Muco azanye Fanny Lavine na Norasque kumbe Mariage yabo❤/Ina Ligera ni Chanel itazigera itunyoteza

  Рет қаралды 9,063

Ina Ligera

Ina Ligera

Күн бұрын

Ncuti zanje ndazi muri beshi bankunda kandi bari banyotewe kubona YOU TUBE Chanel yanje nayo ngiyi mumfashe rero kugira partage mugire na abonne kugira muzame muba abambere kuronka ibikogwa vyanje ufise icubaza whastapp number ni +257 68 59 88 60

Пікірлер: 178
@NorasqueNtareVI
@NorasqueNtareVI 7 ай бұрын
Goo my Sister Shine like never before i am with you 🎉🎉❤
@InaLigera
@InaLigera 7 ай бұрын
Turabashimiye kukuntu mukomeza kutwakira no kudukeza ariko tunabasaba ko mwokomeza gukora subscribe liike Na Commentaire Na partage mutibagiye no kudusengera🙌🙌vyose bishobokera uwizeye Kumwe namwe bizogenda neza🙏🙏
@LythiaIrirakiza-ji2ll
@LythiaIrirakiza-ji2ll 7 ай бұрын
Imana imbere diii mbakunda mumaraba yose❤️❤️mwimamatwi abansi mutere mugana kuc mwifuza kugeraho
@SalimaDusabimana-su8qf
@SalimaDusabimana-su8qf 7 ай бұрын
Fanny mbakunda caaane kuburyo ataco mwosaba ntitugikore ❤❤❤ Fanny muco norax
@user-xh2cj4xn4x
@user-xh2cj4xn4x 4 ай бұрын
Komera sha sister uterimbere nkumuzinga
@florenceniyokwizera386
@florenceniyokwizera386 3 ай бұрын
Ego di Ina ligera witiranwa nagakobwa kanje😂 courage
@ChristineMuhayimana-g6e
@ChristineMuhayimana-g6e 14 күн бұрын
Oe muco kutarampa impuzu nambike umwana Hama ni petite soeur agukurikirana tous les jrs❤❤❤❤
@emelyneniyobuhungiro
@emelyneniyobuhungiro 4 ай бұрын
Courage muco urabona ibigeragezo fanny yahuye ntavyo nawe ikomeze umutima kuko ibigeragezo bishikira umuntu
@crediakwizera-qd8ii
@crediakwizera-qd8ii 7 ай бұрын
Imber niheza Can courage muco turagukunda
@NdimuLyne-be4nf
@NdimuLyne-be4nf 7 ай бұрын
Twahashitse muco tera uja imbere
@nuslairakoze7317
@nuslairakoze7317 7 ай бұрын
Ina light💋💋💋♥️♥️ kalibu uzuduhe ibintu bizima tuzobikurikira 100%%
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 7 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰 Kurecane diii Muco🎉🎉🎉
@floridauwimana5953
@floridauwimana5953 7 ай бұрын
Nanje ndahashitse muco.ndagukunda hejuru Di muco
@freddynzeyimana5453
@freddynzeyimana5453 7 ай бұрын
InaLight, inamwanga, inalumiere, inamuco, aina...Ina....big up muco
@user-ht7uf6zv4w
@user-ht7uf6zv4w 3 ай бұрын
Hejuru caaane Ina Ligera❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-hl1eb6py7k
@user-hl1eb6py7k 7 ай бұрын
Ok fercitation muco ndagukunda kwer gs Fanny irya film umubany uyibandany kwer twar twayikunze
@user-ww1uu9mq8v
@user-ww1uu9mq8v 7 ай бұрын
Félicitations muco mwena mama 3fa mwubahwe ariko Maman 3FA ufisinzara nziza zokumaboko vrt ❤❤❤❤
@user-zs3si8uo7y
@user-zs3si8uo7y 7 ай бұрын
Intambwe kuyindi maman pasta 😂uje kuyindi mpwemu
@user-ct7kx9qm3p
@user-ct7kx9qm3p 7 ай бұрын
Inamuco officiel hejuru cane ndabakunda
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 7 ай бұрын
Ina rigera terimbere shahu muco utandukanye nabisohoye bagasohoka bamwambitse ubusa wubahwe disi
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 7 ай бұрын
Waaoooo félicitation muco💃💃💃 courage kure cane niho nkwipfurije gushika🌹🌹🙏
@kigemenadia4561
@kigemenadia4561 Ай бұрын
Courage ,mon courage est ma richesse,...
