Ubutare bwa

  Рет қаралды 194,051

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Harerekanwe ikinogo kirekire c'imetero 250 abazungu bahoze bimbamwo ubutare bugwiriyemwo ubwa #cassitérite na #coltan ku mutumba #Murehe uri muri komine #Busoni mu ntara ya #Kirundo abo bazungu bakaba basize bakizibije isima kugira ngo ntihagire abarundi bazobica n'ikanda banahashira ishamba rikingiwe rya Murehe.

Пікірлер: 598
@PierreScottgasly.s
@PierreScottgasly.s Ай бұрын
Eden irabaye Eden uwuvyemera anyihere like 💪🥰👉🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@JeanClaudeIgiraneza-zd4zc
@JeanClaudeIgiraneza-zd4zc Ай бұрын
Imana Ni Iyambere.
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 Ай бұрын
Ntanyungu zavyo kubusuma buri mubarundi😢😢😢😢
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 Ай бұрын
Nubundi abategetsi b,Iburundi bazoguma bariye bonyene ntagitangaza kirimwo umurundi muto azoguma akenye kurya nyene
@leonhappyfunny4529
@leonhappyfunny4529 Ай бұрын
Ariko muribyo bisuma urimwo​@@lilianeerica3318
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz Ай бұрын
Hamwe bobikora neza bitaye kukwikura agasuzuguro kabanyamahanga ndabona ikiro c'ibiharage kigiye gusubira kugihumbi (1000fbu) kirundo nayo isubire kuri 500 fbu
@papemuteba3582
@papemuteba3582 Ай бұрын
Bravo my people of Burundi we are together Congo DRC and Burundi together thank u Papa evarist
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Ndabahaye ibinoko à propos du coltan et de ce cassiterite dans ce gisement
@ntizzolehardi1914
@ntizzolehardi1914 Ай бұрын
Ewe #Burundi Burundi uragasimba imanga❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@isbah_day
@isbah_day Ай бұрын
Allah Akbar❤ Nezelewe amajambo yinguvu umukuru wigihugu avuganye umunezero nurukundo, Allah ahezagire imipango yose abipfuzako vyosambuka Allah abahindure Imitima nabo babe Mumitima yu Rukundo ❤
@user-ts4wt7rw1v
@user-ts4wt7rw1v Ай бұрын
Beautiful 😍 county lv from Rwanda ❤❤Africa nziza ,reka umuzungu abyumve haama azane umwiryane ,intambara zivuke😢 kbx mukanure kd mutere ikirenge mucya kadafi ,mukore saving kuri buri murundi ,ndetse numwuzukuru wanyu azabeho neza ❤❤❤❤❤ mwamagana ivangura moko iwanyu maze murebe Bwa Burundi Bea Eden Neva yavuze ❤❤❤❤
@AndreNdayavurwa
@AndreNdayavurwa Ай бұрын
ntavangura ndufise uraza wirabire muburundi twese turangana kandi turibamwe
@israelibless
@israelibless Ай бұрын
Well said. Uvuze neza uragahezagirwaa. Leave Hutu tutsi. Iyo ni division yaba coloni duhagarare uko twahoze mbere yaba coloni
@ismaeliradukunda-wl3lf
@ismaeliradukunda-wl3lf Ай бұрын
Mwenewacu Burundi ntamoko akihari twarabirenze
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 Ай бұрын
Uvuze Neza Nuko uburundi abategetsi umenga ntibagira ubwenge bikunda badakunda abenegihugu
@beautyofburundi5624
@beautyofburundi5624 Ай бұрын
Komera mu nya rwanda ufise ivyiyumviro vyiza
@user-tb4wg9vs8r
@user-tb4wg9vs8r Ай бұрын
Imana ishimwe ubundi nanje nari ndabiziko iwacu haribintu vyinshi bizoodukiza gusa bisaba kuvyitwaramwo neza kuko Imana iduha ninayo itwaka.gusa nivyiza Imaana ntanzigo❤❤❤❤
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Ай бұрын
