MURABIBUKA? Isaac yabagendeye bagize Mariage..|| Mbega urukundo ruryoshe weeee...

  Рет қаралды 7,091

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 127
@shizomaniga9627
@shizomaniga9627 11 ай бұрын
abantu mukunda Isaac muze tubimwereke ❤twamuhevye kwel kansdi atwitaho😂🎉🎉❤ yubahwe kwanzaa
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 11 ай бұрын
Nzan inkon tumukubite Abant banj ab vrmt mber yar yarabatebej bubahw ab bazoger kur❤❤❤
@jonathanharabandi2707
@jonathanharabandi2707 11 ай бұрын
Baraberanye kandi IMANA ishimwe ko yabibashoboje bakabana !!
@user-qm2gs4qe7s
@user-qm2gs4qe7s 11 ай бұрын
Ntitwamuhevye ahubwo kuva aho yugururiye iryaradiyo aha yaciye ahaheba niyogere ahazamure turamukunda
@kevincandy3488
@kevincandy3488 11 ай бұрын
Yooo isaac a Ndavyibutse icogihe naragikurikirany ikiganiro cabo so❤❤❤
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 11 ай бұрын
Yoooo Isaac ndibutse,Butoyi na cycy bagiyehe? Uzobatùzanire turabakumbuye❤
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 11 ай бұрын
Murukundo mushwanye bigakomer mugasubiran rucarukomer😊😊😊❤❤❤❤❤❤
@violettendih...8452
@violettendih...8452 10 ай бұрын
EweYesu we , Ewe Yesu wacu Imana itahinduka ururugo urutuzigamire forever, forever ♥️ ❤️ ❤
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 11 ай бұрын
Nimwirambir kabs urugo ruhire Yesu abamper umugisha 🤲🤲👏👏❤❤❤
@schoutellastinestella605
@schoutellastinestella605 11 ай бұрын
love is love
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
Nukuri Nararyohew kubona umukwe bwanyu Imana ni Mana
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 11 ай бұрын
Turabibuka pee, Kandi turakumbuye Toyi na Cycy🥳🥳
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 11 ай бұрын
Ahwiiiii ubundi Isaac yama atuzanir ibishushe.❤️
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 11 ай бұрын
Waooo imana ibajimbere murugo gwanyu arikonman urukundo nkugo pe ni mano barinayo pe bose uwiteka abajimbere isaac terimbere muvandimwe urashoboye🙌🙏✌️👍❤️❤️❤️👍❤️
@aisahsad7362
@aisahsad7362 11 ай бұрын
Mashallah tabarakallah ndabakund❤
@nitungamireille316
@nitungamireille316 11 ай бұрын
Ikinganiro kiraryoshe vrtm munze mwibake rugume ❤❤❤❤❤❤❤Ndabakunda cane
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 11 ай бұрын
Isaac Big UP sana gusa waraduhevye wewe Hama nibubake rugume barahatswe kbx🎉🎉
@christainc.5217
@christainc.5217 10 ай бұрын
Imana ibahezagire muzotandukane nurupfu❤❤
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
Nukuri Imana ya ramuhanaguye amosozi uyo mukobwa
@alexandredikobe6503
@alexandredikobe6503 10 ай бұрын
Love my friend nibayimugurir Wallh j ndyimwivye👍
@eida4124
@eida4124 11 ай бұрын
Namamvuga buryakirazira kwijira murukundo rwabakundanye
@randaal1695
@randaal1695 11 ай бұрын
Twabibutsee kwl😂😂😂😂😂😂 ndakwikundiraa❤❤❤❤❤
@nnno989
@nnno989 11 ай бұрын
Turabibutse, urukundo, namadayimoni❤❤❤
@belyseirankunda7277
@belyseirankunda7277 11 ай бұрын
Woooooooh ndagukunze wamukobwawe ❤❤❤ uzokubaka kandi Imana izobigufashemwo🙏
@cycynageragezekwambaraneza1987
@cycynageragezekwambaraneza1987 11 ай бұрын
waoooooo congratulations nciye ndabibuka ukungene umuhungu yafuha 😂. imana nimana birahimbaye❤
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 11 ай бұрын
Mwavyibush❤❤❤❤
@ntigurishajeannette3654
@ntigurishajeannette3654 11 ай бұрын
Nimwubahwe
@christabeb7503
@christabeb7503 9 ай бұрын
Yooo ndabibusteee😮😮😮😮
@alima8707
@alima8707 8 ай бұрын
Waoo 🎉🎉❤
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 11 ай бұрын
Bararenze. Kweri. Stella. Ndagukunda
@Belyse-gs4wd
@Belyse-gs4wd 11 ай бұрын
Waaaaah 💃 💃 🔥🔥🔥🥰👌
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 11 ай бұрын
Ahorero umuntu akaca akwiyemerak ngab ibujumbur mbona harutwa narugur 😂😂😂
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 10 ай бұрын
Ibaz nukur 😂😂😂
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 11 ай бұрын