@ancillahabimana3425
@ancillahabimana3425 7 ай бұрын
Very good , welcome Muco I love you so much
@user-ur6vp4ib8y
@user-ur6vp4ib8y 6 ай бұрын
Ndamukundira ukuri kwiwe avuga
@user-wo5os4nu3g
@user-wo5os4nu3g 7 ай бұрын
Basha jew muco kweri ndamukunda ndazi nyazotunyoteza aje hagez🎉
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 7 ай бұрын
Ndabakunda cane
@kennybrianiteriteka4793
@kennybrianiteriteka4793 7 ай бұрын
Hejuru cane muco wanje
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 7 ай бұрын
Ikiganiro c,umuco love you
@prosperrugema4058
@prosperrugema4058 6 ай бұрын
Young leaders need supports
@FurahaNdayishimiye-wv2ef
@FurahaNdayishimiye-wv2ef 7 ай бұрын
Ina muco twahishikiy mwiz❤❤❤❤turabakund félicitations mwiz wanj❤❤❤
@user-ic7ol1dh3v
@user-ic7ol1dh3v 7 ай бұрын
Muco kontarakibona mumpuzu muruvumera
@user-wy9nx9dy2o
@user-wy9nx9dy2o 7 ай бұрын
Courage mwiz ubikor nez muco imbere niheza❤❤❤
@agahahhashshsh2923
@agahahhashshsh2923 7 ай бұрын
Courage mwiza wanj ❤❤❤
@mwaminisarah-cd3oz
@mwaminisarah-cd3oz 7 ай бұрын
Muco uravuze amajambo meza cne gigishaa nukur courage vrt Kure CN niho nkwifurije
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 7 ай бұрын
Nne ubundi ntagize s'abonner nunguka iki ? Ndayigize mpomba iki ? Ama mega kwaguma ari yayandi ,mpitamwo gufyonda s'abonner 😅😅
@sosomh5430
@sosomh5430 7 ай бұрын
N'ukuri😅😅😅
@user-vq7iv1bx5l
@user-vq7iv1bx5l 6 ай бұрын
Ndabakunda courage❤
@acquelyneniyokwizera2515
@acquelyneniyokwizera2515 7 ай бұрын
Imana imbere muco
@Alinebella-Niyogushima
@Alinebella-Niyogushima 7 ай бұрын
Umwana mwiza nuko ararindira abavyeyi bakamusohora komera Muco
@user-yp5md2dm2y
@user-yp5md2dm2y 7 ай бұрын
Courage muco
@belysenishimwe3279
@belysenishimwe3279 7 ай бұрын
Bishsh vyahashits🎉❤
@SANDRINEKangeyo-ql2ni
@SANDRINEKangeyo-ql2ni 3 ай бұрын
Ndabakunda mwese nukuri
@OrnellaIrankunda-eg5qs
@OrnellaIrankunda-eg5qs 7 ай бұрын
Welcame Muco komeza umurikee
@sabbaothmediatv6885
@sabbaothmediatv6885 7 ай бұрын
Courage ma belle imbere niheza
@mugishaaimebeni1846
@mugishaaimebeni1846 7 ай бұрын
❤❤❤Love, like and Subscribed from #LIGERA_FAMILLY
@BucumiClaudine
@BucumiClaudine 4 ай бұрын
Nisa sha fani ndabakunda cane
@user-rc5dv3go9g
@user-rc5dv3go9g 6 ай бұрын
Naje nahashitse di muco❤❤❤❤
@kennybrianiteriteka4793
@kennybrianiteriteka4793 7 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@user-uq9uz5xc6r
@user-uq9uz5xc6r 7 ай бұрын
Hejuru cne Muco
@user-fj4cw8yd9t
@user-fj4cw8yd9t 7 ай бұрын
Ndabakunda cn ❤❤❤
@stevenking2467
@stevenking2467 7 ай бұрын