Burundi 🇧🇮 oyeee IMANA yaduhaye UBURUNDI ibandanye iteration uburundi nabarundi,ituronse ivyodukeneye Amen 🙏 ♥️
@user-ly1nz1di1m
@user-ly1nz1di1m Ай бұрын
Ndi guhumurirwa nuburundi nkaryoherwa cyane Imana igumye ihe umugisha uburundi yagure intambwe bafungure nimipaka nubundi ntamurundi ntamunyarwanda twese turi bamwe rwose imico nimwe ururimi nirumwe yemwe namagorwa twahuye nayo ajya gusa mureke indyane tubane bene mama
@NdayishimiyeAaron-do2ui
@NdayishimiyeAaron-do2ui Ай бұрын
Cane muvukanyi
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
=>Abakecuru muri ibihwiji ? ego data turi ibihwiji => abakecuru muhendwa mubona ? Ego data duhendwa tubona IKI KIGABO KIJE KIVA MURI AFRIKA Y EPFO NTAVYO KIZI. ABARUNDI CNDD FDD YARABAKUYEMWO UBWENGE AHO NTAKIRIMWO
@GuyAkim1
@GuyAkim1 Ай бұрын
Shimwa mana 🙏ndumufana wawe president wacu❤
@aimablezaiko7635
@aimablezaiko7635 Ай бұрын
Imani shimwe kuba u Burundi bubonye coltan 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
Imana yaraduhaye igihugu ciza cama nubuki Uburundi ntaco imana itaduhaye ubu naho yatwihereye umukuru wigihugu adukunda sangamba Burundi Mutima wa africa Eden yacu❤❤❤
@dollarswiz9
@dollarswiz9 Ай бұрын
NEVA,ndagukunda caaaane kuko iyo nibutseko Imana yavugiye mu kanwa k'abavugishwa bayo yuko ariwewe ku ntwaro yawe hazoboneka ubutare buzoteza Uburundi imbere,Yesu wenyene akwifashirize papa Burundi ushikane Uburundi aho Imana yavuze Ndaguhezagiye mw'Izina ry'ubushobozi rya YESU CHRISTO umunyanazarete
@EricNdayambaje-bx8jt
@EricNdayambaje-bx8jt Ай бұрын
Mutama nimba usoma komanter zacu Jew iyombony ukuntu ukuntu udushakira ivyiza numva nishimy can imana ikub hafi gusa abavyonzi imana izogufash ubanesh
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Ай бұрын
Ahubwo abahoze babivuga ko Uburundi buzohinduka ntidutahure ivyarivyo.Ariko raba n ukuri nkubwo butare tutari tuzi kobuhari?
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Ай бұрын
President ahubwo wiyongere umutekano kuko ubwo butare burarenze. President ico kibazo c ubutare cishirire muntoke niho hovamwo ikintu cotunga cotunga abarundi.
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Ай бұрын
Tubandanye dusabira uburundi nababutwa nabarundi, imana ibandanye ituronsa ivyo dukeneye❤
@KubwimanaMashaliki
@KubwimanaMashaliki Ай бұрын
😂
@user-xz7ur5fq8y
@user-xz7ur5fq8y Ай бұрын
Ntibazosubire gutwara ni tone imwe idahinguwe love you my country
@cvzx-2968
@cvzx-2968 Ай бұрын
Uwoniwimana yàduhaye yaduhojeje amarira. Yasogokuruwacu. Yagiyetutamwa se❤❤❤❤❤❤
@Supershopdubai-ck8td
@Supershopdubai-ck8td Ай бұрын
Sweti
@Kibasumba02
@Kibasumba02 Ай бұрын
Nkurumbi
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
inzigo izobahitana
@user-pr5ni7mv6f
@user-pr5ni7mv6f Ай бұрын
Eden
@nkundwanayoaziz5974
@nkundwanayoaziz5974 Ай бұрын
Evariste urakaramba ❤❤❤❤
@user-kp6df2sz2j
@user-kp6df2sz2j Ай бұрын
Bro none yakoziki kubwerekana ntibihagij nagato ahubwo umwimbu wivyavuy mwubwo but are niwo dukeney naho ivyo yerekanye bitakozwe nivyishi yerekanye 54milliard yibwe na come manirakiza ayo ntiyigez ayagaruza , nubu ariraramiy munama nshigamateka😭😭😭 ewe Burundi ejo have bikiruku sindahabona neza kukabaraho ntiboroshe.
