Maman bamuteye inda,anta ndi uruyoya ,nonse bibi,ku myaka 16 ndongorwa kunguvu ndahangayitse 😭!

  Рет қаралды 888

FRESH TV 257

FRESH TV 257

Жыл бұрын

For more information : + 257 68023566

Пікірлер: 17
@umutisondeka1
@umutisondeka1 Жыл бұрын
Uyu mwana asa neze ndakewala🙈 Pole Sana my sister ubuzima nuko bugenda👏Bwana Dico mukazi kose✊ Love from Arcy Lucky #Ntitwisondeka
@pascalineornella-nc6er
@pascalineornella-nc6er Жыл бұрын
Pole sana Sandra abavyeyi nkabo babaho story yawe Igomba gusa nkiyi wanje ihagane mwijuru Hari Mana
@emelinenegamiyimana4103
@emelinenegamiyimana4103 Жыл бұрын
Ntamvura idahita,,, ntajoro ridaca imbere yabavyeyi hari Imana rero izokwirura disi mpore
@Imyidadaduro257
@Imyidadaduro257 Жыл бұрын
Pol saaaan Sandra Ariko Imana irikumwe nawe muri vyose
@methodeirankunda794
@methodeirankunda794 Жыл бұрын
Ubuzima buduhishira vyinshi komera cane terimbere
@boboboxtv
@boboboxtv Жыл бұрын
Reka nandike mvuge ko mugihe tuzobesha ubuzima tutaciyemwo bizotuma imana ituvuma sandra ndababaye vrm kuribibintu uvuze kandi nizeye katarivyo
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
None yoba yibesheye?nimba ubizi neza urasab ikiganiro dico série ibandanye
@vivantisteoficiall6287
@vivantisteoficiall6287 Жыл бұрын
pol san sandra knd je t'encourage ubirimwo bien.
@dorcelladusabe
@dorcelladusabe Жыл бұрын
Ndabaramukije nashaka ndababaze mutanga ikiganiro kubanyi bafirime gusa
@freshtv257
@freshtv257 Жыл бұрын
Oya n' abandi turabaha! Twandikire kuri 68023566
@ericbailly2258
@ericbailly2258 Жыл бұрын
Pole sana muko ivyis ntivyoroshe
@iranezereza8036
@iranezereza8036 Жыл бұрын
Yooooh birababaje kbx😢😢
@richardhavyarimana3289
@richardhavyarimana3289 Жыл бұрын
Pole sana my sister
@emerythomsonniyirema7167
@emerythomsonniyirema7167 Жыл бұрын
Ubuzima buragoye kw'isi,ariko vyose biba ku mpamvu runaka
@user-yu7jq3qe8j
@user-yu7jq3qe8j Жыл бұрын
Nukr birababj cne Pol sana.
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 Жыл бұрын
Birababaje kabx😢😢😢
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
MISS CIRCLE STUDENTS BULLY ME!
00:12
Andreas Eskander
Рет қаралды 9 МЛН
50 YouTubers Fight For $1,000,000
41:27
MrBeast
Рет қаралды 190 МЛН
And who would you choose?👇
0:20
Kitty Power
Рет қаралды 6 МЛН
When an RV meets a zombie outside #rv
0:21
campingWorld
Рет қаралды 26 МЛН
КАЧЕЛИ ИЗ АРБУЗА #юмор #cat #топ
0:33
Лайки Like
Рет қаралды 4,1 МЛН