Ndabibuka wew nyene niwe wabaye umuhuza😂😂
@jeanenshimirimana987
@jeanenshimirimana987 11 ай бұрын
Wawoooo congratulations couple nziza isaac merci beaucoup kubatuzanira
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 11 ай бұрын
Imana ibahezagire cane
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 11 ай бұрын
Abo turabibuk pee naw urakwirikiran kweli wasubiy kubagerah?😂😂arik gwarabavuny ugorukund rwabo❤❤❤❤
@MertusNiyongabo-ek9cp
@MertusNiyongabo-ek9cp 10 ай бұрын
ndabaknd cn ndazab Imana izomp uwo tuvyuv kumw
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 10 ай бұрын
😅😅😅😅😅 yoooooo imana ikorivyayo kwr
@ghffcfggffg6083
@ghffcfggffg6083 11 ай бұрын
Imana ize ibubakire
@user-up1hk5kb9c
@user-up1hk5kb9c 11 ай бұрын
Ndavyibust Arik nivyaker
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 11 ай бұрын
Iyi couple sinziger nyibagira
@mediamed1196
@mediamed1196 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤ nanje ndavyibuka kbxaaa imana yabagiriye neza
@nurianuria9887
@nurianuria9887 11 ай бұрын
Issaac wubahwe😚😚
@user-we9cf1xc8k
@user-we9cf1xc8k 11 ай бұрын
❤❤
@angeakeza6542
@angeakeza6542 11 ай бұрын
Ooh ndabibuts
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 11 ай бұрын
Sha kweri ic'Imana yofatanirije ntawushobora kugitandukanya ,nibutse story yabo we ,burabe amakara ntimuzobe urubeya 🙏🙏
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
Nukuri uyu mukobwa Yari yararushe nokurira kuma media Imana iramwishuye kbs
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 11 ай бұрын
@@lydi791 kabisa yaragwaniye urukundo rwiwe
@alineciza838
@alineciza838 11 ай бұрын
Ndabibuka kwel Issac wubahwe urukundo rwubahwe❤
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 10 ай бұрын
😂😂😂kumuyaga 😂😂😂😂 yooooo ndahazi
@alinendayishimiye7028
@alinendayishimiye7028 11 ай бұрын
Nivyiza
@gmbtvburundi2725
@gmbtvburundi2725 10 ай бұрын
Da way da way da burundi way ❤❤
@bijoux20
@bijoux20 11 ай бұрын
Waooh mwirambire❤❤
@gerardniyogusenga5126
@gerardniyogusenga5126 10 ай бұрын
Kabxa biraryoshe p
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 11 ай бұрын
Turabibuka nyene uwo Mudame ugusororere,
@user-hh9hb2ub2d
@user-hh9hb2ub2d 10 ай бұрын
Abo turabibuka cane knd warakoze ahubwo isac uzotuzanire Butoyi na cycy
@user-cn7yu5lq3d
@user-cn7yu5lq3d 11 ай бұрын
🙌🙌❤❤❤❤
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 11 ай бұрын
Naje ndavyibutse gusa ndaba❤
@alineniyonzima1740
@alineniyonzima1740 11 ай бұрын
Urundo nirwiz kwer❤❤❤🎉🎉
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 11 ай бұрын
Isaac umuhuza winkundo zasambutse😂😂 vrt usigaye ubura sana nawe wazanye ingidi❤❤❤
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 11 ай бұрын
Ingidi😂😂😂😂 akokantu niko kabi
@user-so3qm1ft6q
@user-so3qm1ft6q 11 ай бұрын
❤❤❤
@lameckniyomwungere
@lameckniyomwungere 10 ай бұрын
My favorite couple 💑 😍 ❤
@user-xw6uk9dc2i
@user-xw6uk9dc2i 10 ай бұрын
😂😂😂😂❤❤❤Ndabakunda kbx
@user-dt7pd7pr3z
@user-dt7pd7pr3z 10 ай бұрын
❤❤❤😊😊
@alicealice9821
@alicealice9821 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤😊😊😊
@violettenkurunziza783
@violettenkurunziza783 11 ай бұрын
Isaac wakoze kuturisha umunoho😅😅😅
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 11 ай бұрын
Mwubahwe nibukk narize mbwira lmana irenger urukundo rwany lmana ishimwe p
@mugishatherence20
@mugishatherence20 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@janetahmed6948
@janetahmed6948 11 ай бұрын
yooo barabanye nciye numva sinsimutse umubiri wose
@user-jd7cz6ee1c
@user-jd7cz6ee1c 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@user-ro1ny9sh2q
@user-ro1ny9sh2q 11 ай бұрын
Turabibuka
@fleene1653
@fleene1653 11 ай бұрын
Turakumbuye cycy na toyi
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
Ama couple Isaac amaze guhanura bakagira na mariage niyi couple asigaye Cycy na Butoyi nabo guma ubahanura bakore ubukwe
@uwimana940