@user-kv4bn2cw6z
@user-kv4bn2cw6z Ай бұрын
Burundi bwacu Burundi buhire Imana yakuduhay ikomez ikudutungire
@estaniyongabire9956
@estaniyongabire9956 Ай бұрын
Imana ishimwe cane yishuye amasengesho yacu, nukuri H.E Neva imudutungire azoshikana u Burundi kure cane n'amahanga azoturondera
@KongweChimwemwe
@KongweChimwemwe Ай бұрын
Président wacu dukunda Imana nikuje imbere natwe utaje imbere gushika harya wipfuza kudushikana,iyi vidéo nguma ndayiraba sindayihimba,ndasaba amahera azovamwo azokwubake ikintu hamwe nabanyamahanga bagitangarira bakibonye
@user-xf4qi1bk5e
@user-xf4qi1bk5e Ай бұрын
hhhhh imaniguhezagire
@Possible204
@Possible204 Ай бұрын
Imana irinde Uburundi, basha ndabona tugiye kumera nka congo, intambara idahera kubera ubutare.
@OnephorNdayishimiye
@OnephorNdayishimiye Ай бұрын
Oya reka kongo karinjavyi twebwe twobamesa😊
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Ай бұрын
Uburundi❤bugiye kubadubayi ahot2abutwengey bajyiye kuturengap presunant❤wuburundi burya nintukwqnwa yiman nubwo bamutwenga ngontashyoboye abarundi bamukunde rwonse
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
Nuwacun❤❤❤
@felixmanirambona6576
@felixmanirambona6576 Ай бұрын
Egoo ubutumwa utanze nibwiza cane abarundi twari dukwiye kumukunda.
@ozianandayakwize9785
@ozianandayakwize9785 Ай бұрын
Not sure
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda Ай бұрын
nugusenga imana ikadufashe kuko ibikorwa bizivugire apana amajambo
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@mpongano. Ari muri Rwanda, Tanzania, Zambia, RD Congo, Afrique du sud, Mali, Ghana igihugu ntigica kiba Dubai ngo n'uko gifise une seule mine. Na zirya 50 milliards yavuze, kandi ngo zoca ziyongera incuro nyinshi mugihe hoshobora guhingurwa lingot NI KURABA KO IVYO YAVUZE ARIVYO.
@Ndayaki
@Ndayaki Ай бұрын
<a href="#" class="seekto" data-time="531">8:51</a> nzogaruka kuraaba iyi videwo haciye amezi atandatu mu kwezi kwa 1, 2025.
@themusons1514
@themusons1514 Ай бұрын
garuka nibura muri juillet 2030. shetani azaba yarahateye inyanya
@African-x1o
@African-x1o Ай бұрын
Muvyanka mwemera iwachu nimuri edeni❤❤❤❤
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox Ай бұрын
Uwavuze ngo "warapfunywe ntiwapfuye"ntiyabeshe.Mana hezagira Uburundi.Shima kutabesha kuko waratubwiye kohose huzuye ubutunzi,non birangiye ubitweretse Mana n'ushimwe Can.Mbere vyose uzobigenza neza cane,turagusavye uduhe kwihanganira ibitugerageza
@UmusegaWimbwa
@UmusegaWimbwa Ай бұрын
Ndanezerewe cane gose, God bless my country❤
@mugishabadensteve8849
@mugishabadensteve8849 Ай бұрын
Abarundi yaba vyakunda kimigambi ya nyakubahwa President tuyumva twese tukaja hamwe, ibitangaz1 vyokoreka! Mais amacakubiri ninzara abazungu baduteye biracatuzingamitse😢
@TUYIKOREREFiacre-zp3nd
@TUYIKOREREFiacre-zp3nd Ай бұрын
Komera muvyeyi wacu abansi ntibashobora kubuza umugambi w'Imana ifise kuburundi turagukunda
@apotreserugo
@apotreserugo Ай бұрын
Burundi became eden vya vrai ❤❤❤🇧🇮🇧🇮
@palukuombeniamani2678
@palukuombeniamani2678 Ай бұрын
Imana ihezagire Uburundi nabarundi,I'm so proud of my country ❤❤❤This is our ten now,Thank you Lord.