Abakunda ibikorwa vyabarundi mumpe like❤❤❤
@BuntuLewis-kz7wp
@BuntuLewis-kz7wp 6 ай бұрын
Kweli Ina courage
@nancynauriaumuziranenge1821
@nancynauriaumuziranenge1821 7 ай бұрын
Muco imbere niheza cane🙏keep moving forward in all💯
@ornellandayitwayeko5255
@ornellandayitwayeko5255 7 ай бұрын
Courage sha muco,tuzogushigikira caaaneee gose❤
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 7 ай бұрын
Félicitations muco wanje Kure hashobok nih nkwipfurije💃💃💃💃
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 7 ай бұрын
Félicitations Muco, courage et bn continuation 🥰🥰🥰
@EphemieNikiza-ge7rx
@EphemieNikiza-ge7rx 7 ай бұрын
Komera 🥰🥰
@chadiashushu2866
@chadiashushu2866 7 ай бұрын
Munezera mwese❤
@kingstonehavugiyaremye135
@kingstonehavugiyaremye135 7 ай бұрын
Wauuu❤ vyiza kbx
@user-yn4cw7kh1z
@user-yn4cw7kh1z 7 ай бұрын
👍❤ courage
@user-yj3kt5yb3l
@user-yj3kt5yb3l 7 ай бұрын
Félicitations muco❤n courage🎉🎉
@evrardruberintwari8593
@evrardruberintwari8593 7 ай бұрын
Courage sha mucoooo✍️🤝
@TheonesteBukuru
@TheonesteBukuru 6 ай бұрын
Power lovely
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 7 ай бұрын
Nkaba ndahageze courage muco ejo ni heza
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 7 ай бұрын
Mwebwe mwubahwe
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 7 ай бұрын
🎉🎉🎉❤
@irankundajoselyne1306
@irankundajoselyne1306 7 ай бұрын
Courage diii muco❤️
@NiyeraPrisca-hy2fo
@NiyeraPrisca-hy2fo 7 ай бұрын
Congratulations sha muco🥰imbere niheza couple solution😍be blessed
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 7 ай бұрын
Tuba twahigereye Ina- nuru wacu😍
@odettenduwimana6466
@odettenduwimana6466 7 ай бұрын
Félicitations di Muco Yezu agushigikire😘💕😘
@Odanzeyimana-lv6uv
@Odanzeyimana-lv6uv 7 ай бұрын
courage mucooo Imana ikujimber
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 7 ай бұрын
Courge muco❤🇸🇦🇧🇮🫂
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille 7 ай бұрын
Courage 💪💪💪
@bediaishimwe3708
@bediaishimwe3708 7 ай бұрын
Félicitations Di Muco ❤
@VictoireIgiraneza-ri6jo
@VictoireIgiraneza-ri6jo 7 ай бұрын
Courage courage shn Muco❤
@user-kn2oc6rz1x
@user-kn2oc6rz1x 7 ай бұрын
Ndabakunda aba bantu kbxa
@user-xh6vc1jr6v
@user-xh6vc1jr6v 7 ай бұрын
Felicitations D muco wacuu ndagu❤❤❤❤❤
@UwimanaNadege-qk8gq
@UwimanaNadege-qk8gq 7 ай бұрын
Turinyuma yawe mukunzi muco❤❤❤❤❤
@NinaNina-le6qb
@NinaNina-le6qb 7 ай бұрын
Waaoh 🤗🤗🤗
@sylvaneniyonsaba7976
@sylvaneniyonsaba7976 7 ай бұрын
Harasha harasha
@odelodel6592
@odelodel6592 7 ай бұрын
Turagukunda muco imbere niheza ❤❤❤
@user-tu5vq8st8n
