura kare Rwagasore a 28ans yaraturondeye ukwikukira Nne ufise 33ans ukiba kwanyoko na so Wumva uzomarira iki igihugu
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Merci Bayisenge Celestin kuntererano yawe, abasore ngira batahue tuvyizere☝️ hama akayi rero ntikazosubire kubashika, ni misi yose kuwagatanu 18h murakoze🙏
@thestrategist3412
@thestrategist3412 2 жыл бұрын
none ntamuntu ashobora gukora ibikomeye akiba muhira?
@angegloriaakimana2655
@angegloriaakimana2655 2 жыл бұрын
Big Zoé 😊👌
@francoisengendakuriyo7010
@francoisengendakuriyo7010 10 ай бұрын
Très bonne émission
@beniecarlette210
@beniecarlette210 2 жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Na kigingi comedian yavuye iwabo afise 38ans kndi afise umugore kndi abayeho neza
@jeanorrybutwari2407
@jeanorrybutwari2407 2 жыл бұрын
Akayi keza
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Na cane cane☝️ ku wagatanu misi yose 18h akayi ☕️ kaba kabae servi muri Pam channel Tv. Karibu kdi vdi
@ntsnziarmelkinte1695
@ntsnziarmelkinte1695 2 жыл бұрын
ikiganiro n top but one hour is to much
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 жыл бұрын
Ntsnzi Armel Kinte akayi bakanywa pole pole ntibihuta kohava kaguturira
@rosentakarutimana2432
@rosentakarutimana2432 2 жыл бұрын
Big Zoé,big ap
@alexisnsengiyumva2748
@alexisnsengiyumva2748 2 жыл бұрын
Merci à big Zoe pour ses bonnes idées .....
@turibamwefelide5548
@turibamwefelide5548 2 жыл бұрын
Twaryohewe partie yakabiri irakenewe
@ChristInMeHopeOfTheGlory
@ChristInMeHopeOfTheGlory 2 жыл бұрын
Laurent, kumbeeeeee....?
@ubuntu_257
@ubuntu_257 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@yvonnesibylle770
@yvonnesibylle770 2 жыл бұрын
Waouh!! Très belle émission. Merci chère Pam Chanel
@grettamukezamfura408
@grettamukezamfura408 2 жыл бұрын
Guilain nawe afise raison j uko ndavyumva.donc ari iwabo m afis ama responsabilité iwabo nyene.en plus kuviwanyu siko kuba responsable désolé.
@melysendayirorere7765
@melysendayirorere7765 Жыл бұрын
Bazogaruka twaryohewe cane
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 2 жыл бұрын
Izo mantalites zogumpaga nizaban bavukiye mwisite ntamwana womugiti ija gupanga kiretse akoze mariage
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA
32:01
#kukayi Ibintu bitatu abagore bakunda  #shorts
0:59
PAM Channel TV
Рет қаралды 60
SIMBIZI WASEMAVUMBA AVUZE AMABANGO YOSE YABA STAR
55:52
ARTS BURUNDAIS
Рет қаралды 208