@EmmanuelNteziryayo-tm8ri
@EmmanuelNteziryayo-tm8ri Ай бұрын
Wow go ahead
@ViyaneKiki
@ViyaneKiki Ай бұрын
Ndayishimiye ndamukunda yicisha bugufi kabs
@israelibless
@israelibless Ай бұрын
Abarundi tube maso cane cane abantu muvugana naba colonies nababandi ntavuze. Bagiye kudutera intambara namacakubiri ndavuga dusige hutu-Tutsi. Tubeho muri bwa burundi bw'imbere yaba colonies ndasavye kubw'Imbabazi z'Imana yumvise amasengesho namarira yab'abarundi.
@sammarley1413
@sammarley1413 Ай бұрын
Imbere yaba colonies ntakintu citwa Israel canke yesu cariho ntamisraba ntabitari hariho imana imwerudende Ndikumana Manariyo Hatungimana Mpawenimana Nduwimana Hatangimana Ayo mazina nikimenyetso gikwiye cuko abarundi bar bazi imana kuva uburundi bubaho ariko igitangaje uno munsi nitwebwe turimbere muvuhimbaza imana zabakoroni Mbe ww wiyita Israel bless mugihe ugifise ivyiyumviro nkivyo vya yesu na Israel wibazako vyoroshe kugira ico tugerako mugihe mumitwe tukineze uko? Imana irera shetani arirabura Yerusalem =mwijururu Israel = ubwoko bwimana Abarundi turi ubwoko bwande? Mukeneye gutera imbere icambere nukuvavanura nivyiyumviro biganze nayo ubutare imana ntirenganya burihose Congo ufise ubunganagute??? Habuze iki??? Nihshimwe imana yabasogokuruza imana yuburundi bwanyaburunga Tube abarundi duhambe amoko Duhambe amadini dutunge ubwenge
@israelibless
@israelibless Ай бұрын
@@sammarley1413 urakoze cane kuko uvuze nk'umuntu w'umugabo. Imana nimwe rudende ndetse ubutumwa nyezina bwavuye muri Africa 🌍 bukwira isi yose ariko kuko aba colonies ico bama bakoze biyitirira ivya Africa bikaba rwabo.
@israelibless
@israelibless Ай бұрын
@@sammarley1413 Imana ishimwe kuko ugaragaramwo impwemu y'Imana Nzima ivyo uzi uze ubisangize abawe ndetse nabo bishoboka uko bangana kwose ic'Imana aho kibibwe kigira ikimazi mu gihe tutazi. Uhezagirwe
@toyi7605
@toyi7605 Ай бұрын
Mungu wa Eliya na musa yumbo ndani ya ichi yetu ya burundi akika ❤❤❤❤❤❤❤❤
@mimeme8802
@mimeme8802 18 күн бұрын
Mana ukunda uburundi cane mbega agasuzuguro turimwo bukabije Imana yishurira kugihe peeee Mana urahahora kungoma uburundi burafise nigitoro nuko mitarabikurikirana neza umusi Imana yabikunze ico gitoro izakigaragaza pee ndavyizeye❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@Angedangel
@Angedangel Ай бұрын
Vyose bivana na leadership. Ubutare ntibutungisha igihugu.
@codemysite3807
@codemysite3807 Ай бұрын
Congo nakarorero
@lazzR1935
@lazzR1935 Ай бұрын
Reka ishari Uburundi nigihugu gitunze kandi cane tura nafise petrol muri tanganyika izo nzuzi zose zuburundi nitunga gusa ahubwo tugiye kuba abamber mubutunzi mugihe badusize umuvyiro😢 ngo turabakene bambere kwisi dufisi virge​@@codemysite3807
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Ай бұрын
Ariko abantu ntacomufise mushima
@hacimanaelysee5195
@hacimanaelysee5195 Ай бұрын
Igitungisha igihugu nigikiki none?