@user-tu5vq8st8n 7 ай бұрын
Félicitation ina
@user-kk8bg8eb4q
@user-kk8bg8eb4q 7 ай бұрын
Courage Shoga wanje 🎉🎉❤
@user-mw6sm3ne6p
@user-mw6sm3ne6p 7 ай бұрын
Courage sha di muco turagukunda
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 7 ай бұрын
Waoooohhhh courage Muco
@claudinenkurunziza2137
@claudinenkurunziza2137 7 ай бұрын
Congratulations to you muco ❤
@odelodel6592
@odelodel6592 7 ай бұрын
Komera turamukunda ❤❤❤❤🎉🎉🎉
@nishimweclaire
@nishimweclaire 7 ай бұрын
Courage muco❤ my favorite couple rer uwi na nkezi🎉🎉🎉
@user-cu6gq4xw1q
@user-cu6gq4xw1q 7 ай бұрын
Courage mazina yanje❤❤
@user-ut4qu1ic6j
@user-ut4qu1ic6j 7 ай бұрын
Vyiza cane muco wanje❤
@irakozeaimee7410
@irakozeaimee7410 6 ай бұрын
Oooh Mucho shaa we are with you my
@Nadinekwizera
@Nadinekwizera 7 ай бұрын
Courage Muco 🥰🥰🥰🥰
@user-kh4mn3wl1u
@user-kh4mn3wl1u 7 ай бұрын
Muco courage mwiza wanje ndagukeje
@FlorenceNijimbere-nd5yy
@FlorenceNijimbere-nd5yy 7 ай бұрын
Félicitations muco wanj❤❤😂
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 7 ай бұрын
We Ina cheriiii courage
@user-jt1os1fh7x
@user-jt1os1fh7x 7 ай бұрын
Courage muco❤️❤️❤️❤️
@nitungamireille316
@nitungamireille316 7 ай бұрын
Kabis nivyiza cane ❤❤❤❤
@JeanineUwimnan
@JeanineUwimnan 7 ай бұрын
Courage d'ici muco❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 7 ай бұрын
Muco courage IMANA izagushoboze
@IrakozejeanBosco-rb4vi
@IrakozejeanBosco-rb4vi 7 ай бұрын
Turagukunda mwiza
@DjaliaUwimana-qm1dp
@DjaliaUwimana-qm1dp 7 ай бұрын
❤❤❤🎉
@DanellaGtk-sc8xb
@DanellaGtk-sc8xb 7 ай бұрын
Non hemw murahejj ub nyn😢😮
@joshua_x-lion_official
@joshua_x-lion_official 7 ай бұрын
I am really with you❤
@chebetech6684
@chebetech6684 7 ай бұрын
Courage cane ndabakunda beza terminer
@mwaminisarah-cd3oz
@mwaminisarah-cd3oz 7 ай бұрын
Fanny wanje disi ❤️
@constanceniyoofficial5289
@constanceniyoofficial5289 7 ай бұрын
Courage
@kagendakaridoga9084
@kagendakaridoga9084 7 ай бұрын
courage muco
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 64 МЛН
تجربة أغرب توصيلة شحن ضد القطع تماما
00:56
صدام العزي
Рет қаралды 59 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,2 МЛН
Utundidusha twaranze marriage ya Norasque na Fanny  mutabonye👆👆👆
11:19
Maman cheiilla 0fficial
Рет қаралды 1,5 М.
GEZAHO: umwana w'uwundi😥
13:46
Fanny Lavine Official
Рет қаралды 31 М.
MANA YANJE song by :IHIMBAZWE FOFO Florence
5:42
Fanny Lavine Official
Рет қаралды 11 М.
Fanny Lavine aratwengeje Norasque birakomera
12:08
Diapora True Stories
Рет қаралды 11 М.
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 64 МЛН