@uwimana940 11 ай бұрын
Imana izabubakire turabakunda❤❤
@user-zm4wd7fm7w
@user-zm4wd7fm7w 11 ай бұрын
Komera
@ciatt9587
@ciatt9587 11 ай бұрын
Bidya yar'imitwe bipfuza kumenyekana😂😂😂
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂wumva rero abamanynga😂😂
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 11 ай бұрын
Iyi couple namye ndayiyumvira ejo kwl nibaza iyo vyahereyee😂😂😂😂😂
@oseendayi5046
@oseendayi5046 11 ай бұрын
Ariko Isaac kuki uza urabura kuri KZfaq
@MohammedMohammed-fv6sy
@MohammedMohammed-fv6sy 11 ай бұрын
Isaac wavyibush kabisa usigayufis ingidi nkabakobwa
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂umanyuye imbavu
@lydi791
@lydi791 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂nukuri ako kanyuma
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 10 ай бұрын
RERo 😂😂😂 da Rugume rusosera Rero daaa mvugiki konciy nifuza kwubakana nuwonkunduko 😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂 muhez Guitare rero mucemujakuryama 😅😅 gato kuko murandenze
@wangumrembo7282
@wangumrembo7282 10 ай бұрын
Ndabakunze ubugira kandi hariho ikintu ndabizeko
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 10 ай бұрын
Ngirahohantu ni muwinterekwa
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 11 ай бұрын
Butoyi na Cicy turabakumbuye
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 11 ай бұрын
Ego kweri
@nadinekelly9287
@nadinekelly9287 11 ай бұрын
Cyane gose turabibuka
@ciatt9587
@ciatt9587 11 ай бұрын
Aho ni Mugishingano ndibaza?
@AnithaNtamubano-hv5dd
@AnithaNtamubano-hv5dd 11 ай бұрын
isaac nari ngukumbuye
@user-qk2dx9qv5t
@user-qk2dx9qv5t 11 ай бұрын
Uwawe ntahaja
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 11 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@user-gj9yg8yb9d
@user-gj9yg8yb9d 11 ай бұрын
🤣🤣Isaac nawe ntiyibagira 🤣🤣icogihe baraduhaye show😁😁
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 10 ай бұрын
Yar show ikwiy wallah 🤣🤣🤣🤣
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 11 ай бұрын
Isaac nkunda urusaku rwawe
@ChachaChany
@ChachaChany 11 ай бұрын
Aho hantu bahita gt yoooo Isaac yavyibushe asigay afis ingidi eh ingen adug bikanka ah nturik urasuragura imisuzi?
@mdoman5229
@mdoman5229 11 ай бұрын
😂❤
@itekaalima3223
@itekaalima3223 11 ай бұрын
Biraryohey maso pee🙄🤣
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 10 ай бұрын
Couple 💕💕 😂😂😂😂
@ChachaChany
@ChachaChany 11 ай бұрын
Urukundo ruganze vrt kd babe amakar ntibabe urubeya gusa schoutella nabony yishofa cane mu rugo naho wishofa kurya biragoran Uhoraho abibemwo
@KkKk-yh5di
@KkKk-yh5di 10 ай бұрын
Kwikwa😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉
@aisahsad7362
@aisahsad7362 11 ай бұрын
Iy couple ndayikund nukur yaciy mubih bigoy mwibanir sha mashallah❤
@fdff3980
@fdff3980 11 ай бұрын
Egoo turabibuka caane lmana ishimwe caanek yamaramaje satani
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy 11 ай бұрын
Shoutella & Stella ❤ Mumependeza
@schoutellastinestella605
@schoutellastinestella605 11 ай бұрын
merci
@user-et8zh9zd6d
@user-et8zh9zd6d 11 ай бұрын
😂😂😂❤❤
@jacobirankunda6913
@jacobirankunda6913 11 ай бұрын
numusozi🤣🤣😃😃😃😃😁😁
@user-hs5uv3fs8i
@user-hs5uv3fs8i 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@boobohhh3029
@boobohhh3029 11 ай бұрын
🙉😄😄😄😄😄
@nadinenishimwe3537
@nadinenishimwe3537 11 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🇧🇮🇸🇦
小宇宙竟然尿裤子!#小丑#家庭#搞笑
00:26
家庭搞笑日记
Рет қаралды 17 МЛН
WORLD'S SHORTEST WOMAN
00:58
Stokes Twins
Рет қаралды 131 МЛН
Top 10 yabaririvyi Bazi gupafominga neza🇧🇮
4:06
Mvura Jb
Рет қаралды 93
Kinyange araryosha ibirungo mu bukwe !
32:53
UMUKOMEZWA TV
Рет қаралды 124 М.
B OVER COMEDY : BEHIND THE SCENE// UMURIRO URATSE
1:00:14
B-OVER OFFICIAL
Рет қаралды 244
Best 2019 Wedding Entertainment | Kigingi | Bujumbura
1:38
Burundi Wedding Studios
Рет қаралды 30 М.
小宇宙竟然尿裤子!#小丑#家庭#搞笑
00:26
家庭搞笑日记
Рет қаралды 17 МЛН