@hacimanaelysee5195
@hacimanaelysee5195 Ай бұрын
Toujours pensés négatives
@bluehada2151
@bluehada2151 Ай бұрын
Ni wazo zuri, Mungu aendelee kuibariki nchi yetu Burundi, tuwe pamoja na kuijenga nchi yetu 🇧🇮
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 Ай бұрын
Imana ibirimwo, ❤Mana niwewe tubihaye,
@leochebatv1856
@leochebatv1856 Ай бұрын
Murarabe musimbire murushubi mutohoze urya mwobo twumva ngo urimwo portail,haraho wosanga harivyo banyegejemwo abo bayongwe ngo n'abazungu
@Drmoodfromkamenge
@Drmoodfromkamenge Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅
@Dddma455
@Dddma455 Ай бұрын
Mubantu nkunda kwisi. Bambere nkunda imana. Hagakurikirako Nyakwubahwa. General Neva. Sebarundi
@PamellaYvetteMUNEZERO
@PamellaYvetteMUNEZERO Ай бұрын
President wacu, Imana Igufashe, wubahwe cane
@Akawecomedy9144
@Akawecomedy9144 Ай бұрын
Ndakunze iki kiganiro❤,IMANA ije imbere mwibi bikorwa,natwe uburundi bwacu busayangane
@firotemanirakoze4505
@firotemanirakoze4505 Ай бұрын
IMANA ishimwe cane hama chimamanda amaramare hamwe nabihakana Uburundi bageze hanze bamaramare
@MobileDawat
@MobileDawat Ай бұрын
President utari umwirasi wishushanya nkumuturage,Evariste long live!!!
@symond_playzclassic4099
@symond_playzclassic4099 Ай бұрын
Burundi bwacu burundi buhire Imana yakuduhaye Ikudutungire🙏🙏🙏
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Ай бұрын
Imana yishurira kugihe kweri manawe nushimagizwe nabawe 🙏 🙏
@mimeme8802
@mimeme8802 18 күн бұрын
Nkunda président ukuntu adatinya kuvuga nabi❤🎉🎉🎉 abansi basubiza inyuma igihugu
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o Ай бұрын
Asha muce mugura indege mwongere mwubake amabarabara❤❤mwubake igihugu ibitoro biboneke ivyokurya bikorok ibiciro niho tuzobonako uburundi bwahindutse buriko bugera kurundi rwego
@Drmoodfromkamenge
@Drmoodfromkamenge Ай бұрын
😂😂😂😂mnafiki tuu!!gabanya hypocrisie ku gihugu ca kwibarutse😢😢noe aho wewe upinze nde
@user-oz6wo4sz9w
@user-oz6wo4sz9w Ай бұрын
Nimutubwire dutere naho coba igihumbi vyokunda tukubaka ihinguriro rikomeye
@Mkal-ir7sv
@Mkal-ir7sv Ай бұрын
Burundi 🇧🇮 bwacu shing icumu mumashinga ca mudufasha rero kiry kibuga nyakubahwa S.E Evariste Ndayishimiye shinga itegeko cuzure ningoga kand gihinyanyugwe🙏🙏
@Nshemezimanaconsolatte
@Nshemezimanaconsolatte Ай бұрын
Imana ishimwe mutama wacu muvyeyi wabarundi.natwe nkabarundi dusenga Imana yumva kandi ikora Ayo masheteni ntabubasha afise kuburundi kuko iyo dusenga n Imana ikomeye Uhoraho yumvise gusenga kwabarundi Gusa uhabere maso abagomba kudutobera ntibabuze..Ariko Imana turikumwe vyose bizoba impfagusa abakugwanya bahangane n Imana ndabe ko harico bazogerako.
@cultureburundi
@cultureburundi Ай бұрын
Warapfunywe ntiwapfuye Burundi,shinga icumu mu mashinga
@Bazi1973
@Bazi1973 Ай бұрын
Imana ituje Imbere kwuyo mugisha
@user-zj7lt5ig6t
@user-zj7lt5ig6t Ай бұрын
Ntakabuza ic'Imana yavuze kuburundi kizoshika❤
@malachienshimirimana3313
@malachienshimirimana3313 Ай бұрын
Felicitation Président wacu ndaye neerewe cne
@celestinirambona2427
@celestinirambona2427 Ай бұрын
Yoooo Imana iratwibutse
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Ай бұрын
😂😂😂😂
@lamanene
@lamanene Ай бұрын
Yamye ibibuka mwabuze uyobora Nubumwe
@Princetuyishime
@Princetuyishime Ай бұрын
😂😂😂
@Elias-yo9nw
@Elias-yo9nw Ай бұрын
Turongeye turakize kabisa Imana ishimwe
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz Ай бұрын
Komera mutama Never reka dusenge Imana ikomeze iryojambo rizoshigwe mungiro kugira ivyahanuwe bisohore.
