Muri CNDD-FDD barasaba abarundi kuzokwishura neza ibibazo abakora rusansuma rwimirije bazobabaza

  Рет қаралды 1,900

Mashariki TV

Mashariki TV

Ай бұрын

Mu gihe mu #Burundi himirije rusansuma, mu mugamwe CNDD-FDD barasaba abarundi kuzokwishura neza batabesha ibibazo abakora rusansuma bazobabaza kuko bizofasha igihugu kumenya ubutunzi gifise. Izo ni zimwe mu mpanuro icegera c'Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe Cndd-Fdd yatanze inyuma yo kwifatanya n'abenegihugu bo muri komine Rugazi y'intara ya Bubanza mu bikorwa rusangi vyo kuri uyu wa gatandatu

Пікірлер: 9
@richardngendakumana6076
@richardngendakumana6076 Ай бұрын
Nimujiyo ahomwemubona ivyomuvuga murabigenderak
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Ай бұрын
Uburundi abaturage mwarabariye ngomurikubafashya kuberahimirije amatora murabiyejyerezap mubahiterambere rizatuma bavagwinyuma
@user-rs6nx2zo1l
@user-rs6nx2zo1l Ай бұрын
Ahand mubihug ntavyibikorwarusangi mporambona. Ahandi abakora isuku barandikwa bagahembwana l'état
@user-bu7im7vq4q
@user-bu7im7vq4q Ай бұрын
ibyo bikorwa rusangi nivyo guhenda abanyagihugu
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Ай бұрын
None nkubaze kuki umugore ahebanumugabowe akazakubeshya abasorevabandi
@Aiuoex
@Aiuoex Ай бұрын
Ivyo bisuma gusa
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Ай бұрын
Mubahe amakaburimbo apana iyomihabda yamabuye yatayagacyirop
@user-bu7im7vq4q
@user-bu7im7vq4q Ай бұрын
muriko musivya amabarabara ngo muriko muzibira ibinogo ninde yabigishije ko amabarabara azibirwa n'ivyondo n'ibivu aho kugira imigambi myiza yo kuyakora neza akajamwo ikaburimbi muhenda abanyagihugu ngo muriko mubakorera iterambere.muga sivyo murondera inyungu zanyu
@HakizimanaJanvier-fu5rb
@HakizimanaJanvier-fu5rb Ай бұрын
Aho muradedemba tanga igitoro mwabibandi mwe
AMAKURU YO KUWA 27/06/2024
TV RTNB
Рет қаралды 18
Универ. 10 лет спустя - ВСЕ СЕРИИ ПОДРЯД
9:04:59
Комедии 2023
Рет қаралды 2,7 МЛН
Must-have gadget for every toilet! 🤩 #gadget
00:27
GiGaZoom
Рет қаралды 11 МЛН
孩子多的烦恼?#火影忍者 #家庭 #佐助
00:31
火影忍者一家
Рет қаралды 2,1 МЛН
бесит старшая сестра!? #роблокс #анимация #мем
00:58
КРУТОЙ ПАПА на
Рет қаралды 2,9 МЛН
Универ. 10 лет спустя - ВСЕ СЕРИИ ПОДРЯД
9:04:59
Комедии 2023
Рет қаралды 2,7 МЛН