@mbarushijoel8041
@mbarushijoel8041 Ай бұрын
Yaba Ari mu Rwanda berekanye ubwo butare muba mwasakuje ngo nubwo twibye muri Congo!😂😂😂
@timoshand5952
@timoshand5952 Ай бұрын
Aho hantu mu rwanda hitwa gite none ..kkkk uratwenza nani
@bizimanatheos7497
@bizimanatheos7497 Ай бұрын
Oh Africa ❤ Birikuza ejo hafurika niheza cyane courage courage IMANA ibibafashemo
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
Jewe ndavye harya hantu atakintu kirahubakwa, ata mashini zihari uretse irya excavator, ndavye ingene muri irya galerie souteraine ata matara ahari jewe sinemera ko bafise ivyemezo ko bafise ivyemezo ko hari ubutare bungana na 50 milliards de dollar. Hanyuma ngo mumezi nk'atandatu ngo boshobora kubaka mine souterraine n'ukubaka rafinerie yotanga lingot d'etain mugihe mugihugu hatariho umuyagankuba arenga 100 megawatts.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
b​@@stansiyomana1239ivyo wew ubivuze ukoresheje amaso ntusumva abahinga bari kuri terrain jakurubuga utwereke ubwobuhinga bwawe apana amajambo
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@@bizomenyimanaelias5455 These yanje muri Universite Patrice Lumumba i Moscou (1977) yari sur l'exploration souterraine dans la mine de zinc et de plomb de Khost en Ossetie du Nord dans les montagnes de Caucase. Mu 1978/1979 Geological Survey of Tanzania (Idara ya Madini, Dodoma) yarandungitse gukora kuri Kyerwa Tin Project iKaragwe, kandi naho nyene hahora hacukurwa n'abakoloni. Muri 1981/1982 nararongoye Bulangamilwa Gold Exploration project hafi ya Nzega, mugabo naciye ndahava ko nashaka kubandanya amashuri hanze ya Tanzania. Umengo ubu hariho une mine moderne. i
@NshimirimanaClaude-ze1ko
@NshimirimanaClaude-ze1ko Ай бұрын
Ndaunda Burundi bwanj❤❤❤❤❤
@user-to4kb1zx7o
@user-to4kb1zx7o Ай бұрын
Hamatwubake.amaetaje.abimukira.bazekupanga❤❤❤🎉🎉
@NkunzimanaBernard-jz4ii
@NkunzimanaBernard-jz4ii Ай бұрын
Komera cane samuragwa wacu ndabikundira cane gose ndifuzako ubwobutare bwabonetse muntara iwacu kobwogira icobusigiy intarayacu ya kirundo.ndifuza guhura na prezida wacu Neva nubwonoca nipfira kuko ndamwikundira Sana nukuripe ,lamba mutama urintore ukwanka akwandureko
@NAHIMANAGogoMarie
@NAHIMANAGogoMarie Ай бұрын
❤❤❤ ndishimye peeee nyenicubahiro urakaramba
@miaoffici
@miaoffici Ай бұрын
Mutama uyumugambi mukawudukurikiranira bikagenda neza natwe tuzokwizera ibihe vyose Imana ikuzigame cane nababutoye bakomere turabikunze cane❤❤❤
@julesndayambaje8887
@julesndayambaje8887 Ай бұрын
Ewe bazungu mwarabayeho mubesherwee😂 uwuranvye azobona. Dusinzirize😂😂😂😂😂
@mpundumedia9134
@mpundumedia9134 Ай бұрын
Mwisho wa Dunia utafika tukitafuna dahh😅😅😅
@MoiseAhishakiye-n4p
@MoiseAhishakiye-n4p Ай бұрын
Imana ituje imbere maze shetani atsindwee ivyacu bitere imbere komera muvyeyi w uburundi ramba twubake uburundi
@dollarswiz9
@dollarswiz9 Ай бұрын
We love our Father President
@meddy380
@meddy380 Ай бұрын
IMANA irakoze cn kbs ❤❤❤love you my country Burundi 🇧🇮 ❤
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 Ай бұрын
Imana idushoboze Ishoboze indongozi dufashanye kuvyaza imisaruro imitungo karemano yaduhaye
@josephineniyobuhungiro
@josephineniyobuhungiro Ай бұрын
Iyo ndwara y’amacakubili ntaco izodushitsako,kandi ikibarigwa nicumva. Imbere ni heza dushime hamwe ,tukirind’iryane. Imana ihezagir’uburundi bwacu muli vyose.
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 Ай бұрын
Mutwubakire USINE ihigura ubutare aho nyine❤. Turafisa amashure meza universités, les hôpitaux, les hôtels.... Mwubake usine ya Est africa. ( EAC).🎉. IRIMWO ABAHIGA BAKUNDA UBURUNNDI..
@AndreNdayavurwa
@AndreNdayavurwa Ай бұрын
east africa barayisambuye désolé vuga ibindi mutama
@ViatorNitung
@ViatorNitung Ай бұрын
Burundi oyeee.hama muzokore amatohoza murushubi hariho urunogo ruteye amakenga abazungu bimvy.
@MusunaGeorgette-dw2xh
@MusunaGeorgette-dw2xh Ай бұрын
Murakoze cane Mukuru wigihugu cacu ciza c'uburundi turasavye mupime ubutaka bwose bwuburundi no mumihana muze kuhapima ;kuko mwosanga twiryamira hejuru yubutare
@user-bf2zb7nu7q
@user-bf2zb7nu7q Ай бұрын
Iyi comedy iratangaje kweli . Iyo béton ko batayereka abanyagihugu ngo bayirebe 😂😂😂 ibisamaza abarundi ntibibura
@user-ui2cc4bk6m
@user-ui2cc4bk6m Ай бұрын
Ufise chetani utabizi wewe reka ishari Ingo ubake igihugu cawe
@H.JOSEPH8
@H.JOSEPH8 Ай бұрын
Ooh nibyiza cyene 🎉 ark neva Akunda kurya🤣🤣
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana Ай бұрын
Imana itabaye Igihugu cacu ikirinde abanyeshari ahubwo nabadukuriye bagikunde kurushirizaho birinde kubinyonyeza ahubwo twubake amabarabara meza namazu meza nigihugu gisukuye
@ArahanJames-gc8qv
@ArahanJames-gc8qv Ай бұрын
Hapo saw mzee
@JeanphilbertTuyininahaze-d5z
@JeanphilbertTuyininahaze-d5z Ай бұрын
Imana ishimwe cane kwiteka yateye uburundi rero ubwo butunzi imana yatweretse nibukore tubukoreshe mugihugu cacu igihugu gihindukemwo vyinshi igihugu giterimbere ivyabarundi bahora Babura biboneke hamwe muburundi haba ahadasanzwe mubindi bihugu mwubake amabarabara meza noneho ibikenewe gukogwa nivyinshi cane ahubwo uburundi nibuke kukivi
@user-rb4ti7xy3g
@user-rb4ti7xy3g Ай бұрын
Kanura kanura gurakeye, 5gwijukire iterambere Uburundi bwacu buterimbere😅😅😅
@ZilfaNiyonzima-td8sq
@ZilfaNiyonzima-td8sq Ай бұрын
Nibindi biriho nimuze muraja aho bari hose .tubanze dutagatate mwizo miriyoni naje ndumva nzoshikirwa🎉🎉🎉
@jeanclaudeakili2372
@jeanclaudeakili2372 Ай бұрын
I love this because no White or chinois inside 😅🎉❤ ni vyiza birajyoshe cane kuko nta muzungu ahari canke umushinwa/ chine aringaho !
@PascalMbazumutima
@PascalMbazumutima Ай бұрын
Ndakwunze umukon iburundi ni mur edeni
@fistonnibigira167
@fistonnibigira167 Ай бұрын
Mr President our president bigger for what you doing we are proud of you you do good job no matter what people they are talking about you but don't listen to them do your good job🇿🇦🇧🇮
@IldephonseNzeyimana
@IldephonseNzeyimana Ай бұрын
Waouh !!!❤ My Burundi 💪💪💪💪💪💪💪
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx Ай бұрын
Mbega vyiza weee 🇧🇮💪
@user-vy6yo3mi7w
@user-vy6yo3mi7w Ай бұрын
Mukomere cane gose murundi
@UwimanaChristabella-gd6cg
@UwimanaChristabella-gd6cg Ай бұрын
Cawibaza vmt baribatwishe hubwo mwubahwe mwakoze igikorwa kidasanzwe 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 Ай бұрын
Imana ikorere mubazimba bagire umutima runtu ntibatangure kwiba😢😢😢Burundi bwacu bwiza❤❤❤❤❤❤❤❤
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 Ай бұрын
Bazobwiba nubundi bazoguma barya bonyene abarundi barayobeye
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 Ай бұрын
@@yvettekaneza4385 Nihatari Imana iturengere ntabwo bakora kunyungu zigihugu nabenegihugu ahubwo nikunyungu zabo gusa😔😔😔
@Onesmoboyz
@Onesmoboyz Ай бұрын
Mungu awabaliki sana
@papemuteba3582
@papemuteba3582 Ай бұрын
Bravo Burundi and DRC Congo we have coltan in our country's now Papa evarist we need to check nice coz Kagame and is brother Museveni the don't have coltan in the area country's thank u Papa evarist Bravo papa
@alanbronzecreations2011
@alanbronzecreations2011 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Supershopdubai-ck8td
@Supershopdubai-ck8td Ай бұрын
Biraryosh walah
@user-zj7lt5ig6t
@user-zj7lt5ig6t Ай бұрын
Nyakubahwa umukuru wigihugu cacu iconkusabira Imana ikuragize Abamalayika bayo muvyukoravyose.
@toyi7605
@toyi7605 Ай бұрын
Mungu mbele sisi nyuma burundi oye❤❤❤❤❤
@NiyonyishuBoas
@NiyonyishuBoas Ай бұрын
Yesu tubanje kugushimira kuciza ukoreye uburundi bwacu0 nibisigaye UZobikora Mwami wacu uduhe kugukunda❤❤❤
@ntihaboseadonis8746
@ntihaboseadonis8746 Ай бұрын
Natwe Muburundi Imana Iratwibutse 🙏🙏🙏🙏Dusengere bampema zuzuye Ntibabucishe kuruhande
@imanipierre6449
@imanipierre6449 Ай бұрын
Ok
@UmusegaWimbwa
@UmusegaWimbwa Ай бұрын
Ikiyaya cose ca Bujumbura, Gatumba gushika mu Rumonge aho hose hariyo Pétrole brute nyinshi gose,, i told my classmates in University about all these things, Burundi is not poor country just matter of time, sinzosubira kuva mu burundi
@user-pk7yw1sh5v
@user-pk7yw1sh5v Ай бұрын
Burundi bwacu warapfunywe ntiwapfuye Imana ikutuzigamire papa Burundi nae wibereho utababaye
@UmusegaWimbwa
@UmusegaWimbwa Ай бұрын
Guys jewe hariho umu chinoi yambariye ko ngaha mu Burundi hariho Lithium nyinshi cane! Aho yabimbarira ataziko ndi umurundi kd ntiyaraziko nama nza mu Burundi! Turatunze kandi dusengere igihugu cacu kizoba ciza gose
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 Ай бұрын
Abobazungu burukoba rwera nibobambere ngo le Burundi est un pays pauvre shaaaaaaaa ntacahishwe kitazohishurwa 😂😂😂kazima Imana idukunda
@niamtxoovvem6745
@niamtxoovvem6745 Ай бұрын
Nyob zoo kuv tuaj saib nej khawb pob zeb dub os thov kom khawb tau ntau os mog❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Kabayan | Teleradyo Serbisyo (29 August 2024)
1:19:49
Teleradyo Serbisyo
Рет қаралды 25 М.
Prank vs Prank #shorts
00:28
Mr DegrEE
Рет қаралды 10 МЛН
Can This Bubble Save My Life? 😱
00:55
Topper Guild
Рет қаралды 86 МЛН
这三姐弟太会藏了!#小丑#天使#路飞#家庭#搞笑
00:24
家庭搞笑日记
Рет қаралды 94 МЛН
小丑把天使丢游泳池里#short #angel #clown
00:15
Super Beauty team
Рет қаралды 48 МЛН
Headline Ngayon | Teleradyo Serbisyo (29 August 2024)
27:44
Teleradyo Serbisyo
Рет қаралды 7 М.
Icukurwa ry'ubutare ry'utubuyenge (Terres rares) mu Burundi
27:46
Emissions TV 2è_VPR_BURUNDI
Рет қаралды 48 М.
How A 32 yrs Old Orphan Built 100 Houses Burundi🇧🇮
40:04
Prank vs Prank #shorts
00:28
Mr DegrEE
Рет қаралды 10 МЛН